IKIGANIRO C'ABASHIKIRANGANJI BA RETA Y'UBURUNDI

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 มิ.ย. 2024
  • RTNB

ความคิดเห็น • 10

  • @user-xs4de3up5m
    @user-xs4de3up5m 2 วันที่ผ่านมา +1

    Murakoze kubwumuyagankuba turasaba umushikiranganji abijejwe abitegureneza kugira tuduze ubutunzi bwigihugu biciye kudandaza umuyagankuba kubenegihugu beshiii bikunda nohanze yigihugu.imana yaduhezagije inzuzi nyishi cane

    • @Bagenzi4life
      @Bagenzi4life วันที่ผ่านมา

      Nonaho ivyo bavuz wewe wavyemeye?je nzovyemera bibaye

  • @DidaceBigirimana-li7pl
    @DidaceBigirimana-li7pl 2 วันที่ผ่านมา +1

    Mukomere bashikiranganji biwacu

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 2 วันที่ผ่านมา

    No mugihugu hagati uracikagurika si Bujumbura honyene mwiyumvire Ku Ntara zose murakoze

  • @SekadodoSeagalkennedy
    @SekadodoSeagalkennedy วันที่ผ่านมา

    Abemobilize mimutwibuke agafashanyo Na mutuel

  • @user-iz6mp9qi8o
    @user-iz6mp9qi8o 2 วันที่ผ่านมา

    💪💪💪💪

  • @user-bs4uw4nf2h
    @user-bs4uw4nf2h วันที่ผ่านมา

    Nne ko abigisha bashasha atanumwe mbona nko mu ruyigi arahembwa Bose bagiye kwibariza wumva utazocumengo ni yegereyegere!

  • @NdohoAud
    @NdohoAud วันที่ผ่านมา

    Ama moto nibayihoze kuko nibo baguma batera amagerenade ahubwo naha baziretse ngo zikorere bakwiye kuzihagarika burundu kuko beshi nabasuma bapapura amashakoshi nama téléphone yabene gihugu urumva abagendesha amamoto kwarinkozi zibibi

  • @user-jq9tk7pl9v
    @user-jq9tk7pl9v 2 วันที่ผ่านมา

    Amafaranga Ahakubise haroroha

  • @PascalineNiyongere
    @PascalineNiyongere 2 วันที่ผ่านมา

    Iyo