ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
vyukuri nk'abantu tubonye ino film uburyohe izananye nimunyihere twa tuntu nikundira❤❤❤
Ewe sabas uranyibukije igiseke c,Ivoka nimihwi ❤vyarantunze igihe kitari gito 🙏🙏🙏🙏akazi kabi nakadahemba
Hello our friend films so I like our films sabbath so thank you so much
Sabbas umusore asa nawe yodandaza ivoka ukaba unavyibushe nkuko.ngo wavyibuhiy ah wahora ukora.courage cane.Histry of my life urayanditse yose urayimaze
Mbaye uwanyumaariko iyi Flm iteye ikigongwe nukuri😢😢😢😢😢😢😢😢 iraryoshe caneeeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
iyi muzoyibona imisi yose kuwagatanu ni film ihera full movie muzoyihabwa mubice bine.Raba usangize nabandi
Waoooo wubahW cane turakunda ukuntu utatunyoteza👏👏👏
Mrc sana Imana.nyemahoro igukomereze ingabire yawe nct yumusaraba ndakunda ukunt ukina
Turikumwe
Komeza kuduha inyigisho turabakunda❤
Ndagukurikirana muta 🎉🎉🎉❤
Yavok😂😂😂😂wlkm my news favorite movies❤❤🥳🥳🥳💯💯🎂🎂🥰🥰🙏🙏🔥🔥🔥🔥🔥
Joshua cg sabasi nkurunziza ndagukunda cyaneeeeeee nukuri firim zawe maze kuzigiraho byinci nukuri imana ige iguha umugisha urumuhanga wanyigishije gukora ndetse nogusenga mbese mwijambo rimwe ndagukundap
Urugo nkugwo rw Deborah woshak ukarubura kubufisibintu ukaruriramwo gusa sabas courage urikubikora neza natwe turinyumayawe mubikorwa vyawe❤❤❤
Hhhh kumenga ishobora kuba aryubuzima yaciyemo ndavuga mimi
Abakunzi b'ibohero courage cneeee imana ibirimwo neza ❤❤❤❤
Abantu mwese mwakunze ibohero nkange nubwo iteye agahinda musige Like 👍👍
Iyifilim ninziz cn ibibkrabah
Nanje ndafise Umugenzi urugo rwiwe rugomba kumera nkuko kwr,ico bitaniyeko nayo makofi Mimi akubitwaaaa
Kuwagatanu nikera Nukuri
Iyi Fllime ninziza ufite inyigisho kunjyeri zose❤❤❤❤❤
Nukuriiyofilm'lwayikinyemwayitondeye
Abantu batanguye film ibohero mwayibonye gut gusa sabas niwe wanje ndamwemera
Iyi film iraryoshe Kabisa. Muduhe izikurikira
Mana yanje,abagore bari murubu buzima bariho,kandi birababaje
Imana ibampere umugisha mwishiii Ubu nibw buzima mbayemwo bwokugum munzu nkimbohe umutima wanje utera uborera indani nokwibarabara sinemerewe kujayo narose virus ngo numugabo 😭😭😭
Kumengo iraryoshe knd ikigisa naba❤❤❤❤
Mwakire ayo nayanyu🎉🎉🎉
Yavoka yavoka yavoka😂😂😂😂Sabas weeeeee itanguyekuryoh hakirikar ayanayawe🎉🎉🥀🥀🌿🌿🌿🌺🌺🌺🌷🌷🌷🌹🌹🌹🔥🔥🔥nibaguh abazinyum mukumv akokant munsigire like basha naj ryoherw mubandi💃💃💃💃
😂😂😂😂😂 nihatari kbs ngo yavoka yavoka yavoka 😂😂😂😂😂😂😂 mr sabass respect
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂❤
😂😂
Waaaaoooh film nziza n parti yinjiranamw niyindi iratesa Can iy film mp like
Courage vrmnt 💪💪 murashoboye 🤗🤗🥰🥰🥰
i love for sure, kumbe abarundi bacu barashoboye pee, ndashaka gusapotinga noca he🤔
Nimuduhe isi ijuru tuzoryihigira❤
Namuu ndabakunda can mwese🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Waouh ! Congratulations Team GN Films 🎉 Turahari kubwanyu ❤❤❤
Nukuri sabbas ntakintu caryoheyee gusubiraa kubona mimi akona ndamukunda caaane rwooose film akinyemwo numva ntorengana ntayiravyeee ntuze uramubika uze umuhaa akin vrt
Ego kl iraryoshe❤❤❤❤
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série IBOHERO muze hano tumenyane.
Iyi film kumenga Ije itavyorosha mumbarire imis tuzohora tuyihabwa
Murashoboye nukuri Imana Ibahe kuramba ❤
Nezana nezamuri abagome pe kibera iyonuri yiyi film nubuzima bwanje atanagatoya kavuyeko ambagabo nkenabo ndabazi babahope yesu tabara imbohe zibohewe mumazu yabo jew narimukwica ninkoni ariko imbere yabantu yingira intama kandi aribingira sha nihatari🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mpole
Pôle sana
Mpore mwiza
@@sabbasburundi2404muntu wiman munyibikijye inkon nirigwa ndarya yaroy rasiyo yanj nuko Debora we bamusumir jyew naryinkon niradiy batampay niri
Nirigwa gucya ingero nutwo ntahanye sindatury sha yes yarantabay harumwan mbon fis iyo ankorey ikos ngir ndamukibit nibuk amagogw namigorewek ndzmufis ind bury amosoz antang has gus sabbas wakoze cane harig zibayeho mwib buzim😢😢😢😢
Sabbas ndabakunda can gos nn kontanguy kuyikunda hakiri kar yooo mwubahw can mubitegur nez p ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤urakunzwe sabass
😂😂ntanguye gutwenga ntaranayiraba...ngo ya blue band😂😂😂ya vokaaa
yooo.kabsa hejuru canee🎉🎉bibwirwa benshi bikunva benevyo🎉🎉🎉harimwinyigisho
Muri beza
Mwibohero nkaba ndahageze😂 abotugiye kuyibandananya mundemere twatuntu🎉 king sabas amashurwe nirwaw🎉🎉🎉
Ibohero nkaba ndahageze sabasnigisek camavoka🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mubikora nez cn courage vrt❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤❤❤ntanikind kint novug atarukugaragaz urukund gwinsh kbx big up gs ndipfuz number y Joshua ariw mutam wac king sabbas
Basha. Ije. Ishushe.jendayikunze.kweri.❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Courage monsieur King sabas❤❤❤
Yoooooo histoire ya mimi niyiii mpole mpole
Yiooôo mimi et sabbas tjrs hejuru Cn beza hose
Karibu bakinyi beza muzanye film ibohero ndabona itesa
Nje maze kubona irimwo kingi sabass n'a Mimi mpitambonako iryoshe hosee
Ndakumisinze Série nziza Ndayikunze arho igtangura
Papa deborah nubwi yakiriye icokinyobwa yabonyeko bitamezeneza mama deborah nawe yabibonye yoooooo deborah uramubwiye kweri nivyo sabbas courage mbeyemwe yvette ntarimwo na Diane vyukuri iteguye neza
Ibohero peeee! Nyine ni nziza pe
Cnee shn barundi bac kure cneee❤❤❤🎉🎉🎉
Courage vraiment ndakunda film ndundi,ariko iyi film harukuntu amajwi adasohoka neza
Muheza gigwe turabakunda can imani bahinguvu mubikogwa vyany turabakunda ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Yayayaya Ibohero noneho ije ikuramwo pe Congz GNF🌹🌹🌹🌹
Ego vrt
Sabbas weeeee nukur Imana ikujimbere uranyigishije peee inoti iraronderwa bagenzi vy kwr ukunt wiruts koza imodok 😂😂😂😂😂❤❤❤
Ewana hari ico munyibukije ntavuze ariko mwabikoze neza.❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉❤❤❤❤
Amajwi miyasubireko kabs arik film nibintu vyimiriro gusa🔥🔥🔥🔥🔥
Ibohereo ndaje nyirebe
Nukur imana iguhay iba yats uyund ntitworonkera rimw ntivyokund👍
Courage ❤🎉 ababonako iyo flm ije kuyindi mpwemu idasanzwe umpe izo like hahire rimwe 🔥🔥😂
Woo naho shitse nevye ndabakunda❤❤❤
Film ninziz pe ark wumugabo wa Mimi ntashobok nukur 😢😢gus ndayikunz❤❤❤❤ ❤❤
Courage vrt abarundi turashoboy ❤Mungu mbele Sisi nyuma gusa sabbas ntibimuberey kadandaza amavoka😂😂😂
Courage ❤ ariko muze mugerageza muduha film basi nka 2 mundwi kuko muratwicisha amatsiko
❤❤🎉
Komez ncut zac! Turabakund caneeeeee!mubandany muter imber!❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Imana ize ifashe sinzoronke umugabo ambuza gukora
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Waoo❤ ndabundamaz arikumugabo nkuyu nigiter❤❤❤
Diva na njye mu Rwanda ndabakunda sabasi joshua ndabakunda numuryango wanjye nabo nakundishije film ingaruka ni yi ibihero tumaze kureba turabakunda.
Ndabakunda cane muranezereza aho muri mwubahwe mwese❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤
Nukuri iboher nirib kwl Mana tabara😢kandi courage filme iraryoshe
Nicigwa kubipfuza gushikira muvyuzuye courage ndacabakunda mushishikare kutwigisha
Chalome bagenzi ndatanguranye n'ibohero kwl ❤
nukur irarez ahumbw murongenz iminot hhh 😅❤❤❤❤❤❤❤ 25:13 ❤❤❤❤❤
Mwubahw mukin neza respect mutang inyigish nyazo
Abagabo nkabo baragowe kbx Diva pore sana
Sabas ndagukunda Imana izokumpere ijuru nico nkwipfurije
Mr sabbas iyi film iraryoshe kandi cane ariko murabe muze murakosora udukosa dutoduto akarorero nkubu wew udadanza amavoka ariko i fresheri ufise mumutwe nukungene ubwanwa butinze nukuri birarengeye umuntu arikwihanga ryo kurondera ubuzima ndazi ko film zigoye gutegura ariko wopfuma wambara uru kofero ubwanwa kumera nkubushiramwo utuntu tutwatsi canke uducafu kugira ugaragaze ihanga uriko mbega appearance yawe ibandanye kuba umunoni 😮😮Mumbabarire nimba mvuze nabo cari iciyumviro canje Ndakunda film Ndundi kuko naje nipfuz kuba umukinyi wamareresi akomeye nkamwe 🎉🎉❤❤❤
Sha urumuntu wumugabo? Ubundi impanuro niyambere
Mana yanjye nihatari 🔥ibohero ni danger muzatwongerere iminota dukomeze twige kweri Imana ibashyigikire bakozi b Imana 🇷🇼
Aaaaaashaaa nari nacerewe rero mbona ibintu bitesaaaa
Mana urandinda urugo nkuru😢😢😢😢 Mimi pol sana so mwubahwe murigisha pe kurecyne nihombipfurij🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 sabbas Imana igukomez disi❤❤❤❤❤❤
Ndashimy can kuriy film mudhae ndabon azobrumurir vrt.sabass wubahw knd mimi narindagukmbue canee ❤❤❤❤❤❤❤
Basha mbona gasobatse neza ❤❤😊😊😊
Wow mbeg mbeg byiz muvuye muri kantore muduteyemw iyind ndavyishimiy koko😅😅🎉❤
❤❤❤❤❤❤❤
Waouh ❤️❤️❤️❤️
Séries "IBOHERO"ije itavyorosha 🔥🔥🔥❤❤❤❤, courage 🙏🙏
Sabas nukur akaz kogutemberez ivoka ukamp sakaw pe!za vokaaaaaaaaa mwubahwe cane gose!Imana ibah umugisha
Film nziza can irimwo inyigisho nyinshi caan ❤❤
Ingaruka yar ryoshe. Ibohero yo ije itavyorosha. Sabbas hejuru ✌️✌️✌️✌️
Mujenez ndabikundira
Sabbas Nkurunziza🥰Imana iguhe amahera nubwenge...
Nukuri baduha ibintuvyiza cane
WE sabbas mukam ng wavyibuhiy murugo turaho kl uratwish p uwubony kosabas yigiz umuken AMP uturayik kl
Iyi film ije itavyorosha courage my brother 🤝🤝🤝💪💪💪💪💪
Sabass wanjeux ni vokaa weee 🎉🎉🎉🎉🎉🎉 ndabakundaa kubi rek nige kwa mimi ng ntaz anve muhira 😂😂😂😂
King Sabass amashurwe nayawe vrmt❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ew jochwa chahuu oya urachoboy ariko mim mpol igozimez nkuk nizonyich 😢😢
Ark amajwi ntiyumvikanye neza
Muraryohey nukur caurager team mwes l love you ❤❤
Mujenezape❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mukomere cane muyitanguye neza pe
vyukuri nk'abantu tubonye ino film uburyohe izananye nimunyihere twa tuntu nikundira❤❤❤
Ewe sabas uranyibukije igiseke c,Ivoka nimihwi ❤vyarantunze igihe kitari gito 🙏🙏🙏🙏akazi kabi nakadahemba
Hello our friend films so I like our films sabbath so thank you so much
Sabbas umusore asa nawe yodandaza ivoka ukaba unavyibushe nkuko.ngo wavyibuhiy ah wahora ukora.courage cane.Histry of my life urayanditse yose urayimaze
Mbaye uwanyumaariko iyi Flm iteye ikigongwe nukuri😢😢😢😢😢😢😢😢 iraryoshe caneeeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
iyi muzoyibona imisi yose kuwagatanu ni film ihera full movie muzoyihabwa mubice bine.
Raba usangize nabandi
Waoooo wubahW cane turakunda ukuntu utatunyoteza👏👏👏
Mrc sana Imana.nyemahoro igukomereze ingabire yawe nct yumusaraba ndakunda ukunt ukina
Turikumwe
Komeza kuduha inyigisho turabakunda❤
Ndagukurikirana muta 🎉🎉🎉❤
Yavok😂😂😂😂wlkm my news favorite movies❤❤🥳🥳🥳💯💯🎂🎂🥰🥰🙏🙏🔥🔥🔥🔥🔥
Joshua cg sabasi nkurunziza ndagukunda cyaneeeeeee nukuri firim zawe maze kuzigiraho byinci nukuri imana ige iguha umugisha urumuhanga wanyigishije gukora ndetse nogusenga mbese mwijambo rimwe ndagukundap
Urugo nkugwo rw Deborah woshak ukarubura kubufisibintu ukaruriramwo gusa sabas courage urikubikora neza natwe turinyumayawe mubikorwa vyawe❤❤❤
Hhhh kumenga ishobora kuba aryubuzima yaciyemo ndavuga mimi
Abakunzi b'ibohero courage cneeee imana ibirimwo neza ❤❤❤❤
Abantu mwese mwakunze ibohero nkange nubwo iteye agahinda musige Like 👍👍
Iyifilim ninziz cn ibibkrabah
Nanje ndafise Umugenzi urugo rwiwe rugomba kumera nkuko kwr,ico bitaniyeko nayo makofi Mimi akubitwaaaa
Kuwagatanu nikera Nukuri
Iyi Fllime ninziza ufite inyigisho kunjyeri zose❤❤❤❤❤
Nukuriiyofilm'lwayikinyemwayitondeye
Abantu batanguye film ibohero mwayibonye gut gusa sabas niwe wanje ndamwemera
Iyi film iraryoshe Kabisa. Muduhe izikurikira
Mana yanje,abagore bari murubu buzima bariho,kandi birababaje
Imana ibampere umugisha mwishiii Ubu nibw buzima mbayemwo bwokugum munzu nkimbohe umutima wanje utera uborera indani nokwibarabara sinemerewe kujayo narose virus ngo numugabo 😭😭😭
Kumengo iraryoshe knd ikigisa naba❤❤❤❤
Mwakire ayo nayanyu🎉🎉🎉
Yavoka yavoka yavoka😂😂😂😂Sabas weeeeee itanguyekuryoh hakirikar ayanayawe🎉🎉🥀🥀🌿🌿🌿🌺🌺🌺🌷🌷🌷🌹🌹🌹🔥🔥🔥nibaguh abazinyum mukumv akokant munsigire like basha naj ryoherw mubandi💃💃💃💃
😂😂😂😂😂 nihatari kbs ngo yavoka yavoka yavoka 😂😂😂😂😂😂😂 mr sabass respect
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂❤
😂😂
Waaaaoooh film nziza n parti yinjiranamw niyindi iratesa Can iy film mp like
Courage vrmnt 💪💪 murashoboye 🤗🤗🥰🥰🥰
i love for sure, kumbe abarundi bacu barashoboye pee, ndashaka gusapotinga noca he🤔
Nimuduhe isi ijuru tuzoryihigira❤
Namuu ndabakunda can mwese🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Waouh ! Congratulations Team GN Films 🎉 Turahari kubwanyu ❤❤❤
Nukuri sabbas ntakintu caryoheyee gusubiraa kubona mimi akona ndamukunda caaane rwooose film akinyemwo numva ntorengana ntayiravyeee ntuze uramubika uze umuhaa akin vrt
Ego kl iraryoshe❤❤❤❤
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série IBOHERO muze hano tumenyane.
Iyi film kumenga Ije itavyorosha mumbarire imis tuzohora tuyihabwa
Murashoboye nukuri Imana Ibahe kuramba ❤
Nezana nezamuri abagome pe kibera iyonuri yiyi film nubuzima bwanje atanagatoya kavuyeko ambagabo nkenabo ndabazi babahope yesu tabara imbohe zibohewe mumazu yabo jew narimukwica ninkoni ariko imbere yabantu yingira intama kandi aribingira sha nihatari🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mpole
Pôle sana
Mpore mwiza
@@sabbasburundi2404muntu wiman munyibikijye inkon nirigwa ndarya yaroy rasiyo yanj nuko Debora we bamusumir jyew naryinkon niradiy batampay niri
Nirigwa gucya ingero nutwo ntahanye sindatury sha yes yarantabay harumwan mbon fis iyo ankorey ikos ngir ndamukibit nibuk amagogw namigorewek ndzmufis ind bury amosoz antang has gus sabbas wakoze cane harig zibayeho mwib buzim😢😢😢😢
Sabbas ndabakunda can gos nn kontanguy kuyikunda hakiri kar yooo mwubahw can mubitegur nez p ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤urakunzwe sabass
😂😂ntanguye gutwenga ntaranayiraba...ngo ya blue band😂😂😂ya vokaaa
yooo.kabsa hejuru canee🎉🎉bibwirwa benshi bikunva benevyo🎉🎉🎉harimwinyigisho
Muri beza
Mwibohero nkaba ndahageze😂 abotugiye kuyibandananya mundemere twatuntu🎉 king sabas amashurwe nirwaw🎉🎉🎉
Ibohero nkaba ndahageze sabasnigisek camavoka🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mubikora nez cn courage vrt❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤❤❤ntanikind kint novug atarukugaragaz urukund gwinsh kbx big up gs ndipfuz number y Joshua ariw mutam wac king sabbas
Basha. Ije. Ishushe.jendayikunze.kweri.❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Courage monsieur King sabas❤❤❤
Yoooooo histoire ya mimi niyiii mpole mpole
Yiooôo mimi et sabbas tjrs hejuru Cn beza hose
Karibu bakinyi beza muzanye film ibohero ndabona itesa
Nje maze kubona irimwo kingi sabass n'a Mimi mpitambonako iryoshe hosee
Ndakumisinze Série nziza Ndayikunze arho igtangura
Papa deborah nubwi yakiriye icokinyobwa yabonyeko bitamezeneza mama deborah nawe yabibonye yoooooo deborah uramubwiye kweri nivyo sabbas courage mbeyemwe yvette ntarimwo na Diane vyukuri iteguye neza
Ibohero peeee! Nyine ni nziza pe
Cnee shn barundi bac kure cneee❤❤❤🎉🎉🎉
Courage vraiment ndakunda film ndundi,ariko iyi film harukuntu amajwi adasohoka neza
Muheza gigwe turabakunda can imani bahinguvu mubikogwa vyany turabakunda ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Yayayaya Ibohero noneho ije ikuramwo pe
Congz GNF🌹🌹🌹🌹
Ego vrt
Sabbas weeeee nukur Imana ikujimbere uranyigishije peee inoti iraronderwa bagenzi vy kwr ukunt wiruts koza imodok 😂😂😂😂😂❤❤❤
Ewana hari ico munyibukije ntavuze ariko mwabikoze neza.❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉❤❤❤❤
Amajwi miyasubireko kabs arik film nibintu vyimiriro gusa🔥🔥🔥🔥🔥
Ibohereo ndaje nyirebe
Nukur imana iguhay iba yats uyund ntitworonkera rimw ntivyokund👍
Courage ❤🎉 ababonako iyo flm ije kuyindi mpwemu idasanzwe umpe izo like hahire rimwe 🔥🔥😂
Woo naho shitse nevye ndabakunda❤❤❤
Film ninziz pe ark wumugabo wa Mimi ntashobok nukur 😢😢gus ndayikunz❤❤❤❤ ❤❤
Courage vrt abarundi turashoboy ❤Mungu mbele Sisi nyuma gusa sabbas ntibimuberey kadandaza amavoka😂😂😂
Courage ❤ ariko muze mugerageza muduha film basi nka 2 mundwi kuko muratwicisha amatsiko
❤❤🎉
Komez ncut zac! Turabakund caneeeeee!mubandany muter imber!❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Imana ize ifashe sinzoronke umugabo ambuza gukora
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Waoo❤ ndabundamaz arikumugabo nkuyu nigiter❤❤❤
Diva na njye mu Rwanda ndabakunda sabasi joshua ndabakunda numuryango wanjye nabo nakundishije film ingaruka ni yi ibihero tumaze kureba turabakunda.
Ndabakunda cane muranezereza aho muri mwubahwe mwese❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤
Nukuri iboher nirib kwl Mana tabara😢kandi courage filme iraryoshe
Nicigwa kubipfuza gushikira muvyuzuye courage ndacabakunda mushishikare kutwigisha
Chalome bagenzi ndatanguranye n'ibohero kwl ❤
nukur irarez ahumbw murongenz iminot hhh 😅❤❤❤❤❤❤❤ 25:13 ❤❤❤❤❤
Mwubahw mukin neza respect mutang inyigish nyazo
Abagabo nkabo baragowe kbx Diva pore sana
Sabas ndagukunda Imana izokumpere ijuru nico nkwipfurije
Mr sabbas iyi film iraryoshe kandi cane ariko murabe muze murakosora udukosa dutoduto akarorero nkubu wew udadanza amavoka ariko i fresheri ufise mumutwe nukungene ubwanwa butinze nukuri birarengeye umuntu arikwihanga ryo kurondera ubuzima ndazi ko film zigoye gutegura ariko wopfuma wambara uru kofero ubwanwa kumera nkubushiramwo utuntu tutwatsi canke uducafu kugira ugaragaze ihanga uriko mbega appearance yawe ibandanye kuba umunoni 😮😮
Mumbabarire nimba mvuze nabo cari iciyumviro canje
Ndakunda film Ndundi kuko naje nipfuz kuba umukinyi wamareresi akomeye nkamwe 🎉🎉❤❤❤