KARABAYE😳..Delicia arahujije wamuhungu ya draga Sannta (Hyguette)..|| Umuriro uratse😳 || AMARIRA😭

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2021
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

ความคิดเห็น • 856

  • @uwizeyimanaolivier6674
    @uwizeyimanaolivier6674 2 ปีที่แล้ว +7

    Dede love your confidence kuko urashaka abahuza Santa nakunde uyo muhungu kuko arakundwa vya vrai ham ubure burebure sibwo bwubaka kk a vugako amusumvya uburebure wanashaka baraberanye dalicia much respect for you mukobwa wacu🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @jean-daffairesmanirakiza4759
    @jean-daffairesmanirakiza4759 2 ปีที่แล้ว +16

    Ka Délicia ni aga codo kabisa. Wari urenze ibwirizwa ry'umunani, ugize Imana ko intumwa y'Imana yavuze ko kubesha birekuwe mu gihe ushaka guhuza abantu, navyo bikaba arivyo warimwo. I like your confidence and you display the potential to be a greater journalist. Uze wame ushira umwuga canke akazi imbere kibondo, ibindi bizokurikira.

  • @Opjmusicien
    @Opjmusicien 2 ปีที่แล้ว +17

    First to comment🔥🔥Good interview mumpe Like nimba mwemerako #Delicia yakoreye umuti D-One🤣🤣

  • @billnemess9369
    @billnemess9369 2 ปีที่แล้ว +22

    Mana urukundo nubusazi kabisa! Wemeye gukunda uba wemeye kuba umusazi! sha jewe baheruka kumpeba uwo nitavyose gushika nubu kuvyakira biracagoye kabisa! Hama nkanje maze kubicamo D one ndamutahura! Udafise urukundo gwukuri ntiwibazeko nabandi boseko batarufise! Uru rukundo mubuzima bwukuri rurabaho kabisa! Gusa abantu nkatwe turufise turibake cane goose!😭😭😭😭😭😭🙏🙏 pôle sana D One ! Utumye nibuka ingorane zuwanje ndimo ndagerageza kwakira nukuri!

    • @user-jl8qb6he1i
      @user-jl8qb6he1i 2 ปีที่แล้ว

      Mpol nanj vyarambayek

    • @lilianeerica3318
      @lilianeerica3318 2 ปีที่แล้ว +2

      Baravuze ko definition yurukundo kwarabantu babiri bajujuta rero ntawomutwenga vrt

    • @rahairay.c9941
      @rahairay.c9941 2 ปีที่แล้ว

      Utarahemukirwa ntumenya urukundo icarico☹️☹️☹️ ikindi naco urukundo ntibaruhata D one mwikuremwo kuk umutima wiw nuwaw ntimwahuje ivyinkundo ndabigendera kure ❤️🤸🤸🤸

    • @alicebutoyi3615
      @alicebutoyi3615 2 ปีที่แล้ว

      Mpore twese biheruka kutubako uwotwaritumaranye imyaka6. Amaherezo yampevye mwuyumwaka ...kuvyakira. Vyarangoye ariko. Ubu nisawa.

    • @happynonoella3493
      @happynonoella3493 2 ปีที่แล้ว

      Pol sana ncuti ariko PAUL yavuz uwovyokundira yoba nkanje non nanje narafash umwanzuro kuva ndawufash ndatuje narihany icaha nimba ari kwihana icaha ukarahira kutazongera kugikora niko nihanye kugeza mvuy mumubiri

  • @alexissabushimike36
    @alexissabushimike36 2 ปีที่แล้ว +20

    Give a break to this young n beautiful lady . She knows what she wants....full stop

    • @helpniggv
      @helpniggv 2 ปีที่แล้ว

      Sure talk

  • @zazazawadi7270
    @zazazawadi7270 2 ปีที่แล้ว +18

    Basha jew sinzoruha kuraba iyi series kweli 🤣🤣🤣

    • @familytv2217
      @familytv2217 2 ปีที่แล้ว

      Mbona ar series nyen

    • @bansbans3802
      @bansbans3802 2 ปีที่แล้ว

      Warasaze turikumwe swaiba😂😂😂😂😂

  • @beatsbyekwatoriano3556
    @beatsbyekwatoriano3556 2 ปีที่แล้ว +7

    Yo, D-one that one girl doesn't deserve you. She maybe looking "beautiful" for you, but you're such a beautiful soul which she doesn't seem to be. Just as Delicia said, There's someone better, worthy, much much beautiful and as caring as you only "waiting" for you somewhere. She's not even willing to give you a chance. You shouldn't be begging for her love since, apparently, she doesn't have "love" she seems to be so superficial.
    Move on, work hard, and leave her behind. You will thank yourself later for not wasting your precious time with her.

  • @ndikumanajerome8466
    @ndikumanajerome8466 2 ปีที่แล้ว +10

    Bro focus on your talent u are talented bro, they are too many girls think about your tomorrow bro, take it easy and focus on your talent, otherwise you will still down but anyway we don't force love love it's feeling love emotions but she doesn't feel how u feel let her go.

  • @justinnkunzimana8216
    @justinnkunzimana8216 2 ปีที่แล้ว +3

    Ariko uyo numukobwa wizingirako😀 aho harabana benshi. Mwihoze!!!

  • @jeromemutoka5027
    @jeromemutoka5027 2 ปีที่แล้ว +12

    Bro you’re talented I can advise you that you supposed to do your music there are more beautiful girls than Santa forget about Santa you’ll find one who love you please🇺🇸🙏🏾🙏🏾

  • @leopoldndayitwayeko3770
    @leopoldndayitwayeko3770 2 ปีที่แล้ว +6

    Bro focus on life and talent, you need to forget this girl!one she will see the true love from you! Love is a feeling, emotions!

  • @alicemuhimpundu9066
    @alicemuhimpundu9066 2 ปีที่แล้ว +4

    Hhh ati uremeye ndakugire ipine ya reserve hhhh Burundian I really love u guys from USA 🇺🇸

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 2 ปีที่แล้ว +10

    Number1 💪 icakoze Delicia Santa azokwica ararakara ukuntu😂😂

  • @itekakingschadryck7304
    @itekakingschadryck7304 2 ปีที่แล้ว +5

    Give love him never give up love never lie and love have spirit don't never give up still waiting

  • @irumvaarnaud9911
    @irumvaarnaud9911 2 ปีที่แล้ว +1

    😂😂Arkoo g bashaa ndabon nihatariiii kwel...j si nditahuz kwaatar i saison iy 'n film cnk??

  • @isaacclassic1753
    @isaacclassic1753 2 ปีที่แล้ว +8

    😳😳😳😳Ibibintu kumbe birabandanya 😳😳 Ndi murugendo gato ninataha nzobikemura , mutwihanganire nukuri

    • @kizabiza5128
      @kizabiza5128 2 ปีที่แล้ว +1

      Boss gira ico ukoz biher vrt

    • @tresormanirabaruta2450
      @tresormanirabaruta2450 2 ปีที่แล้ว +1

      Biraryshe kuraba boss naho bibabaje cn gusa Santha afis umutima ukomey wallah ukunt D one amuririmbir ndink Santa nosanga narize 😂😂

    • @jean-daffairesmanirakiza4759
      @jean-daffairesmanirakiza4759 2 ปีที่แล้ว

      Bandanya urugendo ndabona urugo warusigaranye umugabo w'ijunja n'ijambo n'aho afise amabere. She is the right person at the right place, uze umwiteho atere imbere kuko ni imwe mu nkingi za Isaac Tv.

    • @kekeclaire5177
      @kekeclaire5177 2 ปีที่แล้ว +1

      Saw tirakurindiy kwel uze ubikemur knd turashk bizogend nez

    • @ygsa5009
      @ygsa5009 2 ปีที่แล้ว +1

      Mumukorey publication neza uwumuhungu

  • @asifiweelias55
    @asifiweelias55 2 ปีที่แล้ว +15

    None urya muhungu nawe twabonye kuri ASE TV avugako akundanye na SANTA imwaka 3 kandi bafise vyinshi bayaze bijanye nakazoza kabo kokubana bica bigenda gute ?en + yiyamirije uwomuhungu ko yomurekera umu chr wiwe none muzoduhurize uwo muhungu nurya yavuze ko akundanye na SANTA 3 ans kugira ukuri kuje ahabona kandi urumva SANTA umu chr wiwe yamuhagarikije kukazi kuri ISAAC TV vraiment murabe ukuntu bose ari 3 mwobahuza 🤝🤝🤝🤝.

    • @nunuisimbi5031
      @nunuisimbi5031 2 ปีที่แล้ว +4

      araraba ntozokwicuze kuk ntamuntu agukunda ngoyobger aguhebeshe akaz nuwo mwasezerany ivyo ntavyoyokor gwaguhebesh akazi santha menya icuri Hama ntiwiteshakaz haribeshi bagakeney bakabuze

    • @sma-bbhofficial1750
      @sma-bbhofficial1750 2 ปีที่แล้ว +1

      @@nunuisimbi5031 nabasazi

    • @damascenebizumuremyi9895
      @damascenebizumuremyi9895 2 ปีที่แล้ว

      yes nibyo bizacemura ikibazo

    • @sma-bbhofficial1750
      @sma-bbhofficial1750 2 ปีที่แล้ว

      Urya yabonekanye kur ase TV wew tuzomutwika👊✊✊✊👊👊

    • @Wolf-Junior205
      @Wolf-Junior205 2 ปีที่แล้ว

      Iki Elias avuze nanje Nico nariko ndibaza. Hasanzwe hariho Uwo bakundana. Rero uyu mujama D One narabe nta forcé urukundo. Apoeshe nivyashika bagahebana nurya bari kumwe, azoshikirwa basi

  • @bosconshimirimana4199
    @bosconshimirimana4199 2 ปีที่แล้ว +7

    Santa ikintu nomusaba nikintu kimwe kwankira umuntu nibisanzwe ariko urabigira murupfasoni atamaramaje umuntu ikindi uwo muhungu nawe igihe umukobwa atagukunda ntuhatiriza vrt nareke kwimaramaza

  • @malicksag466
    @malicksag466 2 ปีที่แล้ว

    Iyi saison iraryoshe sana courage guys Delicia urakora utuntu twumutse gusa ndakunda utu live twa D-One uzoze uratumukoresha for eg:iyo ya meddy yaryoheje ikiganiro👌👌👌D-one utwo tu base ni bn apana bamwe bakora twuburofa you're serious man Keep it up

  • @kanezafannyyadav6340
    @kanezafannyyadav6340 2 ปีที่แล้ว +8

    Epizonde ikurikira turayishaka aribatatu nurya munhungu bakundanye na santa

    • @helpniggv
      @helpniggv 2 ปีที่แล้ว

      🤭🤣🤣

  • @wondersofcreation2344
    @wondersofcreation2344 2 ปีที่แล้ว +1

    Show buzz y'uburundi isigaye ivumye.abantu nyene mwaragiyeko muremere ngo iyi story iri serious!ariko n'umucezo gusa.n'ukugira ngo turabe cane indirimbo waiting ya D-one.kandi umuti warakoze.bravo D-one

  • @alexiskasongo918
    @alexiskasongo918 2 ปีที่แล้ว +5

    Never force love please forgete about that girl and find someone who loves you mu Burundi dufise aba cherie baruta uyo inshuro igihumbi and what you are doing is stupide a man should not behave like that

  • @mugishaericsson4892
    @mugishaericsson4892 ปีที่แล้ว

    Warakoze kumugarako nkibi vyamufashij can D-one big up❤️

  • @annyfafafanny4199
    @annyfafafanny4199 2 ปีที่แล้ว +6

    Nn amuhatikiriza urukundo atamukeneye narondere abandi ntabandi bariho santa afise uwiwe namuvire mubuzima areke kumutesha umutwe

  • @blingchrisbrown6430
    @blingchrisbrown6430 2 ปีที่แล้ว +3

    Never give up bro fight for your love 😅😅

  • @simonhotfilms3134
    @simonhotfilms3134 2 ปีที่แล้ว +13

    The last dangerous thing "love"😅😅

    • @Kingtiger98
      @Kingtiger98 2 ปีที่แล้ว

      Nigeria th-cam.com/video/HLqvhu8vj98/w-d-xo.html

    • @simonhotfilms3134
      @simonhotfilms3134 2 ปีที่แล้ว +3

      @@ommyfrancis2734 mn sukwishima burya urukundo ruragoye gukunda umuntu ntagukunde bibaho natwe birashobora kuba vyaratubayeho😂😂knd ntiwibagirwe ko bakunda inoti😂😂ntiwabonye kwakoresha iphone😂😂Aba diaspora baratuma tubenrwa sh 😂😂😂

    • @elsonhakizimana5358
      @elsonhakizimana5358 2 ปีที่แล้ว

      Man niyompamvu bishoboka atagikwe kabisa cari gikaiye kuhaba

  • @stephanietv2573
    @stephanietv2573 2 ปีที่แล้ว +2

    Iy film iraryoshee sanaaa kwel

  • @user-ws4qk6hr3j
    @user-ws4qk6hr3j 2 ปีที่แล้ว +2

    Pole san kak mapenz yanatesa ooo my good 🇧🇮❤️

  • @jean-dariusndikumana67
    @jean-dariusndikumana67 2 ปีที่แล้ว +2

    Mwohorere sha D one! Uzaronka uwawe kandi agukunda Maze urekane n'ako gakobwa Santa kuko kozokubambira mu nzu.
    Gusa urukundo ni hatali. Aha benshi tuba tugendana ibikomere nuko twihangana gusa.
    Ukomeze kwihangana bro #D one

  • @roddyfawaz8167
    @roddyfawaz8167 2 ปีที่แล้ว +10

    Wee dogo erega ntazorya uyo mutima wawe wangu abakobwa bubu baraba inoti ndake 😀

    • @ericntungwanay2507
      @ericntungwanay2507 2 ปีที่แล้ว

      Urakoze

    • @opkl4
      @opkl4 ปีที่แล้ว

      Sataburekakungarakumuhungunturintamwinzantukwichimangusa

  • @lionelopromoter3343
    @lionelopromoter3343 2 ปีที่แล้ว +2

    #D_one nukuri ndabona urafise urukundo rureeuunze🙌🙌nukuri ushimir Iman yaguhaye uwo mutima

  • @najeebsoulait4253
    @najeebsoulait4253 2 ปีที่แล้ว +2

    Achana na uy dem tafta hela jomba mapenzi yaachie weny Mayo😂😂😂😂😂 pole sana D one

  • @lazaremajambere4929
    @lazaremajambere4929 2 ปีที่แล้ว +5

    Bravo à Delicia et courage 👏👏🔥🔥

  • @edrickbigirimana6619
    @edrickbigirimana6619 2 ปีที่แล้ว +2

    Am from Lusaka Zambia 🇿🇲🇧🇮

  • @alainbulambo7180
    @alainbulambo7180 2 ปีที่แล้ว +5

    Delicious ndagukunda nanje

  • @francinenifasha1266
    @francinenifasha1266 2 ปีที่แล้ว +8

    Nguhay pole muhungu, ndazi urukundo rurababaza

  • @sibomanapatrick2474
    @sibomanapatrick2474 10 หลายเดือนก่อน +2

    Sha azaze mu rwanda🇷🇼 balamukunda❤❤❤❤❤😂

  • @kabizi724
    @kabizi724 2 ปีที่แล้ว +9

    Delicia ngir ndaguhig nanj ndab kunzonyemerer🤣🤣🤣

  • @joliembambane6277
    @joliembambane6277 2 ปีที่แล้ว +2

    Unasema eti unaweza towa maisha yako juu ya santa wewe nimuongo sana tena uko munafiki sana nikuulize santa ndo muzuri sana kuliko mama yako ambaye alikuza?nyinyi wakaka wakupenda kukuwa munataka kuaribiya wadada heshima zao kwakujionesha eti munawapenda siyo vizuri

  • @lalaslove7831
    @lalaslove7831 2 ปีที่แล้ว +4

    Waramuhemukiye

  • @niyonkurufabrice3791
    @niyonkurufabrice3791 2 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo Brother ww ja kumavi usenge uzishurwa kwl

  • @jonasnsengiyumva1086
    @jonasnsengiyumva1086 2 ปีที่แล้ว +1

    Hhhhhhhh iyi série si sibwabwana kwel dukeney final

  • @Midwife257
    @Midwife257 2 ปีที่แล้ว +3

    Muramuvumishij vraiment courage

  • @hammelmoussa2158
    @hammelmoussa2158 2 ปีที่แล้ว +2

    Ndagu shimiye DELICIA 🙏
    ibyo umaze gukora birahagije.

  • @ngabireaudry2615
    @ngabireaudry2615 2 ปีที่แล้ว +1

    Muhungu wee,.. courage to

  • @rathiadouuno6547
    @rathiadouuno6547 2 ปีที่แล้ว +2

    Akanse uraheba Wang rondera uwi🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️

  • @princemarleche_003
    @princemarleche_003 2 ปีที่แล้ว +1

    Ngo waiting 😂

  • @opk3943
    @opk3943 2 ปีที่แล้ว +7

    🤣🤣🤣🤣iyi épisode niyo

  • @florataylor1758
    @florataylor1758 2 ปีที่แล้ว +3

    Heweeee ntarukundo rwo guhatiriza ndasavye mumpere amahoro ma chérubine Santa 😂😂😂😂😂🥰🥰🥰❤️❤️

    • @divinmichelnzojibwami
      @divinmichelnzojibwami 2 ปีที่แล้ว

      L'amour forcer n'existe pas. Gusa uwo mujama namwikuremwo uwo Santa aran asanzwe saaana.

  • @titikabasele1867
    @titikabasele1867 2 ปีที่แล้ว +2

    Ndakwemeye Delicia serie ikurikira nikurab uwundi azobahuza kandi

  • @thekongwe257
    @thekongwe257 2 ปีที่แล้ว +1

    İyi série ndayikeneye kugera kwiherezo

  • @delphinniyontsinzi9841
    @delphinniyontsinzi9841 2 ปีที่แล้ว +14

    Delicia arabaye Mutananirwa n°2.

    • @measme4721
      @measme4721 2 ปีที่แล้ว +1

      Mutananirwakazi

    • @lydiawamaana8527
      @lydiawamaana8527 2 ปีที่แล้ว +1

      5è série turayitegerej agafilm karacakomeza😀kaa turoree

  • @fundi_feli6299
    @fundi_feli6299 2 ปีที่แล้ว +4

    Iyo Song ariko ayikorera Buzz nziza cne vrm 👌 niyubwenge

    • @helpniggv
      @helpniggv 2 ปีที่แล้ว

      Sure talk

  • @mugabekazichrista3607
    @mugabekazichrista3607 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndacumiwe koko😅😅😅😅 mwami yesuuuu😅😅😅

  • @ntihindukabienvenue2228
    @ntihindukabienvenue2228 2 ปีที่แล้ว +1

    😭😭😭😢😢😢😢😢Ntaco mfise novuga gusa ndababaye nukuri akabonge karanyishe!!!Mana hindura uwu muhungu yibagire santha!!urukundo impumyi kwel!!amaso akunda ntabona neza kwel ese imana yohindura santha akamwemerera kwel nokumva k nduhutse mumutima kuk nanj iki kiganiro iyo ndakiravye namosozi arakoroka😭😭😭

  • @kenykimmhrwe3235
    @kenykimmhrwe3235 2 ปีที่แล้ว +1

    D-One 🥺🥺 blo pole Sanaa 😭😭 birabaza muta

  • @anicetsmithhabarugira2370
    @anicetsmithhabarugira2370 2 ปีที่แล้ว +2

    Sweet njany nah ubizi nuku mur 12ml dufs mugihug utrimw muribz kund uwugukund ivyowishimiy sivy bapfum bagutr inda ugakoma vah

  • @edrickbigirimana6619
    @edrickbigirimana6619 2 ปีที่แล้ว +3

    Still waiting guy cause Love❤️ is bad game and then be careful with his boyfriend, He's searching you maybe he'll want to do something badly to you,am from Lusaka Zambia 🇿🇲

  • @nduwimanalphonsine3445
    @nduwimanalphonsine3445 2 ปีที่แล้ว +2

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭🇧🇮nunvise alijendikurira 😭😭😭ukunduwudahukunda nanje naragupfiriye😍🤣😘 nm jamilla love numudem ntarenzecane

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 2 ปีที่แล้ว +2

    Urukundo sagahato D.One gezaho,muh'amahoro fursa sinarinziko urukundo rukibaho nkugo

  • @princedivin1971
    @princedivin1971 2 ปีที่แล้ว +1

    Man uraryoheye cane nukuri love nkiyo wapi hahahahaaa

  • @AaAa-dd1qu
    @AaAa-dd1qu ปีที่แล้ว

    Don ingo twikundanire ndaguhoze amarira ndakwibagize igete urazukuntu nkunda urikuririmba ikibazo? Mufise mwiruka nibibasiga ibibasanga mukabisiga inyuma D - O N love you too much ❤❤❤❤❤👌👌🇸🇦🇧🇮😘😘

  • @mairymairy1851
    @mairymairy1851 2 ปีที่แล้ว +2

    D one bazokumenugorutwe😄😄😄

  • @kizabiza5128
    @kizabiza5128 2 ปีที่แล้ว +2

    Crazy love 😀😀😀

  • @madinanoor2505
    @madinanoor2505 2 ปีที่แล้ว +1

    Ushaka uvume uciyekuri santa sha🏃🏽‍♂️🏃🏽‍♂️🏃🏽‍♂️

  • @didi-dr1di
    @didi-dr1di 2 ปีที่แล้ว +1

    D- one kwinginga cane bitera gusuzugurwa no gupfa uzopfa pole sana kirazira gukunda uwutagukunda gusa komeza kwizera turabiyo bizoherera

  • @nachilon6529
    @nachilon6529 2 ปีที่แล้ว +2

    Love ituma umuntu aba crazy Imana ibindinde nkeus 😭😭😭🙄🤔

  • @belizaita
    @belizaita 2 ปีที่แล้ว

    Hama courage à toi #Delicia 👏👏👏

  • @celestinmutoka8782
    @celestinmutoka8782 2 ปีที่แล้ว

    Ayo mavyi ngo no sata....alaaa.....rekana nijyoshano bro

  • @feregiz2479
    @feregiz2479 2 ปีที่แล้ว +3

    DELICIA NA D ONE TAILLE NTA NTAMBAMYI . VUMBUKANA DELICIA MWANAWE

  • @clovismugisha3658
    @clovismugisha3658 2 ปีที่แล้ว +3

    Akandi ka épisode,,, hahahahhhh

  • @gateraange3642
    @gateraange3642 2 ปีที่แล้ว +3

    Mbega firm😂

  • @misagohosea1283
    @misagohosea1283 2 ปีที่แล้ว +1

    Mnachekesha sana

  • @irakozetresor5777
    @irakozetresor5777 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndaryohewe niyo song!!! Urabiziii!!!!!!

  • @cleriakeke5724
    @cleriakeke5724 2 ปีที่แล้ว +2

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭oya basha santa kweli,basha birateye ikigongwe😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @changshatvofficial7229
    @changshatvofficial7229 2 ปีที่แล้ว +1

    Uwukunda siwe agukunda brother 🤷‍♂️🤷‍♂️

  • @sabushimikeaaron3884
    @sabushimikeaaron3884 2 ปีที่แล้ว

    iyi series izoherera ryari

  • @Sarah-yl8uz
    @Sarah-yl8uz 2 ปีที่แล้ว +1

    Mbeg rukundo🤭🤭

  • @ygsa5009
    @ygsa5009 2 ปีที่แล้ว +1

    Atarakandi mumukorey publication neza vrt 🤣🤣🤣, ntarukundo bakira kuma tv

  • @fafafick5444
    @fafafick5444 2 ปีที่แล้ว +2

    😅😅😅😅😅 muhkam nivy gusenger kugir Santa yemer

  • @meddymedarditangishaka9412
    @meddymedarditangishaka9412 2 ปีที่แล้ว

    Harahiye koko
    Bro gukunda uwutagukunda birababaza.
    Ariko kunda uwugukunga uwutagukunda umwihoze
    Ndagutahura Bro ariko be strong Love hurts🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈

  • @mariejeanne4958
    @mariejeanne4958 2 ปีที่แล้ว +2

    Neza cne Santa kuri 16:42-49👏🏿👏🏿💗

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 2 ปีที่แล้ว +1

    Film irabandanya?

  • @Vannessa-jc4hw
    @Vannessa-jc4hw ปีที่แล้ว

    Wubahw d,one courage mubikorw vyaw

  • @belizaita
    @belizaita 2 ปีที่แล้ว +2

    Nyimba ariwe Santa nagira ndakwibutse ko uri umukobwa!!! Ibisigaye le temps est le maître de tout !!!

  • @mziziwabahariahmad980
    @mziziwabahariahmad980 2 ปีที่แล้ว +1

    Hama nkuko mushiki wacu abivugako yesu ariwe atanga amahoro ntabesha ariko amenyeko abicisha muri twebwe abantu mukunduha wamunezero nurukundo kuko yesu ari muriwe ndetse ari nomuri Done nueundi Atari D one. Urumva ntavugenho yesu niwe atanga umunezero awutanga yabicishije muritwebwe intama ziwe

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 2 ปีที่แล้ว +1

    Santa reka kumubwira ngo ntumukunda ahubwo wotuma umubwira ko ufise uwundi
    Ugumye umubwira kutamukunda wogira ngo ntawundi ufise mukundana

  • @zuriathzouzou8285
    @zuriathzouzou8285 2 ปีที่แล้ว +4

    Ndazinduts kwer nakumiro kibara🤣🤣🤣

  • @onanikubwimana479
    @onanikubwimana479 2 ปีที่แล้ว

    Bro rondera akanoti ibindi nimunyuma wibaza iyaba ufis car V8 bibabimezuko!!?

  • @alexandrenimbona6150
    @alexandrenimbona6150 2 ปีที่แล้ว +1

    None santa où es le problème kukudraga imbere ya camera sibisanzwe ugira ntaba kudraga inbox komeza kukazi D-one nawe mubwire ati rindira kugeza aho uzoshakira .

  • @cleriakeke5724
    @cleriakeke5724 2 ปีที่แล้ว +2

    Nsanze ndize 😭😭😭😭uyu muhungu arateye ikigongwe 😭😭😭😭😭😭😭😭😭

    • @vivipro3172
      @vivipro3172 2 ปีที่แล้ว

      Urukundo rurabaza nukuri najewe ndabizi umuhungu yirigwayicaye kwishure mpaka ntashe twariruka nampaka naje sinamukunda nagato nihatari

    • @zephilinminani9561
      @zephilinminani9561 ปีที่แล้ว

      Niyikundir ww diss🇱🇷

  • @Midwife257
    @Midwife257 2 ปีที่แล้ว +1

    Mbisa ndagi télécharger ko kigira gifutwe

  • @aba3977
    @aba3977 2 ปีที่แล้ว +2

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @IsraelOnes1763
    @IsraelOnes1763 2 ปีที่แล้ว +1

    Jw mbere nkunda Delicia😂
    Santa let me ask to go with u next time kumudraga😅

  • @evelyneniyonzimaevelyneniy1498
    @evelyneniyonzimaevelyneniy1498 2 ปีที่แล้ว

    Ndakwemey urabahuje

  • @ndayisengaclaude3747
    @ndayisengaclaude3747 2 ปีที่แล้ว

    Imana iguhe kwihangana

  • @PierresPerfect
    @PierresPerfect 2 ปีที่แล้ว +3

    Wow this show is getting more interesting, keep it up Delicia as delicious...

  • @babyniyomufasha9408
    @babyniyomufasha9408 2 ปีที่แล้ว

    iyi serie iramara pe.mutunyarukirize iyi kurikira

  • @nshimpeniel9743
    @nshimpeniel9743 2 ปีที่แล้ว +1

    Namba Ari Nigeria movies🙆🙆🙆🙆

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c 2 ปีที่แล้ว

    Ukunde ugukunda