😳IYINGWANO yadutse..|| Umunyamakuru wa Isaac Tv Bamuteye Imitoma imbere ya Camera..|| Ishavu..
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Uwabonye kobazinanyi murivyinshi agonge ngaha
Rekareka hubw nukumuririmbir zimw yarazimuririmbiy uyu mu girl yaseko bimenyekana
Ivyabo ni birefu😂jew ndi uyo musto sinokwemera kumugirish ikiganiro
Komera 😀😀🤣🤣🤣🤣🤣🤣🏃♀️🏃♀️🏃♀️
Nuko aguma amuzivya. Namureke abishire hanze. Urabona ingene yishima. Iyisi irigisha azotinda abibone🤦
Iyisi ningorane 🤭🤭🤣🤣🤣
Wa mukobwa ntubereye na gato Kuba umu journaliste, Isaac, nagerageze aguhindurire akazi.Iyo nyifato yawe iteye isoni uyimaranye imisi, Ubu ho birabuze,Kuba sociable birakenewe muri journalisme .uretse ibi vy'ubunyene wama ugomba kW' imposa abatunire n'amanyama menshi devant le caméra ni ibara.Tu termines l'émission en queue de poisson.Ababibonye nka nje musige like ngaha
Urarivuze vrt!! niyige ivyimibano kwel!!!ntavyazi!!!ntamumenyesha makuru akankama kand yigumura nkuko imbere ya camera kwel
Ariko abarundi murasara mwebwe muvanga ibintu bitavangika muri inserieux none akazi kavangwa gute ni vie prive jya muvana ubugoryi aho
@@jameseric7123 nkub usanga atamwany yaribwamuhe wokuyaga so,niho amuboneye!
Maan c’est grave avec cette journaliste, franchement elle fait du n’importe quoi !! Arakwiye kuja muri formation, agabanye ishavu uyo mu sto!! Sinon big up au chanteur 🇧🇮 uzotere imbere!!
@@lepresi6673 akazi n'akazi urukundo ni inbox
njye nkunda abarundi cyane sinzi uburyo mbiyumvamo
ndi umunyarwanda
Uwabonyeko Santa ibivumvuri vyurukundo bimutwaye ampe like
🤣😂😂,Isaac iraros'umukwe abivugira kur camera
Ahubwo yubahwe 😀😀😀😀😀😀😀😀
😂😂
Yubahwe kbs umomu Type aririmba neza
Hahaha
Kirazira gukunda utagukunda😱kunduwugukunda❤️
Why does she feel insecure when a dude got into it. Y'all are still making it rain and planning to get into it later. Give it to him girl. "Always,the remainder of the light is where it's already dark." Be blessed.
Santa ntamusi wigeze urira mu kiganiro ariko ubu warize bisigura ko umwibuka naho wikaushije...love 💕 connection
😂😂😂😂😂😂😂😂
Hahaha
Courage musore uko nukwigirisha biragaragarako agukunda, yahora akunda gutwenga ariko uno musi yari yakawutse🤣🤣
The guy is very talented 🤲🏾🤲🏾
He's but I didn't know him I just got to know him now
Muhungu''' pole 'ukuri kuzoja ahabona''hama courage 'imbere ni heza''urashoboye''ndishaka kuzokurihira indirimbo imwe ''uririmba neza biteye ubwoba
🎤🎤🎤❤❤❤
Kuberik amubaz ivyakahise akavuga ngo bakat ikiganiro mukama abakobwa bubu barohakan ivyo bazi
D One Big up sana urashoboy, Huguette nawe ngo ntakuzi🤦mamaweeee!!!!!abakobwa b'iki gihe Noma sana
Santa Mungu anakuona! mapenzi anauma ila ndo ivo,alkin D-one never lose a hope ,one day uzoronka nuwuruta uyu!be strong mapenzi nihatareeeee!burya uk umubabariza umutima buca kabiri nawe bakawukubabariza uwawe
😂😂😂😂😂😂😂
Mubwir sha azobona
Toutes mes félicitations à ce type. D One nukuri urashoboy: ufis akajwi keza, ku guitare 🎸 uri number one, vraiment jewe uranyuz, urandyohey cane. Tudacishij irya n'ino vraiment uri NUMBER ONE mu BURUNDI.
Hama knd nashaka nsabe Isaac TV mumuhe akantu kuko uko nyene yabikoze nivyo vyatumy biryoha knd kuba yadrazé Nataritha Santha kuri caméra mumutahure urukundo rumez uko yaramupfiriy knd na Santha yarapfiriye Dieudonné kwabaye kwigumya.
Isaac TV mumuhe akantu Dieudonné arabakoreye umuti.
D-One, Rekana nawe abakobwa ni benshi ,Jewe ndakwemereye ko nzogufasha.Niwaronka uwugukunda.
Bro keep on waiting until when she feels like. This girl she's not ready and remember she's not the only one in all the country so you still have time. Hebana na we ntari tayari kugukunda bro ahubwo😭 I'm so sorry for that😭 i know how love is crazy but hold yourself 🇺🇸 🇧🇮
The guy is Talented!!
D one leave her alone and don't force love just focus on your career!!
Keep it up my brother 🇧🇮🇧🇮
IMANA ntaho itokura umuntu na meddy iziwe zambere zaja kuri compte ya press one ariko munyuma atangura gushasha azishira kwi compte yiwe.Ubu nasohora indirimbo mumisi ibiri ikaba ikwijije 2 million yama vues.IMANA imbere ibihe vyose
Umunyakuru nagira ishavu kadi biraboneka ko wamuhemukiye sana 😢😅😞😭🙏😆😢😅😞
Abakobwa bageze mumuji baca baindura amazina
Dada yangu penda akupendaye asiyekupenda achananae mapenzi 🥰🥰💔💔ayachagui mzee au kijana ayitizampe masikini 💞💞💖💖au tajiri kikubwa niheshimatu tu💗💗💗
That the real singer
Those songs come from in deep her heart.
It reminds Canco
Bro talent irahari pe terimbere tu as advice be strong yaco urira uyo agukatira ibiri imbere nivyo vyiza
Ngo bashaka abadiyasipora😅😅😅... Mbega guhindura amazina, narumiwe koko🤔🤔🤔
nwibuts kahits ndq🤑🤑congrats bro u re so talented
Iyi ibintu bijemwo urukundo, umugabo acika nkagakwavu. Pol sana. Ariko turakeneye kumenya story yose yakahise ngene vyatanguye nuko bimez ubu.
Please be back😂😂🙋🙋🇧🇮🇧🇮D-one vyamucanze😂😂😂😂😂kumbe yitwa Huguette # Santa😂😂😂🙋🙋🙋🙋kuva habaho ikiganiro ngaha Isaac TV iki kiranyishe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Uyu ngo ni Huguette hhh santa
D-One ko wihambirira ku gakobwa n'ibikobwa biri hanze aha? nubwo bitoba ivyo, you have your guitar, you have your talent, you have your life and heartfeltly you have your fans...
Interview ihindutse urukundo, mwibutse mutama, Santa areke kwirengagiza😅😅
😁😁😁😆😆😆😆😆😆
Santa reka kubabaza uwundi mwana araremvye kubera urukundo gwawe🔥🔥🔥🔥
Santa gasigaye gafise amanyama kandi mbona arakantu gatoya kandi gasanzwe toka uko urazi ingene natwe abagabo tubakeneye 😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁
Rekashah murek abiteshe
Je comprends son comportement 100%. Pour elle, elle ne s'attendait pas de l'approche amoureuse dans l'émission. Donc bari kubikuramwo avant de publier ikiganiro
Ni buzz
Caane ivyo mukazi ntibirimwo vrt
Bamubajije inspiration
iyo amaranga mutima (emotions) zibaye ikirenga uribagira nico Umu guest yavyifashemwo neza umu host niwe yari gukoresha ubuhinga n'ubumenyi afise kugira ntate ikiganiro yivumbuye_Boss wa Isaac TV azodusabe imbabazi twebwe tubakurikira
Ego cane. Iki ciyumviro nic'umuntu akuze koko. !!!👏👏👏
Ahubwo jewe nikiganiro mbonye ari santa ariko agikore jew nkumu fana nta na comentaire nzosubira kwandika
Iciyumviro c,umuntu akuze👍👍💪💪ivyo uvuze nivyo kwel
@@ntihindukabienvenue2228 murakoze
@@fabiolasilyvain8880 aho ntimwoba mukoze neza mugenzi kuko azikoosora noneho ababijejw barabibony kandi sinzi ko wakunda gukurikira santa akora neza ikibazo nuko vyagiy mwamarangamutima yurukundo hama naw ntiyabirengeye kandi uwabony yarabony
D one courage vrt impano yoyo urayifise igisigaye ni ukuyiteza imbere natwe tukagusupporting,
Enfin un artiste avec un instrument.
Caneeee. @D one arashoboyeeeeeeeee
Harakongotse ndake!
Mwishure ureke kwigumura wari gutuma umubwira mukaza kuyaga hanyuma muhejeje ikiganiro ariko ntiwaca uvuga nabi nkuko 🤔😢 ntamuntu wigera anyegeza aho aribwa reka rero yivugire ikimuri kumutima🤗
Yapfuma amabwira k babiyaga inyuma ya camera apabna kuca yigumura kwe
Bro you are talented 👌 👏 I love you I'm in Mozambique 🇲🇿
Huguette reka kwivumbura muhe urukundo uwundi mwana ntamu journaliste yigumura ariko agira ikiganir ahubwo higumura umutumire
Huguette iyo comportement werekanye suyumuntu yarezwe n,abavyeyi pee
Je ndumiwe pe kwigumura nkuko oya pe
Ngira yapfuye kuvyinjiramwo ngira ntaco icarico umumenyeshamakuru naw yari yagiy amwambariye Nabi
J ndumiweee p! Nukunt yivumbuy
@@violettenihimbazwe3245 reka reka jwe namamvuga nukuri santa ntandero afita nomumvugo yiw raba delicia ingene kitonda
Delicia aritonda ,n'ibiganiro abikora Neza, je mbonye Santha nako ngo ni Huguette yitwara nkuwavukiye imisi itageze,Isaac n'amunyegeze quelques part azogaruke peut être yayikwije
Ewe Huguette weeeeeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nukuri iki kiganiro kiratesa.
Bro , you have yr Guitar , you are talented rekana n'agakobwa kiparatura uzabona undi ukwemera the way u are
You have a good voice bro keep it up
Iyo hakoresh uwundi mu journaliste kk uraboneka kutari stable kd utisanzuy nomukumubaza🤣🤣🤣
Big up to D one ,he is so talented
SANTA REKA KUTUBABARIZA UMWANA. BRO U GOT TALENT 💯 U GOOD HIT FROM CHICAGO ❤
Brother kumbe nawe urakunda Isaac TV?
@@fidesinimahye7445 cane kira Murundi wiwacu ico nishimira nukumufata mumugongo. Rero ndabakurikirana cane. SANTA FATA UMWNA NEZA
D.One ihangane, Igikumi kikubenze ugitega Riguye!!
Uwowe ntagoye mbona ryaraguye Rindira akwize 35Ans azoca atangura kukwirondeza😴😴
Urinjiji ubwose niryagwa haricyaha azaba yakoze cyangwa azakwiza 35ans uwundi nawe akwije ingahe ubwo rero ngo uravuze
Ahaaa hyguette emera sha nibimw vyanyu mwihinduza amazina gus D one ntuv kw'izima tuza integuro y'Imana niyo ituma umuntu anyurwa bandanya akazi ba hyguette nabo bazohura n'amapoto nyuma bicuz
Numva mbabaye cane kubona #Santa adatahura urukundo rwa #D_One kandi baca umugani uti: "WIRUKIRA UWUGUSIGA UGASIGA UWUGUSANGA" santa icara wiyumvire neza love icar'ico kd umenye ko love atari ikintu coroshe kwihanganira 👉 ni #SBM_ON_THE_BEAT🎹 yari just impanuro
Isaac amenyeye ahuza abantu batandukanye butoyi na sisi niwo yabahuje rero naba nabahuje
Isaac duhurize uy, umwana nuy, uwundi murukundo please. Nkuko mwahujije Butoyi na sisi❤️. Kandi wongera umwigisha ingene yitwara mukazi. azadusa sorry kuvyo akoze yikaza arikukaz 🙆♀️ . so biboneka kobazinanyi murivyishi n, izina ryiwe turarimenye guette ntazasubire kutubesha izina twrimenye 👌
😄😄😄😄 kandi birambabaje kubona ikiganiro kiheze atamwemereye
😂😂😂😂😂😂
OMG bahungu ipoto iranaho ariko ngo ntayiheba itarungurutse. Keep going on and don’t give up bro. Wawundi ngwivipoto bishikira boseeee
Pole sana 😢 D-ONE257 hama Santa tugiye kumusengera aguh love otherwise love is so crazy my Gee
We don't want tht u loose yr talent bcz of love
Santa raba ugarukire uwo muhungu yakuririlbiy nakaririmbo keza! kuki abakobwa mwibagira ningoga?ibuka ...! isi irazunguruka wangu.D-One pole sana!
N'izina ryarahindutse
Turagowe ni Huguette@@claudenduwayo1577
Turagowe ni Huguette@@claudenduwayo1577
Jengerageje kuraba commentaire ntakosa afise Koko nuwo musani numubono sana ntiharikuza gutongoza Imbere y'abantu nikutagirindero abibona bambe like
Ntakintu kibabaza nkurukundo 😭😭😭😭
Courage ma Big bro 🔥 one day
D one
Umwana yahiye muhereze iyo love
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Bt nagushaka wang ndi nduwo muruziba
Ndi demayi wa mama ygette muruziba
Hama ububutuma uzunsubize ahanyene
@@jgyujbvhh9473 ndahr urandonder kur fc amazin yanj nay nyen
Man big up san urashoboy ham Landry akugayeg uramurek kuk siw azotum utera imber wew koran ishak bro don't give up your future is awesome be perseverant
Turabikeneye ntakuhende wangu 😂😂😂😂😂🔥🔥🔥🤝
😢😢😢😢hyguette nikirara gus dizzo keep waiting ma bro inkono ihira igihe we tuza bizoza🔥🔥🔥🔥🔥amaherezo yinzira ni mu.......?????
I can't believe this happened for D one I watch this video in 2024 but I think it was uploaded in 2022 . D one loved this girl so much but unfortunately she refused what's surprises me is that D one Is currently on the other level
Ahubwo yashatse basubirane hhhh santa yari amayeri yukugira wongere umubone yuuuuuu pole
Twavyumvis ni #bavakure_Hugette
Turabikeneye nyene.none wamohoye Iki?Santa Guma Hamwe💞
Ukora Neza my D-One I love you so much
Uwo mutype arazi kuririmb nuko ingorane mysic ndundi haterimber abataribo courage D one ham kora cane uzoronka vyose
Bro wa Kabarore , keep it up guy uyo mukobwa aragukunda kauka azokurondera
😂😂😂😂😂😂mbaye uwa2 Asha iki kiganiro numuriro vrt reka ndize agatebe nicare neza ndakirabe
None wew wagiy kumubaz indirimbo uzik yayiririmbiye wew🤣🤣🤣ngo hyget
This dude can sing
uyumwana afise talent ikomeye cane Imana imuje imbere
Who is here in 2024✌️
Hygètte,
muhe D-one urukundo ntapfe yishwe no kukubura m'urukundo.
Gusa musore heba ako gakumi ntikagukunda karigarisha kibagiwe ingozi.
Huguette arahaye😄😄😄🙅🙅🙋🙋🙋
Santa aragukunda Reka kwigira vyishi! Urukundo rurababaza nukuri! Aho wosanga hariho akariko karaguhenda ataco kazokumarira! Basi iyi interview Isaac turagusavye izobandanye nukuri muzoba mukoze! Dukeneye kubona aho bizoherera.
yeeeeeeeeeeeeeeeee waaaaaaa D ONE please every body i invite all to go to iteka music ntabwo nari bwumve indirimbo ziwe nukuri ziraryoshe oooo my god ngo murwanda bararirimba oya niburundi barakomeza kabisa sibintu mwese mugende murebe indirimbo yambere ihari ya D ONE muzombwira ................................................................................................................... you have to tell me he is so talented very talented
Courage young king D one ariko kuna indirimbo zitari kurubuga gwawe biri mubintu bituma vues zitaba nyishii kukubera ugize research mur you tube bigora kugira umuntu agutore
Kumbe #D_one uje muri St Marc waba uje kumuraba #santa🤣🙈love is so sweet😍 bandanya umwinjira azemera ni pole pole😂ndapfuy nagatwengo 🤣🙄abakobw ni hatari baraduhindur ubweng arakuririmbishij indirimb yumunyamahang mukiganiro cawe😭
icubahilo ciwe d one natwe turinyuma yigihugu tulamwunva Kandi tulamukunda Kandi alilimba neza big up brooo
Ooo my Gosh he loves u so much
Uyo pt ari so talented kl uko kl so be forward bro
Muranyishe mukama mutumye ndara ijoro. Gusa uwo mukobwa ntanubwo yitwa Huguette .
harahiye koko🔥🔥🔥🔥ewe hyguette shaaaaa😂😂
Nukuri ndakwemera cn d one urashoboye kbs umuziki nimpano yawe kbs
Izi nkumi za Izaaki ni hatali, ahunze camera kumwe mugenziw aheruka kubikora kwa J. gael..
HYGUETTE please gabanya ISHAVUU!! NTACO bitwaye kuronka umuntu agukunda, ntaribi. Big up au chanteur 🇧🇮 arashoboye kabisa!!
Nice 👍👍 kbx uririmb nez cane arik ivyany vyaducanz
Abakobwa bubu barahemuka cane tuze twikebuke
D one wew sant yarabitubwiyeko ngo yarakwase ngo uri mugufi yan Santa aragukunda kandi uze umutege imeme iguye kuko umusaz mukumuhana umuha impuzu zimesuye Hama wew komeza umukunda urukundo umukunda ruzotinda runeshe urwanko akwanka 🙏🙏✊✊
Santa mwumve ndagusavye❤️
Kwel Sha komerez ahonyen
Iyo Déclaration Y'UMUSHUKO yitiriwe déclaration y'URUKUNDO bitesha umu star kumenya ikibanza bivugurwamwo.
Yoooh maskini 😭😭😭😭inauma 😔😔😔😔😔Santa mapenzi Ni kilakit ukipata mtu anaekupenda mpende utajutaga wallah 😔😔😔
Ndavye mbona santa naho yigirisha agikunda D one
Uwo muhungu yashize hanze iyo mpano nukuri.mbega umuhanga wumuhanga!!
Mbega ibinti bisesemwa alaaa
Raba ningene wambaye washatse kumuseduisa yongere akubone ryiza
vrement this Guy arafise impano ariko yaradeconye
D-One don't force love. She is rejecting you today but she will look for u 2morrow. Love from Mwalimu Joseph, English teacher on TH-cam.
Sha yondayiravy inyibuts vyinship gs hugett nibaz ub kwa rogreta
Reka kwibaraguza🤣🤣🤣🤣