BOOM!😳B-FACE Avuye mugacerere ubwambere ivyo bapfa vyooose na DRAMA-T Mutamenye..
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Nanj uw muceri nawubony😂😂😂😂 B Face💪Rap Romantic shn🤸🥰ikiganiro cawe nah comar 3h nokirab cose,,, courage Muta we love you 🥰✌️✌️
B face wew utuguru twaw twakugize muremur kumubiri ndetse no mubwonko.ihanganire abapetit kuk urabaruta.big up sana ❤
Pole sana brother B Face, abarundi bamwe bamwe turagoye, ihangane ubandanye ibikorwa vyawe kandi Imana ibandanye ikuja imbere.
Wawooo!!!!be face ubundi niwe wacuu mwakoze kumutumira twari tumukumbuy 💗💗💗from Rumonge
Isaac iyo ubajije ikibazo burindira inyushu yoose ureke kujaniranya nikindi kibazo ikindi kitaraheza kwishurwa c est vraiment enervant kandi ubigira kenshi ba wihangana k merci👍🇨🇦🙏
Ubunyamwuga buke
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉 b face my brother imanizikujimbere murivyose nahose hama rekana nabobana turagukunda caaane
B Face numv ndgukunze de plus vrt✌️insiguro utanze zisa nizivug ukuri gusa👊utere imbere cane mumuziki abakwanka bamaramare
❤❤❤❤
Baca umugani ngo akarimi kumwe gsosa nkubuki
B-Face uri mukuru cyane kuko numvise ko uvugana na Mama wa Drama-T numva wamwegera ukamwegera mukayaga ndumva yazamwicaza akamuganiriza not kuza kuma Tv like this we love you and we love also Drama-T kandi muri abagenzi mwongere mube bamwe
Ubwibone nibubi cane Igihe cose ubony kumenga uri umu star birenze abandi Biba bipfuy kuko ucugira ubwibone .donc inzira yogushika Aho ushak nukubandanya wicisha bugufi .b face ubandany wibera humble nivyo vya fresh👊👊👊
Nakubaliii xaan bro B_Face courage sha ma Big brother
Bro B-Face big up saaana we capa kazi
Ikiganiro nacumvirije cooooose urera pe kandi ukore nk'umuntu akuze acoye akenge nkuko mbibonye
Naho nzoba nsigaye ndumwe b-face nzoguma ndamukunda!kandi Isaac wew urakunda urusaku
Kumenyekana cane iyo bihuye n'ubwenge buke hamwe n'akagaye,amaherezo aba mabi.B_face ivyo wavuze biragaragara ko ari ukuri.hama umureke drama_t aborerwe nubu star.
Uwo naho bazovugako yaneye kuri bata kand bamufash ari gusa ntabwo nzoreka kumufana
#RapYuda4life ✌🏿
Bagenzi iyaba wari hafi nar kukuramutsa kbxa kuk nanje b face mukunda kubi vrt ndamwemera cane, hejuru gose niho twipfuza kugera. 🙏💛💚🖤🤍
@@Joslyn123-pu3cw 🫶🏿🫶🏿🫶🏿🫶🏿uwo nuwacu naho yokora bibi gute ntawo nzova inyuma
Nukuri🎉❤nanj nuko
Siwe gusa kwli nnje ndumufana 😅😅😅😅
Nukuri nuwacu ❤
Bface kure can🔥🔥🔥🔥rekana nico kidogo twes ivyiw twarabimnye numwana mumutwe nabanz akure
Dram T B FC nabakunda musubirane Dram namusabe imbabazi p
Please😢😢❤❤
Uvuze neza cne
Wooooa B FACE imbere cane ❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯🔥🔥🔥🔥💪💪💪
Kure cne B Face wiwacu
B Face nshak izina ryiyo ndirimbo ndayumvirize
B-Face and Drama T, aca Longolongo, muriko murata umwanya, make peace. hanyuma mucape akazi.. We love you❤
B face naho nzoba ndumwe urumwe kumubumbe gusa drama utagasohoreye ikigoma kigahabura ntikazogira indero gsa ww ❤❤❤
Isaac TV. Il serait bien de chercher à réconcilier les gens au lieu d'inviter quelqu'un pour retourner en arrière mu matiku yabaye. Comme conseil d'un sage à B-Face and Drama-T. Cherchez une voie pour se réconcilier. Isi irimwo imidugo n'imimanuko les amis
B Face aracayoboy kuko afise ubweng Muyandi majambo avyibushe mumutwe !azi kuba mur situation yos genre yaba nziza cank mbi!ndamukunda cane B face ntitayeko atanzi kndi tutazigera tumenyan nzam ndumukunzi wiwe .beg up san courage ❤ kora abavuza ugwamo numunwa bientôt bazovuza ugwamo nibirenge bakurondeza amaguru . courage san
Drama T Bono sana. Big up B face 🇧🇮
Ntantambara dukeney muba artiste bacu ariko duhindur stratégie tube professionnel kuko vyose biriko vyicwa nibintu vyubujama duhindure rro uko dukora bizodufasha si non turabarundi twese just one Love
Isaac iyuriko urakoresha interview abantu babasaza atari bwabujwa zureka avuge apana kuguma uvuugaaa....B face yagushoboye tu😊ikiganiro cari bon
B face wewe mama aribonera ntariniganwa Nico ndamuziko
Ubuyuwayi bwinshi gusa!! Ntatanga umwanya ngo aheze
B face yubahwe kbx indirimbo nsha turayiteze kbx abamuvyonze barahari kbx nabakuruguture
#B_face urimukuru turagufana u are the best bro
B face nkundukunt aciy ubweng san ❤❤
B Face wew uri ushingantahe, kandi kubwiza abagenzi bawe ukuri ari ingabirano nziza idasanzwe kandi itagira benshi, kuko benshi bafise uburyarya.
Kandi nanje nakunze cane version yanyu mwese ya kode. Ndakunda uko wubaha abafana, wew mungendo yawe uraha ikibanza ciza abafana kandi naho boba ari abantu bato, urabaha icubahiro.
Courage mta, naho ubivuze ivyo bizoguha icigwa ejo uko wigenza hamwe n'abandi baririmvyi. Izo ngorane abantu bagira, biduha icigwa c'ejo hazoza.
Respect B Face
Yudah yahumaganye,ariko gusa B Face yunvikana nkuwurimukuri
Ndabasavy mumuvek b-face wanj ntaco yabatway b nibakurek shah nj ndahar dakwikundir nah isiyos yokwank nj ndahar❤😅
Ikiganiro ca b face sinokirengana kabiza❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
This story of Zanzibar it's just too much be strong maybe nubwana bumuhenda
Toujour o top b face more love❤❤❤❤❤❤❤
Ntamu nyakayanza afise inzingo wubahwe mutama💪💪❤️🙏🇧🇮🇧🇮
Waaoooo B face wamiyeee wakwetuuu big up bro wariwatunyotej warukumbuwe
B face nakukubali sana💪💪💪
My Rap yuda Big Up first 🤛🤛 I like ur rap from Kenya, naeza kushauli uendelee hio upole wako n heshima zako vitu zingine achana nazo ww n mtu grown-up so usijifananishe n watoto💪
Isaac ngo umutima wari wuzuye ibintu vyinshi none aravyihanye kwa B Face araruhutse 😂😂😂. Big up B Face
Nibamuhanure uwomupeti dramat kwl kuk jew naramaze kumwikuramwo wese vrm
Komera ncuti yanje b face umugabo wukuri yama aharanira amahoro never giv up brother
B-Face❤❤❤ibihe vyose icakoze nkundako urimvugakuri udaciye kuruhande arik ndabikundira🌹Isaac ndakwikundira uburyo ushusha inkuru🤣🤣
Nta ndero afise,muzoze Mu mwigisha yubahe abana...
B face big up sana bro wewe komera mutama ntakabi kawe
Nuwambere yesu amuturindir udushetani .
J sinovuga kuvyerekeye dram cnke b vyashitse vyarashits gus nagira nsab ab jouraniltse bacu bategure ikiganiro hab Hari question zikenewe
I didn’t want to explain yourself, but you did it well keep it up 👍 love from Canada 🇨🇦
Just because uri muri canada ntibisigura kutokwandika ikirundi ngo « I didn’t want to explain yourself » what kind sentence is that 😭🤦🏾♂️
Hi
Hotel yakarorero muburundi 😢 muranyica
Drama T NTA confidence yifitiye twebwe abadufashije nitwe twiribwa tubavuga none kubumuntu yaramufashije nikibazo? Monia fleur ko yivugiye ko B yamufashije yabaye ik
Who dramt ashak kugar gos b face numunt wumugabo avug ukur kand avug ijamb nkumushingantahe ❤❤❤❤❤nukur isahak arabaza ibibaz
B-Face am your big Fan 👌❤️❤️Big up our Super star 🇧🇮🇨🇦🇧🇮❤️
Ibintu bigashe muzanye atampinduka 🙊🙊,nimuterame nyen jew nkunda song iryoshe b face itwika nukuraba,dramat itwika nukuraba nkunda iterambere ryumuziki ndundi.ibeef murimenya.
Ntarimwo nari bwarabe ikiganiro ca B face , Kandi ntanubwo narinzi haramatati na mugenzi, ariko vraiment B face ari mukuri 💯 biraboneka ko ari sérieux Kandi araciy'ubwenge cane . B Face rero kure cane niho kwifuriza kugera courage muri vyose .
Ivyo drama t yavuze kwa gael wamenga nivyo nkeseri kandi nivyo b face avuze nivyo reka nje kwinwera inzoga rero bababandanye bashwana
Ihorere b face Imana izobaturira ababeshi bose Kandi ivyo babiba nivyo bazimbura gusa turakwikundira.komeza kwihangana turinyuma yawe natwe turakuze cane turavyumva ukuri ahokuri.kandi nivyiza kutarahira abavyeyi Imana wizera izokurwanira.
Isaac TV: none b-face ko ata tattoo na maherene urishirako nikuberiki?
B-face: Umubiri wanje uragushisha none uku umeze 😂😂😂
Burya abafana benshi baragutahuye b face kuko nakana kabi ki dramati ntandero kagira peeee kandi kazoheza kicuje munyuma
Isaac ubajije ubusa Aho rwose 😢
Buri wese agira uburyo bwe akoramo ibintu
B.face urakizwe cyanee murwanda❤❤❤❤
Isaac burindira umutumire aheze kwishura please 🙄apana kumucira mwijambo😊
Drama t turagukunda na b face abant nibabur ivyobaf # dukeney ibikorwa
B face ararenze azi nukuvuga araciye ubwenge ❤
Love ❤️❤️❤️❤️❤️ from Denis-King Angley Official
B face uvuze ushavuye cane kwl gusa vyerekanye ukuri kwawe kabisa kuvyo usiguye kandi urashavuje nugutakaza numugenzi witangiye
Isaac Ndagusavyee mugihe urikumwe numutumire ube umureka avugee apana kuza uramuciramwoo kuko kumuciramwo bituma kibihaqa
Ako umu peti uvuga ni mu peti ki B-Face that so unprofessional kweli rondera uwo mu peti mubisoze bishire kweli
Reka twumvikane nimube mugir'ico mwubaha ibi bintu ntibizigera bifudika you guys have to be professional
Rap yuda super star uyo ndamwemera sanaaa
B-Face big up kbs...insiguro ninziza knd kuba Fière-Claire,Biguha kutagira Uburyarya
Isac na umukubito. 2 journalistes youtubers matures. Ntawundi!
Unafiki ni mwingi my frd only Allah knows mana ndakwereshe uburundi bwanje
pleeease Isaac ugabanye guca mw'ijambo abatumire... interview irabiha iyo udashaka k'umuntu aheze kuvuga ivyo ashaka kuvuga
Dram-t numwany mub mb kuk b face avug kwaririmb nez mug wew atajambo narimw ryokumuhay yigz avug knd ariw harinic yamufashij kugr ashk ahagez
B face mutu mukbwaa sana Big up sana
Kary ga petit ntikari humble vrt..uragakubita amakonzi gakure mumutwe!😅
B face ndumunyamuyinga nakunda drama t ndabn ko b face ur mukuriiii
Ubund ko Drama-t mukundir talent murumv haricotum ndamwanka
Ntawagutumye kumwanka kor IC ushaka my frnd
😂😂😂😂😂😂@@bricepatientkubwayo-ym3gu
Umuntu umukunda ntumushigikira mumafuti ucumwegera ukamuhanura ntawumwanka gusa niyiyegereze bakuru biwe ace bugufi bamwereke ukuntu game imeze apana ko hit 2 zimurwaza ihahamuka acaburira indero abo yasanze bamaze plus de 10 ans mugakino nubu bakiri hit
B face we ndakwemera cane Kandi uravugisha ukuri canee
Ntimutakaze umwanya. Genda direct kuri 43:00
Drama t namusabe Imbabazi nyinshi B face
Drama-T yashatse kwiteranya kuri Mb Data ngo song Vovota niyiwe mugihe yoseeeee yari yanditswe na Mb Data.
Drama-T arakwiriye abahanuzi caneeee.
Mpa page yawe bwana B-Face abari Zambia tubandanye tugufata mumugongo
Isaac ba professional iyo ubajije Reka avuge aheze ureke kumucangira,puuuuuuh
shaaa drama t klii akwiy kwubahaaa abakumukuriraaa numu bonooo xnaaa b face amajambooo utubwiy atwerek k uri mukuriiii hama Isaac bandany ukor umutiii nae turikumw broo✌️ hamaa abo tuvyumv kumw mugir like kur iyii commentaire
Isaac TV none wewe ntiwumviriza izindi TV online ivyuriko ubaza vyose B face yaravyishuye kur Buja FM. Niyompamvu yakubwiye KO uriko uragorana Isaac ntavyawe
B face number one. Rekana n'izo nzoya muri game
Me broda merci kumuco uduhaye keep up music tuyikore dutere imbere
Next time uzoze urabaza Ibintu wabiteguye apana Kubaza ibintu bije ubwo nyene Hama courage caaane Isaac
Et finalement Drama T n'est pas sérieux,biraboneka neza ko no muri bantu boy batari guhuza,
Inzara Ibamereye Nabi pe....!!!
Pole sana rapper yuda! Komera mukazi
Rap yudaaa Jamaican style king wa dance hall🎉🎉🎉 ndumu fan wawee bcp♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🌹
#On the floooooooo🔥🔥🔥🔥🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
0:08
Ntabishasha ariko
but Isaac Tv, wagiye wihangana umuntu akarangiza gusubiza ikibazo umubajije??? ukomeza umuca mwijambo nkincuro 100 lol
B face yubahwe can ndamufana can🙏🙏🙏🙏🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
😂narinkumbuy b face Shaa love b face
Drama t koko nkuko b face abivuze afise ubwana bwinshi bivanye nibiganiro atanga birumvikana kwarivyubwana🤣🤣
B face wew urumushingantahe ndakwemera
Rekana nurwo ruzingo ngo ni drama-t
Isaac uzajye ureba muri camera iyo uvuga....on dirait que uba ufise isoni
Niyemere kumuruta kuk ntimungan ahubw yarakwiye kukwiyegerez ukamwerek uko yitwara kuk umurush vyishi❤