ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Rabin na Marshall umungo ni Barcelona na Madrid bararyoshe kurorera i mean kwumviriza. Salute 😂❤
Nta Sinduhije ateje impagarara reka kumubeshera! Sinduhije nimbwa ataco imaze yiyemeje gupfa iyerera kubera 2015! Sinduhije ari muraba wita imburamumaro.
Uwomurundi ariko yica ubuto bwiwe mumajambo gusa mon frère reka guta umwanya .
@@pierrendahigeze Kiza gwawe ureke ubwiwe !simpuhwe umufitiye!!
Ikintu nababwira kuri Sinduhuje, ni promotion ya mbere barangije école du journalisme ibujumbura, Président Buyoya agarutse kubutegetsi yashatse kubafunga, bahungira ikigali, twasangiraga hariya mu biryogo, yasubiye ibujumbura nyuma
Sinduhije yatumariye urubyiruko azabibazwa tu one day..
Ubu rero mwabonye turibijuju aho rero mwatumwe kwoza isura y'urwanda mubonye vyose bibananiye ivyomwateguye vyose
None Sinduhije yabaye umu DD ryari?
Marechal na rabin ndabakunda pe murabasasanguzi bo mu rwego ruhanitse mukomere kabisa
Sinduhije n umujinga w umugoryi twese turamuzi ubugome bwiwe nubwakera ariko ari kwisi azabyishula...ubu azapfa yangara yinyegeza nka gahini
mukomere cyane batarame👋🏽
@@Chriss-Jenn Asante sana
Rabin ivyobintu uvuze kuruwomutama uramubesheye cane ndanakugaye ndanakwase guko uriko urasambura sukwubaka naww davidi nahora nkwemera kuva kera uwomuhungu siwo
@@RaissaIrakoze-i5d wibaza ngo nakora ngushime?nkora ngo abarundi bamenye KURI.nawe nimba mwarasangiye ayavuye mumaraso Yaa jeunes b UBURUNDI azoguhumira asanga Atari ukutamenya ufise
Sha uyo muhungu wapi ntitumwemera kabisa
Aho nta nisoni Rabin kwisamburirako nkimpene mukwambika ibara SINDUHIJE uzi neza akazi yakoze muri kahise?bro niba harico mwapfuye kiri personnel ntubizane aha...turagukurikirana kandi twemera ubusesanguzi bwawe ariko warukwiye kwikebuka ivyabanyamulenge vyo barya ntibashoboka na Paul KAGAME bavuga ko ari adui wabo.urabesha cane
@@MutoniRobert-nk1nk wew yakoreye neza umuririmbe je yanyuciye abanje ndamuzi
@@MutoniRobert-nk1nk qui fait bcp de répliques s acuse d une part umuvugira nkande wewe ??CANKE mwarasangiye amaraso yabacu?