- 167
- 339 696
CA AKENGE TV
United States
เข้าร่วมเมื่อ 12 ก.พ. 2022
KURI CA AKENGE TV TUBASHIKIRIZA IBIGANIRO VYOSE BIJANYE NA PO YAKARERE DUHEREREYEMWO MURI RUSANGI!
GOMA YAFASHWE ,COALITION IRIKO IRISHIKANA,UBWAMBRE MBONYE IGIHUGU CA AFRICA GISAMA BOMBE!!!
GOMA YAFASHWE ,COALITION IRIKO IRISHIKANA,UBWAMBRE MBONYE IGIHUGU CA AFRICA GISAMA BOMBE!!!
มุมมอง: 3 135
วีดีโอ
INYUMA YAHO M23 IRIKUMINWA WAMAREMBO YA GOMA, WAZALENDO, FDRL FRDC MARCENAIRES TSCHEKEDI ATAYUMUTWE
มุมมอง 1.3K2 ชั่วโมงที่ผ่านมา
INYUMA YAHO M23 IRIKUMINWA WAMAREMBO YA GOMA, WAZALENDO, FDRL FRDC MARCENAIRES TSCHEKEDI ATAYUMUTWE
SYSTEME DD IGWAYE IBIHUTE 2 IKIZOMENEKA UBWAMBERE NICO KIZOYITWARA!BAYI :CIRIMWAMI,REVERIEN,OMEGA!!
มุมมอง 3.3K4 ชั่วโมงที่ผ่านมา
SYSTEME DD IGWAYE IBIHUTE 2 IKIZOMENEKA UBWAMBERE NICO KIZOYITWARA!BAYI :CIRIMWAMI,REVERIEN,OMEGA!!
M23 KWISONGA GOUVERNEUR WA nord kivu yamukuyemwo umwuka NDIKURIYO NGWARIKUMUSEGO NEVA NTACABIZIKO??
มุมมอง 2.5K7 ชั่วโมงที่ผ่านมา
M23 KWISONGA GOUVERNEUR WA nord kivu yamukuyemwo umwuka NDIKURIYO NGWARIKUMUSEGO NEVA NTACABIZIKO??
INYUMA YA SAKE HARAKWIRIKIRA GOMA!!KANDI URUGAMBA RUGIYE KOROHERA M23!
มุมมอง 2.6K9 ชั่วโมงที่ผ่านมา
INYUMA YA SAKE HARAKWIRIKIRA GOMA!!KANDI URUGAMBA RUGIYE KOROHERA M23!
IBIGIYE KUBA KU GISAGARA CA GOMA!!!!
มุมมอง 6059 ชั่วโมงที่ผ่านมา
IBIGIYE KUBA KU GISAGARA CA GOMA!!!!
January 22, 2025
มุมมอง 2.4K12 ชั่วโมงที่ผ่านมา
HOPITAL MILITAIRE YA KAMENGE YUZUYE IBIZIGA N ABAKOMERETSE!
BARATUZA WE !!UBUBESHI BWAWE ABASIRIKARE BARABUFUKUYE!!UTI NTABAGUYE IKO GO??SUBIRA TWUNVE?
มุมมอง 5K14 ชั่วโมงที่ผ่านมา
BARATUZA WE !!UBUBESHI BWAWE ABASIRIKARE BARABUFUKUYE!!UTI NTABAGUYE IKO GO??SUBIRA TWUNVE?
22eBATAILLON BAYIRUNGITSE CONGO BAYICIYEMWO AMACAKUBIRI!CIBITOKE NI FDLR ZIGANJEHO!!
มุมมอง 5K16 ชั่วโมงที่ผ่านมา
22eBATAILLON BAYIRUNGITSE CONGO BAYICIYEMWO AMACAKUBIRI!CIBITOKE NI FDLR ZIGANJEHO!!
TANZANIA YARAHIYE NEVA KO IVYIGITORO VYAMUNANIYE ABOGOZWA UWUJANYEYO IMODOKA NIMUGASHO AHIG IGITORO
มุมมอง 11K19 ชั่วโมงที่ผ่านมา
TANZANIA YARAHIYE NEVA KO IVYIGITORO VYAMUNANIYE ABOGOZWA UWUJANYEYO IMODOKA NIMUGASHO AHIG IGITORO
KUBERIKI LETA Y UBURUNDI ITEMERA KO HARABASIRIKARE BARIKO BABWA CONGO??
มุมมอง 1.9K21 ชั่วโมงที่ผ่านมา
KUBERIKI LETA Y UBURUNDI ITEMERA KO HARABASIRIKARE BARIKO BABWA CONGO??
ABAFASONI 63 BAPFUNZWE BAGIYE KUBAZ AMAKURU YABABO! ABAGUYE CONGO NGO NUBUBESHI KUBWA GN BARATUZA!!
มุมมอง 3.5Kวันที่ผ่านมา
258849505732
KU BUSESENGUZI BWA DAVID NA RABIN GOMA IRAFATWA VUBA VYANKA VYAKUNDA!!
มุมมอง 3.4Kวันที่ผ่านมา
KU BUSESENGUZI BWA DAVID NA RABIN GOMA IRAFATWA VUBA VYANKA VYAKUNDA!!
IBITIGIRI NFATAKIBAZA VYABASIRIKARE BAGUYE I NGUNGU VYASOHOTSE🤦♀️+258849505732
มุมมอง 6Kวันที่ผ่านมา
IBITIGIRI NFATAKIBAZA VYABASIRIKARE BAGUYE I NGUNGU VYASOHOTSE🤦♀️ 258849505732
ABASIRIKARE B ABARUNDI ABARENGA 100 BAGUYE NGUNGU, NAYO IGITORO NTIMUCITEGE V7BA!!
มุมมอง 6Kวันที่ผ่านมา
ABASIRIKARE B ABARUNDI ABARENGA 100 BAGUYE NGUNGU, NAYO IGITORO NTIMUCITEGE V7BA!!
ICATUMYE BUYOYA ADATSINDIRA CNDD ICONGO ,NICOKIZOTUMA NA M23 ITSINDIRA NEVA ICONGO!!!
มุมมอง 2.2K14 วันที่ผ่านมา
ICATUMYE BUYOYA ADATSINDIRA CNDD ICONGO ,NICOKIZOTUMA NA M23 ITSINDIRA NEVA ICONGO!!!
ABASIRIKARE 117 BAPFUYE 💔 💔 💔48BARAFATWA, BAZIZE AMA DOLLARS! ABASIRIKARE MWIGWANEKO CANKE MUHERE!!
มุมมอง 2.9K14 วันที่ผ่านมา
ABASIRIKARE 117 BAPFUYE 💔 💔 💔48BARAFATWA, BAZIZE AMA DOLLARS! ABASIRIKARE MWIGWANEKO CANKE MUHERE!!
KUBUSESENGUZI BWA DAVID NA RABIN,M23RARSINDA URUGAMBA N IKIBAZO C UMWANYA!!
มุมมอง 3.2K14 วันที่ผ่านมา
KUBUSESENGUZI BWA DAVID NA RABIN,M23RARSINDA URUGAMBA N IKIBAZO C UMWANYA!!
BATAILLON 20 ZA FDNB ZIGOMBA KUBA MURI CONGO!BASIRIKARE BACU MURIGURA IKI MURI CONGO????
มุมมอง 2.3K14 วันที่ผ่านมา
BATAILLON 20 ZA FDNB ZIGOMBA KUBA MURI CONGO!BASIRIKARE BACU MURIGURA IKI MURI CONGO????
UBURUNDI🇧🇮💔💔💔💔💔 BUBANDANYA GUHEKUGWA NA CONGO EVARISTE NDAYISHIMIYE YINOVORA AMA DOLLARS BAMUCIRA💔
มุมมอง 1.6K14 วันที่ผ่านมา
UBURUNDI🇧🇮💔💔💔💔💔 BUBANDANYA GUHEKUGWA NA CONGO EVARISTE NDAYISHIMIYE YINOVORA AMA DOLLARS BAMUCIRA💔
ABASIRIKARE B ABARUNDI BAVUYE SOMALIE BAJANYE AKANYARIGABO MURI CONGO,ARIKO KARAHERA VUBA !!!!
มุมมอง 3.2K14 วันที่ผ่านมา
ABASIRIKARE B ABARUNDI BAVUYE SOMALIE BAJANYE AKANYARIGABO MURI CONGO,ARIKO KARAHERA VUBA !!!!
INTAHE YVUMURUNDIKAZI ARI ARABIYA UYUNVISE WOHINDA AGASHITSI!!!
มุมมอง 11414 วันที่ผ่านมา
INTAHE YVUMURUNDIKAZI ARI ARABIYA UYUNVISE WOHINDA AGASHITSI!!!
CNDD FDD IRIKUMPFIRO IVYIKORA ISA NIYISHAKA KWANGARA ABARUNDI BUMUTIMA YIRENZIMBIBE ABARUNDI BARUHUK
มุมมอง 1.4K14 วันที่ผ่านมา
CNDD FDD IRIKUMPFIRO IVYIKORA ISA NIYISHAKA KWANGARA ABARUNDI BUMUTIMA YIRENZIMBIBE ABARUNDI BARUHUK
NTABARIZA!UYU YAKAMANGANIYE MU BIRO VYA ARABIA VYOMUKINGIYE!!
มุมมอง 10614 วันที่ผ่านมา
NTABARIZA!UYU YAKAMANGANIYE MU BIRO VYA ARABIA VYOMUKINGIYE!!
NEVA ARARA ATARYAMYE SUD KIVU NIFATWA NA M23! NAYO ABAFASONI 🇧🇮BATWAWE SAWUDIYA DORINE NGO NABAVEKO
มุมมอง 2.9K21 วันที่ผ่านมา
NEVA ARARA ATARYAMYE SUD KIVU NIFATWA NA M23! NAYO ABAFASONI 🇧🇮BATWAWE SAWUDIYA DORINE NGO NABAVEKO
INVUGO YA REVERIEN IZOTUMA IMIGENDERANIRE Y IBIHUGU ITEBA GUTONGANUKA!MASISI ZONE YAFASHWE!
มุมมอง 4.6K21 วันที่ผ่านมา
INVUGO YA REVERIEN IZOTUMA IMIGENDERANIRE Y IBIHUGU ITEBA GUTONGANUKA!MASISI ZONE YAFASHWE!
ABANYAMAKURU B IBURUNDI BASIGAYE BABAZA PE?KORA ATI CNDD NTIZOSAZA
มุมมอง 49921 วันที่ผ่านมา
ABANYAMAKURU B IBURUNDI BASIGAYE BABAZA PE?KORA ATI CNDD NTIZOSAZA
SITRAGO YAVUTSE ITABARIZA ABAGOREWE MUBUZI MU BARABU!UYU WE ARATABATIZWA VYIHUTA NUBWO LETA ITAVYUNV
มุมมอง 20921 วันที่ผ่านมา
SITRAGO YAVUTSE ITABARIZA ABAGOREWE MUBUZI MU BARABU!UYU WE ARATABATIZWA VYIHUTA NUBWO LETA ITAVYUNV
IVYARANZE INTWARO Y UBURUNDI MUMWAKA WA2024
มุมมอง 66321 วันที่ผ่านมา
IVYARANZE INTWARO Y UBURUNDI MUMWAKA WA2024
BIRARANGIYE AGATHON GWASA BAMUSUBIJE KUGATUMBA BE N URUNANI YARARIMWO!!CNDD NTISHAKA UWO BAHIGANWA!!
มุมมอง 2.1K21 วันที่ผ่านมา
BIRARANGIYE AGATHON GWASA BAMUSUBIJE KUGATUMBA BE N URUNANI YARARIMWO!!CNDD NTISHAKA UWO BAHIGANWA!!
Nagende apfe numutindi
Ariko amajwi muzoyatunganye neza
Mukomere Maréchal , na Rabin , Mukomere ku kivi , ku makuru mashyashya yo ku Rugamba , mwirirweho , nah'ubutaha 😅😅❤❤❤❤❤❤🎉
Ari ko Marchal na Rabbin muri abamenyeshamakuru n'abasesenguzi twemera kandi mufite uburambe kuki camera zanyu dusanga ziciriritse cyane?
Njye nakunze uburusiya pe❤ibindi byo byahuhaga😅
Komera
Mr Marchal bonsoir Turashima amakuru mwe na Rabin mudushikiriza Conseil: production audiovisuelle répond à des normes de production universelles. Muri kuri plateau mwicara murabona. Kandi mwicara de façon murabaza muri objectif caméra. Caméra représente votre public. Pendant prise de parole avuga tantôt uraba ton interlocuteur tantôt caméra( essuie-glace champ - contre champs
Ariko Njye ndikumva M23 atarabantu banza ari ibivejuru Goma uburyo wabonaga yuzuyemo ingabo ntabwo wakumva ukuntu ifashwe noneho babahaye na Ultimatum🤣🤣
Mwacerewe mwaryamiriye wangu 🤣 Mulikua wapi wajamaa ?
Ndayishimiye arasubiza ama dollar ya Chisekedi cg barwane
Erega twarabyumvaga ngwaho bafite guhungira ngonimu Rwanda tukagirango ntibabikita none twabinoneye kabisa
ATUBWIYE UKO Byifashe GOMA & RUBAVU, UKO DRC YARASHE KU RWANDA RUKABIPFUBYA, HARI ABARASHWE ANDI BENSHI BAHUNZE, th-cam.com/video/Y6UTbLetJGk/w-d-xo.html
Son na image ni bon ,biriko biraza .pole pole njo mwendo 👏🏼
Ntitwumva
Abanyarwanda baca umugani ngi: umanika agati wicaye wajya kukamanura ugahaguruka. Cisekedi byatangiye bamugira Inama yo kumvikana na bene wabo b'abakongomani aranangira ndetse n'abahanuzi babi buzuye ingengabitekerezo n'ubusambo bwinshi none bakubitiwe hamwe. Ikimwaro ni cose.
Amajwi is good kabisa, appreciate
Reverien not yet died Mr journalist
@@jpaulnininahazwe6764 just died trust me!!
KÀBUMBA yapfanye na CIRIMWAMI
Caméra man wanyu ntabwo angle ahagazemo ari nziza
AMAJWI NTIYUMVIKANA
Nifone Yawe peut être
Rabin amajwi ni bon 💯
Nimuduze akajwi
Goma note yet but very soon Intare zasarambwe mukazi kose kuko baraharanira uburenganzira bwabo mu gihugu cyabo bravo m23 18:19 18:22
Exactement votre collègue David maréchal kuri Kigali voice TV yari yavuz ko muri communiqué ya m23 habuzemwo ko atandege yemerew kuguruka muri goma kandi ko bagiy kuzobitangaza vuba none biciy biba.il est très pensif monsieur Eugène Maréchal
Ariko CA AKENGE Rabin yagiyehe koko nibwo bwambere narimbakurikiye arko mukomerezeho muharanire uburenganzira bwanyu mutitaye kubya NEVA
Kabisa Goma est déja tombé
komera Amosi👋🏽
❤
Nindege bayihanuye wampayinka muyaya mukanya ahejeje kuvuga ko bagafata goma ngo bazokwibonerako😂😂😂 ewemuyaya shaaa uratwenza
😂😂😅Muyaya agway mumutwe ninka neva abesha abanyagihugu ngo uburundi bungana na ETATS UNI D, AMERIQUE 😢
Abatutsi barabanka mugabo ntaco bazobagira Imanga ntimarira Imana.
Hasigaye kujya gufata Bujumbura!!!
Muhejeje nabi
Labin. En plus y'izo point zitatu wavuze, ikibazo c'ubutunzi cane cane ic'igitoro burya butegetsi cobusenyura. Burya ntabanga ry'uwushonje. N'umuvyeyi akwicishije inzara kandi atabuze icaguha murahigura. Barya nabo barabesha abarundi bazoteba babifate muminwe. Urabona abo nshatse kuvuga.
Bamuhamvye mukaburi 😂😂😂
Keraho ngo yapfuye bamutaye hariya 😂😂😂
Ariko twese uwupfuye dukwiye kuvugako yapfuye nivyo kuvakera bâti naka yapfuye bamuhamvye mukaburi ko kumpanda 😂😂😂😂😂
😂😂😂😂atakamuha umuti
Nne yapfuye ? Reka urusaku ntavyigihugu biratangaza
❤
Nonese Rabin icyishe nkurunziza buriya sico cahitanye na Magufuri ko bagiye mugihe kimwe ca COVID-19?
Reka reka.😂😂😂. Iyuvuga uti icishe Nkurunziza nico cishe Leveriano.
@jeanniyonkuru7545 sinzi p gusa kijya gihe umu politician WESE wagwanyije COVID-19 naba docteur bakomeye barapfuye narinziko na nkurunziza kuko atayemeraga arico camuhitanye
Wel come Mr Rabin turikumwe❤❤
Kaburimbo shaaa aramwica izuba riva😂
FDLR izabatera umwaku mpaka. Abo ba cisekedi naba neva baragaba. Na Mubutu wabashigikiye ntibamurusha ubuhangange
❤❤❤❤❤❤
Kwitaba Imana nibaza ko ari imvugo nziza kubera abantu bose bitaba umuremyi wabo . Igitandukanye nk urubanza izoducira tumaze kuyitaba . Aho izodushira niho hatandukanye . Nayo ubundi umuntu wese kurya aremwa n Imana no gupfa impwemu yiwe isubira kuri Data akaba ariwe amenya aho tuzoja pour l éternité
Rabin yitwa nyandwi
Amahoro vyukuri mwebwe muvuga amakuru y'ukuri mugabo hari igihe muvanga n'ikinyarwanda gukeyi murahindura
Ni mukomere kuko mukora neza cane
Rabin ni incabwenge Avuga ibintu vyumvikana kandi biboneka ndamwemera cane
❤
Nta reveriyano yapfuye ashobora kubarwaye gusa!!
Hello hello CA AKENGE TV. Muraho murakomeye? Ivyo bintu vyo gukora mutaboneka ko atari ivyanyu, mwabaye iki?
@@KambirigiCalinie turiko turondera ubuhinga BWA none,ntiwabomyeko mûri vidéo haca hajamwo echo
Birya ni ibisanzwe. Hinyanyura ningoga rro, tubakwirikire tubabona
Hello!! Babivuze kare ko bakiyubaka, birasaba ubufatanye n'abanyotewe ukuri kubaka iwacu.