Umu DOCTEUR yahevye kuba CANADA aza kurima ruguru//bambonye nk'umusazi kuko//ivyo mutamenya hanze

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 6 ก.พ. 2023
  • Umu DOCTEUR yahevye kuba CANADA aza kurima ruguru//bambonye nk'umusazi kuko//ivyo mutamenya hanze
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 461

  • @henrydaprince718
    @henrydaprince718 ปีที่แล้ว +208

    Reka Turabe Abashigikira Idées Zuyumu Docteur Mugushirako Likes Kuriy Comment☝☝☝

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 ปีที่แล้ว +6

    Docteur Jackson, vous êtes un bon patriote. Un modèle à suivre. Imana iguhe kumba Kiko uri intwari y'igihugu

  • @pacifiqueakimana
    @pacifiqueakimana ปีที่แล้ว +39

    uyu mujama akwiye ikidari pe nukuri iyo mbonye umuntu w' umurundi akunda igihugu nkuku birambimbara amashi menshi cane kuruy' umusore👏👏👏👏👏👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥

  • @franckirandinze7227
    @franckirandinze7227 ปีที่แล้ว +8

    Njewe ntabwo ndumurundi , ariko wewe urumuntu wumugabo kabisa , Courage Papa .
    Indoto zawe Imana izobigufashemo .

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 ปีที่แล้ว +24

    Umukubito numva nobashimira canee ibinivyo biganiro dukeneye intahe zabantu bafise ico baterera mwiterambere ryigihugu uburundi bukeney ababwitangira bafise umutima wubuntu mubantu❤❤ lmana ihezagira abantu bafise umutima wubuntu

  • @emmanuellairambona3749
    @emmanuellairambona3749 ปีที่แล้ว +18

    Dr Jackson,respect kabisa.
    Hoba ba Jackson benshi mu Burundi
    Igihugu cotera imbere 💪💪🙏🙏🙏🙏😘
    JACKSON IKIKUGIRA UMUNTU YIHARIYE NUKO USHAKA ITERAMBERE RYA BOSE
    URI UMUGABO 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k ปีที่แล้ว +23

    This guy can be a good leader in Burundi. He has what to offer in the country. Be blessed brother !!!

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k ปีที่แล้ว

      @@peaceloveisrael3992 why are u pissed off ?? Why do u bring in issue of ethnicity ? Have u tried even to help two ppl in your life ? What a shame !!!! With or without u the train will keep moving. Le chien aboie et la caravane passe 😂😂🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @michelndayizeye
      @michelndayizeye ปีที่แล้ว

      Afis specialité dans quel domaine?yakorera dans quel hôpital?hamw vyob arivyo ntakibazo.arik ico ntemey nuko avug ngo contact y'imodoka bayisanza umuntu muhira.aho arabesha.ikindi ngo inkoko tuyirya 1semaine.Nagir aventure yiwe.ahubw nagir investissement kd nivyiza arik uwo ndazi azoza araz kurondera ama dollars.

  • @dieudonnendayishimiyeoffic9709
    @dieudonnendayishimiyeoffic9709 ปีที่แล้ว +13

    Umuntu w'ubuntu kabisa 💪, igihugu kigize abandi nk'aba nka 200 tayari ibindi bitaribike vyosigara birabaza iyo twaciye,Dr wubahwe urintwari ,le 1/5 ku musi mukuru w'abakozi Neva azokurabe ryiza agushimire Uri umukozi 🙏🇧🇮

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k ปีที่แล้ว

      @@peaceloveisrael3992 you mixed up all stuff...go for treatments. What the hell Rwanda has to do in burundian news 😂🤣🤣🤣😂😂😂😂😂

  • @munyanezacyprien6078
    @munyanezacyprien6078 ปีที่แล้ว +8

    Wonderful 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 bitumye nanjye kwigiraho kbs urumunyabwenjye kbs

  • @nshimirimanaolive4965
    @nshimirimanaolive4965 ปีที่แล้ว +11

    Nbega umuntu akanda igihugu Imana ikomeze kwivanga muvyawe mon frere twese twagiye mumahanga kurondera ariko tuba twifuza gukorera iwacu tukataza imbere keep working bro hamwe n’Imana nuwomutima wurukundo ufise vyose bizogenda neza

  • @belfloretkoriciza5279
    @belfloretkoriciza5279 ปีที่แล้ว +8

    Dukwiye kuvuga Jamais Jamais ku ntambara mbwire na Big up to this patriot guy

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 ปีที่แล้ว +24

    My brother may God continue blessing you with more knowledge and wisdom ,you have really inspired us and we won't be the same anymore

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. ปีที่แล้ว +26

    We really need people like this one.thk u for this interview, it will help many people to understand how to be patriot is

    • @rosemarynyabenda3131
      @rosemarynyabenda3131 ปีที่แล้ว +2

      NDAKUVYA UMWAMI YESU KIRISITO AGUSHIGIKIRE WAGIZENEZA

  • @emmanize2018
    @emmanize2018 ปีที่แล้ว +9

    Inyuma y'imisi itandatu ikiganiro ugikoze, Nyen'icubahiro umukuru w'igihugu yahishikiye.
    Courage courage courage ku bamenyeshamakuru b'ineza♥️♥️♥️🤝🤝🤝 Gaël Hejuru 💪💪💪

  • @jean-claudeminani6156
    @jean-claudeminani6156 ปีที่แล้ว +18

    Wonderful Human being!!! Ese MANA wobandanya uhezegira UBURUNDI bugakomeza bwibaruka ibibondo nkibi. MUKUBITO you are impressing me. Continue to put people like this on air. God bless you.

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k ปีที่แล้ว

      @@peaceloveisrael3992 😂😂😂🤣🤣🤣🤣 you are just sick in the head.

    • @jeromendayiragije588
      @jeromendayiragije588 ปีที่แล้ว +1

      Docter , IMANA yaraguhezagiye ikugira umuntu mwiza. Tera imbere mugenzi utezimbere n'abarundi benewacu

    • @jeromendayiragije588
      @jeromendayiragije588 ปีที่แล้ว +1

      @@peaceloveisrael3992 IMANA ikubabarire ntuzi ivyuvuga.

  • @desirendikumama4835
    @desirendikumama4835 ปีที่แล้ว +8

    A true pan- africanist. Ntaheza nkiwacu kandi uburundi buzubakwa nabenebwo ,Canada ntiyubatswe mabamalayika bavuye mwijuru yubatswe nabantu natwe iwacu birashoboka .

  • @kmkm6366
    @kmkm6366 ปีที่แล้ว +12

    Juste Gaëlle ndaguhaye 100% dukeneye abantu nkabo bafise ivyiyumviro vyoguteza imbere igihugu nabanyagihugu gusa abategetsi nibakomereze aho nyene kubijanye numutekano wigihugu kuko atamutekano vyose birapfa

  • @gilbertnduwayo5436
    @gilbertnduwayo5436 ปีที่แล้ว +15

    There is no place like a home! Courage brother. Tera imbere nk’umuzinga tukwumva ijana kwi jana. Hoboneka nk’ijana nkawe uburundi bwokwogorora.
    Abarundi bari hanze beshi muribo ntibumva igihugu Cabo kuba bogikorera mwo

    • @jackykanyange7213
      @jackykanyange7213 ปีที่แล้ว

      Nukuri ndashima ingene yavuye canada akazana umutungo wiwe mugihugu camavukiro, muga ntiwovugako kujayo kurondera ari bibi kuko nawe ivyo wazanye wabikuye mukazi wakoze, ntikuko wari kuza kuvura abarundi.

  • @gagedamoursarusaru8079
    @gagedamoursarusaru8079 ปีที่แล้ว +5

    Information nziza irubaka! Bravo Dr Jackson nawe munyamakuru watugejejeho ibi byiza byuburundi ❤

  • @nachilon6529
    @nachilon6529 ปีที่แล้ว +14

    Umweranda Jackson 🙏🙏🙏 Imana iguhezagire 🌟

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว +12

    A Very Spiritual Man in Burundi 🎩
    I got same Vision ✊🏾
    Back to my ancestors Roots"Farming"!

  • @elianeishimwe2679
    @elianeishimwe2679 ปีที่แล้ว +13

    Komera komera nnje gira ntahe kandi ntakindi nzo kora atari uburimyi nubworozi baratwenga ibyo ndabivuze ntibantahura ariko this year courage iburayi nahakera apana ubu

    • @mosescharles1921
      @mosescharles1921 ปีที่แล้ว

      Nkorera umuchongo nzee

    • @niyibiziemelyne8276
      @niyibiziemelyne8276 ปีที่แล้ว

      @@mosescharles1921 niwintwenger mbe baremer kohariyo ibintu ntanumunt wobwir gwamurihir yemer

  • @IldephonseComedian257
    @IldephonseComedian257 ปีที่แล้ว +10

    umukubito hejuru 👌👌👌👌👌👌

  • @agnesmurebwayire618
    @agnesmurebwayire618 ปีที่แล้ว +12

    Félicitations Docteur! Espérons que d’autres jeunes africains suivent votre exemple. Bonne chance pour la suite de vos projets🤗

  • @ndayishimiyeakbar4673
    @ndayishimiyeakbar4673 ปีที่แล้ว +2

    Nkivyo yakoz kumena umusozi nivyo vyarikubera akarorero abandi batinya kurya kwubak murirya misozi ihanamiye bujumbur bakagenda kwubaka ahantu hindimo kugutinya amadepanse yogusenya umusozi bagir project zabo hanyuma bakiyita abanyamafaranga ...bro much respect and salut

  • @floribertnininahazwe3145
    @floribertnininahazwe3145 ปีที่แล้ว +18

    C'était ton rêve de ton enfance,merci de retourner dans ton pays natal,tu seras riche dans les domaines agricols🇧🇮🙄

    • @ghislainehager
      @ghislainehager ปีที่แล้ว

      Ntiyagarutse kurondera ubutunzi. Yazanwe n'ubuntu

  • @prosperbibonimana2497
    @prosperbibonimana2497 ปีที่แล้ว +5

    Ikiganiro ciza cungura ubwenge uyu mu tipee yubahwe kandi courage Mr Jackson Big UP sana

  • @olivierndikumwenayo8607
    @olivierndikumwenayo8607 ปีที่แล้ว +4

    Wow....! Ese abarundi twogira umutima w'ubuntu like this guy. I wish him all the best

  • @justinsabiraguha265
    @justinsabiraguha265 ปีที่แล้ว +3

    basha ndemeyeeee!bwabundi abarundi b'umutima baracariho vrmt.Mon frer urintwari Imana ihezagire ibikorwa vy'amaboko yawe

  • @gicharivennah7245
    @gicharivennah7245 ปีที่แล้ว

    Our God is good,Am so happy for u my brother ,muri rusange Africa yose iragukeneye ,ntabwo Uzi abasore bagurisha masambu yiwabo bakaja mu miji kuba ba Motari bagerayo bikabananira ubundi bakaba indushi zo mumugi zibyara bana bokuruha ,bibaye bishoboka nagusabaga Yuko ikikiganiro mwagisubiramo mukyongereza kugirango URUBYIRUKO ruvuga icyongereza rucyunve , thanks alot my bro from kampala

  • @ndayishimiyesamuel5602
    @ndayishimiyesamuel5602 ปีที่แล้ว +16

    courage. gusa ni yugurure chaîne youtube azoze aratwereka ivyo ariko arakora

  • @Eliebankineza
    @Eliebankineza ปีที่แล้ว +2

    Chapeau bas Dr. Jackson. Un vrai et bon modèle de Leadership 👌🏽👍🏾💪🏽👏🏽👏🏽👏🏽

  • @gilbertngabirano4210
    @gilbertngabirano4210 ปีที่แล้ว +2

    Ndashimiye Dr Jackson aramfashije canee, I'm his fan. Terimbere Dr Jackson

  • @edouardniyongabo9436
    @edouardniyongabo9436 ปีที่แล้ว +5

    Congratulations mutama.gukunda igihugu Nibwo butunzi igihugu gifise.ndabona igihugu kigiye gutera imbere kubwabarundi bakunda Igihugu.terimbere mutama nabandi barinyuma

  • @kabaregaedouard5820
    @kabaregaedouard5820 ปีที่แล้ว +7

    Ntabwo ndi umurundi, ndi umunyarwanda,Uyu mugabo azi ubwenge ndamushyigikiye iyo aba jeunes bose bo muri Africa batekerezaga gutya iwacu niho hari ubukire bwinshi bakajya i Burayi gushaka igishoro bakagaruka kwubaka Africa, courage Doctor ibyiza biri imbere

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 ปีที่แล้ว +1

    Sinzi ico novuga ngize ibigumbagumba bivanze umunezero wo kubona uwo mwana ingene afise Ubuntu canke Ubumuntu, iyaba twese tumeze gutyo isi yobaye paradiso, Ndifuza ko Uburundi bubandanya mumahoro twese dutahe tuze guteza imbere igihugu!
    Dr uri ico bita UMUNTU W’UBUNTU pe pe wowwww
    Imana iguhe kuramba no gutera imbere canne

  • @bujabestonlinetv
    @bujabestonlinetv ปีที่แล้ว +5

    Respect our brother Muhira ni Muhira sweet home; we’re proud of you brother keep pushing; and may God bless you.

  • @lepresi6673
    @lepresi6673 ปีที่แล้ว +6

    ‼️ Hama Dr. Jackson merci pour ce que tu fais pour le BURUNDI 🇧🇮 . Natwe turaje vuba, komera mwene wacu 🇧🇮🇧🇮🔥🔥

  • @irambonachristine6661
    @irambonachristine6661 ปีที่แล้ว +2

    Bravo Jackson...c'est vraiment du bon travail, tu es un bon modèle pour tes compatriotes.

  • @kki9787
    @kki9787 ปีที่แล้ว +3

    Imana iguhezagire kumutima w kwitangir abandi nukutwerek k la vraie raison d'être vient de l'interieur 🤩

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 ปีที่แล้ว +3

    Uburundi bukeneye abantu bafise Ivyiyumviro nkivyo courage 🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @pascalnkerabirori7237
    @pascalnkerabirori7237 ปีที่แล้ว +1

    Jackson thank very much! You are now my new teacher

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 ปีที่แล้ว +1

    I respect you my brother.
    Me too, soon I am going to come back to my Burundian County from United States of America. Nzekwifatira isuka nugutera ukigazi ca kijambere

  • @faustinegascon9928
    @faustinegascon9928 ปีที่แล้ว +5

    Much respect young man! Keep up the good work 👍

  • @ndimubansifelicien1068
    @ndimubansifelicien1068 ปีที่แล้ว +2

    Inspiring story, thanks Dr Jackson and Gael

  • @N.therence
    @N.therence ปีที่แล้ว +1

    Dr urampay icitegererezo.
    Kandi urashimangiy indigo zanj.may god bless u

  • @joseenahayo3680
    @joseenahayo3680 ปีที่แล้ว +2

    Ba Nahayo turashoboye naho bamw ataburyo turaronka turafise ivyo twateguye gukora c'amateka.Courage brothe💪♥️

  • @agakwavu9473
    @agakwavu9473 ปีที่แล้ว +3

    Je sais très impressionné par ta vision.
    Go forward !

  • @davidniyankuru8469
    @davidniyankuru8469 ปีที่แล้ว +4

    Bro Dr Jackson, you're an inspiration 🙌

  • @sinibagiyealfred5630
    @sinibagiyealfred5630 ปีที่แล้ว +5

    Jackson homme panafricaniste
    Que Dieu te bénisse

  • @intezimberedomithille5945
    @intezimberedomithille5945 ปีที่แล้ว +1

    Dr jackson Hejuru cane ndagukunda naguheruka kera muri PEARL RESIDENCE Hotel BUJUMBURA ndi Domithille

  • @igirubuntuaimestephane8701
    @igirubuntuaimestephane8701 ปีที่แล้ว +6

    Wow, this is an inspiration. Twubake iwacu❤️

  • @alainbigero8609
    @alainbigero8609 ปีที่แล้ว +5

    I really like this guy. May God bless him

  • @patriciemukamuligo5939
    @patriciemukamuligo5939 ปีที่แล้ว +4

    waawwww I remember you Jackson I'm so Proud of you Be Blessed I will call you niba ndose tel yiwawe

  • @JeanMarieBAMPORUBUSA
    @JeanMarieBAMPORUBUSA ปีที่แล้ว +1

    Nguyo rero umuntu akunda igihugu apana bamwe bigize ibihangange ngo baba za America za burayi cours petit frere Imana igufashe hama ubutegetsi nabwo bugushigikire

  • @gisabondaye5171
    @gisabondaye5171 ปีที่แล้ว +4

    Thank u. It is a great conversation!

  • @aimabiz8393
    @aimabiz8393 ปีที่แล้ว +2

    Burundian man of my inspiration, respect dear bro

  • @alainoniyomukiza7042
    @alainoniyomukiza7042 ปีที่แล้ว +4

    Dr you know who you're I like this words!! First if you know who you're Everything is possible respectful!!

  • @yvettehatungimana9122
    @yvettehatungimana9122 ปีที่แล้ว +1

    Congratulations brother ! Natwe turi inyuma, vuba turaza dushire hamwe inguvu twubake igihugu cacu. Amahanga turiko turiga ubwenge no kurondera uburyo hanyuma tubizane iwacu tuhateze imbere

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 ปีที่แล้ว +9

    Courage mon frère 🇧🇮🤝🇧🇮💕💕💕💕💕👌❤️

  • @PesaMadafu
    @PesaMadafu ปีที่แล้ว +4

    Bravo 👏🏿 man with a great vision

  • @kimikab
    @kimikab ปีที่แล้ว +2

    Batanu nka we , igihugu coba IPARADIZO❤

  • @henrydaprince718
    @henrydaprince718 ปีที่แล้ว +6

    Well Saying Mr Ubuntu I Really Like Your Words. You Are My Inspiration And I will Get Benefit A Lot✊✊✊✊

    • @henrydaprince718
      @henrydaprince718 ปีที่แล้ว +1

      @Jacskon Quincy Naho Ivyuvuze Bitahura Bake J Nduwamber Mukuvyemera

  • @georgetown9676
    @georgetown9676 ปีที่แล้ว +3

    I like this guy you deserve more support here In Burundi!! together we will reach fare

  • @estherqueen6214
    @estherqueen6214 ปีที่แล้ว

    Bravo. Imana ihezagire ibikorwa vyawe.
    Benshi bakwigireho. Imana yagure abarundi. Urukundo rurwubake.

  • @gastonmodestkaziri2566
    @gastonmodestkaziri2566 ปีที่แล้ว +2

    This young man is extra-ordinary fellow like the one I heard recently who has built gated-village in Bujumbura! Take it from me under the current political leadership you will see many Burundians returning home. Mind you almost no one wishes to become politicians they love to be supportive to their fellow Burundians in development issues. You will see by 2030 Burundi will be highly developed like countries such as Tanzania, Kenya and somehow Uganda. Well done young man.

  • @MegaYifu
    @MegaYifu ปีที่แล้ว +2

    Yitwa nde uwo mutumire? Gaël uzotangura gushira ama contacts y'abatumire muri description ryari ?

  • @Sympholine
    @Sympholine ปีที่แล้ว +4

    Très inspirant ce confrère.

  • @Imyidadaduro257
    @Imyidadaduro257 ปีที่แล้ว

    Icitegererezo ciza cabana b'Imurwi ikomine yacu tugiye hamwe commune yacu twoyiteza imbere.juste big up kukiganiro ciza. Turakeneye ko akoranya urwaruka rwa komine Murwi arwereke uko rwiteza imbere

  • @lazarendikumana3665
    @lazarendikumana3665 ปีที่แล้ว +2

    Good example .kuko mbona amahanga ahanda da!

  • @naftalnshimirimana5817
    @naftalnshimirimana5817 ปีที่แล้ว +2

    Yubahwe cane gose uyumu Docteur .
    Incabwenge ikwije ibisabwa.

  • @DJMurya
    @DJMurya ปีที่แล้ว +5

    Brother Quincy, big up 💪

  • @billy2200
    @billy2200 ปีที่แล้ว +4

    Respect Mr Nahayo👊

  • @biosanta8628
    @biosanta8628 ปีที่แล้ว +4

    Much respect Bro

  • @justinb3355
    @justinb3355 ปีที่แล้ว +1

    Mwana wa mama ego ndi muri Canada nukuri ivyo mbonye numva bindengeye!!! Wow!!!! There is still hope kabisa... reka tubihe umwanya ngirango ako karorero tuzokagendera. Urakoze cane Juste Gaël hamwe na Dr Nahayo

  • @edimondhatangimana6031
    @edimondhatangimana6031 ปีที่แล้ว +1

    Imana ikurinde ikongereze Ubwenge. Hezagigwa

  • @claudenshimirimana1945
    @claudenshimirimana1945 ปีที่แล้ว +3

    Courage cn vraiment,abitahuye babayeho guhindura isi ikaba nziza d'avantage,afrika izokizwa natwe

  • @nteziryayosamuel9630
    @nteziryayosamuel9630 ปีที่แล้ว +3

    Benewacu b'abarundi hanze niheza ariko ntihogusumbira mu Burundi , Uburundi tubishatse twese bwotera imbere kweri . Ikindi naco bose hanze ntibabayeho neza hari abahagorewe bipfuza gutaha bikanka, sinanse ko abantu baja kuronderera hanze y'igihugu ariko mukora investissement iwanyu

  • @kaburaraphael3696
    @kaburaraphael3696 ปีที่แล้ว +3

    Amen Amen.... Imana ihezagire uyu musore w akarorero

  • @jeaninekabanyana6805
    @jeaninekabanyana6805 ปีที่แล้ว +1

    I really like your wisdom

  • @sabiyumvastephane9943
    @sabiyumvastephane9943 ปีที่แล้ว +1

    yoooooooo just iyo ereur ni gute ga cha usigaye ama interview ntitukubone kandi ari wewe ubiryocha ukuntu ubaza ibibazo ukuntu intelligent kenchi tubaturiko turaba wewe yoooo pole sana kwli kubona atanuwukubwira ngo akwibire akabanga umengo uriko uvugicha aba prisonier birarambira cane uguma ufixa camera kumuntu umwe pole sana kwli hope you get back doing your thang Goodluck

  • @dianemusabwasoni7599
    @dianemusabwasoni7599 ปีที่แล้ว +2

    Well done Doctor Jason 🙏🙏🙏👌🏿👌🏿👌🏿💖💖💖

  • @Justelineinabigos
    @Justelineinabigos ปีที่แล้ว +1

    Imana iguhe Imigisha myinshi Dr. , nshimye uko witwara , ukagumana akaranga🙏.

  • @livinmuzaneza6517
    @livinmuzaneza6517 ปีที่แล้ว +1

    Ikiganiro ciza cane uwomu Dr yubahwe kuvyiyumviro vyiza ariko asangiza abarundi juste big up bro

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 ปีที่แล้ว +3

    Good inspiration
    Komera k’umuheto

  • @alphonsegahongayire9450
    @alphonsegahongayire9450 ปีที่แล้ว +1

    Wow!!! Umurundi wumunyagenge kbs…courage bro’ ureka abirirwa mububari ngo baranywa ibiyeri😊

  • @jeanboscorudakemwa6686
    @jeanboscorudakemwa6686 ปีที่แล้ว +2

    Jewe ndamuzi nk'umunyabuntu,akunda igihugu,avuga make,akora vyinshi,ahanura cane....ndamukunda

  • @audacie8413
    @audacie8413 ปีที่แล้ว +2

    Wow abantu bagifise Ubuntu baracahari

  • @suadonahayo
    @suadonahayo ปีที่แล้ว +1

    Muburundi habonetse 10/100 yabameze nka NAHAYO twoteye imbere sana

  • @shabajims2966
    @shabajims2966 ปีที่แล้ว +3

    Mon frere courage kabisa. Ivyo biduhe icizere kovyose bishoboka

  • @DamaAslan
    @DamaAslan ปีที่แล้ว +3

    Only few will understand how spiritual he is

  • @joshuahnsengumukiza3775
    @joshuahnsengumukiza3775 ปีที่แล้ว

    Vyizacane Turi Concte Nagataka. Imana Ikubehafi Ikomeze guhezagira Imigambiyawe myiza. Abantu bose bagiye bakorera imigambiyabo ahobavuka. Uburundi Bwohinduka Paradiz

  • @mariembasabire5326
    @mariembasabire5326 ปีที่แล้ว +1

    Oh ni byiza cyane rwose ,erega abanyafrica nitwe tugomba kubaka umugabane wacu mwizaaa cyane, courage bro

  • @leonardndikumasabo-we8wz
    @leonardndikumasabo-we8wz ปีที่แล้ว

    Kuvyukuri jewe ndamukunze cane kuko hari vyinshi nipfuzako twokorana kuko muri vision yanje naho ndiko ndakura twokora ibintu vyinshi niyumviriye nkabura uwo twobikorana. So God bless him and IConglatulate him

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 ปีที่แล้ว +4

    Burya abana babarundi barakunda iwabo kandi barafise ubwenge ndabona uburundi mu mwaka 10 irimbere buzoba bwiza

  • @eliachniyonkuru9797
    @eliachniyonkuru9797 ปีที่แล้ว

    Jah bless Dr!! CIBITOKE Hejuru cane

  • @salomonsinzoyiheba9647
    @salomonsinzoyiheba9647 ปีที่แล้ว +1

    Woah, amazing Idea❤️

  • @paracletdushime701
    @paracletdushime701 ปีที่แล้ว +4

    Big up sana mista Gael ubu intro Ni bien, take five iza iyo bikenewe😂😂

  • @jeannettemunga4568
    @jeannettemunga4568 ปีที่แล้ว +1

    You are wonderful keep going

  • @0pp20
    @0pp20 ปีที่แล้ว +2

    I am proud of you
    Keep it up brother