Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yuguruye icese "Hôtel de Ville"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 18 ก.ย. 2024
  • "Hôtel de Ville"n'inzu izokoreramwo umukuru w'igisagara Bujumbura hamwe nabakozi ba Mairie ikaba y'uguruwe icese n'Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye kuri uno wakabiri igenekerezo rya 15 Nyakanga2020
    #Flambeau_de_la_paix

ความคิดเห็น • 5

  • @evelynbulaya1081
    @evelynbulaya1081 4 ปีที่แล้ว +2

    Turabonako iterambere ryifashe neza ariko turasavye Reta vyeyi na nkozi numukuru wigisagara Ca Bujumbura bakore ibishoboka vyose Batwubakire Isoko nkuru ni kibuga c,umupira wamaguru kugwego gw,igihugu Kandi vyakarorero ndetse mukarere duherereyemwo.murakoze🇧🇮🙏🙏

  • @pasiovan158
    @pasiovan158 4 ปีที่แล้ว

    Nivyiz kabs

  • @bercafricain
    @bercafricain 4 ปีที่แล้ว

    Part 2: Urashaka kumenya uko wokoresha amafaranga canke umwimbu wawe ? 👇🏻👇🏻 th-cam.com/video/mDjK3MSCiPw/w-d-xo.htmlsub_confirmation=1