Urugendo rugira gatanu (5) rwa TEMBERA UBURUNDI rwateguwe na VISIT BURUNDI

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ก.ย. 2024
  • #Urugendo rugira gatanu (5) rwa TEMBERA UBURUNDI rwateguwe na #VisitBurundi . Kari akanyamuneza ntangere ku rwaruka rwo mu gisagara ca #Bujumbura bagendeye muri iyi weekend bimwe mu bibanza vy'iratiro vyo hagati mu gihugu, kugira birabire ubwiza bw'U #Burundi. Kurikirana inene vyari vyifashe

ความคิดเห็น • 43

  • @pierreclaverhakizindavyi-si3sv
    @pierreclaverhakizindavyi-si3sv ปีที่แล้ว +2

    Nivyiza bavukanyi banje! Muriko mukora ibikora inka! Imana ibahezagire ❤👌🇨🇦🇧🇮. Najewe maze iminsi ndiko ndatembera aha mugihugu c’ikibanyi c’Urwanda 🇷🇼

  • @ndayikezajuvenal9115
    @ndayikezajuvenal9115 ปีที่แล้ว +4

    Wooow ibintu vyiza cane bitumye nkunda igihugu canje Kandi🇧🇮❤️

  • @satrendinggospel5974
    @satrendinggospel5974 ปีที่แล้ว +3

    Thank you very much, I am happy to see Burundi, our country how it is looking,
    When I come back in In Burundi, nzoza ku visit Good places, thanks guys

  • @tuyishimirepatrick5971
    @tuyishimirepatrick5971 ปีที่แล้ว +1

    Rwanda Burundi ibihugu byiza cyane🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮

  • @Fitbdi
    @Fitbdi ปีที่แล้ว +1

    Ntaboza tukajana kwa WODE MAYA kuraba ivyiza vya Fabrice, ni vidéo nziza caane, commentaires nyinshi nziza kuburundi zive iwacu nyene

  • @nijimberesimeon1867
    @nijimberesimeon1867 ปีที่แล้ว +1

    Ooh! Kabisa, iciyunviro ciza. Ese cokwaguka kigahera no mu mikangara

  • @onesphorendayizeye4688
    @onesphorendayizeye4688 ปีที่แล้ว +1

    waouha ma very happy to see such things and young people doing this.We have to support them

  • @jeansinamenye9301
    @jeansinamenye9301 ปีที่แล้ว

    C'est une très bonne idée,qui mérite soutien et admiration,nimutubwire ibisabwa kugirango umuntu ashobore kuja mubatembera ,en groupe ou individuellement: mes félicitation pour cette initiative.

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 ปีที่แล้ว

    Muhezagigwe icokintu niciza cnee kuri vyose❤

  • @fidelemanirambona2329
    @fidelemanirambona2329 ปีที่แล้ว +2

    Abakobwa ntimubaho,ngo amarundi nimake!!!

  • @jeanbosconsengiyumva7732
    @jeanbosconsengiyumva7732 ปีที่แล้ว +2

    I L❤️ve you my Country

  • @kareraalbert7108
    @kareraalbert7108 ปีที่แล้ว

    Uburundi n' URWANDA ni heza cyaneeee.

  • @callixtendayisaba813
    @callixtendayisaba813 5 หลายเดือนก่อน

    Mukomeze mwicare u Rwanda rubigishe. Abarundi muratwenza cane

  • @democritenzoisaba9117
    @democritenzoisaba9117 ปีที่แล้ว

    Congratulation VIST BURUNDI for that mind / Big Up

  • @nininahazwedonavine3349
    @nininahazwedonavine3349 ปีที่แล้ว

    Burundi 🇧🇮 bwacu buhire Imana yakuduye ikudutungire ❤❤❤❤

  • @Peter.boka14
    @Peter.boka14 ปีที่แล้ว +3

    Uburundi nigihugu ciza caane, nta gihugu bisa kabisa. Naratembereye, ariko nigitangaza. Nsabe bishoboka mushire iyi program mucingereza vyodufasha gusobanurira abandi bipfuza kuza.

    • @BoyenvoidrouilleBoyenvoi-pt7bc
      @BoyenvoidrouilleBoyenvoi-pt7bc ปีที่แล้ว +1

      Uburundi nicyo gihugu kibi kwisi ubwo kweli abo bazungu baba baje gusura iki urumva ukunu wivugisha ngo uburundi nicyo gihugu kiza ntukabeshye kirinyuma yibindi vyose u Rwanda rurareze

    • @nininahazwedonavine3349
      @nininahazwedonavine3349 ปีที่แล้ว +1

      ​@@BoyenvoidrouilleBoyenvoi-pt7bc 😛🤗😛🤗😛🤗😛🤗😝🙈😛😛😛😛Imana ntikora nkabantu 😂😂😂

    • @BoyenvoidrouilleBoyenvoi-pt7bc
      @BoyenvoidrouilleBoyenvoi-pt7bc ปีที่แล้ว +1

      @@nininahazwedonavine3349 ,none Imana niyo izabubakira ?

    • @larissaakimana3384
      @larissaakimana3384 ปีที่แล้ว

      @@BoyenvoidrouilleBoyenvoi-pt7bc wwe ntukomeye urazi ingene abazungu bakirwanira nacanecane abachinwa ,mwe murwanda boza kurab iki ntaninzuzi nyinshi mugira ntana Tanganyika honyene namwe murabufuhira uburundi 😂😂

    • @BoyenvoidrouilleBoyenvoi-pt7bc
      @BoyenvoidrouilleBoyenvoi-pt7bc ปีที่แล้ว

      @@larissaakimana3384 Uzaze urebe I Rwanda ni mûri Doubaï

  • @deonibizi4294
    @deonibizi4294 ปีที่แล้ว +1

    Kosora image , ibintu nkibi nukurondera camera ziba zigezweho, birafasha.

  • @mohmoha4410
    @mohmoha4410 ปีที่แล้ว

    Burund mavukiro yanjeeeeeeeeeeee

  • @kelmwa2577
    @kelmwa2577 ปีที่แล้ว +1

  • @ladariparko2915
    @ladariparko2915 ปีที่แล้ว +1

    Le problème c'est un mauvais leadership de la classe politique burundaise sinon en soi le Burundi est un beau pays. Petit paradis

    • @sereveolivier5395
      @sereveolivier5395 ปีที่แล้ว

      just look you are comment you come to realize that Burundi it can't improve where by their still people like you none ngaho utorereyiki vyokuratisha uburundi mumakungu we we ubizanemo politique hama NGO indongozi we we ho nturi indongozi

    • @ladariparko2915
      @ladariparko2915 ปีที่แล้ว

      @@sereveolivier5395 you have your opinion, I have mine.

  • @jeanbosconsengiyumva7732
    @jeanbosconsengiyumva7732 ปีที่แล้ว

    Burundi 🇧🇮🇧🇮🎈🎈✅

  • @Fk-fm1rn
    @Fk-fm1rn ปีที่แล้ว +1

    Vyiz cane

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว

    😊❤

  • @nzitondaantoine6315
    @nzitondaantoine6315 ปีที่แล้ว

    ❤❤🇧🇮🇧🇮

  • @nellylouise4507
    @nellylouise4507 ปีที่แล้ว

    Very good. The country is beautiful indeed. But also bear in mind that foreign visitors are mostly attracted by INFRASTRUCTURE..Do we have it? The answer is NO

  • @tuyishimirepatrick5971
    @tuyishimirepatrick5971 ปีที่แล้ว +1

    Rwanda Burundi ibihugu byiza cyane🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮

  • @tuyishimirepatrick5971
    @tuyishimirepatrick5971 ปีที่แล้ว

    Rwanda Burundi ibihugu byiza cyane🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮