Uwayisubiyemwo yarayiguriye abasigwa b umuhisi CANCO AMISI ndavyibaza. Kera iyo ndirimbo niyo yugurura télévision y Uburundi na clip nziza cane yerekana imisozi ibiyaya inzuzi , ,mw ijambo rimwe yerekana ubwiza bw Uburundi pe mu majwi atomoye ya CANCO AMISSI. Uko vyahindutse ng uku. Umuhungu wa CANCO yahavuye yanka yuko bayicishako hari umengo kuri Buyoya. Uko biri kwose ngira yashaka ko bamugurira iyo mémoire ya se wiwe . Basha kuva abivuze iyo ndirimbo ntiyasubiriye kuvuga n ahantu na hamwe. Ariko umushikiranganji wo kumenyesha amakuru yari kuvugana n uyo muhungu ikagumaho. N ubu ndibaza ko muri archives za RTNB iriyo aboshobora kubona umuryango wiwe boganira indirimbo igasubiraho ikanugurura ibiganiro bimwe bimwe vyerekeye uburimyi n ubworozi.
Waruzi yuko hari iumukenyezi yari yarakuje mw iradiyo indirimbo zimwe zimwe noguha akarorero ku ndirimbo za LIONEL RICHIE nibukamwo ENDLESS LOVE n izindi. Hari n izindi za HELENE JE M APPELLE HELENE ivyo vyose kubera aba jeunes bazikunda nayo ico gihe ngira yari afise imiyabaga muhira iwe. sinzi.
@@burundishallsmile1day109 Ni sawa ko bayubatse mukibanza yahoramwo ahubworaza barubako aho hahaha amazu ya kera kuko ntabibanza bisigaye i bujumbura. Bubake iza magorofa
HOTEL DE VILLE ni INYITO bitirira mwene izo nyubakwa, bitandukanye na HOTEL irimwo amacumbi. Buri mugwa mukuru w'intara ushobora kwubaka HOTEL DE VILLE rwayo, bizova ku buryo.
Proud to be burundian 🇧🇮💯
OOOOHHH! So Good!
Very good
Burundi kwetu🙏🙌🙏♥️🇧🇮🇸🇦🥰
Very nice! Job well done for Burundi
Vyiza ❤❤🎉🎉
Nivyizaa cane arikoo tugombaa uburundii bwingandaa comera companys
🙌🏾🔥
Félicitation Burundi Courage Aussi
Imana yomwijuru ihabwe icubahiro amen
Good
👏👏👏👏👏👏👏👏
✊🏾🇧🇮
Mairie.. Bwiza-Avenue de L'université
hariho akantu batatweretse ! kagasandugu ko gushiramwo amakosa !
Nukuri nivyogushima!! Ariko vyukuri umuntu yasubiyemwo iyo ndirimbo ya Canco yarayishe vyukuri kandi no Saba ko ababa badashoboye kuyisubiramwo neza boza barihoza kusubiramwo indirimbo z'abakera!!
Kuko akanovera kazo n'ubuhinga bw'umusiki bwaba burimwo bishora gukorwa n'abasanzwe ar'abanyamuziki
Uwayisubiyemwo yarayiguriye abasigwa b umuhisi CANCO AMISI ndavyibaza.
Kera iyo ndirimbo niyo yugurura télévision y Uburundi na clip nziza cane yerekana imisozi ibiyaya inzuzi , ,mw ijambo rimwe yerekana ubwiza bw Uburundi pe mu majwi atomoye ya CANCO AMISSI.
Uko vyahindutse ng uku.
Umuhungu wa CANCO yahavuye yanka yuko bayicishako hari umengo kuri Buyoya. Uko biri kwose ngira yashaka ko bamugurira iyo mémoire ya se wiwe . Basha kuva abivuze iyo ndirimbo ntiyasubiriye kuvuga n ahantu na hamwe. Ariko umushikiranganji wo kumenyesha amakuru yari kuvugana n uyo muhungu ikagumaho. N ubu ndibaza ko muri archives za RTNB iriyo aboshobora kubona umuryango wiwe boganira indirimbo igasubiraho ikanugurura ibiganiro bimwe bimwe vyerekeye uburimyi n ubworozi.
Waruzi yuko hari iumukenyezi yari yarakuje mw iradiyo indirimbo zimwe zimwe noguha akarorero ku ndirimbo za LIONEL RICHIE nibukamwo ENDLESS LOVE n izindi. Hari n izindi za HELENE JE M APPELLE HELENE ivyo vyose kubera aba jeunes bazikunda nayo ico gihe ngira yari afise imiyabaga muhira iwe. sinzi.
Nic1
🔥🔥🔥🔥💖🇧🇮🌳
Vyiza cane kweli l Burundi 🇧🇮 🇧🇮🇧🇮 sagamba
Yugurure apoti nayo non
Daah igihugu gitera kiduga kwwli
Vyiza cane
Nimuterimbere bavandi
🇺🇸 USA good
MMS Tv Burundi Irakurikkirana Mashariki Tv mukora neza cane mutere imbere nkumuzinda
nc turiko duterimbere
Muzohore mwandika neza ijambo ry,umutwe
Komera mutama nyenicubahiro
Iyo hôtel ir amajahe ga bavukanyi? Ni nziza caane
Kumpere yarirya barabara Rica kuri Saint Michel Archange
Kuri Mairie nyene.niyo basubiyemwo.
Av de l' Université Bwiza
@@burundishallsmile1day109 Ni sawa ko bayubatse mukibanza yahoramwo ahubworaza barubako aho hahaha amazu ya kera kuko ntabibanza bisigaye i bujumbura. Bubake iza magorofa
@@thierryntare5697 Narabiz nabo ndizeye
Ndabona.rwose.iruta.Nzimwe.Mbona.ino.Geneve.Nukubishimira.
HOTEL DE VILLE ni INYITO bitirira mwene izo nyubakwa, bitandukanye na HOTEL irimwo amacumbi. Buri mugwa mukuru w'intara ushobora kwubaka HOTEL DE VILLE rwayo, bizova ku buryo.
None burya Hôtel de Ville ntiba muri Capital politique ?🤔
Buri Provence igira hôtel de ville yayo.
Muracari muri antiquities.
👏👏👏👏👏