Hon.RWASA abajije ibibazo Minister NDIRAKOBUCA Gervais ,umve uko amwishuye

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 เม.ย. 2024
  • #Amakuru_yurugendo_news
    #Updats_zurugendo_news
    #Interviews_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 23

  • @user-ti1ol3ti9j
    @user-ti1ol3ti9j หลายเดือนก่อน +2

    Nimureke kuzamutubesha ntanisoni mufitse mwabonye koturibijuju oyaaaa twarabahinyuye😮😮

  • @HarushimanaThaddee
    @HarushimanaThaddee หลายเดือนก่อน

    Ndagufana cane

  • @suadonahayo
    @suadonahayo หลายเดือนก่อน +1

    Ibindi vyose muvyihoze mutumene mwigitoro twikorere amarorerwa mugihugu murabe

  • @gastonmodestkaziri2566
    @gastonmodestkaziri2566 หลายเดือนก่อน

    Correct Prime Minister of Burundi Hon. Ndirakobuca on the question of critically analysing all Burundi Government debts from the country's independence 1st July, 1962 until now. This is very important to understand which Government phase did procure debts for what projects executed. It will be very important to analyse the Burundi Government foreign debts ( possibly with local debtors) from the following regimes: (1) Debts during the Late President Lt. Gen. Michael Micombero (1965-1978; (2) the Late President Col. Jean Baptiste Bagaza (1978-1987), (3) the Late President Maj. Pierre Buyoya (1987-1993); (4) the Late President Melchior Ndadaye (1993-1993); (5) the Late President Sprian Ntadyamira ( 1994); (6) H.E President Sylvester Ntibantunganya (1994-1996); the Late Maj. Pierre Buyoya ( 1996-2003); (7) H.E President Domitian Ndayizeye (2004-2005); (8) and the Late President Pierre Nkurunziza (2005-2020). The current regime under H.E Maj. Gen. President Evariste Ndayishimiye can wait until he finishes his first term ( 2020-2027). The report should also mention who is Burundi Government's creditors, how much and what has been paid to the creditors since then to date. This will help to under how the Government can even deal with debts restructuring with the foreign debtors. We do know some debts can definitely be cancelled if you exactly know who is your debtors and what exactly the borrowed money was used for. Good starting your Honourable Prime Minister.

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih หลายเดือนก่อน +1

    Ivyo bishirira Aho nyen musohots.

  • @user-be9yz8jh2d
    @user-be9yz8jh2d หลายเดือนก่อน +1

    Ry,indya mugende ntaco mumaze

  • @nkurunzizaaugustin8845
    @nkurunzizaaugustin8845 หลายเดือนก่อน

    wapi, les préstations za OBUHA na ARB ntiziri satisfaisants vrt

  • @zuberihamisi460
    @zuberihamisi460 หลายเดือนก่อน

    Uyo mukuru w'inama nshingamateka Geraz ndabirabe areke abashikiranganji biyishurire ibibazo kuko baraho,kuko kuva akiri umuvugizi w'ugambwe cndd-fdd yarumwangushi

  • @user-te6lo8ns9o
    @user-te6lo8ns9o หลายเดือนก่อน

    Ndandamwe

  • @JeandeDieuHAKUZIYAREMYE
    @JeandeDieuHAKUZIYAREMYE หลายเดือนก่อน

    Umukozi akoz nabi kuvugwa niyonzira yoguhindura ibintu kko bituma yikebuka cank nabandi bose bakora neza hama abakoz neza nabo bagashimirwa. Kko nimba mugukuraho abashikiranganji batisunga uwakoz neza cank nabi ubwonyene uwariwese yokora ukwashats kko nubundi nihahandi

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to หลายเดือนก่อน

    Ntimuduhume amaso vyaramaze kubananira abonyene nibo batumye biyangara twebwe ubu dushaka mutama gwasa ibisigaye🙅‍♂️🙅‍♂️🙅‍♂️

  • @HarushimanaThaddee
    @HarushimanaThaddee หลายเดือนก่อน

    Muga hamwe muratubesha igihugu catenvye cabananiye nimutange

  • @user-et8lc7tb3p
    @user-et8lc7tb3p หลายเดือนก่อน

    Mbe ndababaje mumyaka mumaze kubutegetsi mwotwereka ivyomumaze gukora kugira twizere ivyomuzokora 20240 bizotunjana mubi 20260 nimipanga nibiziga nivyahe??!!

  • @DM-li2kf
    @DM-li2kf หลายเดือนก่อน

    Nubwo bikitugoye
    Hari ivyiza biba mu Burundi

  • @user-sk2rl4lm6b
    @user-sk2rl4lm6b หลายเดือนก่อน

    Emwe nahora mvuga ngo barababesher kumbe igihugu mwarakimaz kbsa eeeeeeh urameney inda kurukumu kukibazo cigitoro ndabona Ubu ho ntanumwizero muduh uburundi murabutay mumanga turagow igihugu kiraguy mubuken budasazw. nne Ayo madevise yo abura batanguy kuvuga kwaribihano twafatiw kand kare twavuga KO twifash atabukene dufise.obuha yo ntavyayo kuk niy bariko bakora ntakazi banatanga kubafundi nne ivyo bikorw vyoher gut idatang akaz kubashak akaz Ubu tujabuk hanz kuronderay akaz kand mugihugu iwac mwokaduhay

  • @user-be9yz8jh2d
    @user-be9yz8jh2d หลายเดือนก่อน

    Mpene 😂😂.murakund,agahene

  • @suadonahayo
    @suadonahayo หลายเดือนก่อน

    Mbona mwese muciye ubwenge.mugabo simbona impamvu muburundi ibintu biguma biyangara muma service yose ni0/100%.why?

    • @boashamah3642
      @boashamah3642 หลายเดือนก่อน

      Abo nimbunuza gusa ntaco bazoshikako

  • @charlessadoc2203
    @charlessadoc2203 หลายเดือนก่อน

    Ko bitumvikana amajwi ntabwo asohoka

  • @mihigogelom1313
    @mihigogelom1313 หลายเดือนก่อน

    Gushigikira umugambwe vyonyene gusa ntibizopfabitejuburundimbere kukwabarundi turabibona nizonama kotubonatakivamwo

  • @zuberihamisi460
    @zuberihamisi460 หลายเดือนก่อน +1

    Mbega ko abandi bashingamateka bomubindi bihugu bahagurukira reta kubitagenda neza abandi ugasanga bishikira kukuvi ugasanga ahobava muntara batorewemwo barahateje imbere none muburundi habuziki?canke mutorerwa kugirango mushigikire umugambwe uri kubutegetsi gusa?

    • @InnocentSindabikeka
      @InnocentSindabikeka หลายเดือนก่อน

      Nihukibimenyako abashingamateka arabakozi bumugambwe?ibibazo dufise iyaba atarabumugambwe bibavyaraheze5 dukovye dusenge iyo Mana twasizimbere idutabare nayahandi abarundi turashira nakigoyi

  • @HarushimanaThaddee
    @HarushimanaThaddee หลายเดือนก่อน

    Muga hamwe muratubesha igihugu catenvye cabananiye nimutange