UKURI KWOSE kwifungwa rya BRUCE Melodie gutwa kwiwe I BUJUMBURA uko vyagenze..|| Uwamufungishije..
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 30 ส.ค. 2022
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Sha niba Mwafunze mélodie ndahita menya ko Abarundi muri indushyi kabisa mufite ikibazo gikomeye kurenza uko Babivugaga. Iterambere ryanyu ryazagorana cyane. Umuntu uyoborwa nishyari Ahora inyuma yabandi Bose ntago Ajya y'Avancant mubuzima.
ndabemera cyane munyarukire kuri waxman officall mubone music zubwenge 2
😁😀😅🤣😂🙂🙃
Niyiturize turamukunda😍😍Mrs Akinyuma uri boro💪urinyankamugago Mwikwiragiza ngoyafunzwe nambatarugwankomwishakira kubanyagwanda muziko atanaho turashika🙄
Uburundi weeeee muragapfe
Babeshyaga rara musaza
Abarundi ibyo Mukora ntabyo muzi reka twicecekere @Bruce Melody azahora arigitangaza
Merci sn Issac tv kur'izo news
Ntabwo yafunzwe
Nayahandi abarundi bazokurya sha
Reka mvuge ko abarundi dukabije kandi turi abanyenzigo
Melody hejuru cyaneeeee
Wew uyavuze neza amakuru kabsa
Bluce wacu yubahweeeee
Abarundi mufise ingorane
Isaac Remember from 🇧🇮🇺🇲
Mu burundi birangoye nukuri,ungwanko turarurondera aho rutari
Ahonisawa kobatamufunze
Ahonisawa nayo abanyamakuru bamwebabe barabesa ngo melody yafuzwe ntiwunva karikinyoma ceruye
Nibumvikane 🙏🙏🇧🇮
Abarundi barashaka iriya Barabus
Uwuntu yumvise police ati:mukavyonga ndabirukana"ampe like🤣🤣🤣
Vyos bizohera
Bibaye arivyo vyoba biteye agahinda Bari kumureka agaheza kweri ico muzanye mu nyuma bakavugana Niko ndavyumva
Isaac komwacecetse mwaherewe ntamakuru muzakuduha uyumusi wa gatanu😂😂😂😂tumenye inkuru kuyindi
None muzovuga muzovuga nukuri gushika ryari ?
Mumurebe mwirebe
Ndababaye
Thx
❤️💓🇧🇮
Waandishi wamchongo nyie kubesha gusa nivyo mutazi
Tazama video zilizo fwatiya iyo kwaku postiwa na uace kuongea vibaya , itakusaidia sana
Nari numiwe pe abarundi mwarikuba muduhemukiye rwose🤔🤔🤔
Abarundi Twarabuze Imbura bugirire none iyo bamureka agakora icamuzanye ubundi bakamukoza ico bashatse ntivyari gukunda? humura birahera di bro wanj uze wame witwikira mukuru wanje nkunda!
Iconomuhanura ntazosubire kugaruka
Wewe wanditse iyo title uri umusazi pe
Reka kuvuga nabi igihugu cacu ciza
Ronderera views ahandi
Shame on you
Ndakugaye cane
Melody afashwe neza nka amata yabashitsi kanatsinda ni umushitsi mwiza wacu
Melody kaze urisanze mwene wacu ❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
Wimugaya abarundi mufite igitima kibicyane nagewe nabashakiyemo ndabazi cyane gushima mbona bibagora
🤔🤔🤔🤔😭😭🤲🤲🤲
Misiriy’Umutekano n’Iterambere ry’Abarundi yemeje ko umuhanzi Bruce Melodie yatawe muri yombi akurikiranyweho icyaha cy’ubwambuzi bushukana Inkuru irambuye kuri TH-cam channel yitwa #isiakaTV250
Ngo ubwambuzi bushukana!!! Mana yanjye!
Afungiwe hh?shame on you Isaac Tv
I will never watch this issac tv again plz help me God
Burabe ibyuya ntibibe amaraso
if he is free he cant make any show i know him murahobye mwabarundimwe 😂😂😂
Free bruce abarundi nicyo mbangira umuntu araza kubaha show mukazana ubugoryi 🤔😡
Kubona police imusanga kuri aeroport nkuko umengo baje gufata un terroriste,ni ibintu qui ne donne pas une bonne image pour le Burundi,ubiravye iyi cortege iri comique,police iri imbere ya cortege y,umurirumvyi aje kugira concert,mana,ntibari kurindira agashika aho yaragiye,non ils vont en faire un shov ridicule digne d,un film rate,un film d,horreur, sinzi abari i burundi ingene babibona,ariko urii hanze izi video ziteye isoni,abaziposta bari i bdi mwozifuta,ziri ridicules,aba ba policiers baboneka nabi cane,mugabo sibo batumwe,image y,uburundi iba mbi kurusha,dommage
Genda kuri yago tv urab ukuri murek.kuvug nab yago nih yari namwiboney inkuru yatanze niy .niyemerey utund dutiv nituzibe
Bamaze imyaka 73 bakundana🥰 Iyumvire inkuru yabo
th-cam.com/video/4qOaDUi0EAA/w-d-xo.html
Nimba mwibwirako kubona views nyinshi ariko muzoba mutanze injury atarizo ,muribesha yes view urazironka ariko umenyeko icizere usanganywe nka Issac TV kubarundi nabandi usanguriko wica vyinshi ,,,, tanga amakuru yukuri mureke gucafuza igihugu cacu kanatsinda ababaijejwe gutangaza amakuru nkayo nabajejwe umutekano none mwebwe mubitangaza gute ,,,shame on u
Isaac Tv kuki mukoresha imaze zanje mutabinsavye canke ngo mundihe??Mukongera mugashirako Logo yanyu 🤦🏾 bino bintu ukoze that not professional ako nakagaye unyeretsee
Abarundi niyompamvu muzahora mukennye iryo ishyari mufitiye abanyarwanda kandi bizabagoro kuko ishyari ririca mugabanye amashyari mukore mureke ubusutwa wagira mwarimutergereje icyihebe shame on you
wewe utunze nde?Uraciriritse
Ahubwo niwoe udafite amakuru ubu ari kuri Embassy y'urwanda ark mukomeze to
Mumurebe mwirebe
Icompa numéro yiw nkamwirabira niw mû star nkunda kwisi