UMUKOBWA ATUNZE 400.000.000FBU😳 || Isaac Tv twamwiboneye turumigwa😳
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 28 ก.ย. 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Uyu mukobwa ndamukunz nanj ngeze kure arij nironderr abakobw tugez kur aritw twitej imber mump lik
Izo title zanyu zirantwenza 😅😅 ngo 400M
Kubantu twituma kurondera hejuru caneee 💪💪💪
Courage dada yangu❤
Aho mwiza .nukugukora najewe isahac nzokuronder warahiiii.uwo mukobw tumeze kumwe
❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage turashoboye
Courage ❤❤
Muduhe nimero yiwe
Cher iyomihimbiri uzosenge ntizokwibe twebwe baratwivye kumbe arindaya zahez
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮A
Duh nimer kwel tuze tumutez imber
Uyu mukobw ni jw kbs mu bwenge
Ibi nivyo dushak
❤🎉😂
Isaaac nanje nzokurondera nkutemwo show walah abakobwa twigwanaho aho murihose mwihamashi
🙌🙌🙌🙌❤️👌
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uyu.mwigeme ndiko muraba yabeshe aya mahera. Ariko avuga nawe iriko yiyumvira ivyabesha kuko jew ndabazii ayo mahera nayo yahaweee ntatubeshee 🚺🚺🚺🚺🚺🚺🚺🚺🚺🚺🚺É mentira
Dada bigapu sana hejuru can warayi ee nkundabakobwa nkawe urugurutsemumutwe nukuri komeza can weturikumwe
Nimurivire uruhandugwah kubera afisimivunjo myichi
Turangana twavukiy mumwakumwe
Uryamukobwa wakaryakavideo nibijuju ntabwengebukwiy afise ugirazamaronka abamuhibih vyose erega haragera bakabahimba bakabahanirana kwironderera nivyiza
Wanawake oyeee👊
Amahera yumugabo sirwawe namahera yumugore sirwawe kiramutu atafute vyake
💪💪💪💪💪💪💪👍👍👍👍👍👍👍
Isaac mpa nume yiwe✌️🥰
THANK YOU GUYS, DEAR VIEWERS PLEASE MAKE SURE
YOU SUBSCRIBE ,LIKE and SHARE
IN ORDER TO SHOW THE SUPPORT TO CREATOR
PLEASE DO THAT SIMPLE ACTIONS WHILE YOU'RE WATCHING this video
Nanjye kandi mumpe za LIKES
THANK YOU!!
Isaac reka gushuha kuko wumvise amahera aganuko ego yarakoze yagize ubwitange buhagije,ariko urumva ko harimwo spot yabavyeyi baba diaspora.
So courage Dada wabaye intwari gucuruza uvuye kwishure ntibiba vyoroshe pee amashugwe meshi Cane 🎉🎉🎉🎉
Courage
Imana iguhe ihezagire
Ubundatahuye narintangaye ngona mahera yiwe gusa lmana igushigikire mukobwa mwiza
Hello 20/4/1998 ÷26👈👍🤳
😂😂😂😂😂 hewe Isaac ngo no ku ka Lumicash nimurungik
Tumekaribiya
2024
A💯💯💯🤝🤝🙏🙏
Ndaguteye intege kuraji komera ❤❤❤❤❤❤❤
Duhe nime ziwe
Ego vrt nibaduhe numéro ziwe tuzoze tugurira Online
Big up my ❤❤❤
Nagira ntangare mumyaka indwi udandaza imicungwe imihwi ko woba wuguruye shop😂😂😂 kumbe nipaoa wumu diaspora yahufashij😊
Songa mbere dada urampaye courage yogukora
Isaac uyumukobwa araciye ubwenge azi ivyarimwo mugihe ukoze ugaha agacire ibikorwa vyawe vyose birakunda abantu baguma bateramiye mukwiyumvira ivyimiti nibidayimoni nibo barozi biroze mumitwe.
Aho mwiza .nukugukora najewe isahac nzokuronder warahiiii.uwo mukobw tumeze kumwe
Songa mbe dada e
Ibikorwa imbere Dada
.imana yarahezagiy
Every nice and congratulations kuri successful
Firimasoni ntibaho iburundi n8kubesha nabanebwe kweri ushaka amahera urakora❤
❤❤❤❤❤
Issaac nipe namba ya seluwa myaka mingi ❤
Eg
cn numwanawumutim
kandi avugisha ukur
cn ntarimuribabandibiyemer
Yooo seluwa mdogo wangu nilikuwa nimeku miss
Isaac aranyeguye😂😂😂😂😂 ubutumbotumbo bubaye gut😂😂 harabana baz kurondera Shaa saluwa wubahwe vrt 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Oya😂ngabahung bakeny 😂😂reka reka abo bashaka umukobwa amuhong uwo mukobwa yabitoy
Courage my sister imana ikurinde bamwe baturira amasoko namaduka muburundi
😅😅😅ewesh muhungu urantwegeje ayo nimesh rero
Courage dada
dufash nim
turogushorer
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Courage
Mukobwa mwiza uvuga ukuri uzoshika kure🎉🎉🎉🎉
Koracane mukobwa urekeabarera maboko pambana
Aho birufikana afugishukur apana babandi batubesha
Aduhe akazi noe vyoba vyiza
Courage
Najewendigupagasa. Babonyenuzuje. Inzu. Ngoni. Frimasoni. Abarundinuko
Yooo😢😢😢
Uzogerakure mukobwa 💪💪💪💪
Mump like❤zanj mbay number one
Ubundi uwo ni mukobwa too