BRUCE MELODIE yakiriwe nkumwami i Bujumbura | Ibimushikiye ashitse biteye ubwoba

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ส.ค. 2022
  • #BruceMelody #Rwanda #Burundi
    Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 68 223 838
    Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze

ความคิดเห็น • 28

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima1766 ปีที่แล้ว +2

    Yago karibu cne Iburundi

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima1766 ปีที่แล้ว +7

    Ababonye Yago tumuhe karibu mu Burundi 💕💕

  • @user-iz7wb3bc3s
    @user-iz7wb3bc3s ปีที่แล้ว +2

    turamuhaye ikaze iwacu

  • @beaimfurayase4482
    @beaimfurayase4482 ปีที่แล้ว

    Yooo yooo yooo ndabonye yago manayanje ndishimye gose nukur +Bruce melody ❤❤❤

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 ปีที่แล้ว +2

    Arahawe ikaze

  • @zaujiyabugegene6389
    @zaujiyabugegene6389 ปีที่แล้ว +2

    Abatananirwa banje,257step média ndabemera cn mukuza muduha ibigezweho,ngo muba mwahishikiy

  • @ndizeyechantal6979
    @ndizeyechantal6979 ปีที่แล้ว +2

    Yago Yago Karibu iwacu Merud

  • @salima7729
    @salima7729 ปีที่แล้ว +2

    Ariko yemw abantu barih angana kwer mbega amakamera🤣🤦‍♂️🤦‍♂️🤦‍♂️ham ntakinsekeje🤣🤣🥰🥰 abakoresha fone nukur bubahw kk baritanga

  • @irakozeadelphine272
    @irakozeadelphine272 ปีที่แล้ว +2

    Karibu iwacu ibujumbura😍😍😍

  • @salima7729
    @salima7729 ปีที่แล้ว +2

    Beni mbarira na yago yaje je numvis bamuhamagara uzomuramuts ati abafana banje baragukunda ❤️yago

  • @ulrichdivinishime8723
    @ulrichdivinishime8723 ปีที่แล้ว +1

    Step media Respect itwereka ivyo tutabony courage 👌👌 uyumwaka Bujumbura numuriro gusa yago karib

  • @ndizeyechantal6979
    @ndizeyechantal6979 ปีที่แล้ว +2

    Yago nukuri mbaye kure narikuza kuramutsa

  • @beaimfurayase4482
    @beaimfurayase4482 ปีที่แล้ว +1

    Welcom welcom Bruce melody burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤💋💋💋💋💋

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial9653 ปีที่แล้ว

    😍😍😍 welcome Bruce mélodie

  • @habibi5688
    @habibi5688 ปีที่แล้ว +1

    Karibu iwacu🇧🇮

  • @user-ro1ny9sh2q
    @user-ro1ny9sh2q ปีที่แล้ว +1

    Yago namubonye

  • @salima7729
    @salima7729 ปีที่แล้ว +2

    Karibu kwetu buja🇧🇮❤️🇧🇮🇷🇼

  • @irakozechanelle6107
    @irakozechanelle6107 ปีที่แล้ว +3

    Karibu mu Bujumbura 🔥🔥🔥

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 ปีที่แล้ว

    Thé top chatter yahageze

  • @nduwimanachristian6638
    @nduwimanachristian6638 ปีที่แล้ว

    🥰🥰🥰🥰

  • @ubuzimatvnzodesire
    @ubuzimatvnzodesire ปีที่แล้ว +1

    Step média hejuru cane, courage uratubera ijisho 💓💓

  • @manzieric3256
    @manzieric3256 ปีที่แล้ว

    AAA neza murigeza

  • @manishimweevarist3317
    @manishimweevarist3317 ปีที่แล้ว +1

    Ko numva ngo yashikiye mumaboko yigipolisi nivyo???

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 ปีที่แล้ว

    Mana nkunda yagoo ndi decrayee🤣🤣🤣🤭