NOW😳 : Isaac na mama wiwe bahatswe gupfira mumuduga Tanzania 🇹🇿 || Insanganya yabahahamuye koko

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 137

  • @irakoze3762
    @irakoze3762 3 หลายเดือนก่อน +2

    Pole sana kwer birateye ubwob alhamdulillah Allah yarakinze

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Yego rwose❤❤

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 3 หลายเดือนก่อน +2

    Imana yarakinze ko abantu bose barokotse

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Yego rwose ❤❤

  • @binancerwanda
    @binancerwanda 3 หลายเดือนก่อน +3

    Iyi company yitwa ngo iki se?

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Byanditse ku bus

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 3 หลายเดือนก่อน +2

    Gusa uwo muduga warushaje kabisa
    Ibaze kuba umuduga wagize isanganya yambere mukiri mugihugu canyu kweli ariko mugakomeza mugenda.
    Ico cari ikimenyetso urugenda gwari guhagarara
    POLE SANA KO MWESE MUKOMEYE

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Uvuze ukuri mukundwa ❤❤

  • @clovisnduwimana2879
    @clovisnduwimana2879 3 หลายเดือนก่อน +3

    Ariko uwomuduga warushaje vraiment. Imana ishimwe pe🙏🙏

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 3 หลายเดือนก่อน +2

      @clovis. Nawe wibaze, uwo muduga watanguye kugira ingorane ukiri muKayanza, hanyuma n'umushoferi umengo ntiyari azi iyo aja kuko ntiyari gutakara aja muri za Mwanza.

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏 ❤

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      @@stansiyomana1239Yego rwose ❤❤

  • @nickyclassictv1471
    @nickyclassictv1471 3 หลายเดือนก่อน +4

    Poleni Sana ndugu Daaaah MUNGU mukubwa🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @ericirankunda2969
    @ericirankunda2969 3 หลายเดือนก่อน +2

    Iyo bus yarashaje nanj yarandanje munzira barakwiye kuyihindura air 🚌 yarushe

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Yego rwose ❤❤

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 3 หลายเดือนก่อน +3

    Oyasiwew Nihatar 😢😢

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 3 หลายเดือนก่อน +4

    Tanzania amasangany nikumusi harabaroz bensh😢😢

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Buriya se ni abarozi ?

  • @IgiranezaSaluwa
    @IgiranezaSaluwa 3 หลายเดือนก่อน +2

    Pole sanaaa 😴😴😴😏

  • @misagohosea1283
    @misagohosea1283 3 หลายเดือนก่อน +3

    Poleni sana , hata hivyo mna roho ngumu kupanda kitu kama hicho umbali kama huo ni hatari sana

  • @NijimbereGREGOIRE-u4u
    @NijimbereGREGOIRE-u4u 3 หลายเดือนก่อน +2

    Allah amakuwa nanyinyi

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @salmanadjibu
    @salmanadjibu 3 หลายเดือนก่อน +2

    Poleni san mung nimukubwa mufike munasali rak mbil

  • @anetaaneta2767
    @anetaaneta2767 3 หลายเดือนก่อน +2

    Uburundi bwama mubihombo gusa komwakize imana ishimwe

  • @HitayesuJeonal
    @HitayesuJeonal 3 หลายเดือนก่อน +2

    Pore barundibenewacu imana iriho

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤❤❤

  • @uwizeyimanadancira8703
    @uwizeyimanadancira8703 3 หลายเดือนก่อน +2

    Ciye nibuka ndikuja kampara. Duciye Tanzanie natwe vyageneuko tumara indwi munzira iminsi ine mwanza abantu bamwanza balèze neza ariko mumutekano ntabwo ubarimwiza cane pore sana 🙏

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 3 หลายเดือนก่อน +1

      @uwizeyimana. Nanje ndafise inkuru ntazokwibagira mubuzima bwanje. Twaramaze hafi indwi yose kuva Dodoma gushika Karagwe. Ahitwa Igunga umushoferi wa Land Rover y'akazi ntiyabonye hakiri kare barriere yari kw'ibarabara hanyuma ahakwa kugonga umupolisi yari aho,. hanyuma imodoka irafatwa, duca turara aho Igunga (iyo district niho yari igitangura, ntihari bwubakwe neza, kandi abantu baho bamaze gushora ipampa baca baza mumuji kwinezereza. Twese uko twari nka 4 twaraye mucumba kimwe. Bukeye baraturetse turabandanya urugendo. Uwari aturindiriye iMwanza twasanze ataco arakora mukuturonderera essence (ntiwashobora gukoresha cash, hari formulaires zategerezwa kuzuzwa). Nibuka ko twamaze Deluxe Hotel nk'imisi ibiri canke itatu. Hanyuma na Bukoba twaraharaye nk'ijoro rimwe, imbere yo gushika Kyerwa muri Karagwe.
      Mugabo twebwe ko twari kukazi, twararihwa amashilingi akwiye ya night allowance (uretse umushahara wacu usanzwe).

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Yoooo pole sana ❤

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      @@stansiyomana1239Yoooo pole sana ❤❤

  • @ericciza926
    @ericciza926 3 หลายเดือนก่อน +2

    Imana ishimwe kwl yarahabaye.

  • @ismailbigirimana-nb9ur
    @ismailbigirimana-nb9ur 3 หลายเดือนก่อน +2

    God Will Make a Way ❤ Pole sana kweli mwahatswe

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      You are absolutely right dear ❤❤

  • @Sabriya-ms4ry
    @Sabriya-ms4ry 3 หลายเดือนก่อน +2

    Icubahiro nica NDIHO yabarinze

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ishimwe ihabwe icubahiro kiyikwiye 🙇‍♂️ 🙇‍♂️ 🙇‍♂️

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz 3 หลายเดือนก่อน +2

    Yesu wee 😮😮😮😢😢😢 Imanishimwe kbx

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Ihimbazwe❤❤❤

  • @Nziga257
    @Nziga257 3 หลายเดือนก่อน +1

    Pole sana

  • @LaurentNgendahayo
    @LaurentNgendahayo 3 หลายเดือนก่อน +2

    Pole sana kabisa mung nimwema

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 3 หลายเดือนก่อน +2

    Imana yarahabay kwel nihabwe icubahiro🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @Zakia-hz9ds
    @Zakia-hz9ds 3 หลายเดือนก่อน +2

    😢pore.isaka.imaniborohereze

  • @blankoblanko1550
    @blankoblanko1550 3 หลายเดือนก่อน +2

    Pol nukur mwarahatw kwer

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Yego rwose ❤❤

  • @balancedlifetv
    @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

    Imana ishimwe cyane yarahabaye❤❤

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mungu ni mwema siku zote shetani yamaramaye pe😮😮😮😮

  • @كزمانفاستبن
    @كزمانفاستبن 3 หลายเดือนก่อน +2

    Pore.san

  • @MamadembeleLadouce
    @MamadembeleLadouce 3 หลายเดือนก่อน +2

    Nukur pol San kwr kwr

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @reginasikujuwa2523
    @reginasikujuwa2523 3 หลายเดือนก่อน +2

    Poleni sana

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤❤❤

  • @josephgatunzi1670
    @josephgatunzi1670 3 หลายเดือนก่อน +2

    Hapo Mko salama sana Tanzania ni Amani na Upendo Mwingi ssan!!!

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Unasema ukweli,nilikua hapo Tanzania mwaka uliopita ,nilifurahia watanzania sana❤❤

  • @Jeannirema
    @Jeannirema 3 หลายเดือนก่อน +2

    Pole sana

  • @nshimirimamaeric3172
    @nshimirimamaeric3172 3 หลายเดือนก่อน +2

    Imana yarakinze iguma ihagaze iyirwa ntiwabona ivyuvuga pole mungu mbere

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Imana ni nziza ibihe byose 🙏❤️

  • @josephgatunzi1670
    @josephgatunzi1670 3 หลายเดือนก่อน +2

    Mkachinje Mbuzi muile❤❤❤

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂kabisa❤❤

  • @esronnday-mx3mw
    @esronnday-mx3mw 3 หลายเดือนก่อน +2

    Pole san

  • @josephgatunzi1670
    @josephgatunzi1670 3 หลายเดือนก่อน +2

    Mushimire imana nu Mushoferi yabatwaye ahan’tu hezaza sana🙏🏼

  • @mdoman5229
    @mdoman5229 3 หลายเดือนก่อน +2

    😢😢😢🤷🤷🤷

  • @NanaLeontine-xe7ff
    @NanaLeontine-xe7ff 3 หลายเดือนก่อน +2

    Mungu njo chefu 😢😢😢😢

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Vraiment ❤🙏

  • @NadiaNadu-r3v
    @NadiaNadu-r3v 3 หลายเดือนก่อน +2

    Pole

  • @clovisnduwimana2879
    @clovisnduwimana2879 3 หลายเดือนก่อน +2

    Ariko uwomuduga warushaje vraiment. Imana ishimwe pe🙏🙏

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Ihimbazwe rwose ❤🙏

  • @stansiyomana1239
    @stansiyomana1239 3 หลายเดือนก่อน +2

    Poleni sana kuri iyo nsanganya yabashikiye. Aho Mkoa wa Singida ntihoroshe. Jewe ngishika Tanzania nk'impunzi muri juillet 1977, nagize imana nca ndaronka akazi Idara ya Madini iri Dodoma. Baciye bantwara kuri projet y'inzahabu i Kahama. Aho Singida mbonye ingene abantu bari bamanitse umwimbu muke w'ibigori hejuru kunzu, naribaza ingene umuntu yoronka aho yinyegeza mugihe yoterwa (ko ntahabona n'ingundu n'imwe y'igitoke).
    Muri iyo myaka ntabarabara rya kaburimbo ryaribwubakwe. Vyadutwara umusi wose kuva Kahama gushika Dodoma.
    Imiji ya Nzega, Singida na Dodoma narayikunda cane (naravuye Tanzania kuva 1985).

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Ehhh warabaye kweli! Tanzania ubu ni heza hose ❤❤

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 3 หลายเดือนก่อน

      @@balancedlifetv Kuva 1985 sindasubira Tanzania. Mugabo mu myaka itandatu nahabaye, kuri jewe ubuzima bwari bwiza. Nivyo akenshi ntasubijwe Dodoma, naba mw'ihema, mugabo ukiri jeune geologue niko ubuzima buba bumeze, kandi twararonka night allowance yiyongera kumushahara wacu.
      Mugabo ingorane n'uko warungika umuntu gukoresha imodoka mumuji hanyuma agashobora kwirarirayo ukajokubwira "Nimekwama bwana.." kandi ntiwashobora kumenya ko koko yagize ingorane. Urabona kwinezereza na copine wawe aba mu muji, kandi Reta ikurihira icumba ciza n'ivyukurya vyiza vyararuta kuba mw'ihema urya ibiharage n'umuceri.
      Hari uwantwengeje ambwira ingene yakoranye kuri projet na une jeune hollandaise, hanyuma bagiye mumuji bakajana. Ati twebwe twashaka ko uwo muzungukazi atuva inyuma kugirango tuje kwironderera abakobwa bo mumuji. Ikindi nahigiye muri Tanzania, wunze ubucuti n'umukobwa akora mukabare, warasaba icupa ry'ikiyeri hanyuma agaca azana amacupa abiri, rimwe ryiwe. Mugabo nko muri America umukozi wo muri bar canke restaurant ntiyemerewe kwicara kumeza y'aba clients.

  • @BennyBertrandBahizi
    @BennyBertrandBahizi 3 หลายเดือนก่อน +2

    Pole sana kweli😢

  • @hollanddutch-day
    @hollanddutch-day 2 หลายเดือนก่อน

    Uyo Mushoferi yubahwe kabisa ayo namafire yacitse aca avyitwaramwo neza

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 3 หลายเดือนก่อน +2

    Nukuri Imana yahabaye turayihaye icubahiro 🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿

  • @عائشة-ت7ث
    @عائشة-ت7ث 3 หลายเดือนก่อน +2

    Nivyo gushima Imana yarahabaye

  • @jeanclaudemugisha533
    @jeanclaudemugisha533 3 หลายเดือนก่อน +1

    Pole cane, Imana Ihabwe icubahiro🙏

  • @EricNdayikengurukiye-i9p
    @EricNdayikengurukiye-i9p 3 หลายเดือนก่อน +2

    Poleni Sana Sana Mungu ni Mwema!

  • @UmwimanaRozine
    @UmwimanaRozine 3 หลายเดือนก่อน +2

    Imana nishimwe can nukuri imana yarahabanye por san

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Ihabwe icyubahiro rwose🙏❤

  • @chnae-k5o
    @chnae-k5o 3 หลายเดือนก่อน +1

    Machallah Iman yarahabay

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Yego rwose ❤❤

  • @hollanddutch-day
    @hollanddutch-day 2 หลายเดือนก่อน

    Yoooooh mwari mwazimiye pe nta mwanza mwocamwo muvuye iburundi

  • @MaggieNderega
    @MaggieNderega 2 หลายเดือนก่อน

    Burya umuntu wese afise umunsi WIWE wanditse...

  • @yasmenbronde5030
    @yasmenbronde5030 3 หลายเดือนก่อน +1

    Pôle warakoze Mana kuhaba🙏🙏🙏

  • @igirimbabazisania9768
    @igirimbabazisania9768 3 หลายเดือนก่อน +3

    Mwahatswe nukuri Imana yakinzukuboko😢😢😢😢

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      Yego rwose ❤❤

  • @AnetaR-n4f
    @AnetaR-n4f 3 หลายเดือนก่อน +2

    😮😮

  • @ladouceirankunda661
    @ladouceirankunda661 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mama wanje yari muruwo muduga God is Good ❤

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      All the time God is good 🙏❤

  • @FeliciteNiybitanga
    @FeliciteNiybitanga 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ihabwe icubahiro🙏🙏🙏

  • @Julias257
    @Julias257 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ishimwe !

  • @AliFaxi-Mille
    @AliFaxi-Mille 2 วันที่ผ่านมา

    Pole sana brother Imana yarahabaye

  • @sandrine5916
    @sandrine5916 3 หลายเดือนก่อน +1

    Pole sana 😢😢😢

  • @yuui1878
    @yuui1878 3 หลายเดือนก่อน +1

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙆🙆🙆🙆🙆🙆

  • @husseinnzeyimana8345
    @husseinnzeyimana8345 3 หลายเดือนก่อน +1

    Pole sana musor wacu

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤❤❤

  • @hollanddutch-day
    @hollanddutch-day 2 หลายเดือนก่อน

    Mwari gukoreshs GPS

  • @arnaudntakirutimana318
    @arnaudntakirutimana318 3 หลายเดือนก่อน +1

    𝐘𝐨𝐨𝐨𝐨𝐨𝐨😢

  • @زياد-ذ5ف5ه
    @زياد-ذ5ف5ه 3 หลายเดือนก่อน +1

    Pole

  • @habimanaignace7235
    @habimanaignace7235 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ubundi se urajyahe wa mbwa we Uzi kubwejagura gusa

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 3 หลายเดือนก่อน

      @habimana. None sivyiza abarundi tumenya ingene iyo SAba Saba ya Dar es salaam izogenda? Biraboneka kowanka uyu muntu. Mugabo ubu ahejeje gusimbuka urupfu, wari kwihangana ukazotuma umutuka uwundi musi. Tugerageze kugira ubuntu, ntituze turazanamwo urwanko mugihe abandi bantu bari mungorane. Wewe n'iyo mvugo yawe siniyumvira ko uwo Isaac umuciyeko harya bari womusigira n'agacupa k'amazi (mugihe woba ugafise). Kugirira isanganya mugihugu c'abandi ntabwo ari ikintu coroshe. Narabaye Tanzania mumyaka ya 1970/1980, aho Singida narahaciye kenshi, ntihoroshe namba.

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv 3 หลายเดือนก่อน

      @@stansiyomana1239Uvuze ukuri rwose❤❤

  • @nizigiyimanaalexandre-jw8sr
    @nizigiyimanaalexandre-jw8sr 3 หลายเดือนก่อน +1

    Pole mutama wangu

  • @MIGAMBIOscar-kf7rp
    @MIGAMBIOscar-kf7rp 3 หลายเดือนก่อน +1

    Pore petiyangu

  • @tubasabirecynthiasubscribe
    @tubasabirecynthiasubscribe 2 หลายเดือนก่อน

    Ni Cynthia TV show turabakunda cyane