Koreshumwanya arishuzwa inkwanoðĨðĨðĨ Chacha OG kuboboteza biramurembeje// abakobwa muri industry
āļāļąāļ
- āđāļāļĒāđāļāļĢāđāđāļĄāļ·āđāļ 8 āļ.āļ. 2024
- Koreshumwanya arishuzwa inkwanoðĨðĨðĨ Chacha OG kuboboteza biramurembeje// abakobwa muri industry
Koreshumwanya ndagukunda
Inkwano zizokora ibara nukr j narabihevye
Mukwe umugore wagusa ntagaciro aguha
tumuhenyina
Nutazitanga stone azozitanga
Koreshumwanya uramenya yuko stone ariko aramwirukinyuma azomwampiki mpetaððððð
ðððððð koreshumwanya mukwe wew kuku yarakuvyariy nivyagaciro kanini caaane
âĪ
Koreshumwanya umva ahubwo ihutire kumukwa mama guy inkwano arazikwiye imbereyuko ugira mariage uzotume utanga makeya basi ribe iteka ndabimusabiye nukuri uramukwa
Mr & Mrs
Ahubwo ww niww ukwiye kumukwa kuko yaranakuvyariye abana
Koreshaumwanya, you are so hilarious. I like your confidence, bt asinwin, try to respect ð
ððððð
Bantu bacu ibi murabitahura??
Koreshumwanya none yogukwa ayakuye hehe? Jewe rimwe rimwe mpora nibazako yaguhaye imiti kugira akurongoreððð Nimba hariho abantu kwisi maze kubonako bataberanye ni couple yanyu hamwe na couple ya Sat B
Wapu nagutere agateka nawe agukwe
ðððððð koreshumwanya mukwe wew kuku yarakuvyariy nivyagaciro kanini caaane
âĪ