INTAHE YA BEBETI/ Uwantey'inda yantegetse kuyikuramwo😭/Narariye show kurugero rwo hejuru/Narakijijwe

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ก.ย. 2024
  • INTAHE YA BEBETI/ Uwantey'inda yantegetse kuyikuramwo😭/Narariye show kurugero rwo hejuru/Narakijijwe

ความคิดเห็น • 20

  • @jeandedieundayahundwa5495
    @jeandedieundayahundwa5495 3 หลายเดือนก่อน +2

    J’aime bien l’honnêteté de Bebeti. Courage, nta mvura idahita.

  • @EvrieKessyManariyo-qy7kn
    @EvrieKessyManariyo-qy7kn 3 หลายเดือนก่อน +5

    Courage bebeti wanj knd Imana igushoboze❤

  • @BrotherMUVUKANYI
    @BrotherMUVUKANYI 3 หลายเดือนก่อน +7

    uMU NON STRESS TUZINANYE! COURAGE SHA BEBETI

  • @IrabonaNzofredany
    @IrabonaNzofredany 3 หลายเดือนก่อน +1

  • @InetteIn
    @InetteIn 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ewe Mana yanje😢 sinarinzk social media muza gutwika😅 Noé nkawe kuel ?? Ugez aha naho?? Ngo kum terrain muyinga😅😅😅 vugisha ukuri KO wakora muk bar, knd War malaya ham biza kwanka uja buja gubandanirizayo uwo mwuga mubi

  • @mjlk450
    @mjlk450 3 หลายเดือนก่อน +2

    Muyinga😂😂😂

  • @AncienSucces-vc1gk
    @AncienSucces-vc1gk 3 หลายเดือนก่อน +5

    Ngo utunzwe n'amasengesho?🤣🤣🤣 Agatima ariko

    • @ReineGogoIrumva
      @ReineGogoIrumva 3 หลายเดือนก่อน

      Nyene! None wew utunzwe n'iki?

  • @NzokizwanimanaAline
    @NzokizwanimanaAline 3 หลายเดือนก่อน +5

    Merci Akamo Tv kuntahe mutugezako zitandukanye. Clasley naw courage munzira nziza watanguye yogukunda gusenga Imana igukomez

  • @Lion-of-Judah-Tv
    @Lion-of-Judah-Tv 3 หลายเดือนก่อน +5

    Vie ta vie ma soeur!

  • @HammerBoyB-SMITH
    @HammerBoyB-SMITH 3 หลายเดือนก่อน +5

    Akamo Tv for everybody

  • @JuxArtimel
    @JuxArtimel 3 หลายเดือนก่อน +5

    Ntaco mvuze ariko iconzico ndakizi

  • @INEZARaissa-ec5ut
    @INEZARaissa-ec5ut 3 หลายเดือนก่อน +5

    TERIMBERE SHA MWIZA

  • @WinnerKEZA
    @WinnerKEZA 3 หลายเดือนก่อน +5

    Clasley

  • @InetteIn
    @InetteIn 3 หลายเดือนก่อน +2

    Gusa uzogwa kure nukuri, Gus nyen nuhende abatakuzi, ng ntiwakunz?? Mbega Kenitra ntaragutwara?? Gus nibazeko wagize indero ubu hoho??

  • @cedricmpfukamedusenge361
    @cedricmpfukamedusenge361 3 หลายเดือนก่อน +4

    Erega nubu uzotwariyindiii😂😂😂😂😂😂

    • @ReineGogoIrumva
      @ReineGogoIrumva 3 หลายเดือนก่อน

      Ubu yaraciye ubwenge ntanda yoba agitwara atibishaka

  • @InesKAKUNZE
    @InesKAKUNZE 3 หลายเดือนก่อน +2

    GUHOMBA NTIBIRABA ABAFISE IMITAHE Y'IFARANGA GUSA!!!! AHA SO NANYOKO BARAHOMVYE PE ET D'AILLEURS BABURIYE HEJURU😴😴😴

  • @NadineNDAYAMBAJE-st1hf
    @NadineNDAYAMBAJE-st1hf 3 หลายเดือนก่อน +2

    Ewe maman westrey.mpise nseka😂

  • @CarineNISHIMWE-kt4ss
    @CarineNISHIMWE-kt4ss 3 หลายเดือนก่อน +1

    Baho utatabaye sha mwiza