Ntagihugu kigoye gutwara nkuburundi || Igitoro gitegerezwa kuboneka vyanka vyakunda..|| S.E Neva

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 พ.ค. 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

ความคิดเห็น • 487

  • @matsikomoses
    @matsikomoses 23 วันที่ผ่านมา +13

    Nyamara cya ikigabo cyacu nigikozi gikunda igihugu ❤️ Gen Neva sinarimuzi neza ariko maze kumukunda ni panafricanist

    • @YusufYusuf-jx1ub
      @YusufYusuf-jx1ub 20 วันที่ผ่านมา +2

      Ikoresheje ijambo nyandagazi ngo cya kigabo kweri😂 ubwo wumva wisoneye koko? Please the Bible says we should respect those who are in Leadership! A President of Country. Behave yourself

    • @Rene-ex9kp
      @Rene-ex9kp 19 วันที่ผ่านมา

      Nange maze kubibina numu Pan-African

    • @isaacjohn9633
      @isaacjohn9633 19 วันที่ผ่านมา

      Kweli baba ulisawa

    • @isaacjohn9633
      @isaacjohn9633 19 วันที่ผ่านมา

      Nze kugufasha papa ichogihugu kigomba abhantu binkomezi chane ndagukunda ulisawa papa

  • @DidierIradukunda-iu4cy
    @DidierIradukunda-iu4cy 25 วันที่ผ่านมา +20

    Président wacu yubahwe❤ Imana imushoboze Ubintu bihinduke

    • @gateteedmon1921
      @gateteedmon1921 24 วันที่ผ่านมา +1

      Koko umuntu udoshobora kuhashya abasuma akaza akarira imbere y'itangazamakuru can i ask you question are proud of you president

    • @gateteedmon1921
      @gateteedmon1921 24 วันที่ผ่านมา +1

      Perezida wanyu niyizera abantu akoresha uzi impamvu nuko nta ntego afitiye igihugu cyanyu

    • @sibomanaemmanuel1831
      @sibomanaemmanuel1831 24 วันที่ผ่านมา +2

      Uri Impumyi God forgive you 😢

  • @vivensnsanzimana2018
    @vivensnsanzimana2018 18 วันที่ผ่านมา +1

    Ubundi uyu niwe muperezida Africa icyeneye uvugisha ukuri mubenegihugu be kandi bari kumwe mubutegetsi asante sana Neva

    • @SkyAngel-qr5xz
      @SkyAngel-qr5xz 13 วันที่ผ่านมา

      nukuri nanjye ndamukunze cyane pe burundi mufite umu presida mwiza uzira uburyarya pe

  • @chantalmboningabira3751
    @chantalmboningabira3751 16 วันที่ผ่านมา

    Bibaho !
    sekibi zirakora shetani zisa n'abantu,zikabakoresha igikorwa co gusenya abantu.
    Muvyeyi, Turagusabira,turagushigikiye.
    izo sekibi ziba abana n'Imana ndazisambuye mw'Izina rya Yezu Kristu !

  • @user-rb4nh2zo5g
    @user-rb4nh2zo5g 25 วันที่ผ่านมา +34

    Ntovyoyoshobora ananiwe nugutwara igihugu atantambari irimwo hama ngo ubuyahudi.😂😂 Sha tekana icomushaka turakizi. Abobiba kwataberekana. Nimucezo wandani Basha nibareke kudukona nkumupira.

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e 25 วันที่ผ่านมา +2

      Barazinanye sha

    • @gastonmodestkaziri2566
      @gastonmodestkaziri2566 20 วันที่ผ่านมา +1

      I am sure you must be dreaming a day light dreams! The President is quite right, some Burundians are not honest and do not wish to see the country develops! This is bad and I can assure you unless these people are taught a lesson by the Government, developing the country may be a night mare! The good thing is that the President is determined to fight on and will definitely win the game.

  • @viatornkunzimana4693
    @viatornkunzimana4693 24 วันที่ผ่านมา +11

    Mutamawacu namwemera muga iyabanza gupfunga abo babaya imbere yokubivuga😢😢

  • @twahirwa226
    @twahirwa226 15 วันที่ผ่านมา +1

    Wowe president wuburundu ubwo ntasoni ugira iyo ujya kuli radioukavuga ngo Hali abanbarundi ngo bari ba!wowe niwowe uti ba?wowe wahisemo kugurisha amaraso yabarundi ubagurisha kisekediubashora kuntabata itariyabo!

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 24 วันที่ผ่านมา +27

    Ivyo muburundi bikomeza kugorana pe
    Gusa ukobirikose Imana ntiyadutaye one day bizagenda neza Insha Allah 🙏🙏🙏

    • @Nkurunziza-rn4xt
      @Nkurunziza-rn4xt 24 วันที่ผ่านมา

      Imana izodufafasha.

    • @abizeyejeanbosco369
      @abizeyejeanbosco369 24 วันที่ผ่านมา +1

      Ni muhumure bavandimwe ntago Ari mwe mugowe gusa nibihe isi yose iri gucamo gusa ntibinganya

    • @muhozakelia1414
      @muhozakelia1414 23 วันที่ผ่านมา

      😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅

    • @muhozakelia1414
      @muhozakelia1414 23 วันที่ผ่านมา

      ​@@Nkurunziza-rn4xt😅😅😅😅😅😅

    • @muhozakelia1414
      @muhozakelia1414 23 วันที่ผ่านมา

      ​@@Nkurunziza-rn4xt😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @NBA-highlight.943
    @NBA-highlight.943 24 วันที่ผ่านมา +24

    abarundi mukunda u Rwanda mumpe like

  • @chany9950
    @chany9950 19 วันที่ผ่านมา

    Papa wacu yavuga nuko batumva pe imana ikumpere umugisha wamugabowe👍🏾🙏🏾

  • @johnnininahazweclaude
    @johnnininahazweclaude 24 วันที่ผ่านมา +37

    Ntamukuru wigihugu dufise muburundi 😮😮

    • @TYFashion_cosmetics409
      @TYFashion_cosmetics409 24 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂😂😂

    • @user-qs7lj7kj1k
      @user-qs7lj7kj1k 24 วันที่ผ่านมา

      🤣🤣🤣🤣🤣

    • @user-eu1gw6hl7f
      @user-eu1gw6hl7f 24 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂😂😂😂😂

    • @SkyAngel-qr5xz
      @SkyAngel-qr5xz 13 วันที่ผ่านมา

      ahubwo niba mwumva ntawe mufite ubu bizagorana ko muzamubona nukuri mugerageze mumufashe mwubake igihugu bas mwigire kubaturanyi u Rwanda ntimururebe kuko muri iyi minsi muri kurwanga nibura murebe Tanzania na Kenya bizabafasha pe

  • @Ethan00477
    @Ethan00477 24 วันที่ผ่านมา +28

    Harya ngo iyo yanyoye inzoga arara avuga bugacya😂😂genda Gen.Neva ugira imyuka

    • @IsmaelNDATIMANA-jv4hb
      @IsmaelNDATIMANA-jv4hb 24 วันที่ผ่านมา

      ntukajye uvuga ubusa niki yavuze kitumvikana

    • @Ethan00477
      @Ethan00477 24 วันที่ผ่านมา +6

      Byose birumvikana ariko singombwa ko arira, singombwa kuvuga amagambo nk'ayabagombozi kugeza naho abira ibyuya yihanagura incuro7, numuyobozi mukuru, icyo avuze rimwe kiba itegeko kandi kigakurikizwa bitakorwa ababishinzwe bakirukanwa, cyangwa bahahindurirwa akazi, cyangwa bakirukanwa. Biriya byuya abira ntabwo bikenewe (ni weakness ye yifitiye). Ntabwo rero navuze ubusa nkawe udasesengura ibyo Neva avuga).

    • @IsmaelNDATIMANA-jv4hb
      @IsmaelNDATIMANA-jv4hb 24 วันที่ผ่านมา +1

      Nakugira inama yo kuzamushaka ukamubwirako iriya speech ye utayikunze agakosora akajyendera mumuronko wowe ushaka

    • @mbayinekdavid2348
      @mbayinekdavid2348 23 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂😂

    • @fafaninyibuka255
      @fafaninyibuka255 22 วันที่ผ่านมา

      @@Ethan00477 uwobiguha wobishobora

  • @APOTEREWUMUNIGA
    @APOTEREWUMUNIGA 24 วันที่ผ่านมา +2

    Ndagukunda papa wacu jyubaha ukuri kbx

  • @bukurusylvane
    @bukurusylvane 24 วันที่ผ่านมา +7

    ❤😂😅😅😅bafunge none kubibona nti wobafunga none ivyobinyonyezi unva namwe shira mungiro kumusaga mushirayo abataribo none ivyobisuma ko bid a bidafatwa

  • @ingabireaimee5108
    @ingabireaimee5108 21 วันที่ผ่านมา

    What are expecting iyo igihugu gishyira abarongozi kigendeye ku moko? 🤷🏽‍♀️ ngo iyi poste niyu umuhutu iyi noya niyu umututsi….. OMG have mercy on our Country
    Tanga ubwenge kubarongozi bahitemo bakurikije leadership, wisdom and knowledge in Jesus Name we pray 🤲🤲🙏🙏

    • @gskgak3621
      @gskgak3621 21 วันที่ผ่านมา

      Icecekere nahuziko bitaba kwisiyose bagira amoko kd niyo agenderwaho

  • @joyfulfriendsproject1989
    @joyfulfriendsproject1989 25 วันที่ผ่านมา +17

    Ntamurongozi w'igihugu uvuga ibintu nkibi ntago biremesha igihugu kugitwara icarico cose kiragora. Wivuga Burundi rero

    • @IrutingaboJoel
      @IrutingaboJoel 23 วันที่ผ่านมา +1

      None ariko arabesha Ahubwo Nawe urimuribo

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 23 วันที่ผ่านมา

      None ko muguma mumugaya kandi ivyariko avuga vyunvikana ahubwo mwebw muribujuju

  • @HappyArcticFox-sk3hf
    @HappyArcticFox-sk3hf 18 วันที่ผ่านมา

    Va mumagambo Kora ibisabwa gukorwa umujura ahanwe naho nujya mumagambo nakyo muzajersho

  • @SalhaIradukunda
    @SalhaIradukunda 25 วันที่ผ่านมา +12

    Imana ikujimbere umukuru wacu w'igihugu cu Burundi 🇧🇮 ♥️

    • @sibomanaemmanuel1831
      @sibomanaemmanuel1831 24 วันที่ผ่านมา +1

      Muri abajura muriba Niko President avuze hahhh😅😅😅

  • @HirwaAlbert-hr4lp
    @HirwaAlbert-hr4lp 17 วันที่ผ่านมา

    Ooo egumugabo ubabaje afite agahinda kweri

  • @DushimeMiracle-fw6it
    @DushimeMiracle-fw6it 24 วันที่ผ่านมา +3

    Bafunge Mon GNRL.Bafungeeeee!!!!Bazane ivyo mwivye!

  • @innocentnduwayezu348
    @innocentnduwayezu348 17 วันที่ผ่านมา

    Imana igufashe igushoboze mur vyose

  • @Nkurunziza-rn4xt
    @Nkurunziza-rn4xt 24 วันที่ผ่านมา

    Isaac ibi bintu ngiye kuvyunviriza gushika bihere.
    Umukuru w'i Gihugu cacu c'Uburundi ngiye kuvyunviriza gushika bihere.
    Imana ifashe UBURUNDI.

  • @user-vn9mi6sz3z
    @user-vn9mi6sz3z 11 วันที่ผ่านมา

    Amajambooooo gusa ntakindi tokaa!

  • @nirereegide1230
    @nirereegide1230 24 วันที่ผ่านมา +10

    Nukukwita manenu. Uravuuuuga ariko ibikorwa ntavyo . Igihugu cakunaniye tanga imihoho uriko ujana igihugu mu manga.

  • @mykeke3255
    @mykeke3255 25 วันที่ผ่านมา

    Ivyobisuma nyene mubishore muri gambon baje kurima
    Hanyuma
    Abaphunzwe mubareke bitahiriwabo
    Abonabo bariyigihug mubajaneyo kurima

  • @YusufYusuf-jx1ub
    @YusufYusuf-jx1ub 20 วันที่ผ่านมา

    Imana itabare Uburundi! Umwuka w’ubujura busahura igihugu! Mwizina rya Yesu Kristo. Imana ifashe umukuru w’igihugu. Why African hate ourselves??? What really happened to us???? Everyday in Church and we can’t change to the better!!!! Really holy Spirit holy father we are cost to you we are weak in all senses

  • @saidindizeye2206
    @saidindizeye2206 25 วันที่ผ่านมา +5

    Geeeendaaa vyaranse induru gusa, hubwo ni we musuma wa mbere kuko ubana na suneba ugasuneba nkawe, nimubise Rwasa shaaa abishoboye igihugu gisubire ku murongo, tembagare n’imbonerakure zanyu

    • @HabaAugustin-fs2sd
      @HabaAugustin-fs2sd 24 วันที่ผ่านมา +2

      Nne wunva yubahuka nukubavuga mwizina?arabazi ahubwo Bari kidutamba kumivyimba twe tutagira igitoro,gusa nivyi ntamuntu numwe atabona iroduga ryigitoro,isukari,amazi umuyagankuba,ibinyobwa😭

  • @gamegirljoyceishimwe1543
    @gamegirljoyceishimwe1543 23 วันที่ผ่านมา

    Nikimwaro ufise ko abana buburundi bashiriye muri Congo 🇨🇩 uzobabazatu Imana ntizakumvape abana Burundi 🇧🇮 Bara shize ngo ikawa twarumiwepe

  • @aminanekesa3718
    @aminanekesa3718 24 วันที่ผ่านมา +1

    Nukuri Abarundi nabarundikazi murimburabugirire😢😢nsimvuze bose ariko abenshi ntituzi gushima😢😢 aho ntimwoshima ivyo umukuru w'Iguhugu ariko arakora?😢😢ego ntavyera ngo de ariko twige gushima basha😢😢 jew nukuri mbona atako atagira kimw gusa bansumirinda nibo benshi😢😢😢 abanyonyezi banyonyera igihugu nibo benshi😢😢 Imana Igushoboze Nyakubahwa abofashije igihugu nibo bagifukamye munda😢😢 Mana tworohereze

  • @etiennenintunze3258
    @etiennenintunze3258 25 วันที่ผ่านมา +7

    Bambwire !
    Ubusuma burarenze!
    Ubukene bugeze igihugu ahantu!

  • @francisniyokindi6737
    @francisniyokindi6737 24 วันที่ผ่านมา +2

    Very intelligent our president Neva hejuru cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @nzisabiraclaver4232
    @nzisabiraclaver4232 24 วันที่ผ่านมา +2

    Isaac tv ndakwemeye urumuhinga pe

  • @nathanaelnihorimbere2463
    @nathanaelnihorimbere2463 25 วันที่ผ่านมา +10

    Erega Abo basuma biba igihugu bakaze kurusha igitero c'amasasu.kubwanje nimba ubazi bashire kuri stade ubarase bapfe baveho kuko n'amashetani.kubabwiza ururimi rw'inkoni nirwo bokwumva ibindi baripanze

    • @bosconiyonkuru6151
      @bosconiyonkuru6151 24 วันที่ผ่านมา

      Kabisa arabaza Poutine ingene yahanye abantu benabo

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 24 วันที่ผ่านมา +5

    My Prs raba nez ingorane kwatari wew

  • @user-rn1ks4vn3k
    @user-rn1ks4vn3k 19 วันที่ผ่านมา

    Imanibahezagire nyakwubahwa perezida❤❤❤❤❤❤

  • @user-ko9pl1vy5v
    @user-ko9pl1vy5v 20 วันที่ผ่านมา

    J'encourage notre Président de la République.
    Dieu interviendra au moment opportun.

  • @NyampingaJean
    @NyampingaJean 19 วันที่ผ่านมา

    Aduhe akarorer abarundi tureme atwerek abobantu kuk turaremvye abarundi

  • @user-vg5ke4kc8f
    @user-vg5ke4kc8f 22 วันที่ผ่านมา

    IMANA nishimwe cane yakuduhaye

  • @Believer682
    @Believer682 24 วันที่ผ่านมา

    Mwabyishe kare,mufunga imipaka,mukomeze mwinyegeze nyine.

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 12 วันที่ผ่านมา

    Umunwa rufyiri na faustin ndikumana barawukoreshe utaranabitangura arikovyarase rabukore ugabanyamajambo abantu bararuhijwe nubuzima buzimvye

  • @user-zk2cg9yx4v
    @user-zk2cg9yx4v 24 วันที่ผ่านมา +3

    None nyakwubahwa azoguma avugisha umunwa nabahane nimba abazi ahandi abenegihugu turahagorewe ubukene bwabay ndanse

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 12 วันที่ผ่านมา

    Bafunge abobasuma uhereye murugorwawe

  • @Kwantare257
    @Kwantare257 25 วันที่ผ่านมา +6

    Abarundi turi intumva p burya ntimubona ko aha twaroshe umwungere Kanda az kuragira intama burya narengan Ushaka uramp Link

  • @user-lc7oq4ze8r
    @user-lc7oq4ze8r 24 วันที่ผ่านมา +9

    Ingorane ziwawe uvuga utwenga

  • @user-bu8po1jq6c
    @user-bu8po1jq6c 20 วันที่ผ่านมา

    Babwize ukuri rwose

  • @ndagijimanasam2772
    @ndagijimanasam2772 25 วันที่ผ่านมา +2

    NEVA ntankwasa Imana yonyine izamuhembe ❤❤❤❤ndamukunda cyane mu Rwanda 🇷🇼

  • @NiyonkuruAnissa
    @NiyonkuruAnissa 24 วันที่ผ่านมา +1

    Yoooooo imana itujimbere kwel

  • @user-rn1ks4vn3k
    @user-rn1ks4vn3k 19 วันที่ผ่านมา

    Komera kwivora banyakubahwa muhsihsikare kurongora

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 24 วันที่ผ่านมา +5

    Barareba nkibisuma koko
    Gusa Neva niwe gisuma cambere

    • @chany9950
      @chany9950 19 วันที่ผ่านมา

      🤣🤣🤣🤣hewe nibagufata bazogufuga sha

  • @ferdinandnsengiyaremye
    @ferdinandnsengiyaremye 25 วันที่ผ่านมา +7

    Imana niyonkuru ishobora vyonse 🧎🤲

    • @JoshuaSama-ut1re
      @JoshuaSama-ut1re 24 วันที่ผ่านมา +1

      Mukomeze musenge cyane imana irava mwijuru izane igitoro irazana naba engineers babubakire ibicupuri gusa.

  • @Emwituafricaofficial
    @Emwituafricaofficial 21 วันที่ผ่านมา

    Yabaye ari ikimwaro n'umujina wa bana bu Burundi ingabo za Makenga ziri kwica nk'ubunyegeri bazira ibyo batazi bazira inzahabu namahera yabandi wariye none umujinya wo gutsindwa uwutuye imfura zicaye imbere yawe

  • @habimanajeanclaude7884
    @habimanajeanclaude7884 20 วันที่ผ่านมา

    Wakabaye uva munama mbere Yuko uhaguruka muriyo salle, abo basuma bageze muri gereza

  • @vumbikumbizi
    @vumbikumbizi 20 วันที่ผ่านมา

    Abimana yabumvye bariho kabx ninabo batugejj hab

  • @habimanajeanclaude7884
    @habimanajeanclaude7884 20 วันที่ผ่านมา

    Perezida nuzana igisubizo, uwakosheje agahemukira abanyagihugu, agahanwa,
    Wowe kora ureke kuvuga gusa

  • @mbutoyurukundoisaac5534
    @mbutoyurukundoisaac5534 20 วันที่ผ่านมา

    Arko ababagabokobasankabayibyesha!!!? Ababagabo ndabonabarikureba nkibisambo neva aravugishukuri nibisambosha 😂😂😂 haricyombonye gifitisoni

  • @iradukundatwese
    @iradukundatwese 2 วันที่ผ่านมา

    Bit?Isaac jew ndagukeney e imbox narabuze ingene nkubona

  • @rugwejackx9651
    @rugwejackx9651 22 วันที่ผ่านมา

    President uvuga ikintu kimwe amasaha, akunda abarundi kandi abacuruza bucakara, ubujuju afite yarakwiye kuba agronomie wa kibitoki cg c umutubuzi wimbuto muri Kayanzi.......... uzi abapfakazi n'ipfumbyi arimo kurema mugihugu?

  • @brownndayiragje2431
    @brownndayiragje2431 20 วันที่ผ่านมา +1

    Imikino murimwo ntitahuritse ubuherutse nabonye video nyakubahwa nyenicubahiro avuga ko ivyigito avyifitiye muminwe none uwakimwatse ninde?kugera aho vyibwa ukunganuko

  • @JohnNdagaswi
    @JohnNdagaswi 23 วันที่ผ่านมา

    Neva ntabugome yigirira rwose. Aratwenza abantu umengo ni comedy.

  • @djohaumuhoza2685
    @djohaumuhoza2685 24 วันที่ผ่านมา +1

    Bikomeje kugorana !gusa Imana y'irwanda itabare abavandimwe gusa hari umusesenguzi wumuhanga ibi byose yarabivuze kuri Muhabura tv

  • @mbutoyurukundoisaac5534
    @mbutoyurukundoisaac5534 20 วันที่ผ่านมา

    Icyigipirayambaye cyamuteyubushuhebwinshi mumuzaniragashatikoroshe kandimumwongorere agabanyurusaku.😂😂😂😂😂

  • @OnesphoreTuyishime
    @OnesphoreTuyishime 20 วันที่ผ่านมา

    Kuramwo uhakazi aband kuko abo baragutse bariye mensh

  • @JohnZulu-rh8jx
    @JohnZulu-rh8jx 25 วันที่ผ่านมา +11

    None warizikogutwara vyoroshe.tangaimihoho?vyakunaniye?

  • @desouza21875
    @desouza21875 24 วันที่ผ่านมา +9

    Iyo film wirigwa urakina n'amajambo menshi ntaco turindiriye fin yayo

    • @IrutingaboJoel
      @IrutingaboJoel 23 วันที่ผ่านมา

      Abanka igihugu ntimubuze

  • @Rm-zo7ro
    @Rm-zo7ro 24 วันที่ผ่านมา +1

    Nyakubahwa ntugire ubwoba muburundi ntitwabonye ivomo 😂😂😂 waaaa nyerecubahiro mukuru yigihugu😅😅😅😅😅

  • @claudineali3561
    @claudineali3561 21 วันที่ผ่านมา

    😭😭😭😭yooo muvyeyi wacu ihangane imana izogutabara 🎉

    • @claudineali3561
      @claudineali3561 21 วันที่ผ่านมา

      Ibisuma murahumbaa mugiye kungwara garura itunga ryabanyagihugu,ataruko macinya irikumwe namwe😂😂😂

  • @JanvierHakizimana-co3vs
    @JanvierHakizimana-co3vs 21 วันที่ผ่านมา

    Ninde atiba muburindi kwatamusi bitavuvugwa

  • @ejenybaraka59
    @ejenybaraka59 23 วันที่ผ่านมา

    Ntagihugu cu Burundi dufite ikihari nuko codadanzwa cose tukagabirana ayazoba yavuyemo 😅😅😅😅😅😅😅

  • @HN-ur3kb
    @HN-ur3kb 24 วันที่ผ่านมา +2

    Hahahah perezida wabajura!! Wowe ubwawe wovuze ko uri umuswahili noje ngo nywe😂😂

  • @MugishaDestine-vw9nr
    @MugishaDestine-vw9nr 17 วันที่ผ่านมา

    Emwe yakora Nuko aramabongira

  • @ThomasBukuru-hj6ly
    @ThomasBukuru-hj6ly 22 วันที่ผ่านมา

    Nyakwubahwa president, nukuri muravuga ibintu bihambaye, kandi mukerekana ingene ibintu vyoja mungiro, ariko vos services, economiques et juridiques surtout, ntibaca bagira suivi kuko suivi ibera mumategeko yarinda guca ashira mungiro ivyo vyose muhejeje kuvuga.
    Nkubu barinda guca bagira itegeko rigenga uburimyi nurudandazwa rwikawa muburundi, bagaca bashira mungiro ivyo vyose muhejeje kuvuga.
    Ariko nkubu ivyo muvuze bica bihereraho, ejo muce muvuga ivyerekeye ikindi gisata.
    Bibandanije gutyo, ucumengo muvuga amasigara cicaro. Iyumviro iyaba ivyo mushikiriza vyose, muma domaines yose, abahanuzi banyu baca bategura amategeko abishira mungiro, muba muvuga abarundi bagaca barindira yuko bija mungiro.
    Nkubu nukuri muhejeje kuvuga ibintu bihambaye kwikawa. Nimubishire mungiro.

  • @ga6866
    @ga6866 23 วันที่ผ่านมา

    Birumvikana kuyobora igihugu cyambere gikennye ku isi ( imbere ya (Papouasie-Nouvelle-Guinée)ntabwo byakoroha na mba !

  • @niyonkurusalim2186
    @niyonkurusalim2186 24 วันที่ผ่านมา

    Raba ubatuzanire tubabone Hama uhindure abakozi utraravye umugambw bavamwo

  • @mykeke3255
    @mykeke3255 25 วันที่ผ่านมา +1

    Nonivyo bisuma birih komutambingoma zitaravuga haruwijana mukigega
    Atahere keje murayihambamwo
    Mukikomenshinduru mwetwaramaz kubamenya
    Tuyirir nzojimbere yuburundi tuvug kobatwivye

  • @bienvenumbonyinshuti7492
    @bienvenumbonyinshuti7492 24 วันที่ผ่านมา +1

    Abica u Burundi uri uwambere

  • @nshimiyimanadavide644
    @nshimiyimanadavide644 24 วันที่ผ่านมา

    Hhhhhhh igihugugu cyubakwa nokwigomwa kabakiyoboye ndasaba umukuruwigihugu cyabaturannyi agabannye imikino namagambo ashyire imbere ibikorwa bitaribyo Burundi buzakomeza kubaagatobero nongeremusabe nagabannye amagambo kukobiragaragara abobagufasha kuyobora igihugu nabagererannya nimpene Kandi ngwamatwiyihene ngoyumva ahiye cishamo akeyo kubura kuyobora igihugu ntasatima zizamo fatibyemezobikwiye kuko abagufasha kuyobora igihugu cyuburundi namasihagusa nibisambo kabombo kuri jye mporanishavu kubwubugoryi bwabaturannyi muribigwari kbs mwagakwiye kwigira kugihugu cyaha iwacu irwanda

  • @user-xp7nu2xg7b
    @user-xp7nu2xg7b 24 วันที่ผ่านมา +1

    Ikibazo uba widoga gsa nacyo ubakoraho ubanza ubatinya😢jyubata imvuto apana kuza kuririra abenejyihugu😮😮😮😮😢😢😢

    • @user-uw7zb2wx3e
      @user-uw7zb2wx3e 24 วันที่ผ่านมา

      Barazinanye kuduhuma amaso gusa ,ni Leo yavugiye

  • @etiennenkundimana9211
    @etiennenkundimana9211 19 วันที่ผ่านมา

    Uyu mugabo niwe uzatabara uburundi

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 24 วันที่ผ่านมา +4

    Nimugabanye amajambo mubishire mubikorwa nn turabr niho twokwemera

  • @EtienneGahigi-me5ru
    @EtienneGahigi-me5ru 22 วันที่ผ่านมา

    Ni u Rwanda se ko rwagowe ? Yeweee!!!! Africa ni ibibazo.

  • @shaka703
    @shaka703 23 วันที่ผ่านมา

    Mutubarire Abantu batuma Uburundi bwacu bwononekera tubamenye

  • @user-uw7zb2wx3e
    @user-uw7zb2wx3e 24 วันที่ผ่านมา

    Bohoza bose , ababishoboy ni benshi . Gutukisha umugambwe vyo nyene . 😢

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 23 วันที่ผ่านมา

    Abobose nimubakur mushiremwo bashasha nihaz bashasha bazotinya kuko bazoba bazi icatumye bakuraho abobobandi

  • @jilu1095
    @jilu1095 24 วันที่ผ่านมา +1

    Papa burundi andufash igitoro kiboneke

  • @dreamvision1062
    @dreamvision1062 24 วันที่ผ่านมา

    Amen

  • @shyakaemmanuel6042
    @shyakaemmanuel6042 24 วันที่ผ่านมา

    Ooooh urita abaturage bawe ibisuma

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry 21 วันที่ผ่านมา

    Nareke kutubeshera abarundi nitwe bantu tworoshe gutwara kuko iyo badushize niho tuja. Ahubwo navuge ko akagwi ka system yabo ariko kamunaniye . Naho ubundi muri aka karere uburundi nico gihugu gifise aban yagihugu batekereje. Hari aho urigera ubona abakozi bahagarika akazi bakihereza amabarabara bafatanye amaboko baririmba ngo" solidarity forever " nkuko biba mu bindi bihugu vyo mu karere? Suko abarundi ata bibazo bafise ahubwo nuko boroshe gutwara. Abo bamunaniye rero ntibaserukira abarundi, baserukira system nawe nyene arimwo.

  • @charlestv1158
    @charlestv1158 24 วันที่ผ่านมา

    Love from Charles TV

  • @VincentIrakoze-bp4ql
    @VincentIrakoze-bp4ql 14 วันที่ผ่านมา

    Noe k mutabafata twumv mwidoga mubitubwr ng tw abeegihug muduhayir k murik murary twe dukeey at naka yafashwe urubanza yaciriw nuru apan ng hibwe hibwe ba mubiha aba star babiririmbe bishk kure rr kk nivy mubon bikwiriye

  • @ndimanaeric6336
    @ndimanaeric6336 14 วันที่ผ่านมา

    Urumugabosha

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 25 วันที่ผ่านมา +27

    Turarambiwe namajambo yawe. Kora nkumu general, bashire kuri stade baraswe, nibo bansi bambere buburundi

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e 25 วันที่ผ่านมา +1

      Nashire mubikorwa

    • @Onesmoboyz
      @Onesmoboyz 25 วันที่ผ่านมา +1

      😂😂 ha ha ha ha umetisha sana 🎉

    • @MURINJA803
      @MURINJA803 24 วันที่ผ่านมา +3

      Hhhhh maneno tu

    • @luizfigo1133
      @luizfigo1133 24 วันที่ผ่านมา

      Cyane umuntu wiba aba yanga Igihugu

    • @matchalove370
      @matchalove370 24 วันที่ผ่านมา

      Nakoreshe umwanya tubabone abansi bigihugu

  • @Kayemmy73
    @Kayemmy73 24 วันที่ผ่านมา

    Ese muri iyi salle nta climatiseur irimo kuburyo Président abira icyuya gutya? Arihanagura buri kanya?

  • @MediatriceMukamusoni-bz4kh
    @MediatriceMukamusoni-bz4kh 24 วันที่ผ่านมา

    Commédie ngo tubatwar kur stade ngo tubavume hanyum duhjj kubavum nabo batway amaher angahe?tubavumy bazohomb iki?

  • @T-Fellow
    @T-Fellow 24 วันที่ผ่านมา

    Nivyo nuķuri Papa wacu w'Uburundi, ndimuri Canada kandi ndagukwirikirana cane

  • @bienvenumbonyinshuti7492
    @bienvenumbonyinshuti7492 24 วันที่ผ่านมา

    Esprit y'Abarundi yabaye ibiswaswa na murabyemera koko?

  • @IradukundaAlpha
    @IradukundaAlpha 21 วันที่ผ่านมา

    Mufis ubushoboz bwo kubarihish ayamezi abir ninyung ngirak abobant badufukam mund

  • @Emwituafricaofficial
    @Emwituafricaofficial 21 วันที่ผ่านมา

    Ariko mana yanjye ngo Burundi buguye kuyobora kurusha ubuyahudi 😂😂😂😂 nonese abayobozi mwifatira abaturage kweli bugoye kuyobora igituma mutegura ngo abo bitagoye bafate inshingano ahubwo uririrwa uzana abarundi kwicirwa muri Congo ngo abo bagabo barahimbye ?!

  • @Lewoncen
    @Lewoncen 23 วันที่ผ่านมา

    Nibaza ko ivyo S.E yavuze bigaragaza ko yariko avuga abazi neza ariko batari murabo bicaranye. Afise ubutumwa yariko araha abadahari, azi neza. Ikibaza nibaza, why ategeranya abonyene azi neza ko biba igihugu akabakosora, akabahana, abandi akababika... ntivyumvikana? Igihugu gifise amategeko kandi ntawuja hejuru yamategeko. Amajambo azohera ryari ibikorwa bigashirwa mungiro amategeko akubahirizwa?

  • @delphinngagisadiki7128
    @delphinngagisadiki7128 24 วันที่ผ่านมา

    Wowe se ko umarishije abana b’abarundi
    Muri Congo, ushaka Colta na $.

  • @levygasper7438
    @levygasper7438 24 วันที่ผ่านมา +1

    IMANA yaguhay inguvu zose kigihugu caw abakurengey kubita igiti