ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Urakoze padi inyigisho yanyu iratsitse pe . Irahambaye . Imana igukomereze ubuzima ningabire zawe.
Imana ishimwe cane Patiri yasiiguye amajambo ahambaye cane, akebura twese ko tushire ivyizigiro vyacu ku Mana , sinibwira ko aba politician tuvyunva kumwe, ariko niko bimeze Imana iraba mumutima ,wuwo wese ayemera, aha niho kwemera Imana bisigura, wavyunvikanishije rwose bona nubwo tudasangiye idini Twashimiye Imana kubwiryo jambo ryukuri kandi ryubuzima . Imana yagukoreshejengo ukuri kuvugwe kukebure kandi kudushishikarize kwitega amakiriro ku Mana yacu, sindiko ndaguhayagiza , namba , Reka duhayagize uwaguhaye iryo Jambo wagaburiye twese abari mugihugu natwe tuba hanze yigihugu nabikurikiranye cane , sikenshi tubona abaherezi basigura nkuko ndetse nababakurira bitwa abasenyeri. reo si wewe ni Mutima mweranda yagukoresheje . Imana ihabwe icubahiro
Mana yanje we mfasha nanje ndekure imigozi yose ndiko ndenenako itaboheye kuri wewe umpe kukwizigira nokukwizera rero Mwami ndakurekuriye kuko kunesha arukwawe Amen
Ndanzerewe cane kumva nyakubahwa 1er minister avuga ubutumwa Bwiza.Imana Imwongere imigisha kandi aho yakuye asubireyo .God bless you His Excellency Bunyoni
Imana iguhezagire caaaane mukoziwimana
Mukozi wimana warakoze cane narubatswe
Amen.
Amen Amen 🙏
Wigishijeneza
Imanaiguhezagire
Egooooo