ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Kaze Mukama Yezu, mumuryango iwacu,ingo utugabe utwiganzire imyaka yose, nuninahazwe Mukama Yezu.
Imana ininahazwe Ku shaka ryo kudushikiriza ic'lmana yababivyemwoInyigisho turayakiriye
Kristu shemezwa Imyakayose Amen 🙏
Indanzi iturar Imana.urakaramba wa muvyeyi wacu Amand Kana.
Iturangir Imana
Amen 🙏 🙏 urakoze padiri wacu.
Inyigisho nziza cane inyura umutima. Umukama adufashe kwama dukora ico ashaka.
Mukomere kwibanga mwahamagariwe .umukama abandanye kubahinkomezi
Inyigisho zanyu ziratomoye kandi ziratwubakir'imitima cane gose
Kaze mukama mumitima yacu unducungure mukama yezu
Amen 🙏
Muhezagirwe !!
Ameeen
Ninahazwa mukama Yezu.
Shishikara uhezagirwa muvyeyi wacu mwiza
Ameen
Yego turabishaka
Amen mukama uhabwe icubahiro nabawe bose ndafashijwe❤❤❤❤
Amen amen amen🎉
Mana icubahiro kibe icawe ibihe vyose urakoze kugendera ukankiza Mukama
Yezu turagutumiye kaze iwacu kuko dukeneye ubyiza byawe
Nishimye kumenya uno Mu padiri narinzi ko mu catholic batigisha kuko navuyeyo ndumwana ariko ubu nabagarutsemo.
Karibu cne dusangira ivyiza biva kuri Kristu Yezu
Kaze Mukama Yezu, mumuryango iwacu,ingo utugabe utwiganzire imyaka yose, nuninahazwe Mukama Yezu.
Imana ininahazwe Ku shaka ryo kudushikiriza ic'lmana yababivyemwo
Inyigisho turayakiriye