Inyigisho zatanzwe na Patiri Dieudonnée NIYIBIZI mu masengesho yatunganijwe n'umugambwe Cndd-Fdd

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ม.ค. 2024
  • #Burundi Kurikirana inyigisho zatanzwe na Patiri Dieudonnée NIYIBIZI ku munsi wa kabiri w'igisabisho mpuzamadini catunganijwe n'umugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Gitega. Ni ibiki bituma Uburundi budatera imbere ?

ความคิดเห็น • 32

  • @LouisNKANDA
    @LouisNKANDA 5 หลายเดือนก่อน +4

    Padiri, Urakoze cane. Namba bafise amatwi ntako utagize. Merci

  • @user-sr7ql8um7u
    @user-sr7ql8um7u 5 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ihezagire uwo musaseredoti w, Umukama.

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry 5 หลายเดือนก่อน +3

    Kweli ibisabisho vy'abanyakibi binukira Imana.

  • @philbertmvuyekure3456
    @philbertmvuyekure3456 5 หลายเดือนก่อน +2

    Dusabe Imana, iduhe ingabirano yugushira mu ngiro iyi nyigisho y'izi nyigi.

  • @user-pk5dg9lo1k
    @user-pk5dg9lo1k 5 หลายเดือนก่อน +2

    imana ibandany iguhezagira

  • @user-pk5dg9lo1k
    @user-pk5dg9lo1k 5 หลายเดือนก่อน +1

    Urakoze cana urumwigisha mwiza can

  • @user-qs1dn1id5k
    @user-qs1dn1id5k 5 หลายเดือนก่อน

    Imana iguhezagire, burya uvugiye abarundi benshi, uri muri bake nabo vyita ko bagusumba ubutware wabasumbije kubona ivyabo batwaye

  • @charleshitimana1487
    @charleshitimana1487 5 หลายเดือนก่อน

    Urakoze rwose musaserdoti w'Umukama. Ivyo bintu birakwiriye pee

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry 5 หลายเดือนก่อน +2

    Imana itinerary " Ntukavugire ubusa izina ry'Uhoraho Imana yawe". Abarigize igikinisho rero burya Imana iriko irabaharurira. Hari umusi bazoshituka babona ikiganza candika ku ruhome ngo" ubwami bwanyu buranyazwe". Mungu hadhihakiwi. God can not be mocked my friends!!!

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 5 หลายเดือนก่อน

    Ndakugarika in the front seat but is listening😂😂,

  • @NdihokubwayoEvode
    @NdihokubwayoEvode 5 หลายเดือนก่อน

    N'ukuri patiri warakoze cane.Ng'iyi inyigisho y'ubuzima.

  • @rogersmbonihankuye2332
    @rogersmbonihankuye2332 5 หลายเดือนก่อน

    Padiri uravuze ukuri hariho abatinya kukuvuga hezagirwa narugira❤

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 5 หลายเดือนก่อน +1

    Guma aho iwacu gatoya ureke ahandi.
    Ubanze ubabwire utsnguriye hejuru. Igihugu cabaye Ndayishimiye canke madame Ndayishimiye. Absndi bose barye imisiba

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 5 หลายเดือนก่อน +2

    Murakoze Mukozi w'Imana
    Wari usanzwe uri umwigisha mwiza.

  • @yvesvernedusabe7505
    @yvesvernedusabe7505 5 หลายเดือนก่อน

    Nta matora watsinze pati reka kubesha urumukozi w'Imana vuga ukuri

  • @user-ww2zx2ut7n
    @user-ww2zx2ut7n 5 หลายเดือนก่อน +1

    Uragahoraho patiri

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 5 หลายเดือนก่อน +2

    😂ibiba vyose turabibitirira biba vyiza canke bibii

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mubisanzwe expérience itangwa n'uwuyifise mugabo ino kenshi ntitubibona.

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 5 หลายเดือนก่อน +1

    Oya Patiri
    Twize Master kugira duhindure ibintu mugabo ntibigera batubona muri rwinshi.

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 หลายเดือนก่อน

    Ntushobora guteza imbere abantu utabazi

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 5 หลายเดือนก่อน +1

    Abantu bokwiga gute President wabo avuga ko kwiga bidakenewe? Mubarire kuko n'abigisha bashaka kwigisha ntibabafata neza.
    Amazi yaramaze kurega inkombe, Padiri we!.
    Doma urutoke kuko Imana iravuga ko Ukuri nikwo kubohora.

  • @user-hi5wx5ix7m
    @user-hi5wx5ix7m 5 หลายเดือนก่อน +1

    Muta wavuga ariko ukumva navyo ningambirano. ariko ico nkundira ubuzima nuko budaheranwa ic'ukoze cose mugihe kibereye urasoroma kuco camye tubivuge twirenganire ayo majambo niyo azobagiriza mugihe ciyimbura ryabo cagihe bamwe bazoba muvyiza kuko bakoze ivyiza nabandi babe mubibi kuko bakoz'ibibi tubarindire tuzobamenye mwiyimbura

  • @chales08
    @chales08 5 หลายเดือนก่อน +1

    Uyu niwe yarakwiye kuba Président de la République....nomutora kandi nomwibira amajwi pe!!!

  • @user-qs1dn1id5k
    @user-qs1dn1id5k 5 หลายเดือนก่อน

    Mbe burya abo ntibemeregwa kwitoza bagire amabanga 2😂😂😂

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 หลายเดือนก่อน

    Igihugu c' uburundi cotera imbere kurusha Amerika.
    Cishwe n' uwukirongoye.
    Kuko ntazi ivy' iterambere.

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 5 หลายเดือนก่อน +1

    Padiri avuze ukuri. Never ngira yumvise, agabanye amajambo aje ku kivi. Padiri aratomoye ko ibipfa vyose, ubukene bibazwa kandi bizobazwa, abari kw'isonga muri CNDD-FDD. Never wewe avuga ngo abanyagihugu nibimenye. Wewe ngo afise ama stocks y'ibifungugwa, akarima, akorora akadandanza. Kandi aba DD bose niko bakora. None mwumva ari inde yitaho ingorane z'abanyagihugu. Igihugu kiri mw'ibarabara. Aho uwuronse aho asahura arasahura, kwavuga ati Never nabandi nabo ariko bariko barakora. Mwumvise, ariko turazi ko bica mugutwi kwiburyo bigaserukira muryibubamfu.

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 หลายเดือนก่อน

    Mbwira ingene umukuru w' igihugu amara imyaka 10ku butegetsi ariko ataratembera mu gisagara ahantu hangana 80% kw' ikinga canke kuri moto: kugira ngo abone inzu,amabarabara,ko ata mazi bafise, ata matara bafise,ko bata pampers ahantu hose, ko twalete zabo ....
    Maire de la ville: ntaco amaze,musitanteri ntaco amaze....
    Igihugu cishwe n'abajejwe intwaro

  • @taniabigendako8061
    @taniabigendako8061 5 หลายเดือนก่อน

    Padiri arigishije n'ukuri.

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 5 หลายเดือนก่อน

    Uwivugiye ko ari "ndumuswahili, ndaswahila" ariwe atwaye Igihugu; abo yahaye amabanga bazoronka example?
    "Emergence Economique" mugihugu ari icambere mugukena, nokugira abantu bambere mwisi bababaye!
    Mana hari akazi.
    Nimwuguruke mwugurure igihugu muzane abo mwirukanye kandi bakunda igihugu n'abarundi.
    Baze dufashanye dukize igihugu.
    Garukana abarundikazi bagurishishijwe mubarabu; garukana abasoda bigihugu bagurishijwe muri DRCongo bicwa nkabacakara bazanira amahera Perezida n' umudame wiwe nabana babo.
    Mu arire kuko urabizi urabibona

  • @user-qs1dn1id5k
    @user-qs1dn1id5k 5 หลายเดือนก่อน

    Mbe burya abo ntibemeregwa kwitoza bagire amabanga 2😂😂😂