Uburundi buhomba imiriyoni 40 z'amadorare bivuye ku bunyonyezi bukorwa n'abakorera mu gisata c'ikawa

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 พ.ค. 2024
  • #Burundi: Uburundi butakaza imiliyoni irenga 40 uko umwaka utashe mu gisata c'ikawa. Abateje urwo ruhombo Reta ngo bazorengutswa imbere y'intahe nk'uko bivugwa n' Umukuru w' Igihugu mu nama yagirishije abegwa n' igisata c' ikawa bari kumwe na ba Buramatari hamwe n'abajejwe umutekano kw'igenekerezo rya gatatu Rusama 2024 muri komine #Mwumba intara ya #Ngozi.

ความคิดเห็น • 150

  • @sysynzeyi8018
    @sysynzeyi8018 หลายเดือนก่อน +16

    Birababaje kandi biteye ikigognwe .
    Cher excellence M. Le président au début on pouvait encore vous croire et espérer ko ivyo muvuga bizoja mungiro. Ivyo muvuga nivyo en parti mais le soucis nuko abatwara uburundi , notamment abo mufashanije kubutwara personne je le dis et je l assume ni bake canee bakunda igihugu. Ariko soyez des véritables patriotes abarundi bafise talent ni benshi cane kandi bipfuza gukorera de tout leur cœur iguhugu. Bakagiteza imbere muma domaine menshi cane. Ariko murazingamitwe n ikintu citwa ivangura cane. Vous vous êtes battu et avec raison pour vos droits mais après avoir obtenu la faveur de Dieu murashikira ubutegeshi vous vous depuis le début jusque maintenant vous vous comportez comme des défenseurs b ubwoboko n umugambwe et non pour l i intérêt du pays . Pire encore même ceux que vous dites que vous défendez baramerewe nabi cane . Abarundi bararushe cane. Ariko jewe je garde l espoir . Murafise ububasha bwo guhindura ibintu. Arrêtez de parler pour ne rien faire par après. Ivyo nivyo bituma n abanyonyeza itunga ry igihugu batagira ico Batinya. Vous serez juger que par vos résultats et non vos discours . Twoshimye cane ko muvuga make mugakora cane . Umurundi wose akabona amélioration mubuzima bwiwe. Hari benshi cane je vous conjure benshi cane . Abarundi bo mu bwoko bwose bipfuza gukorera igihugu mais le système que vous représentez ntibakundire. Jewe ndaraba nk umu président wa Burkina faso, il est jeune , pas aussi expérimenté, ariko ndakunda caneeeee kuko lorsqu il dit quelque chose il le traduit par des actes . Mu myaka mike cane atwaye , yarahinduye ibintu vyisnhi et le peuple le vois. Rero cher Excellence, nukuri nous prions pour toi et saches que igihe uzohaguruka ugakora abo basuma bahanwa ayo macakubiri ukayagwanya , les postes zigahabwa ceux qui le peuvent et non l exclusion, seul le résultat seulement le résultat ntakindi kizokw incita même les investisseurs étrangers commençant par abarundi twese turi hanze kuza gukorera igihugu atamutima usimba. Kandi non seulement Imana izobibashimira mais aussi n abarundi ubwabo ntibazobibagira. Je ne ni pas que vous êtes vraiment un patriote ariko cela ne suffit pas . Le marché des biens est un marché tellement concurrentiel kuburyo dukeneye des gens compétents bashobora ku defenda les intérêts de nos produits . Un pays n a pas d amis mais des intérêts. Rero sais pas peut être ko muzosoma ino commentaire ou pas en tout cas. Je garde de l espoir . Imana ize ibashoboze car ce n est pas chose facile mais avec du coeur et de la volonté on y parvient.
    Murakoze.

    • @fierceharpy4636
      @fierceharpy4636 หลายเดือนก่อน +2

      ubivuze neza ncuti

    • @wabei2572
      @wabei2572 หลายเดือนก่อน +2

      Uvuze ukuri ahuri hose Wubahwe kwr. Igihugu kbx kigeze kumusozo. Kand ntibitahuritse kwr. Ndazi kandi nabarundi ko bashavuye nka bose😢😢😢😢

    • @Emmanuel-mh5cx
      @Emmanuel-mh5cx หลายเดือนก่อน +1

      bahane none vuba ataruko ibintu bizokwama ukwo

    • @fierceharpy4636
      @fierceharpy4636 หลายเดือนก่อน

      @@wabei2572 oya si bose sha kubera benshi bari ruguru, nta makuru abashikira, baracabayeho ubuzima tuzi ba sogokuruza bacu bari babayeyo kandi aribo boteje imbere igihugu

    • @boashamah3642
      @boashamah3642 หลายเดือนก่อน +1

      Ako nakarimi gusa nugwamo gusa atera , ahubwo narindire ukwo abatuka niko bamwiga ubuhinga

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 หลายเดือนก่อน +13

    Jw ndumurundi nsanzwe pe kandi wohasi ariko ndavye ibi bihugu vyamahanga turimwo ukuntu badusuzugura tugafatwa nabi tukicwa ngo nuko dukenye wapi kweri birambabaza mugaca muvuga ko hari abandi bari kwiba anahera anganuko kandi ntibafatwe ngo bagungwe oya vrmt birambabaza sana pe pe kubita hana kuraho urondere abumva impinduka vrmt kuko tuzokwama murivyo pe

    • @boashamah3642
      @boashamah3642 หลายเดือนก่อน +1

      Uyu mutama nugwamo gusa no gutukana kandi akantuka abamusumvya ubwenge bakanamusmvya ni myaka nubumenyi
      Ivyo bizotuma bamwikuriraho nakomeze yanikora amenyo ntiyibazeko kubatuka ariko gukemura ibibazo , wewe wohangana nuwuguhanze mugashikahe ?? 😂😂😂😂 ako nakarimi kaguhenda ndakesera 😂😂

    • @democritenzoisaba9117
      @democritenzoisaba9117 หลายเดือนก่อน

      umukuru wigihugu birababaje kubona yidoga ariwe akwiye gutafata ingingo /ntakwiye kwidoga nafate ingingo siwewe wenyene bibabaza

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd หลายเดือนก่อน +5

    Président aravuga ingiro tukayibura.ibintu bikabandanya kuyangara

  • @user-wf9ln2go9g
    @user-wf9ln2go9g หลายเดือนก่อน +6

    None abakora ivyobintu ntibazwi, kuberik badafatwa??? Amajambo nahagarare hakore ibikogwa please 🙏🙏

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 หลายเดือนก่อน +5

    Bishire mubikorwa ikimbabaza nuko mubivuga ntamategeko ntabutungane none igihugu kidahana biboneka ko muri team.

    • @KC-wj7yh
      @KC-wj7yh 7 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Yirirwa araririra mumanama ,uyo numu paysans 100%.

  • @thierrymanirakiza2018
    @thierrymanirakiza2018 หลายเดือนก่อน +2

    Ikawa nibareke tuyishorere ireke guca mumaboko ya Leta.

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 หลายเดือนก่อน +11

    You dont punish them since they know you just talk but no actions

    • @justincodyy6058
      @justincodyy6058 หลายเดือนก่อน

      Nta burongozi ashoboye umunwa gusa

    • @justincodyy6058
      @justincodyy6058 หลายเดือนก่อน

      He love the position of president but has no idea what to do

    • @KC-wj7yh
      @KC-wj7yh 7 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Igihungu catembagaye nawe yirirwa araririra kuri mumanama. Incompetent President ( TWAGIZE IVYAGO MUGUTWARWA MUMU PAYSAN NKUYO)

  • @jeanbosconsengiyumva7732
    @jeanbosconsengiyumva7732 หลายเดือนก่อน +3

    Mutama Nyenicubahiro Bafate Ivyo Bisuma batuboheye Amaboko Imugongo ❤

  • @SuperChannel360
    @SuperChannel360 หลายเดือนก่อน +2

    Uravuga cyane. Amagambo menshi. Ntabwo bashobora kubona ko uri serieux 🤦

  • @amolam97
    @amolam97 หลายเดือนก่อน +3

    Nibintu vyogutanga amasoko kumuntu umwe ngo yinjize amasima ivyuma arumwe uwundi rwamamoto arumwe ivyo bintu birazimbisha ibintu kuko aba arumwe ivyo bintu vyogutanga isoko kumuntu umwe biradukorako cane nkabene gihugu aduza uko yishakiye

  • @user-pd7nv2lu9z
    @user-pd7nv2lu9z หลายเดือนก่อน

    Korakazi mutama

  • @DeeNero-ie2rd
    @DeeNero-ie2rd หลายเดือนก่อน +3

    Jew hariho ibintu ntatahura nigute president muzima yirirwa aravuga abantu biba kandi arabazi ariko ntabakorako nikuvuga gusa rimwe na rimwe ibihugu nkubu Burundi bikwiriye abategesti twita aba dictator kugira abantu baronke discipline Neva ari soft aravuga gusa kandi abiba nabamwegereye cyane Bunyoni yarafashwe iyo hacya hafatwa nkabandi nka 20 barihejuru bibisuma atarabiye barigutinya nagatoya

    • @jimmysabu4382
      @jimmysabu4382 หลายเดือนก่อน +1

      Erega abiba nabo mumugambwe akomokako nicogituma avuga gusa nabashengeze ibisuma bikubitirwe ahashashe

  • @kagaboarnaud6465
    @kagaboarnaud6465 หลายเดือนก่อน +2

    Uyu Mutama ndabonye impamvu bamurwanya,adoma urutoke kumanyanga yabo,Imana ikutuzigamire papa Burundi uvuze ukuri cane nko mugisata c'ikawa haberayo amanyanga meshi ndabizi naragikoreyemwo!
    Kandi hamwe hoboneka nama banki azi gucuruza amafaranga yacu vyogenda neza cane nyabayo bishika kuyavundika muri banki ntibazi ico bita circulation monnaie

    • @AnicetTuyaga
      @AnicetTuyaga หลายเดือนก่อน

      None ko atabakura?

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 หลายเดือนก่อน +2

    Nimbakunda uburundi namanike amaboko ibintu vyayangaye

  • @moshwayne2565
    @moshwayne2565 หลายเดือนก่อน +4

    Uyumugabo azatunganya uburundi

  • @kagaboarnaud6465
    @kagaboarnaud6465 หลายเดือนก่อน +2

    Mutama mubikurikiranire hafi bizokunda,nayo abafise mission nkiyo yuko igihugu cobura ama devise hama kikaba mubibazo barimwo benshi ngaho nikibabaje harimwo nibigugu bihendwa vy'abahutu bikorera abatutsi bataye umuco

  • @celeusfatirisigaye9624
    @celeusfatirisigaye9624 หลายเดือนก่อน +1

    Ewe mutama uko wabivuga yaba waca ubirukako ukoresheje izonguvu nyene ubivuga vyobaye vyoduhimbaye twebwe abanyagihugu kuko wobaye urikudukomoreza ivyacu ariko😢😢😢😢😢

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 หลายเดือนก่อน

    Son excellence Mr le Président,n'ukuri jewe nk'umwenegihugu mutoyi ndabakunda cne.ariko nyakubahwa kuberako muvuga gusa cane ariko abobasuma ntibafatwe ngo bahanwe,Ubu baramaze kubonako ari amajambo gusa Cank iterabwoba kuribo nicogituma baguma biyibira gusa ataco bikanga.rero nyakubahwa nimube game changer canke umuntu ahindura urukino twese abarundi Bose tubibone hanyuma abarundi Bose dukome amashi ati turaruruhutse.erega nyakubahwa sinokubesha,n'ukuri abarundi bararushe mubimenye

  • @nshimirimanabienvenu549
    @nshimirimanabienvenu549 หลายเดือนก่อน

    UHORAHO agukomeze cane

  • @user-dh7nk2ue3r
    @user-dh7nk2ue3r หลายเดือนก่อน

    Ewe burundi !!!

  • @KC-wj7yh
    @KC-wj7yh 8 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Kura induru ngaho
    Igihungu mwagitembagaje.
    Nkaho ntimumaramara iyo mubona muri a Atwater banyuma kwisi yose?

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p หลายเดือนก่อน +1

    Muramashetani mwese murazinanye mwaratwichiye igihugu muzahave Kare nimurakubitwa nabi nakinu mwafashije igihugu

  • @user-jm2ld3mf8k
    @user-jm2ld3mf8k หลายเดือนก่อน

    Nyenecubahiro,ndakwikundira kuburyo bukomeye cyane! Hanyuma rero umukuru ntavuga vyinshi akoresha itegeko nigitsure none harabura iki!?? Ngo ukemure izo ndyandya nabiyorobetsi!!!??

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 หลายเดือนก่อน +2

    Imbere yuko igihugu gitera imbere bisaba ko abarundi twese duhinduka. Duhindure ingendo, dukorere igihugu, ataruko bizoguma mumajambo gusa. Abarundi bakunda gushira mumifuko yacu gusa

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 หลายเดือนก่อน +1

    Nyakubahwa murongoye uburundi,muzoshike nomuri pafe murabe ibintu biberayo kdi muzitonde mutohoze neza kuko biragoye kubona ariko birateye isoni

  • @albertnganyira853
    @albertnganyira853 หลายเดือนก่อน

    Biragoye !!!

  • @TODAYTIMES1
    @TODAYTIMES1 หลายเดือนก่อน

    Mukeneye isomo mu Rwanda

  • @alfredkenniyibigira4165
    @alfredkenniyibigira4165 หลายเดือนก่อน +1

    Naho mwovuga gute hari abarundi bamaze kubona ko badakorwako kuko vyose bimaze igihe kinini cane

  • @user-ui9bh7oq7s
    @user-ui9bh7oq7s หลายเดือนก่อน

    Ndagukunda ❤🇧🇮

    • @cidemike6264
      @cidemike6264 หลายเดือนก่อน

      Uwo mugesera umukundira iki peti…? Yakoreye abarundi iki…

    • @estaniyongabire9956
      @estaniyongabire9956 หลายเดือนก่อน

      ​@@cidemike6264 umugesera ni wewe, bugira indero bizogufasha. Nimba utarabona ivyamaze gukorera abenegihu n'Igihugu urimpumyi

  • @Habi105XF
    @Habi105XF หลายเดือนก่อน

    Aaaahhhhh

  • @JimmyKaneza
    @JimmyKaneza หลายเดือนก่อน

    Nihatali kwel

  • @user-eg1gz4kg7w
    @user-eg1gz4kg7w หลายเดือนก่อน

    Numva mwansesemye imana nitabare uburundi nabaru tuburimwo

  • @HarosimanaJosette-cj7qn
    @HarosimanaJosette-cj7qn หลายเดือนก่อน

    Reka twizere ko bizogenda neza😊😊😊 ariko ibi bintu vyuko abantu bose bambara ama koti bari mu nama amahirwe ni makeya ko vyinjira neza.

  • @alantonio855
    @alantonio855 หลายเดือนก่อน

    Tusaidie tupate Umeme, Maji na mafuta( Carburants).....Raïa wanalia myaka sasa inakwenda...Raïa hawana tena imani ya kuishi kwenye nchi yawo😢😢😢

  • @user-wx8ig1hn7m
    @user-wx8ig1hn7m หลายเดือนก่อน +2

    Aritotomba yoo yarangiza agacisha make😂😂😂😂😂

  • @johnnininahazweclaude
    @johnnininahazweclaude หลายเดือนก่อน +1

    Amajambo twarayahaze muta,dukeneye ibikorwa ubu kuko kuva ushika kuriyo ntebe amajambo yabaye meshi gusumvya ibikorwa

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 หลายเดือนก่อน +1

    Amajambo atagira ibikogwa@ =zero

  • @user-bn5ev3oq7l
    @user-bn5ev3oq7l หลายเดือนก่อน

    haaha nikibazo kuri mwese

  • @GerardSibomana-gi6zy
    @GerardSibomana-gi6zy หลายเดือนก่อน +1

    Agaburwa nabomwicaranye

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 หลายเดือนก่อน

    🎩

  • @remynkeshimana8827
    @remynkeshimana8827 หลายเดือนก่อน +1

    Uburundi burakeney umuntu afise Esprit ya Ibrahim Traoré , president wa Burkina Faso
    Niwe yobogora igihugu kuko ivyo amaze gukorera igihugu ciwe kandi ari muri transition numva umuriro muri jewe,,nkama nsenga nsaba ko Imana yorungika umurongozi yokora nkawe mu Burundi,ahana atakujenjeka kandi akayoborana umutima wagutse wo gukunda Uburundi bwatwibarutse.
    Uhoraho tugarukire kuko turasuzuguritse kubera igihugu cacu kiri habi cane mu kuramira beneco

    • @TubamenyeTV
      @TubamenyeTV หลายเดือนก่อน

      Imana izomuduha kabisa, kuko abayoboye ubu iyo mpano ntibayihawe n'Imana. Ubuvugishwa buratubwira neza ko hariho UWUNDI agira aze gutwara. Donc, turindire gusa aze hama Imana isuke esprit de patriotisme n'UBWENGE!!! Ivyo bintu ntabihari mu bayobozi b'ubu!!!

  • @cyusaernest5931
    @cyusaernest5931 หลายเดือนก่อน

    Nibura nabo banyuruza kawa. Wa muhirimbiri we ko wowe umarishije abasoda babarundi muri Congo kubera Coltan ushyira muri uwo musarane winda

  • @SeverinMufyiritano
    @SeverinMufyiritano หลายเดือนก่อน

    😢😊😊

  • @user-lf6kb8ek2s
    @user-lf6kb8ek2s หลายเดือนก่อน

    None iyo umusuma
    Yakenyeye mukwiba
    Kugira umuteshe bigenda gt
    Jewe mbona koba kumwomora
    Atamajambo ukanamushira
    Kure yaboyononera
    Iterambere ryokunda

  • @PontienHabarugira
    @PontienHabarugira หลายเดือนก่อน

    Burundi ntibukeny ahubwo harakagwi kabarongozi bamwe bamwe haba mumasosiyet no muvyintwaro bapfukamye munda igihugu ugasanga ivyokijij nkintara yoseugasang i

  • @akimanaarlene851
    @akimanaarlene851 หลายเดือนก่อน

    😅😅😅none akazi kawe préside kuhagarika ugata mugasho bigusabiki😂misi yose ngwibi gwibi😅😅atakintu uhindura

  • @laurentroyce
    @laurentroyce หลายเดือนก่อน +1

    Geregeza mutama wacu Imana ikutuzigamire

  • @VenusteIrutingabo
    @VenusteIrutingabo หลายเดือนก่อน

    N'izina ryari ahubwo nibabikore binyaruka Ubu nyene kuko nzobikora yapfuye atabikoze

  • @user-bu7im7vq4q
    @user-bu7im7vq4q หลายเดือนก่อน

    igisata c'ubutare naco nyene kirakkwiye kugarukirwa cozana amahera y'agaciro

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 หลายเดือนก่อน +1

    Ntakuntu abarundi twokwicara tukagabura twese imitungo yigihugu hama umwe wese akamenya iyo yomokera ? Kuko umuntu ariyumvira abatware bacu ivyo barimwo ukibura . Premier ministre abwira abantu ko twotima ibiterwa vyinjiza amahera mvamahanga Reverien NDIKURIYO nawe ngo abagumyabanga tera ikawa umuntu aribaza ko mushaka umwimbu wo kwongerereza abasuma canke mushaka ko twimbura vyinshi habe ivyo abasuma barya nibindi bitunga igihugu? Ntakuntu uburundi bwosubizaho igihano co gupfa ? Kuko turateye isoni pe ntabashingantahe n'abapfasoni bakunda kino gihugu mubatware dufise bahari kuko baba barahagirutse .

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 หลายเดือนก่อน +1

    Hahahahahahhahahaahaha 😂😂😂😂 nizere kwata muyoboke wa Rwasa arimubuvuga agatu gatekeye amahwa karimena

  • @dusabedeo7388
    @dusabedeo7388 หลายเดือนก่อน +1

    Wirambire mutama abagufa nibobabi

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 หลายเดือนก่อน +6

    Icayi kija muri Kenya, Kenya ikambikako idrapeau yabo kigasohoka citwa ica Kenya. Leta nirondere isoko yayo yonyene yivyo vyose murabe ko ama dorari atazoboneka

    • @AnicetTuyaga
      @AnicetTuyaga หลายเดือนก่อน

      Wapi icayi ça OTB carataye akanovera! Ikilo cavuye kuri USD 4 en 2015 à USD 1.7 I Mombasa hari isoko mpuzamakungu ntibakigura kuko i machines zarapfuye!

  • @user-hi5wx5ix7m
    @user-hi5wx5ix7m หลายเดือนก่อน

    Biragaraga ko amakosa uyabona,ariko abayakora ntuberekana kandi bigaragara k'iguhugu catatuse kubw'ayo makosa agikoregwamwo ariko abayakora ntibandomweko urutoki kandarabasi b'Uburundi .uno musi abarundi turifumbereje kubera ibisata vya leta vyahora bidufasha kwiyungunganya bisa nkivyatatutse

  • @NestorNdabunganiye
    @NestorNdabunganiye หลายเดือนก่อน

    Komera banyakubahwa turagushigikiye cane uhoraho akomeze kuguhangaza

  • @bucumijmarie281
    @bucumijmarie281 หลายเดือนก่อน

    Twivuzako ibikorwa vyosumba amajambo

  • @davycalmeldushime7674
    @davycalmeldushime7674 หลายเดือนก่อน +1

    Uwu muntu kumenga ntavuga nkumukuru wigihugu

    • @nahimanafiston6518
      @nahimanafiston6518 หลายเดือนก่อน

      Arababaye nokubona abarundi biba igihugu

  • @melchiorndayizeye9761
    @melchiorndayizeye9761 หลายเดือนก่อน

    Mutama koresha intoni yicuma nayo uburundi ntibuzova aho bwicaye.

  • @Mkel890
    @Mkel890 หลายเดือนก่อน

    maze ca uvyifatira mu ntoke.

  • @ClovisNiyonkuru-wc1cf
    @ClovisNiyonkuru-wc1cf หลายเดือนก่อน

    Muramvugira ampe igisata kimwe murivyo bisata biraba ivyuburimyi,ace ampa n'umurenganzira bwo guhana uwariwe wese ashaka kwonona acampa imyaka itatu yo gukora ninaba ntarakiduza kugeza kubice 20% iyindi myaka azoce ayimaza mugasho

  • @EdouardNtirenganya
    @EdouardNtirenganya หลายเดือนก่อน

    Mwibuke nabarimyi bibigori biriko bibungigwa mumazu.

  • @user-ps2ul2hi7x
    @user-ps2ul2hi7x หลายเดือนก่อน +2

    Ikibazo nuko mudatonze neza mukorera mukajagari keshi🤦🏻‍♂️ ni gute police idafunga abary ibiturire cabur mushengez abanyuruz ubutunzi bwigihugu 🤦🏻‍♂️

    • @manasseninteretse8510
      @manasseninteretse8510 หลายเดือนก่อน +2

      Police ifunga abarya ibiturire Nabo muribo baramugaje abantu! Abobantu wumva ngonaba comiseri nabapilice babo ntibavyorosha kubanyagihugu bikorera utwabo, ikitavuzwe Co nabamotare

    • @DeeNero-ie2rd
      @DeeNero-ie2rd หลายเดือนก่อน +2

      Nkakarorero igitoro kiraza kikagurishwa congo kizanywe na Regideso wibaza ntabizi nikuvuga gusa ariko action 0

    • @user-ps2ul2hi7x
      @user-ps2ul2hi7x หลายเดือนก่อน +4

      @@DeeNero-ie2rd president rero nab atuma yinumira mugihe adashobora gushengeza abanyuruza itunga ryigihugu kuk kugumavuga gusa atabikorwa nukuturenzinduru gusa ntabindi🤦🏻‍♂️

  • @nahayodaniel3337
    @nahayodaniel3337 หลายเดือนก่อน

    Nyakubahwa Kuremwo abo bataama mudushiremwe twebwe aba jeunes dukore impinduka .ataruko mutama ntaco muzokorana abo basuma babononera

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 หลายเดือนก่อน

    None kuvuga ko harabasuma kandi badafatwa bimaziki kubivuga??

  • @user-vn7yd4mc8m
    @user-vn7yd4mc8m หลายเดือนก่อน

    Bakugwemukazi abana bigihugu bahaye bangara ngwigihugu kirakenye

  • @user-zg8dl7be4c
    @user-zg8dl7be4c หลายเดือนก่อน

    Iconovuga nkumukuru w'igihugu ntamvo nimwe yotuma avuga ibintu nkivyo ahubwo yarakwiye gufata ingingo.kuvuga kwatanze umwaka ico nikimenyetso c'uko ntabubasha abafiseko

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd หลายเดือนก่อน

    Nyenecubahiro umukuru wigihugu none Bose azohangana naw abishobore

  • @SandrineNkezimana-lh5yx
    @SandrineNkezimana-lh5yx หลายเดือนก่อน

    Nn nyene vyarangiye atabinjije agasho ngo basubize birababaje kwidoga knd mubafiseko ububasha bwose

  • @alexandrodieumerci8955
    @alexandrodieumerci8955 หลายเดือนก่อน

    Hariho ikintu maze kubona mu BURUNDI 🇧🇮,izo comité mushinga nibabe bagerageza kugira umukuru wazo abe umusirikare kuko NIBO bonyene mbona bakunda IGIHUGU bakanacigura abandi ndabafiseko amakenga kuko babacako nk'ibiraro ndibaza babaha amahera kugira babikore nabi gutyo IGIHUGU kikaguma kiboneka nabi ariko ndaziko ari umusirikare vyobagora kumucako kndi kenshi ntibanyinora nibo mbona nokwizera kuko nibo bakunda igihugu kurusha abandi

  • @claudendayishimiye5075
    @claudendayishimiye5075 หลายเดือนก่อน

    Akabazo kaguma ari kakandi abasuma nababikoze baba bahari kurwego rwigihugu mwikawa no mucayi mwisukari kobadafatirwa ibihano

  • @habonimanaabraham910
    @habonimanaabraham910 หลายเดือนก่อน

    Mutama kubita buriya ivyo nukuguma bishira mumifuko yabo Iyaba bakubaka les usines bagatanga akazi kandi nyakubahwa bariko bagomba kukunaniza hasha ukureho intovyi

  • @user-ie9ui9vo9q
    @user-ie9ui9vo9q หลายเดือนก่อน

    Dukureko abononye mwoba mukoze cane

  • @user-lw7oz2rb5w
    @user-lw7oz2rb5w หลายเดือนก่อน

    Ikibazo ni president nubutabera bwe budahana abajurura,

  • @claudendayishimiye5075
    @claudendayishimiye5075 หลายเดือนก่อน

    Nyakubahwa wibuke kowatwemereye kutuzanira iyindi muhira yogutumatunako amakuru kuko lumitel iradufukamye munda

  • @user-ui2cc4bk6m
    @user-ui2cc4bk6m หลายเดือนก่อน

    Abantu bakwegereye mutama Reba neza kandi nokuri airport yuburundi ariho ubusuma

  • @or_nk12345-Click-Here-and...
    @or_nk12345-Click-Here-and... หลายเดือนก่อน +1

    "intumva zamaho" Urazi kuvaho président wacu yavugiye mureke kurya igihugu ahubwo nyabuna mugikorere😢😢
    Birababaje!!!!!!!

  • @no1head688
    @no1head688 หลายเดือนก่อน

    ❤ komera kwibanga mutama wacu❤

  • @IsidoreHAKIZiMANA-gs4vk
    @IsidoreHAKIZiMANA-gs4vk หลายเดือนก่อน

    Muratwenza ubusuguru nabo mufashanya gutwara kubwivyo nubahane

  • @ndikumanajeanpaul3045
    @ndikumanajeanpaul3045 หลายเดือนก่อน

    Mutama birababaje ukuntu wigisha neza muga abagufasha zero

  • @Bekanleo
    @Bekanleo หลายเดือนก่อน

    Iyaba ibivurwa vyakorerwako!
    Ikawa, ipampa, icayi, ...hatali!

  • @moontv2959
    @moontv2959 หลายเดือนก่อน

    Dufashe nukuri igihugu kive mumanga

  • @ezemanvlogs8987
    @ezemanvlogs8987 หลายเดือนก่อน

    Nne ivyo kwabizi bibazwa nde uyo muntu arantangaza!!! Kora kora ntawugufata urabifitiy ububasha
    Knd mutaraza kubutegetsi no kugatumba iwacu ikawa yari rya nawe nne mwakoziki kugira iterimbere ko vyose arimwe mubifis muminww

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 หลายเดือนก่อน +2

    Uvuze ukuri nyakwubahwa

  • @nahayodaniel3337
    @nahayodaniel3337 หลายเดือนก่อน

    Korana nabavyumva mutama utaravye nkunzi murabe ababishaka kndi babishoboye

  • @lionelkatihabwa7320
    @lionelkatihabwa7320 หลายเดือนก่อน

    None ko ababikora bazwi,inyishu nukubibabwira?mwabo bose ntamwana arimwo aho yokangwa n'amajambo!rek nirenganir le temps est le bon juge

  • @arkbig8203
    @arkbig8203 หลายเดือนก่อน

    Imiliyoni 40 yibwa ibiro vy'iperereza biri he? Niba ivyo bintu ari vyo, nimusohore imitahe yo kubafata.

  • @justincodyy6058
    @justincodyy6058 หลายเดือนก่อน

    Uyu neva ukunda position afise yo kwitwa kwari perezida ariko akazi ko gutwara ntashoboye///imyaka ine iraheze iyimpene iriko iradukomera induru ituririra mumaso nkuko umenga nitwe dutwaye igihugu …..
    Neva gasanga amajambo adakora koresha imbugita ninkoho nkabandi urabe igihugu ko gitahinduka…..amajambo buri munsi wiyita General Evaristo uteye isoni ..

  • @KC-wj7yh
    @KC-wj7yh 8 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ama banks yisi yose yaranse kubaha ingurane kubera ubuyobozi bubi..
    Mwebwe mutwarira igihugu muri analogue isi yose iri muri digital!!!!!! Nako ngomwarakirwaniye da. UMU PRESIDENT WUMUPEYIZA.

  • @dusabedeo7388
    @dusabedeo7388 หลายเดือนก่อน

    Babwire mutama intumva ninyishi

  • @philiberthabogorimana3904
    @philiberthabogorimana3904 หลายเดือนก่อน

    None ko yidoga kandi ariwe abashiraho afise nububasha bwokubakura ndetse nukubashengeza imbere yubutungane. Naw unyumvira umuntu agura ipampa kuri 750 igakaca igurisha ayarenga 7000. Erega ko atabakorako mbere nuwo akuye agaca abashira mubibanza bikomeye gusumba aho yahora.

  • @amolam97
    @amolam97 หลายเดือนก่อน

    Vyukuri igihugu casubiye inyuma nimuhane haveho amajambo kubita izondyandya habeho itandukaniro ibundi umengo ni muchezo wandani

  • @florisseba9638
    @florisseba9638 หลายเดือนก่อน

    Mutama ntako atavuga nuko batumva

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV หลายเดือนก่อน

    Ntakizoba nimutekane

  • @user-jx6di7pu1j
    @user-jx6di7pu1j หลายเดือนก่อน +1

    Sinzi ikibazoafise

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 หลายเดือนก่อน

    Izogorane ziri mubisata vyose.
    Nasabako reta bashireko, komisiyo yamaho IKOMEYE ifata bose barimumakosa. Aba reta abikorera utwabo nabandi bose.
    CONSEIL❤ DE PATRIOTISME
    ●Bubake inzu ya archives kubudyo umuntu wese ashobora kurodera dossier akayironka vyoroshe, naho haba hareganye imyaka ijana
    (100 ans).
    ●Bica vyoroha ko reta ifata abasuma neza bafise les preuves.
    ●Nibaridire ko président asemerera!.

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu8860 หลายเดือนก่อน

    😂😢😅😅😅😅😅

  • @NduwayoBosco-xy1ut
    @NduwayoBosco-xy1ut หลายเดือนก่อน

    nawe urigisuma nkabo siba ngaho uriko iriyoberanya wambwawe

  • @cidemike6264
    @cidemike6264 หลายเดือนก่อน

    Uwo azophfa avuga ntaburongoze ashoboye
    I baze impanvu congo nu rwanda ruta funze imipaka yabo kandi twunva kobafitaniye ibibazo
    Hama uyu mugesera angenda arafunga amavyi yanyina

  • @Burundi-257
    @Burundi-257 หลายเดือนก่อน

    Mbe amwe mwatoza kukibuga cinndege mugihe cq coronavirus yagiye hehe? Yakoze iki? Ama dollar 100 buri muntu ?
    Turazi ko mwatoje menshi…. None yagiye he akora iki ??

  • @emmanuelnintunze4225
    @emmanuelnintunze4225 หลายเดือนก่อน +1

    Uravuga ntuvura