#Reverien
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 16 พ.ค. 2024
- #Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye - บันเทิง
Imana ihora ihoze bazisanga mukanogo mumuzigi ko base guhanurwa rindira
Barakaruswa abo bagome
Burya ntakibera ubusa Imana izodukurako Farao.
Nibagende bubake gwabo. Hanyuma bareke Hon. Rwasa yibereho
Imana nigire icikoze kuko abasore ninkumi bashaje kubera ubukene buri mugihugu kwel
Nibareke ipfyoti bitahe
Imaniriho chef.haraho yotwishura ikiyerekana mur agathon
😂😂😂😂Daniel uracokozana kweri. Umunsi Reverien yagufashe , urya avuga ngo mumunzanire umutwe wacitse .kumwe yagira kaburimbo
Iyomana dusega. Irakomeye
bazoruhirubusa 🙏🙏🙏🙏🙏
Erega ndabawire harya Reverie arabonako ko atamwanya yobatako ,narirya ivyigihugu vyabaye potopoto akavgize never wacu.
Abakurambere bayarayamaze bati Ibitwenza bana vyiriza abagabo kuzuba barahemutse bazobibona iconobahanura nibagaruke muruhongore
Numusi urantwengeje danie😂😂😂
Barahemutse bareke abo ntabwo bari aba CNL barabanetsi ba cndd abo bagabo vyukuri barize nukuri tudabeshanye iyo batahemuka kubera guhendwa reka bizobirizankuzuba
Nomuri Commune kabezi Permanence ya C.N.L ntayobazoronka kuko uwariyayitanze yarayisubiyeko kweli.
Emwe nukuri nanj sinogenda ntashimiy bivuy kumutima Reverien ukuntu ayabimy . nyakubahwa Reverien ntubahe nigitoboye ayomahera yaguremw urundi ru V8 utum urugabira madame wawe Cank umwan wawe nubwo basanzwe bafise izindindi modok
Nayabime izarindura
Bazobakurahe kobirigwa
Barabica bahonyora
Hari umuntu Wu mukozi w,Imana yavuz ko amatora azotsinda Rwasa ariko bazayamwiba bamaz kuyiba bazotwara vyank bizaguma biba topotopo non raba vyos vyarabay ubu ntakintu nakimw dufis vyose vyarahomvy uwundi nawe ejo hahez yavuz ati badakuye Reverien,prime, Martin,Neva ntiyitege kuja mu matora reka turindire Mutama Rwasa Imana Imbere.
Mubwirire reveie ati bz😂😂
Komera bwana wacu
Baragowe kabisa Hama mwisare iwacu ntibanoba
Ikindinaco Permanence nkuru yokumutanga Nord konziyukotwayirihamaheramenshi bazoronkamaherabayiriha? Konokwitangabibananiye? Urumushingamateka ukitanga 85mille?akosakamaramaza? Nibabihebebareke bagarukegusaba imbabazi.
Bazopfa bangara nka kayini 😂
Umuntu aribaza iyo uburundi buja akabura kweli ninde abona iyo bugana??
❤❤❤
😂😂😂😂😂😅😅😅😅
Ahubwo iyagirwako akaberekana kuri stade abantu bakabatwenga
Ibipfoti bizopfa nabi
Wendakwera reka biburiyobija nibiva
Nibicare hasi
Hahaha hhhhh kikikikii ewebifhoti birajwagambana bitagir iyobija niyobiva nibasabikigongwe agathon
Intabarigwa ibarigwa nuko amaso atukuye ivyo bifyoti
Mumatora bazojinyuma yabapolona 😂😂😂😂
Babura kazana igitoro hamango amashirahamwe yarahomvye
Izombwa nakomore ivyobihemu, bipfe bipfapfane Uwuhoraho abiburizemwo vyooooooseee bazopfe bangaza umutima nkagahini😢😢😢😢😢
Nibarabe bagaruke ibintu boye kuguma ibuzimu
Nibishikane bagaruke bamanitse amaboko Kwa mutama H.E AGATHON Rwasa igufa ryananiye abagugunyi . Iconzico Rushubi ntibaryako kuko turahagaze neza caane bamaramare bagenda ahandi
Niyubahwe yakoze kubikora kabisa 😂😢😮😅
Nabana bivyanganzi
😂😂😂😂😂😂ndabatwenze kweli balagowe nizombwa zimbonelakule balagowe balagaba bose mulandabile tuzolabe iyobazohungila tubasangeyo
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ahubwo abo bajama nobahanura gusubira kwa Mutama wacu abacire inkoni inkoni ngufi
Nimba wipfuza ivyishimo bidahera,guhora useka nezereza amaso na chaîne ya youtube yitwa comedy spécial 37 harakubereye y'ama comedy yose amwe aryoshe ukuntu hamwe wotwenga ugapfa
Mungu yipo urazi amarira abantu bifitiye
😂😂😂😂😂😂😂
Bazoturatura
Namwe murabatyozs kweri.none bo ntamahera yokuriha bafise?
Boyakurahe irya mihimbiri
Naj noyarenza😅😅😅😅
Imana imbere yavyose
Asha burya barayamaze batí uruhende gwosha amazirantoke bitajanye guhendwa nuwo mwicaranye kuntebe yishure mbere umucako nakamuna
noneyomakuru uyaronkagute. ngirurafise radar zuracengetera. Uduhayatarikivumbi. ntibagiyekoroherwa.
😂😂😂😂
Abo bantu naciye basubira kunzu zabo nabagabo ijambo ahubwo nabandi nibagire ukonyene ivyo binyoni ntavyo bigume bizezeta vyamenyereye kurya ayo batabiriye akuya muga ivyovyo biteye bizobabiza akuya bongere batahe nkuwuvuye kuragirira zabera
Nibatangur bishasha kuko igifyoti rwasa vyos yaravyivye kuko rwas ntazitoz
Uwo akwosha niwe mubi
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Kwama batezamashi bakuze ntibizoshoboka nibimenye
None icombaza nikuki batokwihanura basha incabwenge zose bazimarw vyukuri iguhugu cacu caragowe Aho Bomureka akabakorera mungata nabo bovyingukiramwo nayo kwiyumvira kumwica siwo muti nibibuke Ivyabaye kuri Ndadaye ntibadusubize mwbiryabihe
Ubu ni mpemuke ndamuke
Ibifyoti bigiyekubaho nkabaroberi Kanye shamba impanuro twobaho nibakorer mumaperemanance yaba DD
Ahubwo bazifus Zos nihosawa kuko igifyoti rwasa ntamugambwe afise
Wewe ufise umugambwe witwa gute?