Burundi Umuzungu w'Umu
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 16 พ.ค. 2024
- POLISI_AHANWE #amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye - บันเทิง
RABA VIDEO YOSE HANO:
th-cam.com/video/DKE9YOU8haI/w-d-xo.htmlsi=nEAbh2oc-rEwIl_2
Uragize neza kuriyi video
Barababaje Mani Yves ndamukurikirana Ethiopia,Zambia ,nibibihugu ,duturaye yarahaciye uwashoreye arishima
Bazovuga ko aru Rwanda.
Birababaje nukuri
Imana ihindura iburundi leta yarikwiye guhana uyomupolisi
Bamuhanasebo arabahe bacuribyaha bagafunga Imipaka ihuza Abaturage bigihugu nikindi uyumuzungu kugeze mu Burundi yanyuze muri Tanzania mumihanda mibi byaramu babaje yinubira Ifungwa ryimipaka Yu Rwanda nu Burundi
Reta y’Uburundi barateza urubwa igihugu cacu.
Yibajije ngo ni murwanda bazi icarico mukera rugendo uwubizi kumunyonzi wikinga womurwanda yahabereye icamamare yavuye kugutwara ikinga akaba ahawe imoto kuko yaganiriye nuyo mukerarugendo❤❤❤❤
Mugisha tu es magnifique
merci
Merci beaucoup Mugisha pour votre conseil.
Hari n'uburyo womubaza utamukankamiye. Yamvugo yabo yo gukankama nka shebuja. Birababaje
Ntwengejwe n'icongereza c'uwo mu police 👮😅😂🤣😂😅😂😅😂
l love know Yves 🎉🎉❤❤❤
C'est vraiment malheureux
Jewe mbura nico kuvuga peee 😢😢😢😢😢😢😢
Koba tamwishe nshima
Muburundi wohatungira gut konutwawe
Retiruka
Ivyivanzemwo
Nukuhomoka
Ahasigar wenyene
Wemugicha reka kuza uchigikira ibintu atarivyo ivyo bisabako umuntu aba abifitiy uburenga'zira natwenze mubihugu turimwontabwowokwiyadakiza ngo ufate amasanammu urafise ururuhucha
Igihugu bakigize hovyo
Birababaje uwomuzungu twatanguye kumwumva akiri za kenya ouganda nongaho murwanda huruwutarabizi kwarumuntarikwatizungurukira isi kweli
Mwari muziko mu Rwanda biga tourism muri secondary.
Umuntu yabishize ahabona yakoze caaane , ababijejwe barabe ICO gukosora kuko si abarundi n'abarundikazi twakira abantu gutyo kaciyemwo , siko tumeze👌
Za wandika ikirundi nkumuntu yaheje umwaka wakane wache ujinga. YAHOHOTEWE. ikirofa.
Ibintiwabibona murwandap ndakekak uyumu police arinkuwomurwanda yabafunzep
Birababaje urya muporisi yarakwiyeguhanwa
Baraje bavuge ko uwo mupolice ari u Rwanda rwamutumye
Hahahah 😂😂😂asha bazovugako yatumwe nurwanda
Nne icotangaza murivyo nigiki ga sha Daniel yaricogutangaza kirimwo nne
Baramuhe mukiye narinziko Abanya Rwanda aritwe Ubuyobozi bwu Burundi bufatanabi yewe ntabona arumuco wa CNDD FDD kabisa
Aha muburundi Niko twabaye
Umupolisi yakoze akazi kiwe,amafoto yari kuyasabira uruhusha bakamwereka aho yofotora hogirira abarundi akamaro , yamara hariho nanje aho ntomwemererako afotora.
Swera nyoko. Washaka baje kumwereka kwa ntare!!
Aba poris biburund ntamategek baz icobaz baraz wahuy numusod ntiwohur numuporis wap ndabivuz🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nawe ntagihugu ukunda twaraguhinyuye ,ego uwomu polici yarakosheje mais ntiyamubujije gufungura yamubajije impamvu afotora turamukurikirana ako ka erreur kabaye kuyo mupolici ntiwari kukagira birebire kuko twese twarabibonyr😮😮😊
Birababaje
Ntibibatangaze kuko aba police bakorera DD aho gukorera igihugu,nibaza rero ko bitahuritse kuko «IGISIGA KIBI GITA IRYOYA RIBI»
Ndababazwa Nico gihugu canje.
Uyo imana iguhuje nawe wikeneye aragusabira ubufasha
Wahorubona ivyapostinga kubijany n'uburundi none yahora yama agira critique izo nrya niho yarakizirya nimisi yaramaz Burundi erega abo ba police harugusanga bari baramugendereje biboneka neza icari camuzany Mu Burundi atari tourism gusa abantu nkaba rero mubitondere
Turimaramaza kwisi yose abarundi turagowe.
Natanguye vidéo yiwe nezerewe kumunota wanyuma birangira mbabaye
Iyo muzungu atroza ABA Nya Africa
Nakajagari gusa
Vuga make ibihugu vyabazungu tubibamwo, ntamuntu yemerewe gukamera abantu uko avyishakiye nivyo bariho bakora atabisabiye uruhusha. Mwakanzwe nuko arumuzungu? Abazungu barazi amategeko cne ..Birya yakoze nagasuzuguro .
We ntubona ko urya mupolice avuga nka Reverien ubona arinde yobna koyakoze amakosa adakorwa?gute ushobora gukankama kurya?
Nurwanda rwabiteye
Banka kumara mara
Kubujuju bakora
Badasukura
Igihugu nibagomba
Bigara gara jew na mumenyey
Murwanda vyararyoheye pe
Nanje Birababaje Cane Kubona Umuntu Anza Kutugendera Nukuri Munzi Nubukene Twifitiye Nukuri Aho Kumufata Neza Tungaca Kumufata Nabi Aba Police Bingeze Neza Nkabantu Bakuze Nukuri
Uwu bamukureho bimuhe isomo kabandi bazamenye kwakira umuntu
Ntanzego zikora nkibindi bihugu.uburundi impande zose nakajagari guhera hejuru mpaka hasi kumbonerakure.
Akira umuntu neza kuko ntubuzi uwariwe girumutima wurukundo abantu muyoboye igihugu cacu iyo abakuru mudakundanye nabatoyo ntibakundana vyose bisaba abakuru batwereke akrorero
Nukur nibabataraha uyumu police byababibabaj
Bitey isoni ibikorwa mu Burundi
Non yamaherayagacito bazoyamura kubitivyimikaratusi.uwondamwibuke mukweziguheze ayaganumunyonzi wikinga womurikenya bahuriyemwibarabara.
Barateyi Soni nukuri birababaje aboba police bamenyereye guhohotera ntanisoni bafitse😮😮😮
Uwomuzungu yarambabaje kubona aboba police amufashe nabi
Nako dawe iyo yitahira amahoro !
Nn aboba porisi badatahura ico bari bategerezw kumenya kwarabakozi bigihugu nn tuzotera imbere gute dufata nabi ingenzi
Ubwo sibwabu polici bwishwe ninzoga
Erega muzabyemere nta president mugira
Abapolis nkabo naboguhanwa nibamutangeko akarorer
Uwo ni Murwanda bamufash nk,umwami
Big problem
Iyaba aruwuje kugira nabi wari kucuvuga ngo yaciye nabapolice dufise
Birababaje cane cane 🤔🤔🤔🙄🙄🙄
Uwomu police ahantwe kabisa
Bro ningorane
Ahubwo ntab yaramukubita mwishir kubazungu nukunt badufata nabi iwabo uko nukwisemba nshits nkiburundi umuzung akangir nkuko batugir iwabo nomufyonder akantu mwibanga
Iyagirana acrochage n'umurundi ntaco mwavuga
Abapolisi ntibera mais dufise ikibazo cuko ata jambo dufis ku banyamahanga?
Ambassade zose zabiteye ivyatsi
Ury m police nukumuh igiti
Ni igihugu c'inyamaswa surtout les policiers
Nihatari sana 😢😢😢😢😂😂
None umu polisi niw wambere wo kubimenyeshwa? Ronderera hejuru hoba hari akabacitse muri communication kandi niyo ikomeye
Uyo mupolice nibamufate bamubaxe neza
Bamubaze iki? Niwe wenyene? Ahubgo ndahimbawe,yamuvugishije mucingereza none ntituzi ururimi? Bokosora igihugu code bigakunda? Mbere akora akazi liée neza erega gufata amaafoto Yari kubisabira uruhusha ,none sivyo ha yemwe,gusa nuko yamukariye me,ishengero nk,umuhimbiri,Kandi agakoresha ton y,akagaye nyene nayo iyo avuga aciye bugufi, kandi akiyumvira kuri diplomatie vyari vyiza.
😂😂😂😂barabura Aho bakina
Birababaje cane.mu burundi amategeko harabo adakorako.nkubu iryo n,ikosa rikomeye uyo mu polisi yakoze.nuko nyene atagateka kazina muntu kaharangwa.imbonerakure abapolisi bagira ivyo bashaka mu burundi umenga nta butegetsi bubaho!irigihugu gifise inzego nkivyo ntivyobaho naho yoba arinde yofatwa agahanwa.mugabo ntakundi imana gusa niyo izokiza ico gihugu.
Ngobakeneye ingenzi
Yashaka 😂😂 ibiturire bamenyereye bamwe banyuruza bakabasanga mumigazo Kuruzeeege 😏
🎉
Ingorane ziracahari
😢😢
None ikibi yakoze nigiki mbe iciza yaratuzaniye nigiki ivyobiseke nabisubize iwabo
Aba police nibo bonona igihugu cacu jewe ndibaza barabigisha neza vyukuri igituma twebwe tutoronka ingenzi inzigo e mama ngo ngwagomba Akure abetegetsi ukwo kwama bikanga niyompamvu tutazoter imbere kubera irwanko duterw nabaturingoye ikumirana ntubona ingene bmukumiriye ngo ntiyidengemye barimramaje abo ba police
Uyo ibihugu vyose yafashe neza cne gusa iburundi nuko raba abadutwara uko bameze nuko nivyo babigisha niyo formation babaha nivyo babigisha
Wewe nuce amahera gusa ivyawe birajwi
Tubwire ivyawe bitazwi.Amakosa yose akorwa n'abo mushigikira, ingaruka mbi zigaruka kuri wewe indirectement, Muga birumvika A bategetsi b'abarundi nta diplomate bafita,barangwa no kuvuga nabi,gufata nabi umuntu wese atari umu DD
Daniel i love y
Me too
Yahotuwe?????
Yahohotewe.
Irinde amakosa mu jambo ry umutwe ( titre)
Ntaco kuvuga mukama 🤔
None y'amahera y'agaciro bashaka azova hehe mugihe n'uwuyazanye bamuhohotera !! Ubu rapport niyasohoka ko igihugu c'uburundi gihohotera agateka ka zina muntu bazotangura guharira!! CNDD FDD n'iya Shatani twayironseko akaziri
Nawe ntagihugu cawe ukunda burya ww urakoriryokinga nawe ugende iyava ugire nkivyo yagize abazungu nimbwa barakamenek nkek nawe utize histoire ivyobirofa vyishe rwagasore
Uyo muzungu ntubona ko yari kuri mission
erega niyo woba uri umu touriste ntupfa ifoto ufashe .Mbe iyo tourisme abazungu bakora
bariko badutoteza baza kwabura,non umuzungu n'umuzungu nta bugenzi bwabo
Iciyumviro giciriritse nkiki😂
nihatali Daniel uyo umenga numwe yaheruka gucamugwandape
EGO
Ntacomvuze!
usabinzego gamugisha sibabandinyene hakilikwiyoleta ntanakimwe ntachizanakimwe kizopha kiboneste
Its very bad image title, a country may try to create friendly talk, any person or officers, to any vistor in the country, unless if he commits crime then you can start casing him. but riding around no problem. Polices they have to be trained & to be police service then they will know how to be crime watch.
Bro gsa sivyiza gufata Nabi ingenzi si bon. Ibindi ntabirebire muburundi bamubonyemwo ubukoroni niyampamvu
Nihatarii
Uyu Muzumgu nawe ntabwoba agira azi ngo ni Murwanda😂😂
Iyu muporisi yofatwa kk umunu ajejwe umutekano yari kumubaza yuko kafise ijagombwa gusa😄 nn kulufata nabi huko oya yagovye kumusaba ibihumbi bintanu5000 nivyo bakuze gusaba igitega nimuyiga cha abaporisi barayihaye 😅😅😂😮
Nibara twarambaye imbwa kubera abahezanguni pee
naw ngira yaciye aheba nobgutemberera uburundi.nta video yiw mperutse kubona
Irahari mugenzi uyumusi nayibonye kur chaîne yiwe kino yves yari gitega
On est à Pyongyang 😂
Yaciye iwacu sha asiga umunyonzi abonye permis de conduire
Jewe urya musi mbona irya vidéo y'urya mu polisi naciye nikorera amaboko ndababara mbura uko nifata. Uburundi bumenye ko birya bintu uyomu polisi yakoze ubu isi yose iriko irabona ko igihugu kiri muntambara. Ubu nuwoja gusaba ubuhungiro avuga ko ariko atotezwa n'igipilisi c'uburundi ubwonyene boca bamuha ubuhungiro bavuga ko avuze ukuri. Mumajambo make igipolisi c'uburundi cose agisize ivyondo aragicafuje. Ahubwo nimumufate mumufunge uyomu polisi. Ejo canke ejo bundi amakungu abone ko yaronse igihano uyomu polisi atagira indero. Sha aratwambuye agahuzu
Le abapolisi n'imbwa bamenyereye kumwe bakankamira abashoferi bagaca babafumbatisha bagira ngo bagira bacoreshe Ama dollard
nawe fokof niryambere ivyo ubibona police afise uruhusha go kukubaza kandi si burundi honnyene nahandi mubindi bihugu nka za Dubaï sihose ufata foto