KUMENYANA NA YESU NTIBUZA KO UGERAGEZWA // NO HANYUMA YA ZERO IRAKORA//YAZUYE LAZARO NYUMA YIMISI 4

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
  • Pasteur Laurent ati kumenyana nayesu canke gukizwa ntibibuza ko umuntu ageragezwa ico bikoze nuko murayo mageragezwa ducamwo yesu ariwe adutabara aturwanirirra.ntihagire uwocika ivutu
    igihe yatwigisha narafashijwe caane .mbifurije kugira yesu nkumutabazi AMEN
    Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
    Fyonda hano / @umucoweratv2021
    Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
    Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
    #Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

ความคิดเห็น • 15