Imana uhezagire uyu mu Mama...reka du partagea ba sisters bumve natwe turabe ko tworongora. Rega Evangelist, uragendana n'umwigeme indwi imwe ukibaza iyo yakuriye ko Ari mwishamba ir somewhere else worse! Nibaza ko abawe bagize amahirwe gusa aba mamans benshi I bujumbura ntibaronkera umwanya abakobwa babo, abandi ntibafise ivyo bababwira. Hama muraza muracishamwo ko n'abatagize ubukwe nka Paulo ataba ari ibivume...na mwarirya ata équilibre numérale entre les genres, Madame !
Nasikia raha sana dada nakupenda nikiwa Australia unijenga sana kabisa ubarikiwe nayesu dada mimi ni mucongo na ishi uku katika ichi ya Australia mubariwe sana na munguwetu.
Mugabo nawe WA mudamu urabeshe. None ntabagore bubatse batagira akazi washaka numugabo atako afise urugo rugakonera. Nimbawewe warakuze IMANA yukwiga ugaheka ugacuronka akazi,tout le monde n'a pas la meme chose.
Ukeneye kuyaga canke hari ikibazo ufise wobaza Ev. Alice MANISHA whatsapp number ni: +257 68 940 852
Courage madame!je vais suivre cette histoire de repentance!je suis heureux de découvrir cette chaîne.l'm so glad!very wonderfully.
Mmàml
Ok
Yes
Merci bcp maman turi mu Rwanda uradufashije Yesu aguhezagire❤
❤️❤️❤️❤️❤️
Wa muvyeyi we!! Urakoze caaaaane
Harahiriwe abakurikiranye iyo nyigisho!
Abo hambere barahabonye ishano kuko bivanye naho baba canke amadini ntibaronse insiguro z’inkoramutima nk’izo baranahushagijwe ngo rero utarongowe kare bazogutan’ikara ugasanga benshi baguye mu mitego y’abaranzi kandi abavyeyi benshi s’uko nabibonye
Rero novuga nti amashimwe abe y’’Imana yo yagutoye ngo ubere urumuri abandi nawe kandi uhezagirwe cane
Imana idufashe
Hashimwe umuremyi waremye uyumubyeyi ikamuduhitiramo mugihe nkiki ngo adufashe muburyo bwo kwisobanukirwa,tumenyeneza agaciro karimuritwe twaremanywe ndetse na,Batware yaduhaye icyobasiguye kuritwe tuzamuye amashimwe ningingo zose zitugize zihimbaze lmana umuremyi wacu uko bikwiye,tumenyeneza uburyohe bwo kumenyimana na gaciro yaduhaye ljuru nabaryo turabanezerewe,lmana umuremyi wisi nijuru akomeze kuguha amavuta mubyeyi akwiye kugirango natwe dukomeze gusigwa ibikunyujijeho ndetse mwijina rya yesu watwitangiye none nibihe bidashira Amena🎉
Ameeeeennnn
Amen amen . Urakoze cyane . Imana ikwongerere imbaraga n’ubuzima zo gukomeza gutanga amasomo nk’aya , uzafashz benshi ku isi .
Amen amen
Oooh! MANA YANJYE! ndafashijwe cyane. Ndize neza pe! Urakoze cyane kw'ubwijambo RY'IMANA. Ndishimye cyane
caneee
Thank you Mma ndumuhamya abskobwa mubanze mushake akazi mbere yibindibyose mureke kwihuta
🙏🙏🙏🙏👍👍👍👍
Amen YEsu ni mwiza kandi arankunda.ndafashijwe
amen
Izo nyigisho abadamu benshi twategerezwa kuzikurikiza Alice manisha vous êtes une femme exemplaire
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@@burundigospeltv2661 izinyigisho zirubak Imana igukomez ndashimiy Imana kubwaw no kubwuwo mwana Sandrine arikwaravurwa
Amen amen
Amen
Amen
Ndanezerewe nabonye ijambo ryawe ku munsi w'Abagore mu Rwanda sinarinzi ko uri n'umukozi w'Imana trés intelligente vraiment,sois beni
Amen amen 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nanjye ndi umuvugabutumwa mu Rwanda ndimo kureba inyigisho zawe,uranejeje cyane.Imana ikomeze kukwishimira
Amen amen
Imana uhezagire uyu mu Mama...reka du partagea ba sisters bumve natwe turabe ko tworongora. Rega Evangelist, uragendana n'umwigeme indwi imwe ukibaza iyo yakuriye ko Ari mwishamba ir somewhere else worse! Nibaza ko abawe bagize amahirwe gusa aba mamans benshi I bujumbura ntibaronkera umwanya abakobwa babo, abandi ntibafise ivyo bababwira.
Hama muraza muracishamwo ko n'abatagize ubukwe nka Paulo ataba ari ibivume...na mwarirya ata équilibre numérale entre les genres, Madame !
Amen
Maz imins Nunviriz Amajambo Yaw Ic Novug Imana Iguh Umugishaa
Ur Umugore W Umu Nyabwengee
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndafashijwe cane komeza inyigisho zizodufasha vyishi
Ameeeeennnn
j aime bcp cette mama.Elle a bcp de sagesse.Soyez richement benies a toute belle-dames
Amen
Maman hezagigwa kubutumwa bwiza imana ikurinde gutera intunga gukebura ingo zabubatse uwunva niyunve
😍😍😍😍❤️❤️❤️
Ndabashimiye cane madame Izi nyigisho ningirakamaro Kuri zina mukenyezi wese.warahezagiwe.
murakoze
Waaaouh eeegoo nukri mukozi w’Imana urakoze caaaneee izi nyigisho n’inkingi mu rugo
Amen
Je suis musilmane mais j apprecie bcp cette dame🥰
wouuuuuu
♥️
Amen amen uranyubaka muvyeyi warahezagiwe ndagukunda♥️
Amen amen
IMANA ishishikare ibongera amavuta amen 🙏
amen
Amen mukozi wimana aranezereye
amen
❤❤Neza cane😊
🥰🥰🥰🥰❤️❤️❤️
Merci bien vrt.dukeney aba mamans nkawe
yessss
Maman lmana iguhumugisha uranduhuye narindushe
tkx
Gracias mamá por le consejo!
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
IMANA ishimwe kubutumwa bwayo bwiza 🙏🙏🙏
amen
Urakoze muvyeyi muhezagirwe
Ameeeeennnn
Amen murakoze cane
Ameeeeennnn
Abantubahishurigicapu ca kristo nishengero , nabantubakijijwenezankukwijamborivuga , arikwijambogukizwa , abantuturitahuranabi , nakarorero :umuntakizwiki ? , umuntuweseyihinyishu yivyoyakijijwe , kukonabigishabenshi , barakizwa arigugasanga ntibashikakukumenyivyukuri , YESU naweyavuzeko kumenyivyukuri kwarivyobidushikanamumwidegemvyo kandi yavuzekwimpumyirongoyizinzi kozosezihereramumanga . Yesaya 55:8
😍😍😍😍😍😍
Amen Amen muhezagigwe caanee
AMEN
Amen amen dada ubarikiwe sana
amen
Amasomo meza cyane
yesss
Inyigisho nziza cane .ziradufashije tugiye guhinduka twame ivyamwa vyiza
👍👍👍👍
👍👍👍👍
Amen dada yesu niwe mugabo adahemuka🙏🙏🙏
amen
lmana iguhe umugisha kumenya agaciro ikomeze igusige ikurwani rire igukorere icyo umutima wawe wifuza
Murakoze caneee mubandanye muhezagirwa
Nasikia raha sana dada nakupenda nikiwa Australia unijenga sana kabisa ubarikiwe nayesu dada mimi ni mucongo na ishi uku katika ichi ya Australia mubariwe sana na munguwetu.
asante sanaaa
Madame Alice, ni ubwa mbere nkumvirije ariko numva ata kindi nokora atari ukugusengera ngo Imana ikongere amavuta no gushira amazinda muri yo.
Ndafashijwe cane.
Uragahezagirwa warahezagiwe.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndafashijwe cane nizo nyigisho za Évangéliste Manisha
Imana ikomeze kukwagura
Amen
Imana iguhe iguhezagire wamu mama we!!!
Ukuri kuraryana Ariko kurakiza…
💥💥💥💥
Waouh!!!!! Thank you mama
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Hareruya Hareruya Hareruya Hareruya Hareruya Hareruya Hareruya Hareruya Hareruya Hareruya Hareruya Hareruya Hareruya
Amen
Urakoze mama
amen
Ndagukunze pe izi nyigisho ndazi daonoloding nzazereke umugore
asante
Imana iduhe umugisha
Amen
Amen ukwonukuri kweri 🙏
Amen
Komera maman urugo gwawe rubemwo amahoro nkuko uyasabiye izindi ngo uhezagigwe
tkx
AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN
Amen
God bless you Mad Alice
amen
Mwubahwe nukuri.kubivuga bisumba uko ndavyiyumvira .ariko uraduha ikiganiro c'ingene umugabo wawe adashaka ko ukora wovyifatamwo gute?kuko ngaha iwacu barahari benshi cane,ahubwo bashaka ko kuguma uraraba canke baba bafise ikindi igituma.Yesu agume nkugirira neza
amen
Niba agushimira warahiriwe. Ko hari uwuba agomba ko uheruka uyahembwe ntusubire kuyakubita rurabwe. Waraba nabi ugakubitwa cg n,agahuzu nturonke
ok
Mubwire shaaa Bose sibamwe
Nkukurikirana kenshi Madame Satan will never see you in Jesus name. Nkwigiraho vyinshi imana ikuzigame🙏🙏🙏
😍😍😍😍😍
Wubahwe maman ! Inyigisho nziza cane
🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana iguhezagire Kandi younger aho ukuye
Amen amen
Inyigisho zawe zirubaka pe.
amen
Amen Amen Amen ukwonukuri
Amen amen
Amen Amen Amen Amen haleluya
Amen
Uhezagigwe🥰🥰🥰
😍😍😍😍
Maman urumuntu wumugorempise 'ndagukunda
Amen amen
Ndakunda inyigisho zawe nukuntu utera intege abigeme batararongorwa gushaka ubuzima imbere yokurongorwa .nidukore turonderer kazoza abana tuzovyara
Yessssssss
Love you when I come to Burundi I Will visit you.
Welcome to Burundi
Uyumuvyeyi kontamuherutse yagiyehe?
Ari i Bujumbura
Amen
Amen
Wigisha ga umengo urashavuye mugabo
hhhh
Nukuri turafashijwe izo nyigisho zirakomey caaane abadame n'abakobwa Bose twari dukwiy kuzumviriza nezaaaa
🙏🙏🙏🙏
Inyigisho zawe Alice ziranyubatse nukuri Yezu akongerr inkomezi nubwenge
Mugabo nawe WA mudamu urabeshe. None ntabagore bubatse batagira akazi washaka numugabo atako afise urugo rugakonera. Nimbawewe warakuze IMANA yukwiga ugaheka ugacuronka akazi,tout le monde n'a pas la meme chose.
Birakunda ko wubaka neza umviriza inyigisho zose yacishuye ico kibazo hari n'uwakibajije mubibazo nawe uamwishuye
uvuze neza cane sibose baguribakwe ryukuronka abazi keza.
Amen
Nustement.zi imiryango yose yubatse yarize,ariko ubayeho neza. SI amashure AGUMA Ingo zubakwa zikaguma. Hari benshi bize ariko Ingo zimara kabiri ZIMANA zirasambutse.
Ok
AMEN 🙏🏿
Amen
Nous avons besoin de la Suite please
ok
God bless you
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💥💥💥
Murakoze caneee
Ameeen
Amen
Ndinitekaryokuramutsa ALICE , hamwenabakurikira inyigishomwese , ndifujekugira commentaire , bibiriya iyivuga umugabonumugore , ivuga igicapu cishengero na kristo , abahishuricogicapunabo nibande nabubatsebose ? , oyaaaya , kukwicambere nukinyene , tugitahuyenabi tuzocatugikemuranabi , ingozamaningorane kandabagangabazobahari , arikwikibazo arukonabobavurivyobatazi , jewicombona nukotwokwiganeza imvugoy 'IMANA , tukamenya uwumugaboyavugwaninde ?
Uwumugoreyavugwa ninde ? ababagabotwebwetuvuga basinziririzwahehe ngobakurwemwabagore ?
Umugoretuvugatwebwe abayavuyemurubavurwumugabowiwe ? , muzetwigekurivyobintu , kuko izingotuvuga zishingwabapasiteribahari abadayimonibakabirukana ngontibazebabatandukanye , none babatandukanyagute ?
IMANA ivugako icifatanije ntawushobora , nindomempakanyi , bisigurako - icabantubafatanya , abadayimoni baragitandukanya , murabeneza ntintugumedufatanyibintu bidafatana tugacatubigereranyanivy ' IMANA yavuze , tumenye ivyotuvuga kwatarivyo IMANA ivuga . n de tel 61996052 .
Murakoze cane
Uyo mugore elle exagere mugushira hejuru umugabo ngo numwami ngo nukumwoza ibirenge araziko abagabo ivyo bavyita ko arukwipendekeza kuribo. Ne pas exager nabagore bajwiye kwubahwa kandi bavugako umugore ari Imana yakabiri bakora vyinshi. Kwubaha umuntu burakwiye utarinze kumwoza ibirenge nokumupfukamira nokumufata nkumwami. Umugabo ego numutwe ariko ne pas exagérer kuvyo mubakorera. Umugabo akeneye gusa kwubahwa kandi mukumwubaha ntakeneye gupfukamirwa canke mukumwoza ibirenge.
RABA NUMERO YIWE MUVUGANE ARAGUFASHA AGUSIGURIRE ICO YASHATSE KUVUGA
Nivyo kabisa arashiramwo kurenza
Amen 🙏
🙏🙏🙏🙏🔥🔥
Amen Amen
Amen
Uko nukuri
Yessss
Jewe naraye nabapfasoni benshi abagabo babo badashaka ko bakora harimwo nabo bakuje mubuzi kandi baraburonse.motif :ngo umugabo aronka amahera menshi none narere abana ntaco azomuburana.
Hari nababa batinya ko umugore yohava abarusha ama projets,umugabo agahitamwo kumu neutralize ngo azomutunga.
Mwico gihe abo bapfasoni bovyifatamwo gute?mwotanga impanuro iyihe kuko hari nabapfasoni bahitamwo kwubaha agahitamwo numugabo batiyumviriye ingaruka?
Intererano yanje abarundikazi nibakore cane kandi ntakazi nakamwe batoshobora kko dufise ingabirano nyishi ziratandukanye harimwo nubuzi twita ubwagabo.Muhezagirwe cane ikiganiro ciza.
Mwandikire kuri numero twa pininze
mwoyaga kuri whatsap numero twayitanze
Madame uvuga ukuri wuzuye mpwemu yera pe!
amen
Nivyizacane,arikonbinikibazo.nonizonyigishonizabizegusa?cankenizabose?komukoreshacanururimigwigifaransa?
🥰🥰🥰🙄🙄🙄
Hello,uwo mu Mama umuntu yoronka numero yiwe gt?Be blessed Maman
twandikire kuri whatsap numero iri muri description turazironsa
Alice Aho urabeshe kweri.none ko jewe ntarinzi kumuhiga,nkaba ndamukunda gushika. Nivyo NIWE shurwe ryanje
Imana ni nziza niyo gushimirwa
Je voudrais décourage monsieur Claver nduwimana!saches que des cas particulier existent.
Warahezagiwe urakiza umutima yabeshi
Amen
Izi nyigisho zirubaka nukuri Imana ibandanye ihezagira abavyeyi nkaba
🙏🙏🙏🙏
Abagabo sha ntabuzi ,niwivugire ntako ntagize ngo ndamugurire impuzu ariko wewe nta numushwaro ampa .
Twandikire tuguhuze nawe mubashe kuyaga agufashe mu mpanuro
Abagore nabugutinya,mama wanje. Nukuri umugani wa Macomber ngo igikoko hifise amakari kwisi ngo nikihe? Baradondagura bararuha barabura ico kuvuga.
hhhh
Komeza. Uhanure abagore bubu baragorana caaaane
😀😀😀😀😀
Hezagigwa
Ameeeeennnn
Bandana utwigishe nukuri izonyigisho ziranyuze
🙏🙏🙏🙏🙏
Ivyuvuze sivyo. Ngo abakora ntibagwara diabete na hypertension?? Nukuri aho urabeshe.
Umviriza inyigisho zose uratahura ico washatse kwigisha ntufate akajambo kamwe gusa😭😭😭
Je vous remercie maman Evangeliste que le Tout Puissant vous donne encore si c'est possible je veux avoir votre numero de telefone.
amen gloire à Dieu
Courrage Alice kunda ishaka ryawe, uri umu mama wintwari
amen
Alice murakoze
ok
Amen amen🇷🇼
amen
UWITEKA aguhezagire
AMEN
uwumumama ndamukunda saaana
😍😍😍😍😍😍😍
Bambwirire abobakobwa bagenda banitse amenyo
😀😀😀😀😀😀
Hhh urumugore wubwenge batubwirire mubyeyi
🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Wawooo I love you more more am from Rwanda
Amen amen
Je ndabizi
Ok
Ok
Nihatari
😍😍😍😍
None yesu numugabo wabagore bangahe ? Mbe Yesu yoba yapfiriye canke yaje kubwabagore gusa ntabagabo ? Carikibazo ingishu . ndazi numuhungu araba Yesu
Worondera umupasitori akagufasha ici kibazo gusa jewe nokubaza warakiriye Yesu nk'umwami n'umukiza mubuzima bwawe? Utaramwakira igihe Niki kdi bikore Yesu n'umugabo wabapfàkazi ni se w'imfuvyi
Amén amén
Amen amen
Mastrubation kubahungu ni stage yimyaka agezeko. nugusngs ntihazogire uwafata kunguvu
Masturbation ni icaha si stage ni ubusambanyi kdi si vyiza kubera bigira ingaruka mbi kubikora
Maman hezagigwa kubutumwa bwiza imana ikurinde gutera intunga gukebura ingo zabubatse uwunva niyunve
amen