Intahe ikomeye ya Dudu T🥹/kumenya umugore wanje vyarangoye/bwarigeze kunyankira gose/

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 44

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  ปีที่แล้ว +5

    Mwiriwe ku bakunzi b’ikiganiro my Journey
    Uyu musi muze twumvirize intahe ya Dudu wanyu🥹❤️
    Ni vyinshi muza kuyigirako 😊

  • @DorothyNyakato-l5c
    @DorothyNyakato-l5c ปีที่แล้ว +1

    Dudu you're a blessing to many. Indirimbo zawe ziromora, zirakmeza imitima. Uwiteka akomeze akongere amavuta, agukoreshe ibikomeye. Be richly blessed

  • @alphonsineBigirimana
    @alphonsineBigirimana ปีที่แล้ว +2

    Hosy, ubikora neza. Merci. Mugabo umutumire uze urareka kmuciramwo kandi umuhe umwanya.

  • @berniseumunyana8241
    @berniseumunyana8241 ปีที่แล้ว +2

    Sinjya ntera comment pe Ako iyo mbonye ahantu hose dudu Ari kwifata biranka I love this man of God so much niwe muhanzi man numva indirimbo ze at least imwe nshobora kuyumva nkinshuro icumi Ewana sinzi musabire umugisha kenshi🙏🙏🙏

  • @FaustinMulla
    @FaustinMulla ปีที่แล้ว +8

    Ma favorite singer💯💯

  • @lionelgahungu3442
    @lionelgahungu3442 ปีที่แล้ว +1

    Ara nyubakaa canee Dudu 🙌🏿 Imana ikomeze kumu gira igikoresho cayo muku duhezagira, biciye mumpano yamu hae 🙌🏿

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 ปีที่แล้ว +3

    Nukur ukuntu Dudu yishurana ubwenge bwa hatar eeeeh Nukuvuga vrm arazi umurimo akora kuko nivy umaze kumva kurenze muri Gospel bica bipfa ikind Dudu aririmba indirimbo zitwegereeeza cane Yesu.Ikindi Avuze kirenze nuko Azi kwatar umu Star nkaband baririmba indirimbo z'isi kuk arazi umu Star akorera kwariw mu Star asumba bose🙏🙏🙏❤️❤️❤️

  • @mi.vaninakatihabwa1373
    @mi.vaninakatihabwa1373 ปีที่แล้ว +2

    Hosy icambere urabereweeeeeeh peeeeeeh!!!!
    Icakabiri hariho na émission ubonye n'umu invité uca umenya ko bigira bigende neza.
    Rero merci cane☺️

  • @benithaitangiteka2106
    @benithaitangiteka2106 ปีที่แล้ว +4

    My favorite sing dudu💫💫

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 9 หลายเดือนก่อน

    Warakoze Hosy kutuzanira uwo Mutama kwel Dudu ndamukunda nindirimbo ziwe ziranduhura Ahubwo Ndiho ashishikare kuduga cane muyandi Mavuta so Nawe Hosy ndagukunda akazi ugakora neza cane utuzanira abantu dukeneye

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 ปีที่แล้ว

    Rosy ntu sese amavuya ya Mtumishi Dudu 💫 wubahwe ❤❤❤

  • @nshimirimanadennis6075
    @nshimirimanadennis6075 ปีที่แล้ว +2

    Hosy n'ukwiga kureka umutumira agaheza kuvuga iyo ashatse kuvuga uko yumva ibintu I mean ama principes yiwe. Ikibazo uca umuciramwo ataraheza knd benshi ntibaba bakibivuze. Merci

  • @GeorgetteNIYONZIMA-gx5qb
    @GeorgetteNIYONZIMA-gx5qb ปีที่แล้ว

    😃Théo riravyibushe vraiment.dudu rirakwiye

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 ปีที่แล้ว +4

    Hosy ndemera nukuri mbaye ubwambere ku kiraba

  • @alinekwizera9819
    @alinekwizera9819 ปีที่แล้ว +3

    Dudu wacu sha wubahwe vrt❤

  • @JojoreineNahayo-pw5rl
    @JojoreineNahayo-pw5rl ปีที่แล้ว +1

    Courage Dudu twihere bishasha twigumir mu buntu bwa Ndiho

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 ปีที่แล้ว +1

    Dudu sha ukomeze kutwegereza cane Imana...uhezagirwe bkp bkp😊😊😊😊😊

  • @alinekwizera9819
    @alinekwizera9819 ปีที่แล้ว +3

    Yooooo Mpole mpole sha Dudu,kubwu mwana Wawe, birababaj vrt, mpole mpole

  • @thierryiradukunda6474
    @thierryiradukunda6474 ปีที่แล้ว +2

    Ndagihejj vremt dudu💖

  • @yellamuvunyi1032
    @yellamuvunyi1032 ปีที่แล้ว +2

    Bonjour, primaire et humanité général muburundi ni éducation de base en général bidufasha kwi adapta muma domaine menshi

  • @Kikinit01-kc
    @Kikinit01-kc ปีที่แล้ว

    Uri umugisha kuri benshi kuko wemeye kuba igikoresho ca Ndiho

  • @anneinamuco9112
    @anneinamuco9112 ปีที่แล้ว

    cane turamukunda,Imana ibandanye kumukoresha

  • @alinekwizera9819
    @alinekwizera9819 ปีที่แล้ว +1

    Duduuuu urabesheee,turagukundaaaaaa

  • @ngdarlene3106
    @ngdarlene3106 ปีที่แล้ว

    Hosi umuntu atanguye kuvuga ntukamicir nwijambo tegereza asoz kuvug ubon kumwishura apan k’umuntu aj kuvuga ukamuvugiramo ntibir professional .

  • @NDUWUMUKAMAPrudent
    @NDUWUMUKAMAPrudent ปีที่แล้ว

    Umwana wanje wanyuma wa 2 ans kugira asinzire abanza kunviriza ayaaaaayaaa.uyimuvugirije agatiro gaca kamutwara.uyumugabo arampezagira

  • @NduwayezuJimmy
    @NduwayezuJimmy ปีที่แล้ว

    Ndakunda uburyo utahura ubu star bwawe.

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cf ปีที่แล้ว

    Ndagukunda sana. Hozy

  • @martinekwizera5104
    @martinekwizera5104 ปีที่แล้ว

    Hosy ba ureka umutumire avuge niwe tuba dushaka kwumviriza!! Baza ibibazo ariko inyishu numutumire azitanga svp!! Merci de la compréhension !

  • @passynz295
    @passynz295 ปีที่แล้ว

    Shaa Dudu n'umukozi w'Imana!

  • @SakubuChantal-jr2vs
    @SakubuChantal-jr2vs ปีที่แล้ว

    ❤❤ my favorite ❤

  • @pamelakamuneza4223
    @pamelakamuneza4223 ปีที่แล้ว +2

    Ikiganiro kiryoshe cane. Mais ico nogusaba,umutumire uzohore umureka yishure ikibazo aheze ntukamucire mwijambo. Si non ikiganiro nisawa. Bne chance mubikorwa vyanyu vyose

  • @ShimirimanaRusie
    @ShimirimanaRusie ปีที่แล้ว

    Hosy turamukunda

  • @philoscoco
    @philoscoco ปีที่แล้ว +2

    ukuntu atuje kbsa wooww

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 ปีที่แล้ว +2

    K kuri 48 sec haaa❤❤❤❤

  • @IrakozeOlivier-tt2tq
    @IrakozeOlivier-tt2tq ปีที่แล้ว

    Aka emission karyoshe cane Dudu un hoe de Dieu

  • @AnnickKaneza-jo6mx
    @AnnickKaneza-jo6mx ปีที่แล้ว

    Rosy mrci bku kutuzanira Dudu

  • @ManirakizaEric-d8o
    @ManirakizaEric-d8o ปีที่แล้ว

    Mwiriwe neza murakomeye nanje ndaryohegwa nibiganiro vyanyu sinzi nanje komwompa akanya tukaganira

  • @EricHicuburundi
    @EricHicuburundi ปีที่แล้ว +1

    Bite??Dudu nukur urampimbara cane gusa nashak kukubaza kuki waririmvye ati harivyizigiro??? mbega woba waribwaterimbere cnk ntiwabona nakimw mubuzima

  • @irakoze3762
    @irakoze3762 ปีที่แล้ว +2

    Ndum islam arik iyondirimb ya Dudu ndayikund kubi

  • @cocomumpe7688
    @cocomumpe7688 ปีที่แล้ว

    😍🧡💚💙🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @edithkatihabwa2600
    @edithkatihabwa2600 ปีที่แล้ว

    Indirimno zaw zirampezagira cane

  • @alinekwizera9819
    @alinekwizera9819 ปีที่แล้ว +2

    Dudu wacu sha wubahwe vrt❤