Ntaco uzoba ukivuna//Chorale Terama//Église Pentecôte de Bugenyuzi/Karusi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu

ความคิดเห็น • 36

  • @ConcilieIGIRANEZA
    @ConcilieIGIRANEZA 24 วันที่ผ่านมา +2

    Amen IMANA ibahezagir can bavyeyi bacu muranezera gose ingen muririmbaneza cane gose muhezagirwe

  • @Storya513
    @Storya513 4 หลายเดือนก่อน +1

    Karuuuuuuuusiiiiiiii Haleluyaaaaaaaa murabambere kabisa ndabibuka mwaje mukagari sitwe twabona murahagurutse courageeeeeeee murabambere Yesu abahezagira gusa akokantu gatangura numva Daniel gusa

  • @user-ed2qh3wn2p
    @user-ed2qh3wn2p 7 หลายเดือนก่อน +2

    Areruyaaaaaaa imana ibahezagire can natw turabakurikiran kuk

  • @GeorgeJabukiro-pk9cg
    @GeorgeJabukiro-pk9cg 10 หลายเดือนก่อน +1

    abanyakarusi YESU abahezagire indirimbo ziradufasha mumitima yecu

  • @enockirankunda6504
    @enockirankunda6504 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amen banyakarusi bacu muhezagiw muraririmbane

  • @ndayishimiyeKevin-uq9ki
    @ndayishimiyeKevin-uq9ki 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amena karusi iman iban nabo

  • @Isaacniyontwari
    @Isaacniyontwari 13 วันที่ผ่านมา +1

    Uhoraho azoduhane iherezo ryiza choral urwaruka Pentecôte gakashi mukoni

  • @user-cp3ze8cg1u
    @user-cp3ze8cg1u ปีที่แล้ว +1

    Amen mwarahezagiwe cane

  • @user-ed2qh3wn2p
    @user-ed2qh3wn2p 7 หลายเดือนก่อน +1

    Irambire karusi bugenyuzi turashoboye❤😅

  • @niyokwizerameryvelle9394
    @niyokwizerameryvelle9394 ปีที่แล้ว +1

    Imana idutadare

  • @alfredndihokubwayo3583
    @alfredndihokubwayo3583 ปีที่แล้ว +1

    Terimbere bavyeyi turanezerewep kubwo. Kubona indirimbo zanyu

  • @izibikwiyehumura.1314
    @izibikwiyehumura.1314 หลายเดือนก่อน

    Yooooooo Mana uramfasha uzumpiherezo ryiza

  • @jimmyjambo2416
    @jimmyjambo2416 ปีที่แล้ว +1

    Bugenyuzi sindagirirwa amahirwe yo kuhashika ariko muzokomeze kuririmbira mubushobozi bwa mpwemu yera nukuri muranezera

  • @Keyboy257
    @Keyboy257 ปีที่แล้ว

    Ndishimye cane Kwongera kumva ijwi ryanyu
    Yesu Abakomeze

  • @user-gg7uz3oj3b
    @user-gg7uz3oj3b 9 หลายเดือนก่อน +1

    Yesu abandanye kubagirira neza bano baririmvyi kubuhanuzi batanze kuko burakomeye !!!!!!!

  • @divinedinenishimwe5158
    @divinedinenishimwe5158 ปีที่แล้ว

    Imana idutabare cane

  • @joachimnsengiyumva2040
    @joachimnsengiyumva2040 ปีที่แล้ว +1

    Muhezagirwe cane.mubikunze mwoshira ilbuga kuburyo umuntu akeneya kuzitunga azi télécharger

  • @johnbaptistbigis4502
    @johnbaptistbigis4502 ปีที่แล้ว +1

    Murampezagira trop

  • @yanickuttar8123
    @yanickuttar8123 ปีที่แล้ว +1

    Much love terama choir,my home church Pentecôte ndabakunda cane.Mwatureze neza Imana ibahezagire

  • @bizabigombaemmanuel
    @bizabigombaemmanuel ปีที่แล้ว +1

    Amen Yesu adufashe tumenye kugendereza ibihe

    • @jeannkeshimana7312
      @jeannkeshimana7312 ปีที่แล้ว

      IMANA idufashe inaduhe iherezo ryiza kuko ivy'isi biraryoshe kandi biranarusha.

  • @J.claudeNIZERIMANA-nx9xj
    @J.claudeNIZERIMANA-nx9xj ปีที่แล้ว +1

    Imana ibakomez mukomer mugutang ubuhanuzi mundirimbo

  • @francoishabonimana446
    @francoishabonimana446 ปีที่แล้ว

    Muhezagirwe Uhoraho Abazigame 🙏🙏🙏Amen

  • @nkezimanathadee7433
    @nkezimanathadee7433 ปีที่แล้ว

    Igihe co kwitegura n'iki pe❤

  • @johnbaptistbigis4502
    @johnbaptistbigis4502 ปีที่แล้ว +1

    Fin de fin mpaka ndahashitse ikaruzi

  • @beatricenkurunziza3136
    @beatricenkurunziza3136 ปีที่แล้ว +1

    Amen

  • @user-rw2oj4gp6l
    @user-rw2oj4gp6l 5 หลายเดือนก่อน +1

    0:46

  • @chimwemweclaud2757
    @chimwemweclaud2757 ปีที่แล้ว

    Yemwe yemwe bantu bimana murampezagira cane hubwo imana nibafashe muzisohoze ama odio namavideo nabadafita yutibe bazironke

  • @divinedinenishimwe5158
    @divinedinenishimwe5158 ปีที่แล้ว

    Ko inkumbu zinsaabije none !?

  • @pacifiquemanirambona6195
    @pacifiquemanirambona6195 ปีที่แล้ว +2

    Turasavye muzokore vidéo yizo ndirimbo kk ndazikunda cane cnk muzoje muri studio baduhe izikoze audio tubaye turashima kk izi ndirimbo ntizisanzwe

    • @neemagospeltv
      @neemagospeltv  ปีที่แล้ว

      Urakoze cane!
      Bamwe mubagize iyo chorale barakurikirana ibikorwa vya Neema Gospel tv,ubwo butumwa bwanyu barabushikanira abarongozi ba chorale

    • @SamsonTuyisabe-hy1js
      @SamsonTuyisabe-hy1js ปีที่แล้ว

      Egoo caane ndagushigikiyeee

    • @vyukusengemechack1703
      @vyukusengemechack1703 ปีที่แล้ว

      nukuri Ubu butumwa bushike kure 😭😭😭😭

  • @GeorgeJabukiro-pk9cg
    @GeorgeJabukiro-pk9cg 10 หลายเดือนก่อน +1

    abanyakarusi YESU abahezagire indirimbo ziradufasha mumitima yecu

  • @GeorgeJabukiro-pk9cg
    @GeorgeJabukiro-pk9cg 10 หลายเดือนก่อน +1

    abanyakarusi YESU abahezagire indirimbo ziradufasha mumitima yecu