CHORALE FANFARE||Groupe Biblique Pentecôtiste du Lycée de KIREMBA
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 19 ก.ย. 2024
- MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Amen
Amen 🙏💓
Imana ishishikare kubakoresha ivy'ubuhizi .
Amen🙏
God bless these valent younger, i can see an excellent and health disire in serving the God 🔥🙏🏻
Amen🙏😍
Good place no mask 😷
Jesus' blood is the perfect mask😍
Muhezagigw
Amen🙏💓
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen
Amen
Amen🙏💓
Amen
🙏💓