Umva uko bizomera ku musi w'imperuka - Igikorane c'abanyeshure/Ishengero rya Pentekote ry'i Gishiha

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 19 ก.ย. 2024
  • Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 46

  • @user-rc3fz7zz4f
    @user-rc3fz7zz4f ปีที่แล้ว +2

    Amen mana uzoduhe ijoro

  • @nkunzimanaemmanuel729
    @nkunzimanaemmanuel729 ปีที่แล้ว +2

    YESU abahezagire banyeshure es'icompa uko nyene mutwigishije namwe bize bibabereko murakozeee umwami YESU azaduhe kwumva amazina yacu meira tv turabakunda❤❤❤👏

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @gagagrace6789
    @gagagrace6789 ปีที่แล้ว +2

    Bizobabitay ubwoba nagahinda kubazosigar Mana urazomp iherez ryiz 🙏🙏😭😭😭😭😭

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @bizabigombaemmanuel
    @bizabigombaemmanuel ปีที่แล้ว +1

    Amen Yesu adufashe kwihana neza

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @user-pn3gy3zs3n
    @user-pn3gy3zs3n ปีที่แล้ว +2

    Asanteni kwa shauli zenu

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Mzidi kubarikiwa 🙏💖

  • @jacquesndikumana7755
    @jacquesndikumana7755 ปีที่แล้ว +2

    Amen🙏

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @honphilemonmuhizi4659
    @honphilemonmuhizi4659 ปีที่แล้ว +1

    Amen! Imana idufashe🙏

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @AdhieuJool
    @AdhieuJool 9 หลายเดือนก่อน +1

    Yesu kristo abakomez tuze tuhurire mwijuru tushima

    • @meirratv
      @meirratv  9 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @solangenizigama1799
    @solangenizigama1799 ปีที่แล้ว +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @TristanFresaline-dy9ns
    @TristanFresaline-dy9ns ปีที่แล้ว +2

    Imana idufashe caane izoduhe kwumva amazina yacu kuko ico gihe bizoba biteye ubwoba

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @mechacndikumwami7208
    @mechacndikumwami7208 ปีที่แล้ว +2

    Imana ibidushoboze tuz turangiz neza

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @ndihokubwayoaudace6352
    @ndihokubwayoaudace6352 ปีที่แล้ว +2

    IMANA idufashe cane bizoba bitey ubwoba kubatazoba bsndits mugitabu cubugingo

  • @gerarardndayisaba7256
    @gerarardndayisaba7256 ปีที่แล้ว +1

    Imana ninziza

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @gagagrace6789
    @gagagrace6789 ปีที่แล้ว +2

    Muhezagirwe👏👏👏👏👏👏caaaane

  • @TonnyNiyomuhoza-mf5de
    @TonnyNiyomuhoza-mf5de ปีที่แล้ว +2

    IMANA idutabare tuzoshikeyo

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @fleurynkezimana8670
    @fleurynkezimana8670 ปีที่แล้ว +1

    Imana izoturind Amarira izoduh iherezo ryiza

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @zamzamalhanayy5505
    @zamzamalhanayy5505 4 หลายเดือนก่อน +1

    Imana idufashe cane 😢😢😢

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @NiyongaboVenuste-gp5yp
    @NiyongaboVenuste-gp5yp ปีที่แล้ว +2

    EWE KRISTO UZODU

  • @OdiveNDAYISHIMIYE-rk9te
    @OdiveNDAYISHIMIYE-rk9te ปีที่แล้ว +1

    Murakoze

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @igiranezaflorent337
    @igiranezaflorent337 ปีที่แล้ว +3

    Ibikino nkibi ndabiheruka kera kweli

  • @privatniyokwizera4792
    @privatniyokwizera4792 ปีที่แล้ว +2

    Ye bagabo bizoba bikaze lmana idufashe

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Imana idufashe cane🙏💖

  • @Claudettendizeye-os1qb
    @Claudettendizeye-os1qb ปีที่แล้ว +1

    Dukore umwanya ukiriho,ivyo bimeze nkibikino muga niko bizoba,hoho bizoba birenze ivyo hazoba umubabaro mwinshi n’amaborogo menshi kubaribazi ko bariko bakorera lmana,bagasanga amazone yabo ntiyanditswe mugitabo c’ubugingo