Umukuru w'Igihugu Nyen. Varisito Ndayishimiye yaganiriye n'abacukura ubutare kuri site Murehe

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 14 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 78

  • @nyandwijeancloude4913
    @nyandwijeancloude4913 2 หลายเดือนก่อน

    Muranyemeje kbs votre engineer ni abahanga uyu musaza asobanurira perezida asobanuye neza ngize emotions kubera izi video za perezida wanyu, big up perezidant. Vive Rwanda, Vive Burundi.

  • @Nsengiyumvamartin-u3e
    @Nsengiyumvamartin-u3e 2 หลายเดือนก่อน +4

    Imana ihagurutse besaleli mwikigihe nukuri ntitwongere guhomba canke kwicuza abikore neza

  • @KongweChimwemwe
    @KongweChimwemwe 2 หลายเดือนก่อน

    Komezutujimbere,Imana igukomeze mpaka udushikanye kuri vision

  • @LadislasNiyongabo-t3d
    @LadislasNiyongabo-t3d 2 หลายเดือนก่อน

    Le Burundi 🇧🇮 pays riche ❤

  • @musabyimanaemmanuel9392
    @musabyimanaemmanuel9392 2 หลายเดือนก่อน +5

    Ndi umunyarwanda ukunda uburundi, n'abarundi.
    Turabashyigikiye cyane. Mukuzamura agaciro ku ubutare.
    Murwanda natwe twarabikoze twubatse uruganda rwongera agaciro kubutare.
    Kd byatanze umusaruro rwose

    • @jeanmariensengiyumva1383
      @jeanmariensengiyumva1383 2 หลายเดือนก่อน +1

      None murwanda murafise ubutare???

    • @KasendrLukadi-pj7xy
      @KasendrLukadi-pj7xy 2 หลายเดือนก่อน +1

      ​@@jeanmariensengiyumva1383muzee wanya rwanda walikuwa nawa cheka eti nyie muko na ndagala, na mikeke habajuwa kama burundi iko na minerais

    • @alexbandusha5314
      @alexbandusha5314 2 หลายเดือนก่อน

      😂😂​Dee à ezee😂?e😂ezzzeeeeeeee

    • @julesrwantabagu6312
      @julesrwantabagu6312 15 วันที่ผ่านมา

      Les Rwandais et les burundais doivent être soudé car on est les mêmes croire qu’on est des frères

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 2 หลายเดือนก่อน +3

    Imbere niheza.
    Turasavye ministre de la sécurité de bien surveiller ce lien et ministre de Commercial d'être tres vigilant sans oublier OBR.

  • @aimefils714
    @aimefils714 2 หลายเดือนก่อน +10

    birashimishije kubona abavandimwe mwibonyemo ubushobozi bwari bwarabahishwe kuva kera, ubuyobozi bube maso ntibizemo ruswa maze mwubake igihugu kyanyu namwe gitere imbere turabakunda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

    • @NyiransengimanaGodanse
      @NyiransengimanaGodanse 2 หลายเดือนก่อน +1

      Urakoze knd uvuze neza

    • @Jjkvignmg
      @Jjkvignmg 2 หลายเดือนก่อน +1

      Harimo zahabu x?

    • @franklukazula
      @franklukazula 2 หลายเดือนก่อน +1

      Thanks ncuti more bless komera

    • @aimefils714
      @aimefils714 2 หลายเดือนก่อน

      @@NyiransengimanaGodanse 🙏🙏

    • @aimefils714
      @aimefils714 2 หลายเดือนก่อน

      @@Jjkvignmg yego

  • @rugwabizaleonard1760
    @rugwabizaleonard1760 2 หลายเดือนก่อน +16

    Ndumunyarwanda ariko nkunda uyumugabope .uburundi hejururu. NDAYISHIMIYE OYE OYE!! mukomerezaho ababirataho bazaza kubasaba

    • @HonestMbanda
      @HonestMbanda 2 หลายเดือนก่อน +1

      ❤❤❤❤❤❤❤

    • @technologyinactions4923
      @technologyinactions4923 2 หลายเดือนก่อน +1

      Toka genda uri interahamwe ahubwo
      Ubuse iki ki FDRL waba ugikundira iki

    • @Chadil-h2u
      @Chadil-h2u 2 หลายเดือนก่อน +1

      @rugwabizaleonard...ariko ahantu hose ko wahagiye uvuga ngo uri umunyarwanda ni uko uba ushaka kumvikanisha iki?kuki utavugako umukunda ukagomba kurenzaho ko uri umunyarwanda?ni uko uziko usiko mu Rwanda bamuseka cyane kubera imbwirwaruhame ze ziba zuzuyemo ubugoryi bwinshi ukaba ushaka kumvikanisha se ko atari byo cg?hahh cg uri umurundi ubabazwa n'ibyo bintu ukaba uri kwiyita umunyarwanda ngo wumvikanisheko ubugoryi bwe bushyigikiwe mu Rwanda?hahhh umva ivugire ku giti cyawe igitekerezo cyawe utazanyemo u Rwanda kuko ndumva ushaka gukurura u Rwanda mu bitekerezo byawe kandi ari ibyawe bwite.hahhh bwari bwiza iyo butamenywa na bose.

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 2 หลายเดือนก่อน

      @@Chadil-h2u Quand meme umuntu arafise uburenganzira bwo kwidondora akavuga igihugu aturukamwo. Nanje ndaja kuri channel z'abanyarwanda nkavuga ko ndi umurundi mugabo gushika ubu ntawurambuza kugira comment yanje..

  • @franklukazula
    @franklukazula 2 หลายเดือนก่อน

    Long live H.E our beloved president ❤ from Malawi 🇲🇼 Imana ikomeze kukutuzigamira

  • @DanyMbarushimana-r1s
    @DanyMbarushimana-r1s 2 หลายเดือนก่อน +1

    President wumusikare❤❤

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mutwubakire USINE ihigura ubutare aho nyine❤. Turafisa amashure meza universités, les hôpitaux, les hôtels.... Mwubake usine ya Est africa. ( EAC).🎉. IRIMWO ABAHIGA BAKUNDA UBURUNNDI.

  • @NahimanaHermes
    @NahimanaHermes 2 หลายเดือนก่อน

    Mukama Mana nzima ivyiza udufitiye nivyinshi! Umudayimoni w' ukwikunda waduteye kuva Uburundi bucitwa Izina. Dufashe Mukama Mana uhereye kubarongozi bigihugu kuvavanura nuwo mutima mubi watumyi mubi. Abarundi twese dusabikanye ivyowaduhaye ninaho wotwongera n'ibindi. Turabigusavye Mukama nutwumvire.

  • @umuntu4898
    @umuntu4898 2 หลายเดือนก่อน +3

    Icyubahiro kumukuru wigihugu cyiza cyuburundi

  • @tresortuyizere
    @tresortuyizere 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤

  • @NiyongaboOlic
    @NiyongaboOlic 2 หลายเดือนก่อน

    BiG Up 🚧🙌💯

  • @Nsengiyumvamartin-u3e
    @Nsengiyumvamartin-u3e 2 หลายเดือนก่อน

    Imana ihagurutse besaleli mwikigihe abikore neza ntitwongere guhomba canke twicuze nkabarundi twese

  • @AaronSindayigaya
    @AaronSindayigaya 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂aba bagabo bahora babwimba baribarabumaze kbx Kand ninabo babizi vyishi canee gusa ntibazohemukire igihugu bazotwibuke

  • @NdikumanaAlbert
    @NdikumanaAlbert 2 หลายเดือนก่อน

    Une école de bijouterie et et de pierre taille ❤❤

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 2 หลายเดือนก่อน

      Une mine de cassiterite a elle seule ne pourrait pas etre une bonne raison pour ce genre d'ecole.

  • @ElishaAkimana
    @ElishaAkimana 2 หลายเดือนก่อน

    Imana itujimbere🙏🙏🙏

  • @NtiranyibagiraJeanclaude-bf5nl
    @NtiranyibagiraJeanclaude-bf5nl 2 หลายเดือนก่อน

    Vyiza cane

  • @Angedangel
    @Angedangel 2 หลายเดือนก่อน

    Hakora leadership. Ubutare bwobw N'inyongera. Ex: Singapore.

  • @DesireNovida
    @DesireNovida 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mutama nimumpe akazi nzekwimba ndonke agakate

  • @BalthazarNshimirimfura
    @BalthazarNshimirimfura 2 หลายเดือนก่อน

    Kirundo hejuru;Ahohantu bihutishe umuyagankuba ukwiye izomashini zizokoresha mugihe igitoro kitaragwira,hama abijejwe ishirahamwe batange akazi atagisabwe,ibisiga akazi gakorwe jour et nuit duterimbere vuba vuba,Imana imbere✌️

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 2 หลายเดือนก่อน

      Normalement ntaho akazi gatangwa atagisabwe. Uzi kunyonga irya excavator, uzi gusudira, ushoboye kurinda umutekano, ushoboye gukoresha ivyuma bazohazana niho uzoharonka akazi. N'aho bimwe ushobora kuvyigiraho,il y a un minimum de connaissances qu'il faudra avoir.

  • @j.bmugabe2639
    @j.bmugabe2639 2 หลายเดือนก่อน

    abagize ibiharuro badufashe, niba tones 20K zigurwa USD 350K, Ubwo tones 12,700,000 zigurwa USD 5 Billion gute?

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 2 หลายเดือนก่อน

    Irambire Mutama Imana irakunda uburundi

  • @MpajiSolomon-lt9we
    @MpajiSolomon-lt9we 2 หลายเดือนก่อน

    Aba bagabo ko basa gabasha ntabwo aramahasa?

  • @KizzRich-jw5rs
    @KizzRich-jw5rs 2 หลายเดือนก่อน +3

    𝕄𝕦𝕞𝕡𝕖 𝕚𝕫𝕠𝕣𝕒𝕪𝕚𝕜𝕖 𝕟𝕕𝕒𝕓𝕒𝕓𝕒𝕟𝕪 𝕦𝕨𝕒𝕞𝕓𝕖𝕣

  • @levygasper7438
    @levygasper7438 2 หลายเดือนก่อน

    Mwatwivye kuva kera ubuhoho turamarana ndk 😂 nukur leta itwiyumvirek abanyagihugu apana abategetsi mwirire mwenyene

  • @DynamiqueNimpagaritse
    @DynamiqueNimpagaritse 2 หลายเดือนก่อน

    Komera mutama wanje

  • @tsindaalpha7583
    @tsindaalpha7583 2 หลายเดือนก่อน +2

    CORRUPTION NIWE MWANSI WAMBERE WÍTERAMBERE RY'IGIHUGU,CONGO IMAZE IMYAKA ICUKURA AYO MA TONNES MUVUGA INSHURO 10 ARIKO UBUZIMA BWÁ BENEGIHUGU NTIBURAHINDUKA GUSHIKA NUBU

  • @jonasnkeshimana
    @jonasnkeshimana 2 หลายเดือนก่อน

    Bien à gerer

  • @gerayotv3240
    @gerayotv3240 2 หลายเดือนก่อน

    Abarundi natwe tumaze gucibgenge wana nomumutwe niyo ibyiza mukora tubibona ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @MartinKagame
    @MartinKagame 2 หลายเดือนก่อน

    Ubaka igihugu kiryohe mutangaze benshi

  • @HabimanaEgide-hp7qg
    @HabimanaEgide-hp7qg 2 หลายเดือนก่อน

    Nimugende nomukamirampfizi naho muhapime

  • @3xmenya257
    @3xmenya257 2 หลายเดือนก่อน +1

    Président ako kantu niko,abantu bazogerageza kubitoba tukabafata🤨

  • @franklukazula
    @franklukazula 2 หลายเดือนก่อน

    Ahubwo nihenshi gose bazibiye leta yegere abasaza dufise babakukuruke kugira ukuri kumenyekane

  • @Rudasingwabrian
    @Rudasingwabrian 2 หลายเดือนก่อน +1

    Sendagara wabonye ibyo undya

  • @henrisonphiri7136
    @henrisonphiri7136 2 หลายเดือนก่อน

    Piter yaguma abivuga ati igihugu cuburundi turi kubuhiye none burabonetse

  • @ernestmbanzendore1219
    @ernestmbanzendore1219 2 หลายเดือนก่อน

    Nimusabe abadiaspora bazane iyo mitahe, twese tuhungukire nk'abarundi

  • @jeanclaude6058
    @jeanclaude6058 2 หลายเดือนก่อน

    Muri budget ya leta yubu umenga nta mahera ava mubutare bashizemwo

  • @AugustinIbrahimmasangeAugustin
    @AugustinIbrahimmasangeAugustin 2 หลายเดือนก่อน

    kuber'iki ibitoro vyabuze?? nta banga abandi bakuru bigihugu cacu bakoresha kugira ibitoro biboneke uramenya???

  • @rogermbonimpa9493
    @rogermbonimpa9493 2 หลายเดือนก่อน

    Ubutare bwose dutora muburundi muze tubwite ayandi mazina atamenyerewe kugira tubuhishe abandi

  • @JeanpaulSinigaba
    @JeanpaulSinigaba 2 หลายเดือนก่อน

    Eeeee,ubu ngira....

  • @kingumwami1434
    @kingumwami1434 2 หลายเดือนก่อน

    Dusenge abazungu ntibazoze kuduteza intambara nkuko babigira muri Congo ,ubona ko mubivugiye hejuru ,twizere ko harikizovamwo

  • @rogermbonimpa9493
    @rogermbonimpa9493 2 หลายเดือนก่อน +1

    Uburundi nitwe tubwisamburira ngo turiko turabwubaka ibi ntivyari bikwiye gushirwa kuma réseaux sociaux kuko abo tuvyeretse sibose babinezerererwa twongeye nokwereka nababinyegeje KO twabibonye twari kwinumira bakabona dukira

  • @NijimbereGREGOIRE-u4u
    @NijimbereGREGOIRE-u4u 2 หลายเดือนก่อน

    Imana niyo nkuru yavyose amasengesho abadutwara bama basengera igihugu nn ntimubonako imana arinkuru yavyose ibaze barundi barundikazi imyaka irenga50 twibwa nabazungu ngobari bake kutuzanira iterambere baduhuma amaso kumbe ariko batwiba ivyacu vyabene gihugu nn raba imyaka ibanga nn raba indongozi nyazo zaratoye ubutare twamye twibwa ahubwo ahantu hose hoba hari ibibeto abobazungu basizebubatse nuko bokora nkuko bakoze ahobaka za bararondera ahobabibonye bakabimena kugira barabe ibirimwo kuko haraho twosanga hariho nibindi tutari tuzi

  • @DonchretienMrsiko
    @DonchretienMrsiko 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mudufashe kurubu butunzi bubonetse mubukoreshe neza basi ifaranga ryuburundi rigire agaciro guko abanyagihugu bararushe cane ntimuvuge ngo bararonka ico kurya, ibati iyorigeze biteye ubwoba turimukuba murinyakatsi kubera ibiciro,isima ibiciro vyayo ningorane. Nimbombo 2020 twagura 3 amafranga 50 ubu tugura 1 kumafranga 50.
    Reta dufashe abanyagihugu mudukorere iciza gukom tubatora tubizeye mwoba mukoze bavyeyi.
    Nimuhingure abanyagihugu baronke amahoro guko twabaye paralysé

  • @FrankMsonkho
    @FrankMsonkho 2 หลายเดือนก่อน

    Comera

  • @NdikumanaAlbert
    @NdikumanaAlbert 2 หลายเดือนก่อน +1

    Énergies est la basse pour développer un pays et crée des emplois

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 2 หลายเดือนก่อน +3

    mutama wacu turagushigikiye ubu abanyarwanda barimukwiyahura kubera intuntu babonye ivyiza vyuburundi

    • @MelchiolKayobera
      @MelchiolKayobera 2 หลายเดือนก่อน

      Oyaa abanyarwanda nababanyi beza turabakunda kuko burundi#rwanda vyahoz'ari igihugu kimwe tuvug'ururimi rumwe ntanahandi uzobisanga Burundi ❤ Rwanda

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 2 หลายเดือนก่อน

    Ahubwo rondera nahandi ntihabuze ibindi binyegejwe

  • @jumahamenyimana
    @jumahamenyimana 2 หลายเดือนก่อน

    Reka tubitege amaso ivy, uburundi mbona bigoye kwizera kiretse habay igitangaza

  • @ebenaebena9736
    @ebenaebena9736 2 หลายเดือนก่อน

    😂

  • @Kazo372
    @Kazo372 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂namw murizera.muburundi haryuwufise kime.ahontituzomenyiyovyaherey ndabarahiyep😂😂

  • @Lock940
    @Lock940 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @ascensionniyongere
    @ascensionniyongere 2 หลายเดือนก่อน

    Tuze tubon twebwe abarundi batoya ico ubwo tubare bwa vuyemwo OBR ice igabanya amakora kuko ubutunzi nkubwo bubonetse naho yoreka gutoza amakori na matagisi leta yo hemba aba kozi bayo

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 2 หลายเดือนก่อน

      Ugutanga ikori nibwo buryo bwo guterera mw'iterambere ry'igihugu. Ntabwo ari vyiza ko Reta ikwigishiriza abana bawe bane canke batanu, mugabo wewe atan'ikiro c'ibiharage ushoboye gushora ngo utange ikori.

  • @dariusniyonkuru303
    @dariusniyonkuru303 2 หลายเดือนก่อน

    Hasigaye ko muza muramenyesha izimbwe hamwe n izashowe buri mezi nka 6 kugira mwerekane ico amafaranga avamwo ariko arakora.Twizere ko ya mabarabara meza na vya bibuga vy inkino n ibindi vyiza tubona ahandi tugiye kubironka natwe .izo milioni z'ama dollars ni nyinshi cane

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 2 หลายเดือนก่อน

      Iyo icompagnie igurisha action yazo kuri bourse niho itegerezwa gusohora amaraporo kugira investisseurs bamenye igituma bayigura.
      Mugabo nko kuri ibi vy'uburundi igikenewe gusa n'uko haba uburyo obr imenya neza ko iyo compagnie itabesha mubiharuro ishikiriza.