Kurikirana ibibanza vy'iratiro Umukuru w'Igihugu yagendeye aho yari mu karuhuko

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
  • #KuKivi: Mugihe yari mu karuhuko k'intango y'umwaka, Umukuru w'igihugu ari kumwe n'Umuryango wiwe baragendeye ibibanza vy'iratiro bitandukanye vy'igihugu. Kurikirana ido n'ido ry'urwo rugendo

ความคิดเห็น • 73

  • @albertmusafi2551
    @albertmusafi2551 2 ปีที่แล้ว +3

    harakwiye ireresi ivuga ivyakahise ikerekana en action ivyico gihe c'Umwami Mwezi GISABO. vyoba vyiza cane. Niharambe Uburundi n'Abarundi. Burundi, Heart of Africa

  • @papillonfr7587
    @papillonfr7587 2 ปีที่แล้ว +2

    Abadagi bakoresha Kalashnikov gute? Iyo nkoho yakozwe n'abarusiya, m'umwaka wi 1947. Ni kuvugo ko igihe abadagi batera uburundi, iyo nkoho nti yari bwakogwe...n'uwayikoze ntiyari bwavuke. Kandi ivyo avuga abwira président, n'ivyo azobwira n'ingezi zivuye hanze (touristes). Nti mubona ko bazoca bitwengera?

  • @kabuturachupi1389
    @kabuturachupi1389 2 ปีที่แล้ว +5

    Très intéressant. Infiniment merci pour ce repportage sur les sites touristiques. Monsieur le président, prière encourager vos enfants à faire du sport.

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn 2 ปีที่แล้ว +4

    Amasezerano y’ikiganda ni histoire y’igihugu ikwiye iryoshe no kumviriza

  • @mukankuzijolly3913
    @mukankuzijolly3913 2 ปีที่แล้ว +2

    Kwa present nibakore Sports bagabanye ibiryo nahubundi Bibipi barahura nayo

  • @iddyabedi8177
    @iddyabedi8177 ปีที่แล้ว

    Umeku.baba.mwema.angaliyasasa.umalize.njaburundi.saidiya.waraiya.wako

  • @nimbonajamilla6102
    @nimbonajamilla6102 2 ปีที่แล้ว +3

    Waooooo mbonye ibintu ntazigsko bibaho muburundi🙏🙏🙏🙏🙏😍😍😍😍

  • @niyosengadidas3905
    @niyosengadidas3905 2 ปีที่แล้ว +2

    Uburundi nigihugu ciza cane ndagukumbuye my country nubwo ndimumahanga

  • @kjbktjb5877
    @kjbktjb5877 2 ปีที่แล้ว +9

    nyakubahwa mukuru wigihugu uraraba ubaze neza uyo muryango wakijije umwami urabe ko hari ukiriho umugirire neza

  • @astereniyibigira598
    @astereniyibigira598 2 ปีที่แล้ว +2

    Iyo parc de la Ruvubu nitunga rikomeye yane. Tanzania yamenyekanye kubera Serengeti n'a Kilimanjaro natwe parc ya Ruvubu yotumenyekanisha

  • @antoinetteharerimana6824
    @antoinetteharerimana6824 2 ปีที่แล้ว +1

    papasawa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😂😂😂😂😂🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @BoscoNiyorukundo
    @BoscoNiyorukundo 8 หลายเดือนก่อน

    Murakoze cane banyakubahwa ibiganiro nkivyo nkatwebwe tukiribato nivyo tubadukeney merci boqeaup

  • @ndayihayajailos6351
    @ndayihayajailos6351 2 ปีที่แล้ว +1

    Dufise ibibanz vyishi vyiratiro uburundi turatunze pe

  • @ndagijimanafrancine7906
    @ndagijimanafrancine7906 2 ปีที่แล้ว +1

    Ewe Burundi bwacu urashajije

  • @mbarushimanadiogen1816
    @mbarushimanadiogen1816 ปีที่แล้ว

    Président
    Wacu yubaweeee😂😂😂

  • @japhetuwisezerano7602
    @japhetuwisezerano7602 2 ปีที่แล้ว +1

    Hello,Vyaribibereye cane gose Yubahwe umutwarewacu!!

  • @emmanuelsendegeya807
    @emmanuelsendegeya807 2 ปีที่แล้ว +1

    Komera mutama ndabona tufisiratiro kweri

  • @serenity-source
    @serenity-source ปีที่แล้ว

    BIRABEREYE IJISHO CANE. UN GRAND MERCI POUR CETTE VIDEO😍

  • @nshimirimanalouismarie5930
    @nshimirimanalouismarie5930 2 ปีที่แล้ว +1

    Akarenganyo kamyeho kabisa Mpaka Mwezi Gisabo nako kaja yakorewe

  • @desirendiho4938
    @desirendiho4938 2 ปีที่แล้ว +3

    Vyiza cane

  • @prosurvival2031
    @prosurvival2031 2 ปีที่แล้ว +4

    Beautiful nature 😍❤️👍🏻

  • @davisdusenge1316
    @davisdusenge1316 2 ปีที่แล้ว +1

    Wouh très belle reportage .Abakiri bato tuhamenyey vyinshi

  • @manasseninteretse8510
    @manasseninteretse8510 2 ปีที่แล้ว +3

    Burundi bwacu bwiza Burundi buhire.❤❤

    • @kayiremetv648
      @kayiremetv648 ปีที่แล้ว

      Ni iki gishobora gutuma umugore ahitamo kubyarana n undi muntu afite umugabo we kandi abigambiriye.
      th-cam.com/video/HrBIUkY0RdQ/w-d-xo.html

  • @kayiremetv648
    @kayiremetv648 ปีที่แล้ว

    Ni iki gishobora gutuma umugore ahitamo kubyarana n undi muntu afite umugabo we kandi abigambiriye.
    th-cam.com/video/HrBIUkY0RdQ/w-d-xo.html

  • @munimuni3365
    @munimuni3365 2 ปีที่แล้ว +2

    Burundi buhire🥰🥰👌❤💃

  • @loverylovery4514
    @loverylovery4514 2 ปีที่แล้ว +1

    Help me to find president how can find him ?

  • @louis8474
    @louis8474 2 ปีที่แล้ว +1

    Varisito aracavyara 🤣🤣

  • @claudeyamuremye1562
    @claudeyamuremye1562 ปีที่แล้ว

    Turabakunda presida

  • @mireille2452
    @mireille2452 ปีที่แล้ว

    Naryohewe kubona Mr le Président ariko aravuza ingoma Imana ibandanye imutuzigamira numuryango wiwe

  • @johnsmuhuza3871
    @johnsmuhuza3871 2 ปีที่แล้ว +1

    Kabisa niharambuburundi

  • @duwayenzuagnes3302
    @duwayenzuagnes3302 2 ปีที่แล้ว +2

    Mwubahwe.❤❤❤

    • @kayiremetv648
      @kayiremetv648 ปีที่แล้ว

      Ni iki gishobora gutuma umugore ahitamo kubyarana n undi muntu afite umugabo we kandi abigambiriye.
      th-cam.com/video/HrBIUkY0RdQ/w-d-xo.html

  • @claudianshimirimana1386
    @claudianshimirimana1386 2 ปีที่แล้ว

    Ndanezerewe cane kubona ivyiza vyiwacu.Ndakunda cane gose umutambukanyi wumukuru wigihugu ukuntu yifata neza akagumana ibiri vyiza biri kurugero courrage

  • @zaitunisinamenye1799
    @zaitunisinamenye1799 2 ปีที่แล้ว +1

    Royal tour

    • @kayiremetv648
      @kayiremetv648 ปีที่แล้ว

      Ni iki gishobora gutuma umugore ahitamo kubyarana n undi muntu afite umugabo we kandi abigambiriye.
      th-cam.com/video/HrBIUkY0RdQ/w-d-xo.html

  • @melencememe5054
    @melencememe5054 ปีที่แล้ว

    Komera murama❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @happyclinton8919
    @happyclinton8919 ปีที่แล้ว

    Nukuri ndaryohewe cane guse muririno joro uburundi bwacu nigihungu ciza cane giteye igomwe ndaryohewe ukuntu umuguru wigihungu wacu cuburindi igine yahamagariye abagiriri bato guteberera ibigo vyiratiro ryaco kugirago tumenye akahise kuburundi ndimumahaga naho ntariho hagufise ndaryohewe imana ifashe ndahashike murakoze

  • @allahakujazekheriwowww5694
    @allahakujazekheriwowww5694 ปีที่แล้ว

    Mashallah imana ikuzigame wibereho

  • @sindasignoline2814
    @sindasignoline2814 2 ปีที่แล้ว

    Ndanezerewe ni kuba niboneye uru rugendo rwa Nyakubahwa n umuryango wiwe.
    Diaspora n abavuka ntara ni baje ku Kivi bubake ibibanza vyo kwakira ingenzi baba abarundi canke abanyamahanga.

  • @yakkete7128
    @yakkete7128 2 ปีที่แล้ว

    Burundi 👍🏾👍🏾, président 👍🏾👍🏾par contre ses enfants du président sont un peu obèses😢

  • @stephyniyonkuru706
    @stephyniyonkuru706 2 ปีที่แล้ว +1

    ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️💯❤️❤️❤️❤️

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 2 ปีที่แล้ว +5

    I love my country and our President 🇧🇮🇺🇸

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 2 ปีที่แล้ว +1

    ✊🏾🇧🇮

  • @ndayushimiyerungarunga8438
    @ndayushimiyerungarunga8438 2 ปีที่แล้ว

    Usanamazi yumusarar

  • @br.gilbertnsavyimanamc5933
    @br.gilbertnsavyimanamc5933 2 ปีที่แล้ว +4

    I love my country Burundi!!!!!!
    How beautiful it is!

    • @kayiremetv648
      @kayiremetv648 ปีที่แล้ว

      Ni iki gishobora gutuma umugore ahitamo kubyarana n undi muntu afite umugabo we kandi abigambiriye.
      th-cam.com/video/HrBIUkY0RdQ/w-d-xo.html

  • @claudensabimana7493
    @claudensabimana7493 2 ปีที่แล้ว

    Niharambe uburundi nabarundi abasi buburundi nibaz barabe turagufana nyakubahwa

    • @mamaenjoy7024
      @mamaenjoy7024 ปีที่แล้ว

      Uburundi bwiza harambe nyenichubahiro

  • @tuyishimelouise5858
    @tuyishimelouise5858 2 ปีที่แล้ว

    very humble president much love

  • @emekaikee3676
    @emekaikee3676 ปีที่แล้ว

    💗💗💗💗💗💗🙏

  • @ascentirera377
    @ascentirera377 2 ปีที่แล้ว

    mbeg'ivyiza !!!!

    • @kayiremetv648
      @kayiremetv648 ปีที่แล้ว

      Ni iki gishobora gutuma umugore ahitamo kubyarana n undi muntu afite umugabo we kandi abigambiriye.
      th-cam.com/video/HrBIUkY0RdQ/w-d-xo.html

  • @niyumvaisaie6620
    @niyumvaisaie6620 2 ปีที่แล้ว

    Vyiza

  • @Bombo440
    @Bombo440 2 ปีที่แล้ว

    🇧🇮👌🏿

  • @mujyamberealex8390
    @mujyamberealex8390 2 ปีที่แล้ว

    Outstanding

  • @geofreyniyonkuru5724
    @geofreyniyonkuru5724 2 ปีที่แล้ว

    🥰🥰🥰🥰🥰

    • @kayiremetv648
      @kayiremetv648 ปีที่แล้ว

      Ni iki gishobora gutuma umugore ahitamo kubyarana n undi muntu afite umugabo we kandi abigambiriye.
      th-cam.com/video/HrBIUkY0RdQ/w-d-xo.html

    • @geofreyniyonkuru5724
      @geofreyniyonkuru5724 ปีที่แล้ว

      @@kayiremetv648 😽😽😽😽

  • @leonardbutoyi86
    @leonardbutoyi86 2 ปีที่แล้ว +1

    Mon bon pays

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 2 ปีที่แล้ว +2

    Murayarondeza!! None noaho umukuru wigihugu yatanze angahe kugirango atemberere ivyo bibanza?

  • @davymikeirakoze7150
    @davymikeirakoze7150 2 ปีที่แล้ว +4

    ❤❤🇧🇮🇧🇮 so proud of my president

    • @siimon559
      @siimon559 2 ปีที่แล้ว

      He is a hutu makaki

    • @davymikeirakoze7150
      @davymikeirakoze7150 2 ปีที่แล้ว

      @@siimon559 guy shame of you to have that mindset we are all so one nation. No hutu no tutsi but Burundian people 🇧🇮❤.

    • @vincentndayisaba1584
      @vincentndayisaba1584 ปีที่แล้ว

      Igihugu cacu kirateyigomwe umuvyeyi wacu nyenicubahiro Imana imuzigame izigame igihugu cacu natwebwe twese abenegihugu niharambe
      Igihugu c'Uburundi

  • @fabricemujenama8623
    @fabricemujenama8623 2 ปีที่แล้ว +1

    I love my country

    • @kayiremetv648
      @kayiremetv648 ปีที่แล้ว

      Ni iki gishobora gutuma umugore ahitamo kubyarana n undi muntu afite umugabo we kandi abigambiriye.
      th-cam.com/video/HrBIUkY0RdQ/w-d-xo.html

  • @claudesingirankabo3845
    @claudesingirankabo3845 2 ปีที่แล้ว

    Nivyo koko

  • @gasuguruaimable5833
    @gasuguruaimable5833 2 ปีที่แล้ว

    Umushusho tv irabakenje
    th-cam.com/channels/ktMB9BSs19AKWSWGfm-p9Q.html

    • @burundibuja9728
      @burundibuja9728 2 ปีที่แล้ว

      Je suis vraiment béni par l'émission