OLEGUE ntaco asigarije Abakobwa bikigihe//Basigaye badusaba ko dusambana/Abavyeyi bataye umurongo

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 พ.ค. 2024
  • OLEGUE atanze umuco//ISI yashaje//Abavyeyi bataye umurong
    ‪@alphapixels257‬
    #karye
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 34

  • @umukubito257
    @umukubito257  หลายเดือนก่อน +5

    KARYE by OLEGUE👉👉👉👉
    th-cam.com/video/Gomp4U8LADc/w-d-xo.html

  • @eti-bswagger3842
    @eti-bswagger3842 27 วันที่ผ่านมา

    Kweriiiiiiii OLG X Eti-B Swagger

  • @NdayambazeAdelin-fl1pk
    @NdayambazeAdelin-fl1pk หลายเดือนก่อน +1

    Urege uravuze ugukuri kwl

  • @batungwanayoaugustin2115
    @batungwanayoaugustin2115 หลายเดือนก่อน +3

    "Kw'isi ni ingorane"...
    Urongore, ugire ingorane
    Ubihebe, ugire ingorane
    Uvyare, ugire ingorane
    Ube utavyaye, ugire iyindi ngorane
    (...)
    Urongore umugore mwiza, ugire ingorane
    Bakwirukeko, bakwice
    Batakwishe, bakuvune bamukwambure.😎

  • @KuzikoTV
    @KuzikoTV หลายเดือนก่อน +1

    Ahubwo kuba utarasohoka uburundi ukibaza ngo hanze siko bimeze sivyo nagato ahubwo iwacu kubera turaba ibintu ku materevision bitarivyo tugaca twiyumvira❤ngo nivyo abohanze bagezemwo bigaca biba ikibazo ni illusion nyen dufis. Ikindi naco ubwo nubukene nibwo bwishe ivyo❤Vyose

  • @OLEGUE_DG
    @OLEGUE_DG หลายเดือนก่อน +6

    ❤❤❤❤❤❤

  • @futuremillionaire450
    @futuremillionaire450 หลายเดือนก่อน +3

    Bro warazimye 😂😂

  • @raoulirakoze3031
    @raoulirakoze3031 หลายเดือนก่อน +4

    OLG Asigaye atuje😂

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 หลายเดือนก่อน +1

    Ngo isi yaratitutse indero yaratitutse, uyu nyene niwe ugiye kwumva ubutumwa atanga mukazi kiwe niryo titura nyene OMG.😂

  • @charlesntahiraja1717
    @charlesntahiraja1717 หลายเดือนก่อน +1

    I do respect you and your post

  • @AngeloNdayizeye-zu3pd
    @AngeloNdayizeye-zu3pd หลายเดือนก่อน +1

    Big up sana uhgwego

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx หลายเดือนก่อน +1

    Isiyara shaje

  • @MomoMUGISHA
    @MomoMUGISHA หลายเดือนก่อน +1

    Ngo kuntete nyishi 😂😂😂

  • @CapitaineVevo
    @CapitaineVevo หลายเดือนก่อน

    Olegue Araciye ubwenge Cane👌

  • @bobbrown4732
    @bobbrown4732 หลายเดือนก่อน +1

    Wopfum'unwa Coca-Cola😂😂😂😂😂

  • @NdayikezaProsper-rg5zu
    @NdayikezaProsper-rg5zu หลายเดือนก่อน +1

    Yari yaratakaye kweri uyomu Ole go

  • @Chadrackniyongabire
    @Chadrackniyongabire หลายเดือนก่อน +1

    Karye

  • @charleskwizera2358
    @charleskwizera2358 หลายเดือนก่อน

    Olegue asigay ari serious

  • @user-df7zu2jj4d
    @user-df7zu2jj4d หลายเดือนก่อน

    arafise kazoza uwomwana👍🙏

  • @4EIIGNERR
    @4EIIGNERR หลายเดือนก่อน +1

    Eden is Ending

  • @amolam97
    @amolam97 หลายเดือนก่อน +2

    Muri make turimwo tuyoborwa nabantu batagira umuco mvuga aba bazungu batuyoboye kuma reseau social umuntu nawe nikiremwo kivuka ataco kizi cigira kubandi ubu reo ishure ribi turarigenda nizi social media tugendana mumafone sinibaza ko kubitsinda arikintu tuzoshobora gusa amajambere arafata cane igitsina gore gusumba igitsina gabo...gore mukwandukizanya bikoroha kuribo bizogorana

  • @SuavisIrakoze-id5bd
    @SuavisIrakoze-id5bd หลายเดือนก่อน +2

    😊😊😊😊😊😊😊😊🎉🎉🎉🎉

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤

  • @olivierndayikeza1650
    @olivierndayikeza1650 หลายเดือนก่อน

    MR Karye😂

  • @MugishaKenny-ec6fg
    @MugishaKenny-ec6fg หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 หลายเดือนก่อน +1

    😊😊

  • @ClaverMbonimpa-ir8hj
    @ClaverMbonimpa-ir8hj หลายเดือนก่อน +1

    Karye by oregue

  • @THEMAX646
    @THEMAX646 หลายเดือนก่อน +1

    Kbs

  • @AlfredBagorikunda-cv7qc
    @AlfredBagorikunda-cv7qc หลายเดือนก่อน +1

    😅

  • @justinmajambere8643
    @justinmajambere8643 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂

  • @charlesntahiraja1717
    @charlesntahiraja1717 หลายเดือนก่อน +1

    Hello Justin
    We really follow anything you post
    So if I may suggest reduce chances to give your microphone to such adolescent who will only put forward their lusting emotions

    • @alphyfitness2573
      @alphyfitness2573 หลายเดือนก่อน

      What do you mean, adolescents need a platform too, freedom of speech man.

  • @OLEGUE_DG
    @OLEGUE_DG หลายเดือนก่อน +3

    Karye

  • @MugishaKenny-ec6fg
    @MugishaKenny-ec6fg หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤