HilaireNininahazwe- Shingira intahe Imana
HilaireNininahazwe- Shingira intahe Imana
  • 223
  • 22 853
Umunara w‘i Babeli ugeze kure. Igice ca gatandatu
navuze nti kw'isi hari ibintu vy'amayoberane:
- Urupfu rw'umupfasoni wa Pasitori Marcelo
- Umwana w'umunyarwanda w'imyaka 17 yishe abana batatu mu Bwongerezo
- Inkino n'ibirori vyo kwugurura izo nkino mpuzamakungu (olympiques)
- Ukuraswa kw'umwe mu bariko baraharanira gutwara Amerika agakira ku buryo bw'igitangaza.
th-cam.com/video/p8XWa7dEw2s/w-d-xo.html
- Amashengero yabaye ubuguriro, ibibanza vy'ubuhehesi bw'uburyo bwose
- Amashengero yahindutse ibibanza vy'abahanuzi b'ibinyoma
- Mu Rwanda bariko barugara amashengero adakwije ibisabwa n'amatekano cane cane bijanye ivy'isuku canke umutekano
Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa.
Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video. Ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe".
Shingira Intahe Imana nzima
HilaireNininahazwe
pprhilaire@gmail.com
WhatsApp +49 1521 3535 215
paroledepaix-ppr.blogspot.com
มุมมอง: 21

วีดีโอ

Ninde azoshika mu Bwami bzw. Imana? N uwihangana gushitsa kw iherezo
มุมมอง 24วันที่ผ่านมา
th-cam.com/video/i6H0_DZpsEA/w-d-xo.html Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa. Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video. Ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe". Shingira Intahe Imana nzima HilaireNininahazwe pprhilaire@gmail.com ...
Ubuvugishwa n'abavugishwa ba kino gihe
มุมมอง 57วันที่ผ่านมา
th-cam.com/video/zN_HWea4VTc/w-d-xo.html waddlechretien.wordpress.com/2015/08/17/le-pasteur-karambiri-declare-quil-sort-de-son-corps-pour-aller-regler-des-situations/ Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa. Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi vi...
Abanyeshule ba Lycée Gishiha - 2017
มุมมอง 3114 วันที่ผ่านมา
th-cam.com/video/joxIucPY7o8/w-d-xo.html Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa. Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video. Ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe". Shingira Intahe Imana nzima HilaireNininahazwe pprhilaire@gmail.com ...
Mbega Imana Iraharira icaha c'ubwicanyi - Igice ca Kabiri na Pasitori Hilaire Nininahazwe
มุมมอง 2114 วันที่ผ่านมา
Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa. Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video. Ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe". Shingira Intahe Imana nzima HilaireNininahazwe pprhilaire@gmail.com WhatsApp 49 1521 3535 215 paroledepaix-pp...
Yesu yagusavye guhinduka nta kindi
มุมมอง 2314 วันที่ผ่านมา
Umwami Yesu yaje mw'isi kugira abantu bahinduke. Ica mbere yabasavye kwihana ivyaha vyabo kuko Ubwamui bw'Ijuru buri hafi. Ivyo vyasigura guheba ivyaha no guhindura ingeso (ingendo). Ukwihana kwonyene ntigukwiye hatabayeho uguhinduka. th-cam.com/video/joxIucPY7o8/w-d-xo.html Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa. Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku...
Umunara w'i Babeli ugeze kure - Igice ca gatanu
มุมมอง 3814 วันที่ผ่านมา
Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa. Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe". Shingira Intahe Imana nzima HilaireNininahazwe pprhilaire@gmail.com WhatsApp 49 1521 3535 215 paroledepaix-ppr.blogspot.com
Imvugabutumwa za mbere zahagaze kuki?
มุมมอง 4721 วันที่ผ่านมา
Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa. Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video. Ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe". Shingira Intahe Imana nzima HilaireNininahazwe pprhilaire@gmail.com WhatsApp 49 1521 3535 215 th-cam.com/vide...
Umunara w'i Babeli ugeze kure - Igice ca gatatu
มุมมอง 3128 วันที่ผ่านมา
Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa. Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video. Ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe". Shingira Intahe Imana nzima HilaireNininahazwe pprhilaire@gmail.com WhatsApp 49 1521 3535 215 paroledepaix-pp...
Ukuntu narokotse isanganya ry imodoka. Pio Rédemption
มุมมอง 1528 วันที่ผ่านมา
Iyo umuntu maze kwakira urwandiko yarungikiwe aca afata ibahasha akivungavunga akayita mu mwavu. Niko bizogenda no ku mubiri wacu. Umunsi umwe uzovungavunwa, uzotabagurwa hanyuma utabwe mw'ivu. Ikiri imbere nico ngirakamaro kizobikwa aheza canke habi bivanye n'ukungene umuntu azoba yaravyiteguriye. Pio Rédemption th-cam.com/video/joxIucPY7o8/w-d-xo.html Hariho ico wokora imitima Itarakira agaki...
Umunara w‘ i Babeli ugeze kure - Igice ca kane
มุมมอง 51หลายเดือนก่อน
Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa. Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video. Ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe". Shingira Intahe Imana nzima HilaireNininahazwe pprhilaire@gmail.com WhatsApp 49 1521 3535 215 paroledepaix-pp...
Habt ihr der Heiliger Geist empfangen/ Mwarahawe Mpwemu Yera?
มุมมอง 23หลายเดือนก่อน
Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa. Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video. Ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe". Shingira Intahe Imana nzima HilaireNininahazwe pprhilaire@gmail.com WhatsApp 49 1521 3535 215
Deutsch/Kirundi - Seid stark in dem Herrn - Muremesherezwe mi Mwami wacu - Pst Kennedy Laubing
มุมมอง 124หลายเดือนก่อน
Wir sind eine Christliche Gemeinde. Wir glauben dass Jesus- Christus der Herr und Erlöser ist. Wir glauben in der Existenz und der Kraft der Heiliger Geist. - Für weitere Infos über uns, jeder ist willkommen jeden Sonntag vom 14:00 bis 16:00 in Troisdorf /Willhelm Hamacher Platz 18 Hilaire Nininahazwe, ihr Ansprechpartner pprhilaire@gmail.com WhatsApp 49 1521 3535 215 Kw'itariki 30.06.2024 twar...
Twavuye he, turiko tuja hehe? Woher sind gekommen und wohin?
มุมมอง 19หลายเดือนก่อน
Murashobora kudushigikira muri kino gikorwa. Intahe yanyu mwibaza muyishire muri " commentaires". Mufise akanya mufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze mwinjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video mufyonde kuri " s'abonner canke suscribe". Shingira Intahe Imana nzima HilaireNininahazwe pprhilaire@gmail.com WhatsApp 49 1521 3535 215 paroledepaix-ppr.blogsp...
Umunara w’ i Babeli ugeze kure - Igice ca kabiri
มุมมอง 28หลายเดือนก่อน
Umunara w’ i Babeli ugeze kure - Igice ca kabiri
Umunara w‘ i Babeli ugeze kure - Igice ca mbere
มุมมอง 47หลายเดือนก่อน
Umunara w‘ i Babeli ugeze kure - Igice ca mbere
Habt ihr der Heiliger Geist empfangen/ Mwarahawe Mpwemu Yera - Lobpreise u Predikt mit Bruder Alexis
มุมมอง 23หลายเดือนก่อน
Habt ihr der Heiliger Geist empfangen/ Mwarahawe Mpwemu Yera - Lobpreise u Predikt mit Bruder Alexis
Troisdorf 09.06.2024 - Indirimbo zo guhimbaza Imana zacuranranzwe uyo munsi - Lobpreis
มุมมอง 101หลายเดือนก่อน
Troisdorf 09.06.2024 - Indirimbo zo guhimbaza Imana zacuranranzwe uyo munsi - Lobpreis
Duhimbaze Imana mu ndirimbo
มุมมอง 31หลายเดือนก่อน
Duhimbaze Imana mu ndirimbo
Akaririmbo ku guha ikaze abashitsi
มุมมอง 58หลายเดือนก่อน
Akaririmbo ku guha ikaze abashitsi
Hindernisse für die Verbreitung der GuteNachricht / Inzitizi zituma ubutumwa Bwiza budashika - Teil1
มุมมอง 32หลายเดือนก่อน
Hindernisse für die Verbreitung der GuteNachricht / Inzitizi zituma ubutumwa Bwiza budashika - Teil1
Ururirimbo rwo kwakira abashitsi 09.06.24
มุมมอง 3หลายเดือนก่อน
Ururirimbo rwo kwakira abashitsi 09.06.24
Die Liebe Gottes an Die Menschen - Urukundo Imana yakunze abari mw'isi - Na Fabrice Kwizera
มุมมอง 272 หลายเดือนก่อน
Die Liebe Gottes an Die Menschen - Urukundo Imana yakunze abari mw'isi - Na Fabrice Kwizera
Ikiganiro kijanye n'urutonde mu rushengero hamwe na Justin Mbiriko mwene Data - Igice ca kabiri
มุมมอง 462 หลายเดือนก่อน
Ikiganiro kijanye n'urutonde mu rushengero hamwe na Justin Mbiriko mwene Data - Igice ca kabiri
Uko ibihe vya nyuma bizoba bimeze
มุมมอง 242 หลายเดือนก่อน
Uko ibihe vya nyuma bizoba bimeze
Ikiganiro kijanye n'urutonde mu rushengero hamwe na Justin Mbiriko mwene Data - Igice ca mbere
มุมมอง 392 หลายเดือนก่อน
Ikiganiro kijanye n'urutonde mu rushengero hamwe na Justin Mbiriko mwene Data - Igice ca mbere
Deutsch/Kirundi - Die Bedeutung der Pfingstag - Insiguro y'umunsi wa Pentekoti
มุมมอง 102 หลายเดือนก่อน
Deutsch/Kirundi - Die Bedeutung der Pfingstag - Insiguro y'umunsi wa Pentekoti
Deutsch/Kirundi - Jesus wird wiederkommen. --Uwu Yesu... azogaruka
มุมมอง 222 หลายเดือนก่อน
Deutsch/Kirundi - Jesus wird wiederkommen. Uwu Yesu... azogaruka
Deutsch/Kirundi - Ijuru n'iki- Ninde azorijamwo? Was ist Himmel und wer wird rein dürfen?
มุมมอง 502 หลายเดือนก่อน
Deutsch/Kirundi - Ijuru n'iki- Ninde azorijamwo? Was ist Himmel und wer wird rein dürfen?
Deutsch/Kirundi - Jesus Christus ist unsere Hoffnung - Ukwizera kwacu gahagaze kuri Yesu Kristo?
มุมมอง 182 หลายเดือนก่อน
Deutsch/Kirundi - Jesus Christus ist unsere Hoffnung - Ukwizera kwacu gahagaze kuri Yesu Kristo?

ความคิดเห็น

  • @AudreyAkimana-km3tt
    @AudreyAkimana-km3tt หลายเดือนก่อน

    Mukomere munkumbuj muhira

  • @Kurikiraumenyetvshow
    @Kurikiraumenyetvshow 2 หลายเดือนก่อน

    Very nice

  • @user-et5zs6fc8h
    @user-et5zs6fc8h 3 หลายเดือนก่อน

    Murakoze cane, NDIHO akomez gushigikir intambuko zanyu

  • @oliviamuhimpundu3831
    @oliviamuhimpundu3831 3 หลายเดือนก่อน

    Amen Yesu akwongere ubwenge numugisha mukozi wImana Papa Hilaire. Gukorera Imana ntabuhombe burimwo

    • @nininahazwe7
      @nininahazwe7 3 หลายเดือนก่อน

      Urakoze cane

  • @PieredemptionMfurayimihe-mf2ql
    @PieredemptionMfurayimihe-mf2ql 3 หลายเดือนก่อน

    Merciiii Pasteur 🎉🎉🎉

  • @jeaninecampwata2906
    @jeaninecampwata2906 5 หลายเดือนก่อน

    Amen urakoze cane kutwumvisha abakozi b Imana dukunda

  • @nahishakiyejacqueline7035
    @nahishakiyejacqueline7035 6 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen

  • @BARABONACHANEL07
    @BARABONACHANEL07 6 หลายเดือนก่อน

    Imana itugirire neza

  • @handsome737
    @handsome737 6 หลายเดือนก่อน

    Imana ni nziza ibihe vyose

  • @justinnduwayezu649
    @justinnduwayezu649 7 หลายเดือนก่อน

    Mwongerw inkomezi

    • @nininahazwe7
      @nininahazwe7 7 หลายเดือนก่อน

      Yesu Kristo aguhezagire

  • @nkundaurwandatv
    @nkundaurwandatv 7 หลายเดือนก่อน

    Murahoneza cyane ,nitwa NKURIYINGOMA frank ndi umu jeune uba mugihugu cy'URwanda mfite imyaka 21 nukuri ndabashimiye cane Nkunda gukurikirana inyigisho zanyu ninziza ziramfasha nkumu jeune ukiri muto ahubwo nigute nabona contact yanyu ko byamfasha cane Murakoze, mugire umwaka mushya wimigisha

  • @barisesaeliearnaud-el3br
    @barisesaeliearnaud-el3br 7 หลายเดือนก่อน

    Amina

  • @NaphtalyBariyandaza-tu9jy
    @NaphtalyBariyandaza-tu9jy 7 หลายเดือนก่อน

    Das ist sehr gut ideen

    • @nininahazwe7
      @nininahazwe7 7 หลายเดือนก่อน

      Dankeschön

  • @patienceigiraneza3272
    @patienceigiraneza3272 7 หลายเดือนก่อน

    Yesu abahezagire

  • @nininahazwe7
    @nininahazwe7 8 หลายเดือนก่อน

    Urakoze

  • @justinnduwayezu649
    @justinnduwayezu649 8 หลายเดือนก่อน

    Was really wonderful

  • @handsome737
    @handsome737 8 หลายเดือนก่อน

    Nanje mbe ndateramirako😂

    • @nininahazwe7
      @nininahazwe7 8 หลายเดือนก่อน

      Karibu cane muri bande

    • @handsome737
      @handsome737 8 หลายเดือนก่อน

      Nitwa Evariste Harerimana

    • @handsome737
      @handsome737 8 หลายเดือนก่อน

      Muhezagirwe cane

  • @PieredemptionMfurayimihe-mf2ql
    @PieredemptionMfurayimihe-mf2ql 9 หลายเดือนก่อน

    Murakoze cane kudusigurira ibifubitse

  • @GerardineNiyonizigiye-el4eq
    @GerardineNiyonizigiye-el4eq 9 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @nininahazwepascalinemutoni4193
    @nininahazwepascalinemutoni4193 9 หลายเดือนก่อน

    Cane gose ivyo nukuri kandi ndukomeze kwibuts Uhoraho yibuke isezerano

  • @nininahazwepascalinemutoni4193
    @nininahazwepascalinemutoni4193 9 หลายเดือนก่อน

    Kalibu muvyi wabenshi

  • @dabooktv1236
    @dabooktv1236 10 หลายเดือนก่อน

    Mukomeze kwihangana mutama, Kandi Imana ikomeze ibahe inkomeze Kandi ubwo mugifite imbaraga zo gushinga intahe Imana ishimwe kandi muhezagirwe muri byose

    • @nininahazwe7
      @nininahazwe7 10 หลายเดือนก่อน

      Murakoze cane mwene Data

  • @japhetnzambimana8049
    @japhetnzambimana8049 10 หลายเดือนก่อน

    Murakoze cane,Imana Ibahezagire

  • @eliasmatabura364
    @eliasmatabura364 10 หลายเดือนก่อน

    Merci beaucoup

    • @nininahazwe7
      @nininahazwe7 10 หลายเดือนก่อน

      Avec plaisir

  • @niyonizigiyefaustin3463
    @niyonizigiyefaustin3463 10 หลายเดือนก่อน

    Amen amen.murakoze cane 2:21

  • @gagagrace6789
    @gagagrace6789 10 หลายเดือนก่อน

    Murakoz kumirong muduhaye

  • @felicitenicayenzi6930
    @felicitenicayenzi6930 11 หลายเดือนก่อน

    Murakoze kutwibutsa ko atawusenga abami babiri. Ariko muri iki kiganiro hari ico ntatahura: muvuga muti Yesu niwe yaremye vyose . None ko tuzi ko tuzi ko Imana ariyo yaremye vyose kandi Yesu akaba ari umwana w'Imana,, none Yesu yaremye vyose bigenze gute?

    • @nininahazwe7
      @nininahazwe7 11 หลายเดือนก่อน

      Urakoze neza cane ku kibazo gikomeye.

    • @nininahazwe7
      @nininahazwe7 11 หลายเดือนก่อน

      Ushaka Kulenkampffs uruhara rwa Yesu Kristo mw irema wobanza gusobanukirwa izi nzandiko. Muri video ikurikira iyi ndabiskikako. Soma usobanukirwe na: Yohana 1,1-3; Yohana 10,30; Yohana 20,28; Ivyak 20,28 1 Yohana 5,19-20

  • @nininahazwepascalinemutoni4193
    @nininahazwepascalinemutoni4193 11 หลายเดือนก่อน

    🙏

    • @nininahazwe7
      @nininahazwe7 11 หลายเดือนก่อน

      Urakoze cane

  • @zenobinzobha7997
    @zenobinzobha7997 11 หลายเดือนก่อน

    Baba nakupata vzr

  • @niyonizigiyefaustin3463
    @niyonizigiyefaustin3463 11 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @isokoyubugingoofficial626
    @isokoyubugingoofficial626 11 หลายเดือนก่อน

    Komerezaho mukozi w’Imana

  • @felicitenicayenzi6930
    @felicitenicayenzi6930 ปีที่แล้ว

    Murakoze cane kutwibutsa ko dukwiye kumenya iyo turiko turaja kandi tukamenya nabo tugomba kujanayo.

  • @GakizaMediatrice-df7cw
    @GakizaMediatrice-df7cw ปีที่แล้ว

    Murakoze kubutumwa bwiza. Mutubwira

  • @felicitenicayenzi6930
    @felicitenicayenzi6930 ปีที่แล้ว

    Murakoze cane kutwibutsa ivyo kugaruka kwa Yesu. Imana ibahezagire.

  • @dieumercibasunga1827
    @dieumercibasunga1827 ปีที่แล้ว

    Amen🙏🏾🙏🏾💕

  • @felicitenicayenzi6930
    @felicitenicayenzi6930 ปีที่แล้ว

    Merci Pasteur pour la parole de Dieu. C'est intéréssant, on apprend beaucoups mais je trouve que le vidéo est trop court.

  • @lydhiafataki1489
    @lydhiafataki1489 ปีที่แล้ว

    Imana ikomeze iguhe umugisha mwinshi

  • @lydhiafataki1489
    @lydhiafataki1489 ปีที่แล้ว

    Yesu Christo ashimwe Hiraire

  • @ninaaline5632
    @ninaaline5632 ปีที่แล้ว

    May God continue to bless you abondantly🙏😘

  • @felicitenicayenzi6930
    @felicitenicayenzi6930 ปีที่แล้ว

    Murakoze cane. Twumvise amajambo meza kandi atuma tuzikana kumenya iyo turiko tiraja.

  • @nininahazwe7
    @nininahazwe7 ปีที่แล้ว

    Hezagirwa

  • @felicitenicayenzi6930
    @felicitenicayenzi6930 ปีที่แล้ว

    Murakoze cane twumvise amajambo meza twumvise cane cane ko atanumwe azojanwa n'umurwi arimwo ariko azojanwa no kwizera. Kandi twumvise ko umubiri upfa uzambara uwudapfa Murakoze no kudushingira intahe kuko bitwongera ukwizera.

  • @nininahazwe7
    @nininahazwe7 ปีที่แล้ว

    Je ne souhaite a personne de courir derriere une spiritualite devoyee quitte a se perdre pour toujours. C est pour cette meme je refuse d emboiter le pas des danseurs dont tu ne connais pas le maitre. Mon Seul desir c est de temoigner pour Christ et Jesus Christ Seul

  • @veroniquehabarugira6728
    @veroniquehabarugira6728 ปีที่แล้ว

    Murakoze mwarahezagiwe,aririmba neza,Nawe akomeze mbere yandike yongere ahishurirwe izindi ndirimbo nshasha. Pasteur Gervais Ndihokubwayo

  • @nininahazwe7
    @nininahazwe7 ปีที่แล้ว

    th-cam.com/video/lN8Qe5KPY58/w-d-xo.html

  • @felicitenicayenzi6930
    @felicitenicayenzi6930 ปีที่แล้ว

    C´est vraiment formidable d´avoir le courage de démentir ce que vous avez écrit. Que Dieu vous bénisse

  • @felicitenicayenzi6930
    @felicitenicayenzi6930 ปีที่แล้ว

    Imana iguhezagire mukozi w'Imana. Si benshi botinyuka kuvuga ko baje kwihakana igitabo banditse kandi bagaca kuri uru rubuga. Courage

  • @alexisndayizeye5704
    @alexisndayizeye5704 ปีที่แล้ว

    Yesu Kristo abahezagire

  • @ninamushonyanga7405
    @ninamushonyanga7405 ปีที่แล้ว

    Courage Mukozi WImana

  • @Samu19-y6y
    @Samu19-y6y ปีที่แล้ว

    Dan macht G*tt endlich mit den Juden weiter