Umunara w’ i Babeli ugeze kure - Igice ca kabiri

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 23 มิ.ย. 2024
  • Ibice vya bibiliya twifashishije
    Daniyeli 12,1-2
    1 Tesaloniki 4,13-17
    1 Korinto 15,51-52
    Yohana 14,1-3; Yohana 14,6
    Ivyakozwe n'intumwa 4,12
    Ivyahishuriwe Yohana 14,6
    Abaheburayo 11,39-40
    Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa.
    Intahe yawe uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video. Ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe".
    Shingira Intahe Imana nzima
    HilaireNininahazwe
    pprhilaire@gmail.com
    WhatsApp +49 1521 3535 215
    paroledepaix-ppr.blogspot.com

ความคิดเห็น •