Die Liebe Gottes an Die Menschen - Urukundo Imana yakunze abari mw'isi - Na Fabrice Kwizera

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 23 ต.ค. 2024
  • Itangazo ryihutiwe,
    imbere yuko tugira ico tuvuze kuri ino video y'uno munsi, turabamenyesheje impungenge dufise kubijanye n'umugambi uriko urashirwa mu ngiro ry'ibikorwa bitiriye kubuza yuko icaduka c'inkende kurandagata. Mu vy'ukuri ntaho bitaniye nabimwe duherutsemwo mu myaka ine itanu ihise kimwe catumajije amazi muco bise " Gumamurugo". Mu minsi iheze twabaciriye ku mayange ku bivurwa n'abashakashatsi basobanuye ukuntu igikorwa c'ubu gifise intumbero yo kwuzuza ica mbere kitashitse ku ndunduro nyamukuru yo goshikana bene guhabwa ubfasha gushika kuri rya zina rya ca gikoko kivurwa mu vyahishuriwe Yohana 13,16-18 hamwe na ca giharuro ca giharuro c'umwana w'umuntu kikiranga arico 666.
    Musanzwe muzi neza yuko Ijambo ry'Imana ritubwira abakiriye ico kimenyetso batazohonyora mu Bwami bw'Ijuru. S'abo gusa: Abahakanyi, abanyavyaha iyo bava bakagera, ababeshi, abasambanyi b'ubwoko bwose, abasuma, abicanyi, abarozi...
    Abantu benshi baramaze gutahura yuko ukuza kw'Umwami Yesu kuri hafi cane n'aho ata n'umwe azi uwo munsi atari Data wo mw'Ijuru wenyene. Mube maso! Yesu abahezagire
    ....
    Imirongo ya Bibiliya yo kudufasha : Yohana 3;16 na Yohana 14,1-3
    Murashobora kudushigikira muri kino gikorwa.
    Ico mwibaza mugishire muri " commentaires". Mufise akanya mufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze mwinjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video mufyonde kuri " s'abonner canke suscribe".
    Shingira Intahe Imana nzima
    HilaireNininahazwe
    pprhilaire@gmail.com
    WhatsApp +49 1521 3535 215
    paroledepaix-p...

ความคิดเห็น •