Uko ibihe vya nyuma bizoba bimeze

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 ส.ค. 2024
  • Intumwa Pawulo yandikiye Timoteyo mw'ibaruwa ryiwe rya kabiri ( 2Timoteyo 3) amumenyesha ibizoranga igihe c'iherezo ubutwese twemeza ko vyamaze kudushwaramwo. Yaboneyeho n'akaryo ko kumwereka abantu akwiye kugendera kure kugira ntibaze bamute mu kaga kubera ingeso zabo.
    Hariho ico wokora imitima Itarakira agakiza igafashwa.
    Intahe yaw uyishire muri " commentaires". Ufise akanya ufyonde ku gakengeri, ku gakumu karaba hejuru. Kaze winjire mu murwi w'abamenyeshwa mu ba mbere iyo dushizeko iyindi video. Ubishoboye ufyonde kuri " s'abonner canke suscribe".
    Shingira Intahe Imana nzima
    HilaireNininahazwe
    pprhilaire@gmail.com
    WhatsApp +49 1521 3535 215
    paroledepaix-ppr.blogspot.com

ความคิดเห็น •