Amatungo ya Maison Shalom yibwe ku vyagiriji bitagira ifatiro (M. Barankitse)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ก.ย. 2024
  • Birababaje kubona umugambwe uri ku butegetsi, CNDD-FDD, wihagira amatungo ikigo Maison Shalom cari carondereye abana b’impfuvyi badafise ikibafasha. Marguerite Barankitse, yashinze ico kigo, aratangazwa n’ukubona Abarundi basigaye babayeho nk’abari mu muriro udahera kubera intwaro mbi. Agatangazwa n’ingene bahavuye bamwagiriza ko yafashije abagize imyiyerekano mu 2015 kugira baronke icomwagira mu kwerekana igituma banyaga amatungo ya Maison Shalom. Marguerite Barankitse ahamagarira Abarundi kuja hamwe bakiyumvira inzira zishoboka zotuma Uburundi busubira kuba igihugu.

ความคิดเห็น • 85

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 5 หลายเดือนก่อน +15

    Mama bihorere icyo wakoreraga Imana izaguhemba humura irareba niyo mpamvu badatera imbere umbwenge bwabo ntibukora

  • @user-ny7dm1qb7r
    @user-ny7dm1qb7r 5 หลายเดือนก่อน +4

    Babazwa nuko uri umututsikazi kandi ufise umutima mwiza barabwira abagumyabangakazi babafashe atari kubigisha ububisha bwo kwica abantu nibiyovyabwenge n'inzara yabishe bapfuye bangara nka gahini ❤❤❤❤!

  • @regisnzeyuwera7658
    @regisnzeyuwera7658 5 หลายเดือนก่อน +3

    Humura Mubyeyi amaboko yabikoze ntaho yagiye Imana izakora ibindi
    Iyaguhaye imbaraga zo kubikora uzakora nibindi

  • @ndikumanajeanpaul3045
    @ndikumanajeanpaul3045 5 หลายเดือนก่อน +9

    Maman urumuvyeyi ndabizi jewe

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 5 หลายเดือนก่อน +6

    Iyo batuma bavyiba bakabifashisha abanyagihugu.
    Ibintu aba DD bakora birimwo ubujuju bwinshi kweri.

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 5 หลายเดือนก่อน +3

    Ni bantamutima bariya bashyira ubuhutu imbere ntiwibagire impamvu wakwibye nuko Uri umututsi 🙏🏿

  • @user-ny7dm1qb7r
    @user-ny7dm1qb7r 5 หลายเดือนก่อน +2

    I irambire maman imana irakubona umwana agwaye v.i.h SIDA bakamurira inzu nakamaramariza sabantu maman n'inyamwaswa pe !

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 5 หลายเดือนก่อน +3

    Bariya ntakigenda Imana izabibazaza vuba

  • @user-km5vb4jj6u
    @user-km5vb4jj6u 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ugasanga ummusenzi nka Neva yirirwa abeshya ko asenga adashobora no gutanga ubutabera ku mfubyi.

  • @JeanClaudeMuhima-xh2kk
    @JeanClaudeMuhima-xh2kk 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ntimukabeshe muteranya abanyagihugu none ko muvuga ngo babikoze kubera arumututsikazi Ubu ntaba Hutu kazi bangaye ahubwo ninda ndende ya banyeporipue bubwoko bwose abarundi mudakundanye muzaguma mwiruka.

  • @uwimanamarierose3939
    @uwimanamarierose3939 5 หลายเดือนก่อน +1

    Maison Shalom courage mwakoze icyo mwagombaga gukora abasuma bazabazwa ibyabo

  • @m.claire3507
    @m.claire3507 5 หลายเดือนก่อน

    Ivyuvuze nukuri Muvyeyi amariraaa twahaririye Imana niyizibikwiyee

  • @Egidos-ew1qe
    @Egidos-ew1qe 5 หลายเดือนก่อน

    Muvyeyi mwiza warahezagiwe Imana rurema niyo ibona ivyiza wakoze abaraho nibisuma nabambuzi ntamutima runtu bigeze muvyeyi

  • @benderuta7725
    @benderuta7725 5 หลายเดือนก่อน +2

    Erega ubutunzi bwose ni ubusa aho wajya hose wabushaka,ariko iyo winjiye mu bikorwa bigambanira abanyagihugu biba byarangiye ibyemezo ruhashya bihita bigufatirwa . Uri kwigora rwose.

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p 5 หลายเดือนก่อน +2

    Namashetani sabanu

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 5 หลายเดือนก่อน +4

    Ibintu ni ibishakwa mama 😂 nibo bazabisiga

  • @bigirimanayves9354
    @bigirimanayves9354 5 หลายเดือนก่อน

    Mwebwe ntimuzi aba dd,uravye ivyobakora mwishamba,ntibariguhambwa igihugu.uprona yaragurishije abarundi,cane cane abatutsi.

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 5 หลายเดือนก่อน +5

    Imbonerakures ni interahamwe 😂

  • @fleuryrukundo8945
    @fleuryrukundo8945 5 หลายเดือนก่อน

    We love ❤️ our excellent 👌 in everything 😢

  • @JocelyneHabonimana-tf3mb
    @JocelyneHabonimana-tf3mb 5 หลายเดือนก่อน

    Ntushavure Yezu yarabibonye, ngo ntanisenge muzovayo mutaryishuye, kula kulipa

  • @benderuta7725
    @benderuta7725 5 หลายเดือนก่อน +1

    Reka sha leta irakize kuruta Barankitse Marguerite.

  • @user-km5vb4jj6u
    @user-km5vb4jj6u 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ubundi CNDD ni fotocopie y'interahamwe zasize zikoze jenocide mu Rwanda, ubu bashyize hamwe muri Nord Kivu mu gukokomeza umugambi wo kwica abo badafite ishusho imwe.

  • @user-sq9us1ol4o
    @user-sq9us1ol4o 5 หลายเดือนก่อน

    Mwiriwe caane,
    Jewe ndakeneye ko twovugana ndi mu bubirigi, hamwe twohura twovugana ikiri kumutima tukakiyaga, ukamfasha kwungura ibitekerezoo

  • @user-yq4sn6cq1l
    @user-yq4sn6cq1l 5 หลายเดือนก่อน

    Voilà genda urihe iyo deni nabantu wishe wamugeseraweee

  • @user-sw2ir5fp9m
    @user-sw2ir5fp9m 5 หลายเดือนก่อน

    Kur ubumwa bumwa goho wamwicanyiwe wamukecuruwe wishwe namako yakumezemwo birababaje gusazan amacakubiri mumutwe mugabo nikomwapfuye ntabitagaje

  • @prudencerubonezambuga1462
    @prudencerubonezambuga1462 5 หลายเดือนก่อน +1

    Imana niyo murengezi ❤❤❤❤

  • @user-km5vb4jj6u
    @user-km5vb4jj6u 5 หลายเดือนก่อน

    NEVA nta muyobozi umurimo, ubu abona ari umuyobozi ukwiye igihugu cy'uburundi, ari umujura

  • @santosphilomene2876
    @santosphilomene2876 5 หลายเดือนก่อน

    Uzi kubesha nyene abata'kuzi sikera wahora ubesha abazungu

  • @wilsongafurero4284
    @wilsongafurero4284 5 หลายเดือนก่อน

    Barankitse!!!niwitonde cane muvyo uvuga, abahutu mwishe kuva muri 1965 bari kugatwe kawe,abahima twarabahinyuye.

  • @user-yq4sn6cq1l
    @user-yq4sn6cq1l 5 หลายเดือนก่อน

  • @christiankwizera9
    @christiankwizera9 5 หลายเดือนก่อน

    😭😭😭 aba dd

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r 5 หลายเดือนก่อน

    Mpore nta myaka myinshi usigaje kwisi nubundi. Ihane Imana ikwemere ibindi uvyihoze. Erega ingero yicaha nurupfu😢

  • @benderuta7725
    @benderuta7725 5 หลายเดือนก่อน +1

    Erega ikibazo ni ukwitwaza ko ufise ibikorwa by'ubugiraneza hama ukajya mu bugambanyi bw'igihugu cyawe. Si wowe wenyine ugira neza n'abandi bafite umutima mwiza barahari bafasha abana ariko kubyitwaza ugambanira igihugu non.

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 2 หลายเดือนก่อน

    Sinzi igituma URWANDA rugumana Uyo mwicanyi ngo ni Maggy
    Uyo yagurishije abana b’abarundi ku Bazungu imyaka irenga 30ans

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 5 หลายเดือนก่อน +1

    Waves he kera Iberia ABAZUNGU. NGO URI UMUTUTSIKAZI KANDI URI UMUHUTUKAZI, amavideo arenga 10 ubesha abazungu kugira wagirize ABATUTSI

    • @pascalgashikanyi9429
      @pascalgashikanyi9429 5 หลายเดือนก่อน

      Wo duha umuco kuri ivyo uvuze SVP ??? (Buyoya Cfr)

  • @fundifundi5505
    @fundifundi5505 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ahuzi ngo uzubwenge abandi batazi porotike wayitayemwo atayo ushoboye baraguhenze

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 5 หลายเดือนก่อน

    Muri 1972 hatwara bande uburundi ntibwahekuwe 1993 ntama kudeta adasiguritse yabaye ibara rikarwa Abajerere ntimubibuka!!!

  • @user-yq4sn6cq1l
    @user-yq4sn6cq1l 5 หลายเดือนก่อน

    Urikudedemba

  • @fleuryrukundo8945
    @fleuryrukundo8945 5 หลายเดือนก่อน

    🎉

  • @axniza3216
    @axniza3216 5 หลายเดือนก่อน +1

    Gusambura orphelinat ... bakomora aba orphelins bakabata hanze birababaje. Abambunzi ibisuma abajura criminels zaba DD bazi gusambura ntakintu nakumwe bakora cogutenza imbere igihugu

  • @hahirwusengaaimable
    @hahirwusengaaimable 5 หลายเดือนก่อน

    Nico gituma uburundi butazigera butera imbere nagato...ihangane muvyeyi

  • @nzambimanachantal5769
    @nzambimanachantal5769 5 หลายเดือนก่อน

    😢😢😢😢😢😢

  • @azizasudi
    @azizasudi 5 หลายเดือนก่อน

    mwizi uyu, inkozi yikibi mpuzamakungu

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p 5 หลายเดือนก่อน

    Mom bariya namashetani sabanu namahera gihugu barayamaze ariko arumusi ?

  • @antheremworoha7394
    @antheremworoha7394 5 หลายเดือนก่อน +1

    Conséquences du coup d état avorté.

  • @mbinonyoso7501
    @mbinonyoso7501 5 หลายเดือนก่อน

    Haaaaaaaa warihenze

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 2 หลายเดือนก่อน

    Kare mugicuditse na BUYOYA NA CNDD, wavuga ko abicanyi Ari abasoda b’abatutsi???
    None abo mwapfuye iki ko muri ABAHUTU mwese???

  • @nicolendabateze6307
    @nicolendabateze6307 5 หลายเดือนก่อน

    Nagahomerabunwa

  • @user-mf7gi8oh2i
    @user-mf7gi8oh2i 5 หลายเดือนก่อน

    Nico gituma nigihugu cabananiye bazi Konona ibihari gusa

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 5 หลายเดือนก่อน +1

    Reka reka twarakumenye besha ibigugu,

    • @luizfigo1133
      @luizfigo1133 5 หลายเดือนก่อน +1

      Interahamwe ndundi rwose mwamenye iki se Ahubwo muzi iki😂😂😂

    • @vanessagateka-nb7dm
      @vanessagateka-nb7dm 5 หลายเดือนก่อน

      ?????

    • @Egidos-ew1qe
      @Egidos-ew1qe 5 หลายเดือนก่อน

      Harikindi zizi atari ukwica nukwiba

  • @mariagoretti8096
    @mariagoretti8096 5 หลายเดือนก่อน

    Intwayo ya buyoya na micombeto niyo nziza kuri wowe rero ?? Ubwibone bwanyu 🥺🥺

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ubundi abatutsi bazi umbwenge niyo mpamvu abahutu babanga 😂😂😂😂😂😂😂😂 bihorere bazabiryaniramo 😂

    • @user-ce6pz9uw7d
      @user-ce6pz9uw7d 2 หลายเดือนก่อน

      Mwapfuye amafaranga nayo ubwicanyi murabunganya, wewe wica muburyo bunyegeje, ubesha ngo uri UMUTUTSIKAZI!!!
      Ko tukuzi wibaza ngo Mu. Ruyigi niwe uhazi wenyene, emera ko Uri Umuhutukazi ntaco uba

  • @Topnews6148
    @Topnews6148 5 หลายเดือนก่อน

    Ya prison Wari wateguriye gufungiramwo Abahutu mufashe Igihugu, iracari harya,niwaza n'iyo uzoshikiramwo! Kimwe gusa uri umunyakinyoma! Ntakuri na kumwe kurimwo.

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mwa mashano ya anyarwanda mwari mwarifatiye uburundi!!! Waruziko anavyi wahaneye ko uzoyatuma igikona??!!!!

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mbe Harya Pita mwapfuye iki?🤣🤣

  • @user-yq4sn6cq1l
    @user-yq4sn6cq1l 5 หลายเดือนก่อน

    Iyo niyo ngorane yawe winjiye muvya politique cane ahokurera abobana nkukurikubivuga rekana na politique

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 5 หลายเดือนก่อน +1

    Bikore ngaho murwanda iwanyu warahashitse noneho uburyndi nubwabarundi subwo abanyarwanda

    • @Egidos-ew1qe
      @Egidos-ew1qe 5 หลายเดือนก่อน +1

      Urigipfamutima uzopfana ubwo bujuju

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 5 หลายเดือนก่อน +1

    Wari wabikuye he????

    • @luizfigo1133
      @luizfigo1133 5 หลายเดือนก่อน

      Wowe se ibyo utunze wabikuye hehe 😂😂😂😂 ikibazo kibigiryi 😂

  • @Topnews6148
    @Topnews6148 5 หลายเดือนก่อน

    Ivyo bitaro navyo wiratako, urabaza barya watumye Lucia, rugandiye, na barya banyagwanda bari muri zirya nzu. Vyose baje babikuzaniye. Ibitaro vyari vyugayee keraaaaa! Machine zose ziri codées,wewe nyene niwe watanze ordre ko abakozi bataha Bose!

  • @Dddma455
    @Dddma455 5 หลายเดือนก่อน

    Uyumugore yakenye. Ariko ashaka abagiraneza ko bamugoboka. Kuko iyonkuru niyakera gose ariko ashaka kuyigarukana no kuri BBC Swahili. Yarabishizeko hose ariko agenda abitangaza kweli yasuruye. Ubuhungiro nihatari. Mukomere dukunda ibiganiro vya Renaissance TV. DISMAS hano Australia🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺

  • @evaristensengiyumva6920
    @evaristensengiyumva6920 5 หลายเดือนก่อน

    Niba harangiritse ibintu gusa ntihicwe abantu nibura nta maraso yamebetse ariko ibyabaye muri 1972 cga igihe Ndadaye agandagurwa byo birarenze

  • @odetteiradukunda7602
    @odetteiradukunda7602 5 หลายเดือนก่อน +1

    None KO wari umugiraneza politique wayinjiyemwo gte ? Washaka kuba Président nawe? Imana irihangana. Imvugo yawe yonyene irakuranga

  • @mariagoretti8096
    @mariagoretti8096 5 หลายเดือนก่อน

    Reka babifate nyene kaga yari yababeshe ngo mugiye gusubirana igihugu cabahima nabahimakazi 😏😏

  • @Dddma455
    @Dddma455 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ariko nukuri imana irahora kweli. Nimba hageze igihe umuhutu nawe yonywa Amata nigisahira. Umutsi akarira. Nimureke imana ikomeze yitwe imana. 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 5 หลายเดือนก่อน

    Murapfuye nabi.
    None aho murayinze nyene?
    Abatutsi bake ni mwe musigaye mufise inzikira.

    • @user-mf7gi8oh2i
      @user-mf7gi8oh2i 5 หลายเดือนก่อน +1

      Ahubwo nawe bakurabe neza ngira nawe warayinze

    • @ghostagee5232
      @ghostagee5232 5 หลายเดือนก่อน +1

      Ba ubanza wiyumvira imbere yo kuvuga. Urazi abadd yavuye, yafashije? Ububwa butagira aho bugera.

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 5 หลายเดือนก่อน +1

      Basi mwebwe muri bazima ko ibintu mwatwaye mutabifashisha abarundi benewacu?

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 5 หลายเดือนก่อน

      Wiririre magy ntuzopfa umushikiriye… nuyinge wewe ukorera abataguhemba Canke baguha ubusa… Uyu abayamuha nubu baramuha Kandi arakora a reka gukorera ngaho… mwe nimikomeze mwicane mukore ibidakorwa… Uyu ntakibazo mwaramuhushije kumwica … you are sooo stupid

    • @saidindizeye2206
      @saidindizeye2206 5 หลายเดือนก่อน

      Ehe nkiki kintu nani, aho uravuze canke uraneye wa mburu we.

  • @kg7285
    @kg7285 5 หลายเดือนก่อน

    Oya nta muvyeyi ahunga agatabana wewe warahunze utabana reka reka sha kwigira victime ubabajwe nimitungo batwaye gusa kandi ivyovyose wabironse kubera abobana

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r 5 หลายเดือนก่อน

    Mpore nta myaka myinshi usigaje kwisi nubundi. Ihane Imana ikwemere ibindi uvyihoze. Erega ingero yicaha nurupfu😢

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 2 หลายเดือนก่อน

    Kare mugicuditse na BUYOYA NA CNDD, wavuga ko abicanyi Ari abasoda b’abatutsi???
    None abi mwapfuye iki ko muri ABAHUTU mwese???

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r 5 หลายเดือนก่อน

    Mpore nta myaka myinshi usigaje kwisi nubundi. Ihane Imana ikwemere ibindi uvyihoze. Erega ingero yicaha nurupfu😢

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r 5 หลายเดือนก่อน

    Mpore nta myaka myinshi usigaje kwisi nubundi. Ihane Imana ikwemere ibindi uvyihoze. Erega ingero yicaha nurupfu😢

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r 5 หลายเดือนก่อน

    Mpore nta myaka myinshi usigaje kwisi nubundi. Ihane Imana ikwemere ibindi uvyihoze. Erega ingero yicaha nurupfu😢