Mu ntara ya

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 17 ต.ค. 2023
  • Mu ntara ya #Gitega mu #Gasuna hagiye kwubakwa icuniro ridasanzwe ry'inkwavu hongere habe ikibanza c'ukuguriramwo izo kwavu zizoba zavuye mu mihingo itandukanye y'igihugu c'Uburundi. Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo ubworozi Prosper Dodiko yaragendeye ico kigo yongera agendera intara za #Bujumbura, #Gitega, #Cibitoke na #Ruyigi mu ntumbero y'ukuraba aho umugambi wa Reta ugeze w'ukwurora inkwavu.
    #Ubworozi #Inkwavu #Burundi

ความคิดเห็น •