ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ngiyi ingorane igihugu gifise.urumva uwo mushikirangaji ivyo avuga umunyagihugu avuga ko akeneye impapuro zogusohora ibintu vyiwe ntiyigeze asaba ngo umushikirangaji ngo amuronderere isoko. namuronse impapuro zimuha uruhusha rwokuyisohora ivyo vyamasoko azovyironderera
Ivyo ngo baratanguye ntivyo ntumva, imyembe irazimvye cane. Nous sommes lent ds notre pays
Ntampamvu yokuyishora hanze kuko ntabwo yatubanye myinshi mugihugu, ni batumire abaranguzi bo mugihugu hagati kwanza. Tuyirye neza tubone kwivuga igihugu neza.
Ariko ga Mana🤔ahubwo nibashire ihinguriro mugihugu basha 🤔abarundi turacishwe ninzara 🙆♂️🙆♂️
Ese bamuhahe impapuro ubu nyene🤷♂️🤷♂️
Mwohereze myici murwanda umwembe 1 turikuwugura 700 tuyirye yokwangirika
Nibazane ngaha mububiligi.🇧🇪...igurwa amafaranga menshi
MUMUHE IMPAPURO PLEASE NTABINDI YABASAVYE. UMUNTU ATUNGISHWA NICUYA CIWE. SIMPLE.!!!
None ko bagire bayoshore hanze,niyumviriye kubanyagihugu b'ino? N'ubu isanzwe izimvye cane: umwembe umwe ni 1000 none mwumva bamaze kuyijana hanze itazoca ikena gose maze umwe uhore ugurwa nka 2000 Canke arenga?
None kuberiki areka ikabora kandi nongaho muyikeneye? Nabe arayidandaza aho mukurindira impapuro kugira ntiyononekare.
Ibi bintu ni bizarre? None mugihugu yabuze aho ayishora? Hama uyo mushikira ganji nawe avuga nkuko umenga nta urgence ihari kandi batwereka ko iriko irabora