❤Biratangaje !Uwo nkunda Iyoooo disi weee🥰 ca kizubazuba ANY_INGABIRE atubwiye vyose uko vyagenze!

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ม.ค. 2024
  • #burundi #rwanda #Music #entertainment #68023566 #EAC #Any_ingabire #Helena
    ‪@welovemuzika565‬ ‪@melaninboy1‬
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 108

  • @marinaniyonsaba564
    @marinaniyonsaba564 5 หลายเดือนก่อน +13

    Oya gsa nyene nihamwe abantu tutemer ivyoza vyuwundi kuber amashir nahubundi Anny nimwiza nukur tuzetuvyemer 🎉🎉❤❤❤

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 5 หลายเดือนก่อน +9

    Jewe nagira numunywagwanda kumbe numurundi Anny urimwiza pee❤❤❤🎉🎉🎉🇴🇲🇧🇮🤝🤝

  • @moniquenimpagaritse1230
    @moniquenimpagaritse1230 4 หลายเดือนก่อน +2

    ❤ni mwiza nukuri nibareke jalousie nne ko ariko Imana yamuremye ❤

  • @francinehagenimana3716
    @francinehagenimana3716 5 หลายเดือนก่อน +4

    Ntugashavure mukobwa mwiza ubundi nibwobuzima bwabakobwa bafise inyinyi cnk ibinyigishi vyirabura na fausette niko bimerey p terimbere cyane

  • @alineirankunda425
    @alineirankunda425 5 หลายเดือนก่อน +9

    Wawooo,!!!!kumbe numurundi?Dico wakoze kumuzana turamukunda💗💗💗from Rumonge

  • @LionnelIrakoze-tr6mc
    @LionnelIrakoze-tr6mc 5 หลายเดือนก่อน +2

    umunye riral wiwacu Courage

  • @ndikumwamievrard6643
    @ndikumwamievrard6643 5 หลายเดือนก่อน +8

    Basha nanj ndiko ndaba Elena 😂😂😂, uri nyen cute

  • @M-key343
    @M-key343 5 หลายเดือนก่อน +4

    Chumiiii uwukwanka akwanke ur mwiza mafou biyahure 🫶🫶🫶🫶ndagkunda maze❤️❤️❤️

  • @user-lq5cd9ru2m
    @user-lq5cd9ru2m 5 หลายเดือนก่อน +4

    Waaaooo numv nkunz anny Sha nukur courage am commentaire ntaguc integ vrt ww bandany kuk nakazi

  • @user-gd1zv8hh8y
    @user-gd1zv8hh8y 5 หลายเดือนก่อน +3

    Komeza mukobwa mwiza ww ube nkaw nyene ukore ukowumva ushaka kubikora ❤

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 5 หลายเดือนก่อน +5

    Ntuhebe inyambaro ukunda kuko niwuzigurira mamy abisi niko bameze zubarabishamaso gusa mpanime yawe ndumukobwa nkawe urimwiza kabisaa ❤❤nibareke jaruzi

  • @LionnelIrakoze-tr6mc
    @LionnelIrakoze-tr6mc 5 หลายเดือนก่อน +3

    Anny ndakwikundira

  • @clarissenshimirimana1813
    @clarissenshimirimana1813 5 หลายเดือนก่อน +3

    nikibajou sha anny wacu courage hejuru cane disi❤

  • @mmqf1654
    @mmqf1654 5 หลายเดือนก่อน +2

    Nshima ukungu udahish ahuvuka❤

  • @AriellaIrakoze-vi8fg
    @AriellaIrakoze-vi8fg 5 หลายเดือนก่อน +5

    Courage chuuu Imana ikugeze kure abantu nabo ubihorere uri mwiza cyane mbere ikiryoshe nuko ufise numutima mwiza🥰

  • @user-pm2lv6ci6y
    @user-pm2lv6ci6y 5 หลายเดือนก่อน +4

    Ndakwikundira Anny ❤❤

    • @user-pm2lv6ci6y
      @user-pm2lv6ci6y 5 หลายเดือนก่อน +2

      Uri kezaaa trop🎉

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 5 หลายเดือนก่อน +3

    Vrt anny nimwiza pe mub mwemera araniturije disi❤❤❤❤

  • @nadegedusabimana6081
    @nadegedusabimana6081 5 หลายเดือนก่อน +3

    Ndamukunda Anny sana jew naw notora Anny❤❤❤ ushak définition de la beauté raba Anny🤗🥀🥀🥀

  • @charleneiradukunda5153
    @charleneiradukunda5153 5 หลายเดือนก่อน +6

    Movit niyo yisiga shn♥️🥳twaranisiganye🤣

  • @delacycy
    @delacycy 5 หลายเดือนก่อน +13

    Que du courage sha anny❤

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 5 หลายเดือนก่อน +3

    😍😍😍😍💖💖💖💖🤞

  • @adolpheniyibizi4252
    @adolpheniyibizi4252 5 หลายเดือนก่อน +3

    Imana ikunda abagabo yaturemeye ivyiza nkibi canecane uwo muzohurira mw' ishuka ❤.

  • @yvettehaberisoni9597
    @yvettehaberisoni9597 5 หลายเดือนก่อน +5

    Wambaye neza anny

  • @AliceNiyonsaba-lg1nw
    @AliceNiyonsaba-lg1nw 5 หลายเดือนก่อน +3

    Amashusho ntabona neza ndabivuze kubera uvuze kwatahandi boyabona ngo muri abambere

  • @ffhcgggcjc-ix7fs
    @ffhcgggcjc-ix7fs 5 หลายเดือนก่อน +3

    Uri ciza disii😂😂❤❤❤❤

  • @arlinekuradusenge4279
    @arlinekuradusenge4279 5 หลายเดือนก่อน +2

    WE DICO😂😂

  • @niyibitangarodrigue4142
    @niyibitangarodrigue4142 5 หลายเดือนก่อน +3

    Mukobwa mwiza INYUMA ya success haba hihishe vyinshi gira FOCUS nirwo rufunguruzo rwa success

  • @user-yk3ei2by1o
    @user-yk3ei2by1o 2 หลายเดือนก่อน

    NC 🌹🌹 Anny urashoboy

  • @user-nf4rf1sf7b
    @user-nf4rf1sf7b 5 หลายเดือนก่อน +3

    Courage Mukobwa w'Iwacu❤ndakunz caractère zaw.

  • @IrankundaPacifique-yg6pv
    @IrankundaPacifique-yg6pv 5 หลายเดือนก่อน +4

    Vyos ndavyuzuranyeeee😂😂😂😂🎉comportement zose ndazifis

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 5 หลายเดือนก่อน +3

    Anny uri mwiza vrt uze wicunge ntuze wifate nabi kk abakobwa beza barahur n'ingoran nyinshi kd uze wibuk k indwara zagwiriye mamy uze useng Imana izobigufashamwo

  • @IYAMUREMYEAUBIN
    @IYAMUREMYEAUBIN หลายเดือนก่อน

    Anny kuvyukuri urumwigeme mwiza j ni Aubin iyamuremye

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia 5 หลายเดือนก่อน +2

    Anny shaa we love ❤ hm shn don't give up komez ukore ariko ukore ibintu bitotuma utagaciro kawe😊😊 Hm elena iri bien turayikunda😊

  • @user-xg9fz5ne2t
    @user-xg9fz5ne2t 5 หลายเดือนก่อน +3

    Ndamukunda Anny uricuki peee

  • @DianeIrankunda-fo2ds
    @DianeIrankunda-fo2ds 5 หลายเดือนก่อน +4

    Womwijenda iwacuu sh❤❤❤you are beautiful

    • @user-bb7wt7nz1e
      @user-bb7wt7nz1e 2 หลายเดือนก่อน

      Mwijenda hehe?uyo numunyamwaro jahiyo

  • @floribertndihokubwayo8110
    @floribertndihokubwayo8110 5 หลายเดือนก่อน +1

    ❤ uraryoher Cn kbs

  • @user-ug4ef8ew6t
    @user-ug4ef8ew6t 3 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂 uratwengej

  • @AliceNiyonsaba-lg1nw
    @AliceNiyonsaba-lg1nw 5 หลายเดือนก่อน +2

    Wapi amashusho asa nabi

  • @AnathalieManirambona-ew6ho
    @AnathalieManirambona-ew6ho 5 หลายเดือนก่อน +2

    ❤️❤️🇧🇮❤️ urakunzwe anny

  • @InnocentMakeup-du8tr
    @InnocentMakeup-du8tr 4 หลายเดือนก่อน +1

    nimwiza kbs

  • @muhozaghyslaine2107
    @muhozaghyslaine2107 5 หลายเดือนก่อน +3

    Niwakina flm yaw uzoshiremwo

  • @charleneiradukunda5153
    @charleneiradukunda5153 5 หลายเดือนก่อน +4

    Pl sh Anny😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣naje beshiiii barandungikiye ngo raba wamugenzi wawe ukungene yasa ngo rondera amahera uzoba mwiza😂😂😂🤣Nkaca ninumira

  • @mukeshimanarose1334
    @mukeshimanarose1334 5 หลายเดือนก่อน +2

    😊😊😊❤

  • @vivantjournalist
    @vivantjournalist 5 หลายเดือนก่อน +3

    This girl is🥰🥰🔥🔥🔥

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 5 หลายเดือนก่อน +2

    Anny ni umurundikazi kweli? ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @leilainyitayeho4710
    @leilainyitayeho4710 5 หลายเดือนก่อน +2

    Nimwiz cne me hari nabandi benshi bez babarundi batiyerekan baruzuy

  • @justinedudu
    @justinedudu 5 หลายเดือนก่อน +7

    Beautiful ❤❤❤

  • @sososolyne-px9ch
    @sososolyne-px9ch 5 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤🎉

  • @evelynenduwimana129
    @evelynenduwimana129 5 หลายเดือนก่อน +2

    Emwe naje nkikubona nabona urumu nyagwandakazi.ndatangaye

  • @user-ci9cd2oq7l
    @user-ci9cd2oq7l 5 หลายเดือนก่อน +2

    Nanj ndamukunda cneee❤❤

  • @user-qy7jf3ye9u
    @user-qy7jf3ye9u 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ibaby yanje❤❤

  • @AriellaIrakoze-vi8fg
    @AriellaIrakoze-vi8fg 5 หลายเดือนก่อน +2

    Nukuriii ndagukejeee caneeee🤞🥰

  • @user-eh3jz5rg2u
    @user-eh3jz5rg2u 5 หลายเดือนก่อน +2

    Journaliste ahumuntu avukiye niho iwabo nimba atavyuzi Reka kumukabira intara

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 5 หลายเดือนก่อน +2

    .urimwiza sha mukobwa wiburundiii

  • @user-sq4pr6nq1v
    @user-sq4pr6nq1v 4 หลายเดือนก่อน

    Basha bareke kukugirira ishari uri mwiza akuzuye ntikamurikwa

  • @ffhcgggcjc-ix7fs
    @ffhcgggcjc-ix7fs 5 หลายเดือนก่อน +2

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @Musindi736
    @Musindi736 5 หลายเดือนก่อน +3

    Man uyumukobwa nimwiza sha

  • @isaacvyihoze9029
    @isaacvyihoze9029 5 หลายเดือนก่อน +5

    Anny bby girl🎉🎉🎉🎉

  • @user-vc1ro1zj6h
    @user-vc1ro1zj6h 2 หลายเดือนก่อน

    Anny❤

  • @veve5360
    @veve5360 5 หลายเดือนก่อน +1

    Imwaro haracari ibivoka nibijumbu biryoshe naga swage?😂😂

  • @NdayikezaNovence-wi1le
    @NdayikezaNovence-wi1le 5 หลายเดือนก่อน +5

    ❤❤❤❤❤

  • @user-mk2su3gv3i
    @user-mk2su3gv3i 5 หลายเดือนก่อน +1

    Anny urimwiza vrt iry foto bakuvuzek ng warikoroze,nuwayifotoy yarongerej cne mug nukuri urimwiza cne uvyunve nuwo mwanya RER umenga turavukan naho shwi,

  • @user-mb8ke2fe9c
    @user-mb8ke2fe9c 5 หลายเดือนก่อน +2

    Nimwiza for really

  • @bigirimanaEtienne-in4ik
    @bigirimanaEtienne-in4ik 4 หลายเดือนก่อน +1

    9:21

  • @floribertndihokubwayo8110
    @floribertndihokubwayo8110 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ukomezeguterimber ugerekuvyowipfuza vyose

  • @user-ml4ky6yh7p
    @user-ml4ky6yh7p 5 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤ courage bjou

  • @user-sq4pr6nq1v
    @user-sq4pr6nq1v 4 หลายเดือนก่อน

    Ingene ndagukunda nyene!

    • @wilsonwilson6833
      @wilsonwilson6833 2 หลายเดือนก่อน

      Nukuri ndagukunda gujewesi nakabandi ndubatse kandiasa numwana wanjeni nyinyinaba ndanye iyampanumer nomuhu zanumu kobwawanje nimuto

  • @PeacefulsengaEsoso1
    @PeacefulsengaEsoso1 5 หลายเดือนก่อน +1

    Le type ni mwiza na cane cane mukanwa.gsa umukobwa si vyiza kumubwira ko ari mwiza cane ni bibi cane

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 5 หลายเดือนก่อน

    Nicyiza shaa❤❤❤

  • @AliceBarabwiriza-yl1jv
    @AliceBarabwiriza-yl1jv 5 หลายเดือนก่อน +1

    Naje narinz ngo numunyarwandakaz uyumukobw nukur🎉🎉GS urimwiz shenge❤❤❤

    • @Eliane-zt6vs
      @Eliane-zt6vs 5 หลายเดือนก่อน

      None murwanda niho bakubwiye kohari abakobwa beza gusa😂😂 wapi ahubwo muburundi niho hambere harabakobwa beza cane.kandi benshi ntibiyerekana nkakurya komurwanda birirwa kuma raison sociaux

  • @libertntunzwenimana8300
    @libertntunzwenimana8300 5 หลายเดือนก่อน +2

    Courage anny

  • @MozariBlack
    @MozariBlack 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ni beby nziza

  • @bellampundu7856
    @bellampundu7856 5 หลายเดือนก่อน +1

    😍😍ma chérie t es jolie

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 5 หลายเดือนก่อน +2

    Nampe nime yiwe ndymukobwa nkawe😂😂

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 5 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤😮😮

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 5 หลายเดือนก่อน +1

    Nimwiza ntawobiharira ariko capacité intellectuelle sikiringa.

  • @edmondniganze7603
    @edmondniganze7603 5 หลายเดือนก่อน +2

  • @user-pf7ck4lj7r
    @user-pf7ck4lj7r 3 หลายเดือนก่อน

    Mwiza kumutima no kumubiri

  • @Freshstudio257
    @Freshstudio257 5 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 5 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂❤

  • @donatienhavyarimana8581
    @donatienhavyarimana8581 5 หลายเดือนก่อน +1

    uyumwana yubahwe vlm bamureke bamuveko

  • @user-kn2oc6rz1x
    @user-kn2oc6rz1x 5 หลายเดือนก่อน +1

    Nimwiza cne bareke jaloux

  • @user-wz6io8qt3c
    @user-wz6io8qt3c 5 หลายเดือนก่อน +1

    Iyondirimbo yitwagute tujekuraba

  • @NahumuremyiPeace
    @NahumuremyiPeace 17 วันที่ผ่านมา

    Uricana gikeye

  • @ascensionmg-xi6us
    @ascensionmg-xi6us 5 หลายเดือนก่อน +2

    gusa uvuga icongereza nabi😂😂

  • @IYAMUREMYEAUBIN
    @IYAMUREMYEAUBIN หลายเดือนก่อน

    Antey kwishima kuko abigeme babarundi nibeza Can uyowew aracari uwamber Aubin imana yakuremye ihanwicubahiro

  • @irankundavanena1958
    @irankundavanena1958 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ewe Anitha Sha uratwenza

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 4 หลายเดือนก่อน

    Iyaza kugira ingidi nkiya Pamella ingekuwa bala , niyo defaut mbona kugira akwize ibisabwa kuba mwiza. Gusa aga portrait asha niyihe isoda kabisa ni african beauty

  • @yyyy6413
    @yyyy6413 5 หลายเดือนก่อน +1

    Introoo yawee 😅raba uvug ikirundi sha

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 5 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂 ubwiza nikumutima nimbuzikufise amahera anganuko ukabudatunze nipfuvy na zibiri ntabwiza bwawe ubwiza nikumutima nayo ahomumasoho hazoherana nisi hazovamwinyo ntibazohateka

  • @RegisIrakoze-gf6wc
    @RegisIrakoze-gf6wc 5 หลายเดือนก่อน +5

    Mpa numéro yuwomwana😊😊

    • @arcade3838
      @arcade3838 5 หลายเดือนก่อน +3

      Ek vrt ukiri kayokwe niwasuko

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 5 หลายเดือนก่อน

      ​@@arcade3838🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @niyongerejuvenal578
    @niyongerejuvenal578 4 หลายเดือนก่อน

  • @LionnelIrakoze-tr6mc
    @LionnelIrakoze-tr6mc 5 หลายเดือนก่อน +1

    umunye riral wiwacu Courage

  • @yvettehaberisoni9597
    @yvettehaberisoni9597 5 หลายเดือนก่อน +5

    Wambaye neza anny

  • @NadineNijimbere
    @NadineNijimbere 5 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ariko Abarundi twabaye gute ngoni umunyarwanda kazi?kuki Abarundi twisuzugura kuki mutumvako abarundi turi beza?ikindi uratubeshe ngo ntamukorogo wisiga urabesha reba kurizo ntoke zawe 🤭

  • @yvettehaberisoni9597
    @yvettehaberisoni9597 5 หลายเดือนก่อน +5

    Wambaye neza anny

    • @chantalhavugiyaremye6351
      @chantalhavugiyaremye6351 5 หลายเดือนก่อน +1

      Aaaaah umwiza yishikiy uri mwiza dukur amashari kand uri mwiza hose kbs abatabizi baze bambaze🎉

    • @user-ml4ky6yh7p
      @user-ml4ky6yh7p 5 หลายเดือนก่อน

    • @niragiradiegomane9559
      @niragiradiegomane9559 5 หลายเดือนก่อน

      Abarundikazi nibeza ariko ntibakunze kwiyerekana