ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Niwumva amafranga yinjiza kukwezi uraza kwicuza igituma utarayarimaneza uko abigenza WIPFUZA KUVUGANA na #Honoré_79981604WIPFUZA KO AGACIRO MEDIA IKUGENDERA CANKE IKINDI COSE WIPFUZA,Twandikire #agaciromedia_68013513 #ibangaryabatunzi #entreprenariat #diaspora #Uburimyi
Komera can Muhungu wacu
Impa numero yuyomurimyi bwana
Honoré nukuri ndagukunzecane kabisa uhezagirwe cane komeza utwugurura umutwepe
Jambo ndugu, nimependa nijuwe, kwa apo Burundi wapi nitaweza kununuwa miche ya matunda? na kuna aina ngapi za matunda ya kisasa zina patikana apo Burundi, kwa bei gani? Kwa mche?
Hanyuma Homme du changement urarabe neza ntuzosange warabaye ikiranganzira gusa😊😊😊😊 nawewe uzoze urarahura ubwenge ugende iwanyu nawe ushire mungiro iyo migambi yuburimyi nubworozi ubonana abandi😊😊😊😊Hanyuma ejo bundi uzodufotorera IMIRIMA YAWE n'IMPONGORE ZAWE
Nibaza ko utazi neza ico bita TH-cam akazi akora nako n'ukwitezimbere kandi nabonye nawe afise inkwavu. Kandi abarundi twese ntitwoba abarimyi n'aborozi gusa n'ibindi bisata birakenewe. None abantu bose boba aborozi/abarimyi? Abaganga? Abadandaza?.... Ni vyiza kwitaho n'ibindi kugira ibisata vyose vy'igihugu bitere imbere.
Nukuri amahera arahari muburundi ahubwo tubura ubwenge bwokuyarondera!
Murakoze cane kubw'ico kiganiro, umuntu yoronka gut ubwoko bw'iyo mivyaro yayo matunda?
Ndagushimira cane Home du changement kubikorwa ukora.Ariko muri commerce muje muraduha umuco ukwiye,namba igiti kivuyeko 5kg kundwi ntibisigurako indwi yose wamura.Hari igihe amashugwe agabanuka.
Uradushimisha kubiganiro udushikiriza wubahwe
🙏🙏
Komerezaho ❤❤udakora ntakarye ushaka umubira abira icuya, ushaka emuce acika ijoro
Ugira neza cane kuduhuza n'abarimyi bariko barabikora neza. Gusa ibibazo ubaza, woraba ukabitegura, hama ukabaza ikibazo kimwe, ukarindira kikishurwa, kandi neza. Hari amakuru tuba dukeneye cane, ariko mukayafukiranya mu bibazo bicucagiwe, hama ntivyishurwe neza!
Uyumurimyi mworozi imana ibandanye imuhezagira ndamukuze kuva nkibobye imirima yiwe nukuntu avuga neza igihugu camwibarutse
Bandanya kibondo c'Igihugu.Turikumwe.Bandanya uduhumura🎉🎉
Nigute noronka uyumurimyi numero
We journaliste bica vyumvikana kukiri celibataire. Amatunda arazimvye n imicungwe urabaza centre ville biri ntabanduka mungaburo zabana.
Congratulations Mr Honoré,Imana Ikuje imbere
Komera
Uyu murimyi mworozi niyuhwe 🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Vyiza cane
Komera k'urugamba rw'iterambere.
Rwakiranya coup de chapeau Muta, uri intwari y'uburundi
🎩
Komer
Komera bwana Honoré. Imana igukomeze
🎉🎉
Komera ncuti
Respect papa
Kora mutama kora
Mwubahwe cane
❤❤❤mukomere cane
🙏🙏🙏
❤
Tukuri inyuma mutama wacu homme. Komeza
Niwumva amafranga yinjiza kukwezi uraza kwicuza igituma utarayarimaneza uko abigenza
WIPFUZA KUVUGANA na
#Honoré_79981604
WIPFUZA KO AGACIRO MEDIA IKUGENDERA CANKE IKINDI COSE WIPFUZA,Twandikire
#agaciromedia_68013513
#ibangaryabatunzi
#entreprenariat
#diaspora #Uburimyi
Komera can Muhungu wacu
Impa numero yuyomurimyi bwana
Honoré nukuri ndagukunzecane kabisa uhezagirwe cane komeza utwugurura umutwepe
Jambo ndugu, nimependa nijuwe, kwa apo Burundi wapi nitaweza kununuwa miche ya matunda? na kuna aina ngapi za matunda ya kisasa zina patikana apo Burundi, kwa bei gani? Kwa mche?
Hanyuma Homme du changement urarabe neza ntuzosange warabaye ikiranganzira gusa😊😊😊😊 nawewe uzoze urarahura ubwenge ugende iwanyu nawe ushire mungiro iyo migambi yuburimyi nubworozi ubonana abandi😊😊😊😊
Hanyuma ejo bundi uzodufotorera IMIRIMA YAWE n'IMPONGORE ZAWE