ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Raba indirimbo #Niko_huru : th-cam.com/video/QV4e8Q0NpaA/w-d-xo.htmlsi=dFNVfnuBsAOb8Vkr
Wampa numéro ya Sandy plz ndamukunda pe
Yoooo urakaze wamukobwa.ahibwo nsuwisezerano niyihangane😂😂
Sandi jewe ndagushigikiye ibintuvyose kukarubanda sicumugani mkrnd umugabo aryutwiwe yihishije
Non rivawewe yarabuze abandi uzibizungerezi dutegereje abasore ahubwo nakome ariko sorry😊😊😊
Yakubis uwashak kurir vangah ntarukund warumufitiy ico nticotum uheb Umunt ukund
Sandy,niyibereho,atababaye,ariko,jewe,ngira,ndamwisabire,ubufasha,ndumupfakazi,mba,mugatumba,arabe,ampe,ubufasha,azoba,akoze
Navugishe ukuri nkum Christon ntabwo yamukunda aronse icitwazo😂😂😂
Harahiyeee jew sinar bwakibone ndabibony kuri Facebook 🤣
Mumyaka itanu irimbere uzobura nuwukurira itwodufaranga tugutera amanyama
Ntutubeshe ntiwamukunda waramuhema icosico cotuma mutandukana womuhimbabazi ahubwo urabonakako nubwomwoban ubonakankumunti woganzumugabo uringare ahubwo mwijambirimwe kuko umukobwa siwe ategeka umuhungu icoyokora ahubwo umuhunguniwe avugati ubu ngomba mbigenzuku vugakohrico wamuronderako nkobikorwa yagufasha urangije umuhuma amaso umubeshurikundo rudahari canke nimbamutari mugatwiko🤭🤭mwijamborimwe river yatewe indobo
Sandy oya reka kubesha raisons zawe sizo ico nticotum uheba uwukundo
Urafash vrt IC nikint cingenz kbx
Ndangukundacan mubabarir mutabany vyombabaz
Sandy urabesha wari waramaze kumukura mumutima wawe ntiwamukunda Kandi
ntarukundo warumufiseko kwarukumuhenda
Mugabo muratubwirira sandy amubabarira ikindi sandy ivyo sivyo vyotuma ava murukundo jewe mbonako atarukundo kuko ico sico cobatandukanya
Muraberewe Sand gusa reba mubabarirane musubirane n'a chr
Nyimba Bari bagucometse kweri ivyo vyose uvuzeee hari ingorane nabonye ufise wewe Sandy wewe urisigura cane ukarenza bikarangira umenye amabanga yawe yose
Ntiyamukunda nibimwe vyogutendeka abahungu mugihe umuhungu adatahura neza neza iyobija agahitamwo kugutungura ikizobikwereka umukobwa acabivamwo sandi ntiyamukunda yamuhenda
Yarafisuyundi bakundana sha narabiyaja
Ntiwamukunda ja hiyo huuuu urukundo ww uraruzi!? Ntiwamukunda vugishukuri🤔😏
𝐍𝐠𝐨 𝐛𝐢𝐛𝐞 𝐦𝐰𝐢𝐛𝐚𝐧𝐠𝐚𝐚 𝐲𝐨𝐨𝐨𝐨😂😂😂😂
Yoo Sandy nimba arivyo mwapfuye na River nimba utamukunda vyanyavyo. Ubundi mu rukundo ni ugutanga imbabazi. Mukundana ivyo ntivyotuma muhebana burundu
Nukuraba umuharire kuko muraberanye
Ahubwo biboneka kutamukunda wariko wihisha abandi mukundanye hhhhh😂😂😂😂
Chimamanda mumuhaye umugara
Sandy hari ivyanyegeza
❤❤❤amena🎉🎉🎉
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉Courage
Muraberany❤❤🎉
Uraberewe cane
Ngo murasenga non musenga mutababariranira wumva muzi ivyosenga ivyo nibintu mwopfa nuwo mukundany ntarukundo rwari ruhari wapi
Nukuri ntiyamukunda
Sand urasenga Kandi urumukozuwimana dada injiliste ivyontivyogushavuza pee wosanga carigishika cinshi agufitiye harira
Sandy ntiwakunda river kandi turababaye abafana bawe nambere ngiye kugira s'abonner iwawe kuko wari wavuye hanze wabiteguye kumuheba
Sandy mukobwa mwiza WA yesu numuharire mubane sivyo mamy? ❤️❤️
😂😂😂nne kovyari privé none wekubivuze harya ntabintu vya privé bibaho ngonuwarongoreye nyina mukuzimu yaramenyekanye wewe kuvuzivyo ubona bikibaye privé uratwengeje erega noguhebana mwarikubigira prive😂😂😂😂
Ngogukizwa ngonukubatizwa ngukavyemera Nimba utarakira yesu nkumwami nimukiza mubuzima bwawe nturakizwa.ivyovyokwemera sivyo urizera hama ukakira Romain10:9_10Hm urukundo ntarwuzi vugako warifite indi apan ngobihagaze kibera surprise ????ndakuravye ntacomvuze knd uranatwenga
Batwihishamwo ngobarasenga none utabaririye mugenzawe wumva woburiko wigishiki murumvikana basi mwibanga nkukwo ubishaka ntibimenyekane
Ubonye umukunzi wawe akunyegeza nkurumogi abakuvanga ntaba ashaka kumwicira kuri birya bihabara abafise pembeni kuko biba bimuha inoti
Ntubeshe yabona kwagomba amuseseragafu
❤❤❤❤
😢😂
Sanga mwapfuye Ivyo!ntarukundo warumufitiye!Ariko sha nanje uzonsapotinge ndisabiye😅😅
Nukuri ntarukundo gwari ruhari yari yabuze imbarutso
Urukundo rurababarira.Imana Igira neza.ubona iyo amushora Murugo akamufatira kugakosa gato.ntiyari guca asaba divorce.
@@NdimuLyne-be4nf ahubwo River azogende ashimirimana yishimikoje agafaranga ubona yomukonyeje mama umukobwa
@@AudreyNiyodusabanubwo wobugow amafarang umugab Yam arumugzb sha gus nib vyukur ivyo aricy bapfuye ntiyamukund nabukebuk kwer kand urukundo rurababarira amaher numukobw ntacyavuz kuk uyafis nturonknumugab yokurongora😅😅😅😅
Gusa uriyemera sandy nukur! Naw dico araz kugusum amajambo wallah 😂😂😂😂!
Ubabazwa nubusa ariko impamv wabikoze nuko utamukunda
Sandy none kwanka ko aguterera ivi nico cotuma umuheba??🤭🤭nibaze ko utamukunda vyanyavyo kweli
Sandy sindagutahura😢😢😢😢ivyo nivyo womuhora umuntu ukunda emwe mbambona kohari icihishije inyuma
Usananabi sinzicoriva yagukundiye
Ntiwamukundaa kandi urakaze sivyiza kudaharira ukijijwe
None urukundo rwo mumpisho narwo rubaho!!! Ahari urukundo ntihayoberana knd urukundo rw'ukuri ntitunyegezwa ahubwo ntabwo wamukunda nagato waronse icitwazo cokumuheba
Wapi ntiwamukunda ico ntiwogihor uwo ukunda
Iyo umuhungu ushaka kumugira igikoresho cawe utamukunda uramunyegeza .
Nukuri
Oya wamukunda ivyo ntiwobimuhora kweri!
Sandy urumuntu asenga anakijijwe warukwiye kumubabarira urukundo rwihanganira vyose nimba yarakoze iryosa rimwe Imana imaze kukubabarira bingahe ga Sandy??? Basi muhamahirwe yanyuma nukuri muraberanye please mubabarire none ko ijambo ry'Uhoraho rivugango utubabarire nkuko natwe tubabarira abandi none nawe uzosubira gusaba imbabazi Imana nawe utazitanga🤔🤔🤔
Wubana yigeze amukunda aha wewe ntakosa yokura riva akaryihanganira umukobwa afisamahera aragoye gukunda atariwe yakwikundiye gwabariwe akwirukangako
Uvuze ukuri@@AudreyNiyodusaba
Ivyo bikund shug dadi manyang ntasoni ufis
Ico nico cerekana urukundo rwubakiye k'umusenyi. Ico n'ikintu ca hatari copfa n'uwo mukundanye vy'ukuri
babibona ,ngurasenga amasengesho urazicarico na çhristo yaradupfiriye arakubitwa kubwacu nawe ngo ntiwomubabarira sandy shiramaguru hasi ukizwe
Sandy ndagukunze uri mubigeme bambere bacifashe bafata ingingo bakayihagararako.Imana ikuje imbere
😢😢😢😢burya mwebwe urukundo ntimuzi icarico,😒😒😒 urumva ngo mwapfuye surprise yagomb agukorere🤭🤭🤭 nimuj iyo mwarahendana
Namba waramukunda vyukuri mubabarire kuko kugwa sibibi kibi nuguherayo😢.
Mwanzo hadi mwisho !!Ntaco ndabivuzeko ariko nubu sindagera gucuka😢
Erega wew ntaco wovuga kumuvyeyo wawe!!!
Ntarukundo wari umufitiye vugisha ukuri.reka kwigirisha.izo nsiguro zose sizo.
Mwari muberànye nimusubirane
None ko Sandrine arumuntu aririmba kandi agasenga kuki atomuharira bagasubira nurukundo
Sandy yaberewe nukuri aratagase kandi Sandy ayaga neza caaane ikindi Dico urabaza nezape ivyo tuba twipfuzako utubariza umutumire urabizipe nukuri Dico wubahwe kbs✍️ Hama Sandy nawe ndakuwire nukuri ntacaha kitababarirwa uramubabarira nukuri muraberanye gose uramuharira nukuri plz🙏🙏
Emely😢😢😢😢😢😮😮😮😮😮😮😭😭😭😭😭😭😭😱😱😱😱😱
Saaaaa??uvuz ng rwarahagaz kuber'ivi gus??nizer k'utobikor Sandy vrmt wisubirek ntibihererah
Sandy mubabarire nukuri urukundo rurababaza biragoye kubura uwowakunze
Mwaragize neza kubihagarika hakirikare!nejo nejo bundi uwowita umukunzi akubwiye ati ibintu tubishire privé. Donc agashaka kuguma ahishahisha uwobakundana uzocumenyanezako atagukunda cukuramwo akarenge hakiri kare. Donc sandy vugisha ukuri ntiwamukunda 😂
Haha nimburukundo rwahagaz kuberibyo ntarukundo rwariruhari ahubwo wamubangikanya ntabwo waribwahitemwo
Ubgo nubgirate😒
Yarahemutse uyomukobwa! Birabonekako yuko uyomwigeme arimo agahaze!Gusa uyo mwigeme ubukristo bwiwe buragoye!Gusa nimba adashobora guharira! Namukunda Gusa yige guharira!
Sandy muharire happy river kwl couple yany yampimbara wallah
Azanyitwarire Canada shaho
Bizorangira mubanye azosatira mpaka Riva arakunda abakobwa bari mumahanga yarareheje numugenzi wanje arimumahanga kandi amurushimaka wew ntiyokwitesha nikazima wariwaramwemereye😂😂😂
Baramuhemukiye abantu babikubwiye bitaraba
Nishikiye kumviriza ibintu vya prive😂😂😂
Sandy uzobandanye ya film umwamikazi waravuga igitwa neza😂😂😂
None Sandy ukwo gukwizwa ntutange imbabazi n'agakiza gaki🤔reba mubandanye urukundo rwanyu sha ureke kujyagala ntazibana zidakomya amahembe.
😢😢😢 ivyowogira vyose Nukuri 😢😢😢😢 vyotubabaza hamw wokoricaha nkico cokubabaza uwundi mwana bigeziyo nn hzrumuktisto vrm akorivyo bicabiboneka kumuhenda
Umukobwa iyo ategetse umuhungu ngobahishe urukundo nuko haba hari ikindikintu ategereje mubisazwe umuhungu niwe abona kohageze koyubaka rero nawe wigize vyishi ntamukobwa yankimpeta Aho bigaragara KO ntiwibaze umukunda niyihangane inkumi zihari ninyishi
Umusi uva hanze yashatse kukusoma uramwankira.ntera commentaire ngo bizu yoyo azoyumva kuri buja FM murabipinga none ntibibaye😅😂😮😮
Ham sandy vugishukuri ntiwamukunda kuko nababafata babavanze barabaharira urukundo rukabandanya nkaswe wew ngo wamuhoy gutera ivi? Kuba desisive rimwerimw nibibi kumukobwa hoho ni final nacanecan kuburofa nkubwo ntarukundo warumufiseko rek kubesha
Umaz kuba udatanga imbabazi wumva ubutwumwa uriko uravuga buzogera hehe?ijambo ry, IMANA rivuga ngo muzobamenyera kuvyo bama
Rekaa kwitiranya ibintu
sandy mubabarire ndasavye,,, dico urasopana amajambo yewegaaaaaaa
Ubu uremeyeko mwakundana.kuki wahora ubihakana?
Sandy sivyiza bureka kumeruki kwel.birambabaje lmana isubire ibahuze
ndagukunda mukobwa mwiza ariko raba ubabarire umukunzi wawe nibaatabindi vyihishije intima yivyo uvuze mwapfuye
Nimba arivyo ivyo ntibobipfa vrt🤔🤔
Umuntu ababarira bivanye nurukundo yakunda uwundi ukwo rungana,ivyo mwobipfa?ahubwo ntumukunda Kndi niyihangane kko woza uramutegeka nubundi kko wibonako urihejuru yiwe
Muga uraraba mubisubiremwo muhane imbabazi🎉🎉🎉🎉🎉
Nibwo ndabibonyeko yari prof warumukeneyeko mubesha ngomuraba kristo wapiiii banka gukunda ababakunda bakirukira abatabashaka
I sutien nisiripe bavyo kutabimubajije nihatari
Jew nukuri ndagushigikiye simpaka ibintu bije hanze❤❤❤❤
😮😮😮😅😅🥺🥺🥺
G6 mwari muberany sandy yar solution couple kl murab muhariranir nkabant baseng
Ego vrement Sandy ivyo ntivyotuma umuheba mubabarire kuko muraberanye
Ngowashaka mubigire privé😂huuu ubuho kubivuze 😂gutangaza kukunda umuntu nivyo wabonye wohisha gusumvya gushira hanz kowamuhevy. Mugabo nawe yabay injiji kare nejo nejobundi ubony umuntu agomba kuguhish cumenyaneza kwatagukunda. Kera umusore araho yagomvy kubingira mbanamubonye kera ncandakuramwo akarenge
Niwitonde mwiza kugirango ntuhubuke muguhitamwo uwomuzubakana bisaba gusenga hama IMANA ikagufasha guhitamwokugirango ntuzokwicuzehanyum.
urwo nta rukundo,wanka ko bija k'umugaragaro!Iyo ni ingaruka yogukunda umukobwa agusumvya amahera
Narek kubesha diii ah yifitiy uwundiii ic nticotum uheb umuntu kwl ww ingingo yarayimaranye igih kinini rk kubesh
Ntiwamu kunda vugishukuri icontiwokimu hor
Sandy mubabarire ndagusavye
Sandy nukuri nimba umuhoy'ivyo ndakwanse,nivyawe sinzosubira kubiraba,ndi River noca nigira kwa Sanitha maze ugasazir'iwanyu
Raba indirimbo #Niko_huru : th-cam.com/video/QV4e8Q0NpaA/w-d-xo.htmlsi=dFNVfnuBsAOb8Vkr
Wampa numéro ya Sandy plz ndamukunda pe
Yoooo urakaze wamukobwa.ahibwo nsuwisezerano niyihangane😂😂
Sandi jewe ndagushigikiye ibintuvyose kukarubanda sicumugani mkrnd umugabo aryutwiwe yihishije
Non rivawewe yarabuze abandi uzibizungerezi dutegereje abasore ahubwo nakome ariko sorry😊😊😊
Yakubis uwashak kurir vangah ntarukund warumufitiy ico nticotum uheb Umunt ukund
Sandy,niyibereho,atababaye,ariko,jewe,ngira,ndamwisabire,ubufasha,ndumupfakazi,mba,mugatumba,arabe,ampe,ubufasha,azoba,akoze
Navugishe ukuri nkum Christon ntabwo yamukunda aronse icitwazo😂😂😂
Harahiyeee jew sinar bwakibone ndabibony kuri Facebook 🤣
Mumyaka itanu irimbere uzobura nuwukurira itwodufaranga tugutera amanyama
Ntutubeshe ntiwamukunda waramuhema icosico cotuma mutandukana womuhimbabazi ahubwo urabonakako nubwomwoban ubonakankumunti woganzumugabo uringare ahubwo mwijambirimwe kuko umukobwa siwe ategeka umuhungu icoyokora ahubwo umuhunguniwe avugati ubu ngomba mbigenzuku vugakohrico wamuronderako nkobikorwa yagufasha urangije umuhuma amaso umubeshurikundo rudahari canke nimbamutari mugatwiko🤭🤭mwijamborimwe river yatewe indobo
Sandy oya reka kubesha raisons zawe sizo ico nticotum uheba uwukundo
Urafash vrt IC nikint cingenz kbx
Ndangukundacan mubabarir mutabany vyombabaz
Sandy urabesha wari waramaze kumukura mumutima wawe ntiwamukunda Kandi
ntarukundo warumufiseko kwarukumuhenda
Mugabo muratubwirira sandy amubabarira ikindi sandy ivyo sivyo vyotuma ava murukundo jewe mbonako atarukundo kuko ico sico cobatandukanya
Muraberewe Sand gusa reba mubabarirane musubirane n'a chr
Nyimba Bari bagucometse kweri ivyo vyose uvuzeee hari ingorane nabonye ufise wewe Sandy wewe urisigura cane ukarenza bikarangira umenye amabanga yawe yose
Ntiyamukunda nibimwe vyogutendeka abahungu mugihe umuhungu adatahura neza neza iyobija agahitamwo kugutungura ikizobikwereka umukobwa acabivamwo sandi ntiyamukunda yamuhenda
Yarafisuyundi bakundana sha narabiyaja
Ntiwamukunda ja hiyo huuuu urukundo ww uraruzi!? Ntiwamukunda vugishukuri🤔😏
𝐍𝐠𝐨 𝐛𝐢𝐛𝐞 𝐦𝐰𝐢𝐛𝐚𝐧𝐠𝐚𝐚 𝐲𝐨𝐨𝐨𝐨😂😂😂😂
Yoo Sandy nimba arivyo mwapfuye na River nimba utamukunda vyanyavyo. Ubundi mu rukundo ni ugutanga imbabazi. Mukundana ivyo ntivyotuma muhebana burundu
Nukuraba umuharire kuko muraberanye
Ahubwo biboneka kutamukunda wariko wihisha abandi mukundanye hhhhh😂😂😂😂
Chimamanda mumuhaye umugara
Sandy hari ivyanyegeza
❤❤❤amena🎉🎉🎉
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉Courage
Muraberany❤❤🎉
Uraberewe cane
Ngo murasenga non musenga mutababariranira wumva muzi ivyosenga ivyo nibintu mwopfa nuwo mukundany ntarukundo rwari ruhari wapi
Nukuri ntiyamukunda
Sand urasenga Kandi urumukozuwimana dada injiliste ivyontivyogushavuza pee wosanga carigishika cinshi agufitiye harira
Sandy ntiwakunda river kandi turababaye abafana bawe nambere ngiye kugira s'abonner iwawe kuko wari wavuye hanze wabiteguye kumuheba
Sandy mukobwa mwiza WA yesu numuharire mubane sivyo mamy? ❤️❤️
😂😂😂nne kovyari privé none wekubivuze harya ntabintu vya privé bibaho ngonuwarongoreye nyina mukuzimu yaramenyekanye wewe kuvuzivyo ubona bikibaye privé uratwengeje erega noguhebana mwarikubigira prive😂😂😂😂
Ngogukizwa ngonukubatizwa ngukavyemera
Nimba utarakira yesu nkumwami nimukiza mubuzima bwawe nturakizwa.ivyovyokwemera sivyo urizera hama ukakira
Romain10:9_10
Hm urukundo ntarwuzi vugako warifite indi apan ngobihagaze kibera surprise ????ndakuravye ntacomvuze knd uranatwenga
Batwihishamwo ngobarasenga none utabaririye mugenzawe wumva woburiko wigishiki murumvikana basi mwibanga nkukwo ubishaka ntibimenyekane
Ubonye umukunzi wawe akunyegeza nkurumogi abakuvanga ntaba ashaka kumwicira kuri birya bihabara abafise pembeni kuko biba bimuha inoti
Ntubeshe yabona kwagomba amuseseragafu
❤❤❤❤
😢😂
Sanga mwapfuye Ivyo!ntarukundo warumufitiye!
Ariko sha nanje uzonsapotinge ndisabiye😅😅
Nukuri ntarukundo gwari ruhari yari yabuze imbarutso
Urukundo rurababarira.Imana Igira neza.ubona iyo amushora Murugo akamufatira kugakosa gato.ntiyari guca asaba divorce.
@@NdimuLyne-be4nf ahubwo River azogende ashimirimana yishimikoje agafaranga ubona yomukonyeje mama umukobwa
@@AudreyNiyodusabanubwo wobugow amafarang umugab Yam arumugzb sha gus nib vyukur ivyo aricy bapfuye ntiyamukund nabukebuk kwer kand urukundo rurababarira amaher numukobw ntacyavuz kuk uyafis nturonknumugab yokurongora😅😅😅😅
Gusa uriyemera sandy nukur! Naw dico araz kugusum amajambo wallah 😂😂😂😂!
Ubabazwa nubusa ariko impamv wabikoze nuko utamukunda
Sandy none kwanka ko aguterera ivi nico cotuma umuheba??🤭🤭nibaze ko utamukunda vyanyavyo kweli
Sandy sindagutahura😢😢😢😢ivyo nivyo womuhora umuntu ukunda emwe mbambona kohari icihishije inyuma
Usananabi sinzicoriva yagukundiye
Ntiwamukundaa kandi urakaze sivyiza kudaharira ukijijwe
None urukundo rwo mumpisho narwo rubaho!!! Ahari urukundo ntihayoberana knd urukundo rw'ukuri ntitunyegezwa ahubwo ntabwo wamukunda nagato waronse icitwazo cokumuheba
Wapi ntiwamukunda ico ntiwogihor uwo ukunda
Iyo umuhungu ushaka kumugira igikoresho cawe utamukunda uramunyegeza .
Nukuri
Oya wamukunda ivyo ntiwobimuhora kweri!
Sandy urumuntu asenga anakijijwe warukwiye kumubabarira urukundo rwihanganira vyose nimba yarakoze iryosa rimwe Imana imaze kukubabarira bingahe ga Sandy??? Basi muhamahirwe yanyuma nukuri muraberanye please mubabarire none ko ijambo ry'Uhoraho rivugango utubabarire nkuko natwe tubabarira abandi none nawe uzosubira gusaba imbabazi Imana nawe utazitanga🤔🤔🤔
Wubana yigeze amukunda aha wewe ntakosa yokura riva akaryihanganira umukobwa afisamahera aragoye gukunda atariwe yakwikundiye gwabariwe akwirukangako
Uvuze ukuri@@AudreyNiyodusaba
Ivyo bikund shug dadi manyang ntasoni ufis
Ico nico cerekana urukundo rwubakiye k'umusenyi. Ico n'ikintu ca hatari copfa n'uwo mukundanye vy'ukuri
babibona ,ngurasenga amasengesho urazicarico na çhristo yaradupfiriye arakubitwa kubwacu nawe ngo ntiwomubabarira sandy shiramaguru hasi ukizwe
Sandy ndagukunze uri mubigeme bambere bacifashe bafata ingingo bakayihagararako.Imana ikuje imbere
😢😢😢😢burya mwebwe urukundo ntimuzi icarico,😒😒😒 urumva ngo mwapfuye surprise yagomb agukorere🤭🤭🤭 nimuj iyo mwarahendana
Namba waramukunda vyukuri mubabarire kuko kugwa sibibi kibi nuguherayo😢.
Mwanzo hadi mwisho !!
Ntaco ndabivuzeko ariko nubu sindagera gucuka😢