Mbasabe muzorye ivyo mubiriye akuya, mureke kurondera isose mugukwirahiza ibinyoma n imvugo zo gucanishamwo aba Kristo. IMANA ibatabare vyukuri. Ese mwomera nk umwana w icangazi basi mukagaruka ku MANA. Murambabaje numvise ko mufise inkomoko kubakozi b IMANA baraho.
Sha.ntivyoroshe.nukuri.imana.itabare
Yesu babarire kuk bataz Ivy bakor
Ishengero ntiryigeze ribamwo ibibazo.Ahubwo ibibazo biri mu mitima y'abananiwe bakarushwa n'urugendo.
Barabe neza iyo mpwemu ya kora,Datani,abiramu,nabamwe250bagararije Mose,Aroni.Ntibibazeko kariyakantu lmana yakoze kiriya gihe biyinaniyeko n'ubu yogakora mugihe vyobananira gusubisa lmitima n'ubwenge kugihe bagatarika amaboko bati Mana tubabarire umurwanizi yadusutse twagira twonone igikorwa cawe.Mana Nubane na Mose na Aroni bikigihe imba bikiguhimbayeko harabakikurondera ugobako bakizwa.Uburekuye ubugombe bwawe nibwo bwiza
Ishengero ry Imana ryubatse kurutare, nimureke kubesha bagenzi
Gusa nyene turi kukirengazuba gusa kandi nkuko tuguma turwana nasatani urumva turafise umwansi gusa ikibazo nikuki mwerekana ishengero ryo kuntahangwa gusa?
Murakoze cane
Mbasabe muzorye ivyo mubiriye akuya, mureke kurondera isose mugukwirahiza ibinyoma n imvugo zo gucanishamwo aba Kristo. IMANA ibatabare vyukuri. Ese mwomera nk umwana w icangazi basi mukagaruka ku MANA. Murambabaje numvise ko mufise inkomoko kubakozi b IMANA baraho.
ivyuvuze 😂😂
Reka reka bisigaye bigoye
Past Niclas Piensohho, Eglise Pentecôte Filadelfia....
Jew ikiganiro ni ciza
Ariko abagikora n'abatumire ,
Mube imvugakuri
Kuko nagiye numva Aho uyo muntu asigura vyo mu minsi iheze,agenda ahinyika.
Ariko arasigura n'asigure ko vyose vyava Ku bakozi b'Imana bivanga muri politique.
Ingorane zose mu mashengero,zama zituruka Ku ndongozi zinjira muri politique.
Kuko ziba zarapfuye mu vy'Impwemu,bakaca bahenura Imitima y'abana bato.
Ewe wamuntu uriko ukora mujisho imana warukwiye kwitondera ico bibiliya ivuga ukareka kwiyita agakomeye nkakebura abizigira abantu kuruta imana baravumwe
Iryoshengero muraryitiranya kweli
Problème de connexion pz
Reka kubesha twarabamenye imana iraz ishengero ryayo
Nuko bimeze
Twarabamenye murabesha
Murabesha
Ntanuguzi.nogutomora.ibuntu😂😂😂😂😂bisigura.karibinyoma
Yemweyemwe muriye igitikiturigwa muzobona ibara ivyobibarahehe ishengero rifisenyeneryo
Democrate nukuri uratanze inama nziza ukoresheje amajambo y,lmana nukuri Yesu aguhezagire,ndibuka ingena ishengero ryaho hambere hasi, hama ugaca wumva ibivurwa murino myaka biteye agahinda,nukuri turasavye muve muri politique lmana ntidute kure
Imana Idutabare cane
Muvuga ibinyoma gus bemureka gucafuza ishengero y'Imana
Si 1992 A.D.E.E.P. kugeza 1972 vuga ivyo muzi.
Ewe mana tabara ishenjyero ryimana. izireta zifise imigambimibi yogusambura amashenjero kubera guhigamo amahera, zijyenda zirakoresha inkozizibibi ziyitirira abapasitori. Ibintu byamoko byaraheze umuntu akibikurikiza nibijuju mumitwe ntabwenge bafise.
Bayise EPEBU,,itigabuye ahubwo hariho uwashaka kwishura hejuru ngo abe musenyeri wa Pentecôte (CEPEBU),bica biba ngombwa k bahindura izina,ica yitwa EPEBU,uwo muntu biba biramutekurukanye.....
Bayishize mu mugabwe iragenda kweli
Ubu rero avec ces réseaux sociaux zishikira abaribo Bose kugira bushikirize inkuru izarizo zose, hari abantu batazi ko babwira abaciye ubwenge ndetse no kubarisha, babwira abazi inkuru kubarusha, bakabwira ababikoramwo, abakuze n'abato,.... Nibaza ko Kazabukeye ukwiye kurondera inkuru zo mu kindi kiganiro ugakosora amakosa uriko uravuga.
CEPBU ntiyegeze isubirira Pentecôte
Iyo ishengero riringowe n'abantu batagiye kw' ishule ni uko.
CEPEBU ir'ukwayo, Ishengero rya Pentecôte riri ukwayo.,hanyuma wewe uhaye uvuga ivy'utazi ,ivy'ishengero ntaco ubizikonumva uri mu bakiri bato,kumenya abatama b'i kiremba siko kumenya ishengero
N'ukuri muriko mushikiriza ibinyoma sinumva intumbero mufise mugabo iyo ntumbero si nziza.
Abo bantu nugusevya
Wewe uhagaze wiyubare ntugwe
Eglise catholiq surutonde ahubwo nivyovyayo satani ntaco abaronderako .
Ikibazo nuko muvuga kahise nabi Kandi myhengama mwitwa ko muriko muratanga umuco
Intambara nazo nizo zerekakanako turiko tuja mwijuru. Amajambo yanyu abe make mugwize kurisengera nimba murikunda nayo ivyo muvugira kuma reseaux sociaux birushirizaho gusambura hokwubaka
Vyukuri muriko murashikiriza ibintu birimwo ibinyoma vyinshi. Nkeka mwabigize mutabiteguye
Bapantekote murahagarara magabo kdi mukomere mwiyamirize abobantu bashasha biyita abapasitori. abakirisitu murabe maso. Poritiqwe ntiyivanga nareta umwijima ntubana nuco. ntakundi nomugwanda barigumije. gusa lmana izohana inkozizibibi.
abarundi turibagiye iyimana idukuye? none mugomba guteza akajagari mwishenjyero , nkibyabaye mugwanda Rekata ukuntu yasambuye Adeperi igashiramo abapasitori bakorana nareta aramahera bahigamo, natwe byashitse ishenjyero reta izoyisambura yinjizemo abakozi basatani biyita abapasitori gusa mugagaba.
Nimubireke yemwe ivyo birabaroka.Burya si rimwe si kabiri Satani n'abiyita Abayuda bagerageza gusambura Ishengero Ariko Data akama ariramira
muvy,lmana murimpumyi😂😂yoo 🤔🤔🤔muteye ikigongwe muzohava mumera nkinyondwe yumiye kurusato gwinka kumbe bayiriye kera yesu abakore kumaso muhumuke mubone umwungere mukuru nyakwigendera yarabihanuye kumbe mufise amaso ariko ntimubona mufise amatwi ariko ntimwumva
Ikindi nkivyimigambw mur catholiq bisanzwemw .ntimubigereranye rr barateguy hakiri kare
Ntidutwarwe n'amarangamutima. Ishengero rubutse ku rutare rivugwa si Pentecôte.
Ibizoba vyose bizobazwa uwo mu escron, kuko nimba akeneye amako naje mu migambwe aheze yitoze, ubwo bukuru arondera azoheza aburonke
Muriko Mushikiriza Ivyo Mutazi, kuko ndumvako Pentecôte mutayozi, CPBU ntiyigeze Isubirira Pentecôte, ntamuco rero muriko muduha, mureke kwambika ibara Ishengero Rya Pentecôte
wew uvuga kuruwo mu muryango wa Madengo na Ndikunkiko ur'umubeshi muri vyose kuko ubwabo ntaco basangiye muvy'amaraso.
kaza reka kubesha kuko nubwo wigeze gusengera gasekebuye ntiwigeze utahura neza watwawe na politique na secrétariat wakoramwo kurya1 vyukuri urambabaje sinarinzi ko wobesha uko.ariko ndavyibutse kowandikira MSD .tout autre muturuka hamwe .
ABANYEFESO NABO BARACIYE MURIBIBIHE ISHENGERO RIRIKO RIRACAMWO Paul yaciye abandikira 4:25 Maze mwiyambuye ibinyoma, umuntu wese avugane ivy' ukuri na mugenzi we, kuko tur' ingingo za bagenzi bacu. 26 w Ni mwaraka ntibibakoreshe icaha: izuba ntirirenge mukiratse, 27 kandi ntimuhe wa Murwanizi icicaro. 28 x Uwiba ntakongere kwiba, arikw apfume acumukura, akoreshe ayiwe maboko ivyiza, kugira ngw aronke ivyo gufasha ukennye. 29 y Ntihaze hagire ibiyago bibi biva mu kanwa kanyu, ariko muvuge ijambo ryiza ryose ryo gukuza ukwiye kuribgirwa, kugira ngo riheshe abaryumvise ubuntu bg'Imana. 30 z Kandi ntimukababaze Mpwemu Yera w'Imana, yabashiriweko kuba ikimenyetso, gushitsa ku musi wo gucungurwa. 31 a Umururazi wose no kujingitwa n'uburake no gutongana no gutukana bibavemwo, hamwe n'inzigo yose. 32 b Mugiriranire neza, mugiriranire imbabazi, muharirane, nk'ukw Imana na yo yabahaririye muri Kristo.
None aho vrm pentecote yofash gt muri propagande y umugambwe? Nibaza ko muriko murondera views
cfr nyakwigendera amatwi mwari muyicayeko