IMPANDA YANYUMA KU BURUNDI😱UMURIMBUZI AGIYE KUHANYURA😭GEN BUNYONI AGIYE GUFUNGURWA✍VIZA IZAHENDA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 22 ธ.ค. 2024
  • Hari igitekerezo, ubuhamya cyangwa inyunganizi ushaka kuduha cyangwa hari inkuru n' inyigisho ushaka gusangiza abandi watwandikira cyangwa ukaduhamagara kuri + 250 788 393 934
    PLEASE LIKE & SUBSCRIBE FOR MORE.....

ความคิดเห็น • 174

  • @lahai-roitv1
    @lahai-roitv1 14 วันที่ผ่านมา +2

    Yesu kristo arengere abarundi na barundikazi kubw’Imabazi zayo.

  • @niyongirajeandamascen
    @niyongirajeandamascen หลายเดือนก่อน +23

    Mwakoze amabi none nkaho wasabye ikigongwe ahubwo ugatera ubwoba wowe ibyo wahanuye byose nikihe cyasohoye imana ya barundi iri mukazi cyaneeee

  • @PoulKanuma
    @PoulKanuma 17 วันที่ผ่านมา +1

    Nukuri imana yacu izikubaho kumuntu kweri ikubabarire kuko wama ubesha wibaza k'imana itakunda abarundi

  • @GaspardNiyonkuru-q6w
    @GaspardNiyonkuru-q6w 24 วันที่ผ่านมา +1

    Twarakurambiwe nta nisoni ugira ubuhanuzi bwubunyoma vanaaa ngaho untera niseseme Cyakora Imana irihanga

  • @ChantalMboningabira
    @ChantalMboningabira หลายเดือนก่อน +7

    sekibi sekinyoma wiyitirira imana, nyabingi na mayimuna ndabarimbuye mw'Izina rya Kristu Mwami.
    amasengesho yose wasavye ngo bagufashe kurimbura isi n'iki gihugu,yose ndayapfishije ubusa mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami.
    Kristu Mwami Twimitse n'Akurimbure,
    Umuvyeyi Bikira Mariya Nyina wa Jambo n'akujanjagure akumene umutwe, Inkota y'Umumalayika Michael Mweranda n'igushinge mugakanu ugende uje mu inyenga y'irimbukiro burundu waratsinzwe sekibi ur'igicibwa ur'ikivume va mubana b'Imana ja mu inyenga y'irimbukiro burundu n'ivyawe vyose.
    Ndabigutegetse mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami.
    Amen

  • @rosekabirori9635
    @rosekabirori9635 29 วันที่ผ่านมา +2

    Kwenda kule acha kutishia watu ! Imana izobanza kurimbura wewe mubeshi

  • @ezechielndikumana
    @ezechielndikumana หลายเดือนก่อน +4

    Hezagirwa Paster ikindi womubwira iriya vino yi kana yaritandukanye no mukuyikora ntabwo yagiye mumibindi yagiyemwo vino irimwo vino irimwo umusemburo Yesu yababwiye bavomere amazi mumibindi yahoze ijamwo amazi yo guhumanura abantu rero Yesu yari kumurimo kandi abari harya ntibanyoye vino gusa Yesu yahinduye canke yakoze kuba iyo vino yari muriyo mibindi yahoze ikora ico gikorwa Yesu yarejej burya bugeni cari nigicapo co guhumanura no kweza abantu. rero ntimukitiranye ngo yatanze inzoga yarikuvuga ati ni mwoze iyo mibindi mwari mwashizemwo inzoga hama muvomeremwo amazi ariko yahisemwo ko bavomera mumibindi itandatu yajamwo amazi yo guhumanura abantu. Ntamukozi w'Imana yobwira abantu ngo kunywa inzoga sicaha yoba avuguruje bibiliya

    • @Nkundukuri
      @Nkundukuri หลายเดือนก่อน +1

      Nta vino itarimwo umusemburo ibaho!!! None wagiye muri isiraheli ubona Vino y'umutobe?? Mukomeze mubeshye iniji!! Mwemere Kristu, muve mu byaha mureke kuvuga ko vino ariyo ibatera ibyaha!!

  • @CardinaleNdikumagenge-ui3ox
    @CardinaleNdikumagenge-ui3ox 2 วันที่ผ่านมา

    Uragarutse kubesha.Inkoni y'Imana igukubite bishimishije

  • @clementnijimbere-bm9px
    @clementnijimbere-bm9px หลายเดือนก่อน +2

    U Burundi n'ihanga Imana yitoranirije, ninayompamvu aritwebwe tuzovuga ubutumwakw'isi yose. Mureke kubanzakudutera ubwoba ngotutamanjegukora ibina biriya.

  • @Twese.01
    @Twese.01 หลายเดือนก่อน +2

    Uzi imyaka umaze uvuga ibintu ntibibe, ...uvuga ngo" uku kwezi...uyu mwaka...hazoba ibi"nubu ntakiraba. Ntawanse ko Imana yipfuza kugirira neza Uburundi ariko ureke kuvuga ibivuye mu mutwe ngo Imana yavuze itavuze.Ufise ukuri guke, ntabuhanuzi ndakubonamwo.

  • @NintunzeArex
    @NintunzeArex หลายเดือนก่อน +7

    MUHEZAGIGWE MUKOZI W IMANA ❤ DUSENGERANIRE TUZOGIR IHEREZO RYIZA ❤ NDABAKUNDA❤

  • @BessaleliBitwabami-t8o
    @BessaleliBitwabami-t8o หลายเดือนก่อน +1

    Ndi bessaleli iburundi ndagukurikirana cyane imana idufashe kugendera mubushake bwayo ngotuzangwe twemewe nijuru.ngo ishirikimenyetso cyanaraso kurugo rwanje

  • @NgendakumanaDanieri
    @NgendakumanaDanieri หลายเดือนก่อน +2

    Gusa abanyarwa ikibishe nu kwiyemera gusa nukwisima nimutuze kuko uburundi burarenze

  • @gaudencendururutse4617
    @gaudencendururutse4617 หลายเดือนก่อน +1

    Imana iguhe umugisha pastor

  • @RamadhaniNdayizigiye
    @RamadhaniNdayizigiye 27 วันที่ผ่านมา +1

    Nta mugabo yisiga mukorogo Imana yotuma

  • @eradyrich
    @eradyrich หลายเดือนก่อน +1

    Shalome.
    Rev Pstor, mfashye kano kanya kogushimiri Imana ukuntu yasohoye amagomb9 akomeye abicishije mur ww, namwe muze mudufashe gusengera igihugu c'acu hamwe na Africa yose, isi nzima ihinduke.
    Kubwanjye nigishijwe kandi ndasavye Yesu kristo angirire ikigongwe

  • @nkumbiri-ks4kt
    @nkumbiri-ks4kt หลายเดือนก่อน +2

    Mana yanje, mpa kwumvira no gushira mu ngiro ivyo watumye akanwa k'umukozi wawe. Unzitirire impande zose jewe n'umuryango wanje wose.

  • @JeaneBUTOYI
    @JeaneBUTOYI หลายเดือนก่อน +1

    Murakoze mukozi WI MANA KURUBUBUHANUZI KURUHANDE GWANJE NDABWAKIRIYE KUKO HARINABANDI IMANA IRIKO RACISHAMWO UBUBUHANUZI NUKURI IMANA IDUTABARE CANEEE

  • @AkimanaJacqueline-f6v
    @AkimanaJacqueline-f6v หลายเดือนก่อน

    Imana ishishikare kugukoresha ibidasanzwemukozi wimana.

  • @SarahNiyonzima
    @SarahNiyonzima หลายเดือนก่อน

    Mwabantumwe mumutuka mushibira kuba mumuzi nabi arik akigaya mutahari maze Akababarigwa Imana Ikongera Ikamugirira Icizere Imana Itubabarire Idushire kwIkimenyetso cayo nimiryango yacu mwIzina rya yesu Christ Amen

  • @eliasmpozamarira2536
    @eliasmpozamarira2536 หลายเดือนก่อน +5

    Babagore wirirwa urasambanya sha Imana yogucamwo yoba yabuze abicamwo!!
    Banza utunganye ivyawe sha😂

    • @Mari-u8p6k
      @Mari-u8p6k หลายเดือนก่อน

      😢😢😢😢😢

    • @BrahimDiaz-g8r
      @BrahimDiaz-g8r 28 วันที่ผ่านมา

      None nikuki berekwa muburundi gusa atakindi gihugu berekwako.ico nikinyoma

  • @BiratunganyeNesta-i6m
    @BiratunganyeNesta-i6m 29 วันที่ผ่านมา +1

    Icubahiro ncandho.muhezagigwe.

  • @nyirahakizimanadative7585
    @nyirahakizimanadative7585 หลายเดือนก่อน +4

    Iyo shitani ibatuma twarayivumbuye hoshi jyana roho mbi zawe

  • @EzéchielNduwimana-v5g
    @EzéchielNduwimana-v5g หลายเดือนก่อน +1

    Uwumurwayi wo mumutwe nuwahe?

  • @VianneyNzomwita
    @VianneyNzomwita หลายเดือนก่อน +1

    Murakoze Imana niturinde

  • @isaacnsabimana-p7d
    @isaacnsabimana-p7d หลายเดือนก่อน

    Murakoze cane mukozi w'Imana !Ndakunda cane ubutumwa muduha

  • @NdabikunzeCornel
    @NdabikunzeCornel หลายเดือนก่อน +1

    Imana irarwana nande papa. ? Ariko ndashaka kukubaza imana niyoyakubwiyengo ubutumwa ubunyuze kuri TH-cam kd mwebwe muzarimbuka kandi singuciriye urubanza ariko mujye mukorana ubwenge bw'Imana

  • @DamasceneJean-yi6hs
    @DamasceneJean-yi6hs หลายเดือนก่อน

    Imana igukoresha nayo nntiyuzuye mumutwe

  • @SSs-kd7bc
    @SSs-kd7bc หลายเดือนก่อน +2

    Nimudufashe gusenga imanitugwanirire. Kuko twebwentitwoshobora imazifatijambo

  • @ChristopheNiyonzima-q5x
    @ChristopheNiyonzima-q5x หลายเดือนก่อน +3

    Iri siterabwoba,kuko amakuru natwe tuba tuyafise n'uko tubiceceka.

  • @Tubivugetv990
    @Tubivugetv990 หลายเดือนก่อน +4

    Nka wowe wumva ufise ubwenge ndagutahura kuko uri mugihugu cinjiji niyompamvu batakwirukana uragapfana ubwo butumwa bwawe

  • @jeannettehatungimana7793
    @jeannettehatungimana7793 หลายเดือนก่อน +1

    Nukuri mwitonde bantu mukuvuga .kuko nanje ndabihamya uburundi bufise amasezerano ryiza caaane .kandi vuba umugeni arataha muzobibona.

  • @MelchisedekHatungimana
    @MelchisedekHatungimana หลายเดือนก่อน +1

    Imana idufashe dukire ivyango bigiye kuba mudusengere

  • @Victor-x6w2f
    @Victor-x6w2f หลายเดือนก่อน +2

    Ntawakwita umwanda kandi wigwariye mumutwe.Nimba hoba numwe akwiyunvamwo,akanagare akujane indera kuko niho hakwegereye.Kwa legentil wohashika wahezemwo umwuka

    • @JamesNintuze
      @JamesNintuze หลายเดือนก่อน

      Vigemake mwabantu

  • @Alin-d4o
    @Alin-d4o หลายเดือนก่อน

    Amen imana ninzitirire umuryaNgo wanje

  • @JamesNintuze
    @JamesNintuze หลายเดือนก่อน +1

    Amina

  • @TheodahadImpundu
    @TheodahadImpundu หลายเดือนก่อน +1

    Mbe se mwahuriye he ga muhungu ngo utumwe n'IMANA mushoboravyiza

  • @chantalkwizera3281
    @chantalkwizera3281 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ni shimwe hama ayomasengensho aratangira ryari???

  • @lilianebahati7290
    @lilianebahati7290 หลายเดือนก่อน

    ❤❤😂😂😂 Amen Amen Uhoraho aguhu mugisha nawe

  • @sylvereirambona5946
    @sylvereirambona5946 24 วันที่ผ่านมา

    Ziba, pfunga ako kanwe kavuga ubusa! Iyo mana muvugana ni ari nayo yonyene ikwia p 6:34 asteur si Imana nkuru yaremye isi n’ijuru, abantu ni ibintu, iyo twe dusenga!
    Yo Ntibesha, ikunda abantu harimwo nabo barundi.
    Ico cagitumye not kimwe mwe ntazi uko mucita. Ni ca se wa abarozi n’abapfumu.
    Kazibe rero ivyo uvuga ntawabigurumye.
    Ubwo wari iburundi hanyuma barakwiruka none upfanye akabonge wipfuza icohagushikana ugapfuma uhatuka.

  • @VenantNkorerimana
    @VenantNkorerimana หลายเดือนก่อน

    Imana yomwijuru idutabare abarundi Yesu nudusegerenukur naje mana uchirekwikimenyesto

  • @DamasceneJean-yi6hs
    @DamasceneJean-yi6hs หลายเดือนก่อน +1

    Ziba wambwawe kamugare wahanuyeko rwasa azashika akaba perezida uburayoboye wakiborewe none ntanisoni uragarutse nogusambana kwawe

  • @YahuTV1
    @YahuTV1 หลายเดือนก่อน

    Komerezaho pastor

  • @DamasceneJean-yi6hs
    @DamasceneJean-yi6hs หลายเดือนก่อน +1

    Uzamanze usabe imbabazi kubantu waroze abowateye inda abowibye amafaranga wakigoryiwe cikirura

  • @BarakaAthumab
    @BarakaAthumab หลายเดือนก่อน

    Iman idukomeze cyanee rwose

  • @dukundane-g3f
    @dukundane-g3f 29 วันที่ผ่านมา

    Abantu banka ubuhanuzi nabagabitanya reka isi yababi irangire

  • @lydhiafataki1489
    @lydhiafataki1489 หลายเดือนก่อน +1

    Kristo Yesu adushoboze gusenga nyabyo

  • @SSs-kd7bc
    @SSs-kd7bc หลายเดือนก่อน +3

    Habwigwabenshi bikumvabenevyo abazikwimanivuga babicakiye abatavyumvanabo nakazikabo imaniguhumugisha

  • @MelchisedekHatungimana
    @MelchisedekHatungimana หลายเดือนก่อน +1

    Imana ishimwe ivyumve usengakwanje

  • @AmatwiyimpeneYumvayokeje
    @AmatwiyimpeneYumvayokeje หลายเดือนก่อน +2

    Hhhh Arko igihe warindagiriye ubesha wahamagawe nande kuringegera ubwo bugugu bwawe henda ibijuju nkawe Imana tuzi ntayagutumye wamupaganiwe

  • @AppolonieNihazi-c4w
    @AppolonieNihazi-c4w หลายเดือนก่อน +1

    Abel ndarimbuye iyo sekibi ikuvugisha nije munyenga y'irimbukiro mw'izina rya Christu mwami urumva ingene uriko urasaba abantu ngo basenge shetani!!!!!

  • @IrèneKezakimana
    @IrèneKezakimana หลายเดือนก่อน +1

    Nnttutiinye kkuvuuga bibwigwa. Beshii kbikumva benevyoo. Haggoowuuwuvugga ngwiiravuze itavvuze

  • @TriphineNdayisenga-nm7sp
    @TriphineNdayisenga-nm7sp หลายเดือนก่อน

    Ye
    YESU NASHIMWE ukobiboneka neza Arya mazi Ayo mazi bayizera KO ariyo abeza nkuko bayihumanurisha Iyo bàgiye gusenga.

  • @HAMUDUDURestaurant
    @HAMUDUDURestaurant 28 วันที่ผ่านมา

    Hera munzu iwaw urire nabaw muburundi habuzw abubaha imana itobiyereka, atase!

  • @saimonwillison
    @saimonwillison 27 วันที่ผ่านมา

    Ivyo IMANA igomba kwihanga ryayo ni bibe uko igomba

  • @Lilean-sw8ip
    @Lilean-sw8ip 27 วันที่ผ่านมา

    Amen Amen 🙏🙏🙏😢😢

  • @Musagisagara
    @Musagisagara หลายเดือนก่อน +1

    Reka kuba mushaka kumenyekana mukoresheje ubu beshi 🇧🇮 🇧🇮

  • @happymunezero4923
    @happymunezero4923 หลายเดือนก่อน +1

    Kwigishiriza kuri youtube ugasobanura Ijambo ry’Imana ni vyiza cane. Kandi atari abanyavyaha bamaze kuyoboka satani n’abamalayika biwe, nta wuyobewe yuko gusesa amaraso n’ibindi vyaha biteza akaga abanyagihugu bikwega umuvumo mu gihugu.
    Ikindi naco iyo usenga wibuke ijambo Yesu yigishije ryanditswe na Matayo 6: 5-8. Yavuze ati ntugasengere ahantu hari abantu benshi( youtube irabwa n’isinzi ry’abantu), ati abagira gutyo ce sont des hypocrites kandi bararonka impera yabo itari nziza itava kuri Mana Data. Ati iyo usenga ja mu cumba wiyugarane usenge Data mw’ibanga, wewe abona ivyo mw’ibanga ntazobura kuguha ivyo umusavye bijanye n’ishaka ryiwe. N’Imana ituganiriza mw’ibanga natwe nituyisenge mw’ibanga.

  • @ntunzwenimanaleonard827
    @ntunzwenimanaleonard827 หลายเดือนก่อน

    Mwariko 14:25 haranditswengo: ...umutobe wazo musha cg mushya mubwami bw'IMANA.
    Bivuzengo umutobe mushya ntabwo uba usembuye. Batazarya bayobya abantu

  • @MugishaJeanbercumase
    @MugishaJeanbercumase หลายเดือนก่อน

    Muhezagigwe umwa yesu abiguhere umugisha

  • @MedronundersonMkuyu
    @MedronundersonMkuyu หลายเดือนก่อน +1

    Arakarimbura nyoko muranguha abahima mwarakoze ikibi kibishemuzopfa mudasuniye kubutegetsi

    • @ThierryNdayizeye-p9y
      @ThierryNdayizeye-p9y หลายเดือนก่อน

      Mbega uyu muntu avuze ngo abahima bakoze ibibivyinshi .womenyera aribo bishe abana bibuta?nibobishe abana bo mukibimba?nibo bishe abanyamurenge mugatumba?nibo bishe kararuza?nibo bishe president nkurunziza na Adolphe nshimirimana?nibo bisheferuzi,nibo bangaje Hussein Rajabu?abana bo kumusaga,nyakabiga cibitoke na mutakura?ukuri kwarabananiye murabanyabinyoma mwabana binzoka Musa na satani

    • @MedronundersonMkuyu
      @MedronundersonMkuyu หลายเดือนก่อน

      Sha ndadaye mwagandaguye azobomera kugeza mufukamye mugasaba ikigongwe reka kwidondaguza utwotunyoma ahumuhimari ntiharangwa amahoro nibinywamaraso

    • @JamesNintuze
      @JamesNintuze หลายเดือนก่อน

      Nimubemwubahanimana

  • @AlexisHakizimana-s1q
    @AlexisHakizimana-s1q หลายเดือนก่อน

    Turabasavye mubandanye mutubwira kuko bibwigwa benshi bikumva benevyo ariko twe ubutumwa turacabukineye mumwanya tukiri kwisi zemuraturemesha ntiturambigwenosi kuko isiragoye

  • @savedbygrace3230
    @savedbygrace3230 29 วันที่ผ่านมา

    Uwo muntu mumwakira mute ? 😢😢😢😢

  • @NkunzimanaPascal
    @NkunzimanaPascal หลายเดือนก่อน

    Muhirwe mube muvuga ukuri. Irimbure igihugu cacu??? Ba muvuga ivyo kuremesha amahoro

  • @ManirakizaFrançoi
    @ManirakizaFrançoi หลายเดือนก่อน +1

    Uyu mugabo je sintahura inyungu akura mukubeshera lmana ngo yamutumye itamutumye jewe azonyishire kuko ibintu vyose avuga n ububeshi ntanakimwe gishika uyumuntgabo numupagani akwije vyose

  • @JeansMaryNtunzwenimana
    @JeansMaryNtunzwenimana หลายเดือนก่อน

    Aba bavugishwa bu Rwanda KO batavugishwa ugihugu caboabobanyakinyoma. Nintumwa ya Bunyoni nyene

  • @ManirakizaFrançoi
    @ManirakizaFrançoi หลายเดือนก่อน +1

    Umuuntu atazi agakiza icarica akabesha ngo yavutse akijijwe? Mbaga agakiza niki iyaba yarazi agakiza icarico ntaba abesha. Ngo yavutse akijijwe

  • @NsengiyumvaEtienne-b7q
    @NsengiyumvaEtienne-b7q หลายเดือนก่อน +1

    Imana idufashe

  • @nyirahakizimanadative7585
    @nyirahakizimanadative7585 หลายเดือนก่อน +1

    Shitani we jyenda ujye munyenga y'irimbukiro ubutazagaruka

  • @niyongirajeandamascen
    @niyongirajeandamascen หลายเดือนก่อน +1

    Ntaho utaniye na nibishaka Theo wowe uzarangira nabi si mama igutuma urisekibi .

  • @princenshizirungu2311
    @princenshizirungu2311 25 วันที่ผ่านมา

    Ahhhhh uyu Mugabo muheruka kera kubwa president Nkurunziza

  • @theresenyamwana7545
    @theresenyamwana7545 4 วันที่ผ่านมา

    Imana ntiyobura umu Rundi yotuma ku Burundi yorinda guca kuri wewe?I

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 หลายเดือนก่อน +1

    Wewe wishakira views za TH-cam imana ntitumira umuntu kuri social media ahubwo iguha ubutumwa ukabushikana kwa nyirabwo udaciye kuwundi muntu

  • @JonathanMASABARAKIZA
    @JonathanMASABARAKIZA หลายเดือนก่อน +2

    Kuvugishwa si bibi arko ndibuka Ivy wavugishijwe 2020 ntanakimwe cabaye.niyompamv mfise amakenga arko ntavyinsh mvuzeko

    • @liliuwitonze
      @liliuwitonze 28 วันที่ผ่านมา +1

      😂😂ngo Président azoba Agathon Rwasa😮

  • @JonathanNiyomwungere-w9u
    @JonathanNiyomwungere-w9u หลายเดือนก่อน

    Iman irind uburundi na barundi

  • @aaronydusengiyumva2997
    @aaronydusengiyumva2997 หลายเดือนก่อน +2

    Icompa nkababarirwa

    • @liliuwitonze
      @liliuwitonze 28 วันที่ผ่านมา

      😢😢imbabazi z'Imana zamaho ibihe byose nubu izo mbabazi wazihabwa. Yesu niwe mbabazi twahawe nukumwizera ukamukurikira

  • @AugustinNduwimana-sv5ww
    @AugustinNduwimana-sv5ww หลายเดือนก่อน

    Nje ndibaza ko IMANA muvuga no bayari kuko ntanarimw ikorana nabanyabinyoma nkamwe gusa ibihembo byanyu mubitegerez

  • @yesunibyosetv
    @yesunibyosetv หลายเดือนก่อน +1

    Umuhanuzi udasabira igihugu cye ? Ngo Imana ikureho inkoni? Ndaje nsenge mfate ibyo byago ku barundi sibo babi cyane muri africa Yose

  • @lioneldusabe8809
    @lioneldusabe8809 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂😂ibi ni vya bibwa chimamanda akunda kuvuga

  • @NdereyimanaGervais
    @NdereyimanaGervais 29 วันที่ผ่านมา

    Hambagira iyo nyo yawe kandi nkubu ndagufashe......,.........numuryango waw wose.......nogu.........

  • @all-in-One452
    @all-in-One452 25 วันที่ผ่านมา

    Uvuzete uti
    Uwanka ubutumwa uriko utubwira ngo tuba twanse uwagutumye
    Non nkubaze kumenga harimwo iterabwoba?
    Nigute twokwizerako watumwe n'IMANA Yo mwijuru? KO imana Ubu zabaye nyinshi
    Kandi ngo mugihe nkiki tuzobona abigira abavugishwa n'IMANA kandi aramabingira yiyambitse uruhu rw'intama
    Ikindi naco mbe ntayerekwa ku Rwanda wigera werekwa cank mutinya mutama Kagame
    Je sinje guharira kuvyo uvuze ariko je kuvyo wavuze vyose vyanteye amakenga
    Kuko ijambo ry'IMANA rivugango mugende nkabafise ubwenge

  • @JeanmarieShimirimana-n2x
    @JeanmarieShimirimana-n2x หลายเดือนก่อน

    Abapasitori burwanda umengo ntibakomeye mumutwe mwahanuriye urwanda mukaza mureka Burundi 🇧🇮 twebwe twibereye mubihano vyokubura igitoro hama nawe uje wasamanga gusa😅😅😅😅

  • @antoinekayitare5331
    @antoinekayitare5331 หลายเดือนก่อน

    Ubwo ntago ari ubutumwa kuko amaraso yasizwe ku nkomanizo z'umuryango mugihe cy'abisiraheri bava muri Egipta , kuko yashushanyaga Yesu , Yesu yaraje ntayandi maraso.

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf หลายเดือนก่อน

    Burundi ❤

  • @peacehorimbere
    @peacehorimbere หลายเดือนก่อน

    HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAAA HALLELLUAAAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAA URAKOZE CAAAAANEEEEE GOOOOOOOSEEEEEEE YESU CHRISTO!!!!!!!!!!!!!!!!

  • @NiyonzimaCaritas
    @NiyonzimaCaritas หลายเดือนก่อน +1

    Uti wavutse ukijijwe?😂😂uti ntiwigeze unwa vino narimwe?noneho numva ibintu bikomeye.ariko jewe ndakuravye mbona umengo uriyambiza.ntabwo woba wisiga mukorogo?😂

  • @NimbonaSalome
    @NimbonaSalome หลายเดือนก่อน

    Aberi wamujingawe womukayanza uribagiyeko tukuziwagi cucuwe wazengereje abantu nibinyoma vyawe ?

  • @SamsonNdereyimana
    @SamsonNdereyimana หลายเดือนก่อน

    Vagaho buretse kwigira umuvugishwa .

  • @NdabikunzeCornel
    @NdabikunzeCornel หลายเดือนก่อน +1

    Kd ndahanura abahanuzi bose banyura kuri TH-cam bavuga ubuhanuzi bwabantu mwirinde kuko murangana nokubura ubugingo muzabaze kuvakera ukobyagendaga murambabaza nkabura uko nabafata ariko murindire

  • @GerardBizimana-s3l
    @GerardBizimana-s3l 10 วันที่ผ่านมา

    Ni vyaba niho tuzomenya kowatumwe koko

  • @DreamIzere
    @DreamIzere หลายเดือนก่อน

    Umuvyuro canker ikanguka ryarata gute KERA.bryahereye congo, urwanda, Burundi, n'ubwo bugorozi bwahanuwe muri Yesaya 58:12

  • @DamasceneJean-yi6hs
    @DamasceneJean-yi6hs หลายเดือนก่อน

    Po po po po ndakumenaguye mwizina rya yesu ceceka sekibi

  • @niyungekobernard-st4zz
    @niyungekobernard-st4zz หลายเดือนก่อน +1

    Cane komera

  • @EricMbazumutima2024
    @EricMbazumutima2024 หลายเดือนก่อน +1

    Oya vangaho ntamana yagutumye Twarabahinyuye

  • @daviirizima7485
    @daviirizima7485 หลายเดือนก่อน

    Jewe mbona ko uriko uvuga urwanda kuko nico gihugu cibimywamaraso mukarere! Cyangwa wanka kuvugisha ukuri kubera gutinya mageragere ! Gabanya gusakuriza abarundi.

  • @StevJimmy
    @StevJimmy หลายเดือนก่อน

    Ubwo buhanuzi twabuhawe kuva kera ko uburundi buzocamwo inkota y Imana hanyuma habe ikanguro kand buzoba bwiza cane abantu babuhurumbire cn . Dusenge rero twiyeza pe

    • @ClaudeHarerimana-v7c
      @ClaudeHarerimana-v7c 29 วันที่ผ่านมา

      Hewe Iman ntimuyibeshere guhers itanzumwana wayo wikinege ntakwihora irigera ikora Iman iyaba ikora nkuko hagati ya America nuburusiya ntihaba habuze igihugu kirahura nishano twebwe ubuduhanganye ninzara yonyene ntakindi nakimwe ikindi twizere umwan wimana ibisigaye ninyembabazi bury wabony ugwand arigw gworohehe?

  • @28Mdollars
    @28Mdollars หลายเดือนก่อน

    Ariko ubundi iyimana iba ituma abantu kubandi tuvuge k yoyo ibatinya canke? 😅😅😅asha nkuko vyanditswe "MUMISI YANYUMA AMATWI YANYU AZUMVA IVYO MUTARI BWUMVE AMASO YANYU ABON IVYO MUTARI BWABONE"

  • @MugishaJohn-q6z
    @MugishaJohn-q6z 28 วันที่ผ่านมา

    Urikigoryi wowe

  • @BiratunganyeNesta-i6m
    @BiratunganyeNesta-i6m 29 วันที่ผ่านมา

    Uhoraho azivugira niyavuga abiwe bazamwunv ushobora kuba urumutumwa wasatani ,cank;impinduka ikugezeho kumateka mabi uzwiho ukaba urikugrageza gusubiza ra; nzira zaw.

  • @HAMUDUDURestaurant
    @HAMUDUDURestaurant 28 วันที่ผ่านมา

    Akokagabo je karantanaza amanyanga gusa,