ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Abantu boooose bemera Uyumugabo Gabriel RUFYIRI, MUMPE like, kuko ninvugakuri yambere hamwe na Fostin NDIKUMANA, Kubisanzwe uyu Niwe akwiye gutwara
Urabanza ubaze ingene OLUCOM itwawe, imbere yo kumuha Uburundi
@@bernardsimbahwanya59 abarundi turagoyeIy 'uvuze ikintu KO cera har'abaca babona ibara ryirabura
Uyo nu mugabo
Shaa Muhungu, urabaza Burkina Faso ingene base n'amatora kubera intwari bafise ( Ibrahim Traoré) ? Ibiciro vyoose yatanze ITANGAZO ko bigabanuka kandi bigakurikizwa@@bernardsimbahwanya59
Hamwe na fabien banciryanino
Imana irakwiye kuduha abandibagabo nkawe bubahuka kuvuga ivyabandi batinya
Voilà un bon exemple d'un acteur de la société civile active .Vive Olucome ,Vive la transparence et l'équité
Urakoze cane Uvuga wenyene naho uvuga ukuri Nta gihugu tugifise
Chimamanda nawe aravuga nuko akenshi iyo avuga ibyuburundi akora comparaison ku Rwanda
🎉amashugwe yawe hejuru. Ntamunyu woduga
Imana irakwiye kugushigikira kurivyovyiyumviro vyawe bikaja mungiro
Mr RUFYIRI, iyo Consultance uyiturihishije ntitworonka ayo tuguha. Nugukunda igihugu gusa. Abemezanya nanje ni bande?
Abashigamateka baba cnl nukuri nibo tubona bitaga mukuvugira benegihugu Imani bazigame ❤❤
Cane
Erega abandi iminwa yarazibiwe ninoti
Ndashimye pe! Invugakuri ziracahari mugihugu c'Uburundi
Ibi @chimmanada yama yabivuze akitwa umwansi w'igihugu😂😂😂
Izonyankaburundi zindandende nizitange imihoho kuko abarundi nibenshi kuruta akokagwi kimihimbiri ibisuma nabambuzi bakenesheje abarundi😢😢
Biracagoranye mwana wa Mama 😢😢
Iki ikiganiro kikwiyi kuca kuri buri radio kumusi 2fois kugira bose abovyega bavyumv kunguvu
Kuma Radio yose niho sawa
Uravuga nt'uvura 👏👏👏hoboneka batanu nkawe igihugu cobaye paradiso.Imana yakuduhaye ikutuzigamire mutama
Turabashimira cane kukuntu mwitararika ineza yigihugu mukomereze kutuvugira
Big up sana banyakubahwa. Asha kubintu muvuze hamwe bihagurukiwe bigakorwa igihugu cokogorora
Great Intervention...!
Wakoze cane mutama ntaco utavuze nukuri Imana yagukoreyemwo kandi ikutuzigamire
Aha iyo bivugwa nundi yari guca yitwa umwansi wigihugu!😢Hama muzambarize ibeyi yurya muduga twabonye muka président agiramo.Big Up
🎉❤
Kkkk😂
Mumarundi nimirioni majayatanu ikiri mubusjina ayokuyipakiza atarimwo nicihugu cayiguze
Ejo nzoguha inyishu 😂
@@JamesNduwimana-ik1de😂😂😂😂😂
Abañtu nibareke guhenda uburundi ngo baserukira abarundi kandi bagiye gusambura igihugu ntoco bamariye abagihugu amba vyarBaniye nibagende hakiri kare
Duhindure intwaro naramaze kuba imyobo bose nibisuma gsa😢😢😢😢
Ninde yaguhaye uruhusha rwokuvuga ivyabandi batinya 😂😂😂😂
Ashaka kumeswa 😂
😂😂😂😂😂
@@EDGi-f1hnivyo umwiphuriza mwizina rya yesu
Imvugakuri zirih
Uvuz ukuri muvyeyi irambir mwiza wacu IMANA ikurinde 🥰🥰 urumugabo kwl ijana kwijana🎉🎉
Ntakintera agahinda ningene abarundi twirirwa ducokorwa 💔😭🇧🇮 imana nirabe amarira yabarundi turananiwe Nimurabe abadukuriye mudivugire 😢😭
Izina intwari baryita abataribo... kuba abategetsi bafata abantu nk'aba ko aribo nyankaburundi, n'uko bamaze kwononekara na idéologies mbi muri vyose. Bwana Rufyiri, uri umugabo kandi umushingantahe atavugira muvumbi kumuvumba.
Vraiment rufyiri Imana imuhezagire kandi birababaje vraiment wogirango leta ntikibaho!!!! Nibatange imihoho nukuri
Uyumutama ndasavye azeyitoze mubakandida mubomuhamajwi nobuwamber❤❤❤❤❤❤❤🎉
Nanje nzotanga intwererano Simbona ico Never ayoboye ngirango ni Joe Biden wa USA amugira inama kuko nawe yananiwe noguteza imbere abanyagihugu❤
Ndakwemeye cane mushingantahe💯💥
Vyukuri. UrumugaboWabagaboUrimvugakuriMutamaWokubakaIgihuguP
❤❤❤asha bisabwa ko muba nkabatanu igihugu cororoka 100
Mbe barundi uyu mutama ntimwomumpera igihugu nkimyaka nkitanu gusa ndabona hame ivyavuga yobishitsa ntampamvu tutomuha igihugu ntatinya ahagarara nkumugabo ❤❤❤❤👏👏👏👏✌️
Iyo Nyakubawa Pacifique Nininahazwe abivuga abahutu amajana yama yavugiye barikuza ngaho bamutuka ngo yatumwe nabakoloni ngo numwansi wigihugu , Gabriel urakoze bandanya inyishu y’Imana irushura kandi neza sagamba 🇧🇮 🙏🏽🙏🏽
Voilà un vrai homme qu'il fallait comme Président du Parlement.
Yewe uraduserukiye mutama ❤
Yavuga akamarmaza benigihugu bacabavuga karumwansi wigihugu rindira gato niwicecekere twaraguzwe
Hew Nuko abwirabatumva
@@ChançardeNtancuti-o4l burya wovuga hoho bizohinduka yemwe sinzi
Nukuri nta rukundo gw igihugu nabanyagihugu bagira namba .
Wovuga ukananigwa kk uburundi niciro ryumugani mumakungu
Uwikiguhaa kabsaa birunvikanaa ko wobuwingirakimaziii
Kabisa
Imvugakuri 'nkizi nizomu burundi tunyotewe
❤good said
Himirije amatora abantu umengo ntanubwenge dufise buca begamba nimida yabo ngo dusubire kubatora uuuuuuu buca banyeguruka rindira🙅🙅
Umugabo witwa Chimamanda iyo avuze mwe abarundi muvugako adakunda igihugu! Igihugu cyiza cyanyu mukeneye kukizamura mwebwe ubwanyu mugahagurukira hamwe abajura buzuye muri leta mukabavuga ntagutinya
Yooooo wubwe cane mutama tuvugire twebwe abanyagihugu kubwacu ntacovamwo gusa tubirindiye mu matora ❤❤❤
❤❤❤❤❤
Mb sha tuzohashika ko tuzoba twarishw ninzara😢😢Imana irakwiy gutabara Uburundi nabarundi nukurii
Reta ya cndd ntikunda umunyagihugu haba namba baraturuhije ibidandazwa biduga kumusi 😢😢😢
Ntanama shinga mateka tugira wapi ntayo
Imana irakwiye kuraba imiborogo yabantu 😢
Barishe igihugu kabisa. raba aho badushikanye. 🙆😭
Sha nicyiganir cyakabir numvirij arik Bantu mumukund tugwiz amasengesh kuk uy vub bazohav bamugirir nab vrt
Urumugabo pe
Uravug ukuri p imana iguhangaz man
nibaleke uwushoboye kwi jiza ibitoro abizane na. invest baze bazane ibitoro none ko ama container ikabanga yirirwa yinjira bayagura iki? ka ndi ibitoro bizimbutse gusumba ivyobindi vyinjira nibagire ikigongwe cabana bacu
Yesu aguhezagire mutama Rufyiri
Uhezagirwe mutama uvuze nkumukozi wimana🎉🎉Yesu akurinde cane
Ukuri kwuzuye
Dutwagwa nibisuma gusa.
Imana idutabare itume izana coup d’état igihugu gihinduke
@@akimanaarlene851 tworonka nka İbrahim traore wa burkina faso twoba dutomboye nukuri
@@EDGi-f1h kabisa
Mafu mafu ikiba ki kaba vraiment 😢
Jewe nari narabivuze KO umushikiranganji w'ubudandaji yaratevye gukinjura mbere n'uwintwaro yo hagati mugihugu nawene yokinjura
Neva na reta yose vyukuri bakwiriye kuvako haze abantu bashasha kandi batava mumigabwe haze abantu nkaba Rufyiri baciye ubwenge ataho bahengamiye
Nta migambwe ikiriho baranyoye isosi y'igihuna bayikoza igifukamunwa
😂😂😂rufyiri ariko agaruye Umutima wiwe wa muntu?
Nibarekure kweli 😢😢😢😢
Nivyo kbx vyase
Bonne presentation
Ikibazo numushikiranganji wubudandaji na OBR babifisemwo uruhare vrm Kandi nibadutunge babikurikirane vrm turarushe
Let's Rupfiri be next president of Burundi i think he's able guys
African politics are different to others. Rufyiri can't be voted
Urakoz cane kwivyobitekerezo
Muncabwenge dufise urimwo papa❤
🤔🤔🤔🤔😭😭😭😭 imana itabare uburundi kbx vyrase gose
Nimuve mu myidogo kuko twatoye nabi tuzokomeza dutwarwa nabi. CENI nta mategeko ikurikiza. Nimuze twikureko CNDD mukuyima amajwi izimbunuza. Tugira ubwoba ko Rufyiri bazohava bamugirira nabi kubwo kuvuga ukuri. Courage bwana Rufyiri turakumva nturira busema uririra igihugu nabenegihugu. You're son of Burundi
Turongowe nabategetsi batazi ahisi igeze nkingingo yamakinga na moto bari bakwiye kwinjiza moto electric akabarizo zirekuriwe gushika aho zari zabujijwe hakinjizwa na bus electric zigafasha kugabanya ibitoro vyinjizwa
Tubuz electricité yugucana mumazu uwama bus nama moto 😂😂😂
@nyc5595 abuze iwawe ntibisigura ko yabuze ahandi amatara ariho
@@songamberetv2219 nikibazo
J ndibaza ba ndandende ntibazigera buzuza izo NDA zabo??
Urimvuga kuri iburundi dukeneye abantu nkawe
None kuvugurumwe GamwenedataNihagiruwuvyumvaYikubitagashi
Président Bagaza atazutse ntakizoshoboka Kiretse turonse premier ministre technocrate wo muri Diaspora
Tuvugire kweri ❤
Nt'abashingamateka tugira kiretse inkehwa zatowe muri CNL
Mon pays va mal😢
Wavuga nuko umengo ntibumva cnk ngo babone kk naje ndatembera igihugu nkacosi nukuri umuntu ahahombera numuntu mutomuto ndihweza icayi amahera umurimyi waco aronka ateye isoni 350fbu kukiro mbega umwenegihugu acakigura igikuvye canyuma 8000fb nn karte yambere igurwa angahe?mbega isukari igurwa angahe nukuri tuvugire turabe kotworonka agahengwe turagushigikie
Isiyose nivibdi bihugu byateyimbere bibabajwe nabaturage buburundi baguma barura ibaze ibintu ubukobiri umurundi wese ararira atawaririra hama ngo 2040😅na 2060😅ibintu biguma bibandanya byunyuka uzabamumvwira😅😅😅😅
Bravo Bravo
Mwihuke kuja gushigikira uririmvyi wacu Evode Ndikumana Gospel Ingabo y'igihugu nawe ntakwo atagira ❤
Reta ntitugira namba dufise abasuma abambuzi gusa
Igihugu carabuze abavuga nkawe nukur kuko ahuburundi bwa Ntare Rugamba busigaye kwizina uravye ahigihugu cacu kigeze 😢😢
MbegatwokoraIkiKandiDucadufatwaGendaUdandazeUrabeGendaMuriVilleIbihaberaKugiporisiKibaka. Nutwobiranguriye
Uwu mwete 🙊💥
Jewe niyumviye uburundi bwanje bintera amarira.mbabazwa cane nabenewacu bejo.abigira nindongozi bose nibisuma harimwo na president.abemera ivyomvuze mumpe like 👍
😢😢😢😭🇧🇮
Uvuga neza musaza Nibarabe baregeze akagozi agahogo karadwegutse😥
Asante baba
C'est très très dommage mon pays va très très mal
Aba bagabo ntagihugu Baku da numva bavugango abavuze ukuri nibo bita abansi bigihugu kumbe nibo bansi bigihugu bambere abanyonyezi I bandi i
@@HakizimanaJeanDediu burya gabriel rupfiri yoba afise n'imetero 10 kwi 10 ziteye ibigori canke ibiharage usivye gucuruza umunwa? Ku munsi ku munsi arya ivyo yarimye canke yoroye? Azobunza umunwa gusa ngo abavyirondereye ngo nibavyerekane aho babikuye?
Wewe uvuga ngo rufyiri ntabigori n'ibiharage afise ni wewe umutunze? Ko ushigikiye abasuma murabisa ngira?
@@bwengejeanbosco2610 niwewe umutunze
Oe kare ko mwavug ko bunyoni ariw atum igihug kimera nab,ko vyose ariw avyonona,wumv muter induru yikiIman niy izodutabar
Gabriel Rufyiri, Faustin Ndikumana, Agathon Rwasa, Emmanuel Sinzohagera, Gervais Ndirakobuca, pascal Gikeke, nibobantu mazekubona bavuga amajambo yinkoramutima yotuma igihugu giterimbere
Nshingiye kuribi byuyu musaza avuze abarundi barangije kujya munjya bukene ubuzima bwabo buri mukaga , mukorere igihugu cyanyu mukizamure,mureke ku gisahura
Mr Rufyiri murakoze kuvugira abenegihugu batobato kk ibi n'umukuru w'igihugu ntabyo yari bwavuge ahubgo nibafate iki kiganiro gice kunsamirizi zose zigihugu ibyo bisuma n'abambuzi biyumve vrt ugire ahuba wubahwe
Barimonogoje nukuri uburundi barabwononye banyarucari turahagorewe p nimuvuge turabeko vyohinduka😢
Amahoro y'Imana Mushoboravyose abane namwe. Rufyiri n'imvugakuri kandi yubahwe cane. Aravuze ukuri n'abandi benshi b'abategetsi batinya kuvuga. Rero turamusaba Rufyiri azokwitoze mu Nama Nshingamateka mu matora 2025 tuzomutora.
Ukwiriye Agashimwe kumudari winzahabu yumwakaka ukwiriye ubuyobozi wewe ndakubona nka Mr Dr MAGUFURI.👌
Erega biragoye caneee kuko abashingamateka ntiborohewe,hariho abavuga ariko ikibabaje nuko umenga umukuru w'inama nshingamateka avugira reta canke ugasanga Asa nuwuriko avugira abo baba batumiye.kenshi muzobirabe neza hariho ibibazo azibagiza ahandi agasa nuwugomba kubaka ijambo bataraheza kubaza jbubazo vyabo.Ica2,hariho abashingamateka basa naho atakibazo nakimwe kibaraba bitondera mungoro gusa,bakidugiriza ibiganza vyabo bemeza amategeko.ibindi ntitubabaze
Abashingamateka ba cdd-fdd nugutonda gusa kubaza ibibazo vyumunyagihugu ntibibaraba kko umenga boba bagwanije l'État barimwo kandi boca bamuha gasopo.
Mutama respect !
Umushikiranganji w ubudandaji arateye isoni wogira ngo yibera hanze y igihugu.umuhuza wew umenga nigi Poop leta yaturemeye ntaco amaze Rien wew uvugango bipfirahe hejuru niho bipfira sha.
M .Chantal Nijimbere ,ministre wo kwikazanura ku mubiri no gubongeka iminwa gusa
Militia🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Kandi muvuga ko mu Burundi mubayeho neza😂
Imigambi igihugu cashize imbere ntabwo iteza imbere igihugu ahubwo iteza imbere ba nyeneyo gusa (abategetsi). Nta vyankenerwa vy'ibanze vyashizwe imbere (uburimyi, ubworozi n'indero), abarundi benshi bazohunga igihugu.
Wavuga kwl,nukwo ivyinyungu zigihugu ataco bibabwiye bitayeho imiryango yabo gusa
Eeh eeh eeh ..... Mama burundi bwacu nibatume biha ubuki bose birangiye birangiye
Abantu boooose bemera Uyumugabo Gabriel RUFYIRI, MUMPE like, kuko ninvugakuri yambere hamwe na Fostin NDIKUMANA, Kubisanzwe uyu Niwe akwiye gutwara
Urabanza ubaze ingene OLUCOM itwawe, imbere yo kumuha Uburundi
@@bernardsimbahwanya59 abarundi turagoye
Iy 'uvuze ikintu KO cera har'abaca babona ibara ryirabura
Uyo nu mugabo
Shaa Muhungu, urabaza Burkina Faso ingene base n'amatora kubera intwari bafise ( Ibrahim Traoré) ? Ibiciro vyoose yatanze ITANGAZO ko bigabanuka kandi bigakurikizwa@@bernardsimbahwanya59
Hamwe na fabien banciryanino
Imana irakwiye kuduha abandibagabo nkawe bubahuka kuvuga ivyabandi batinya
Voilà un bon exemple d'un acteur de la société civile active .
Vive Olucome ,Vive la transparence et l'équité
Urakoze cane
Uvuga wenyene naho uvuga ukuri
Nta gihugu tugifise
Chimamanda nawe aravuga nuko akenshi iyo avuga ibyuburundi akora comparaison ku Rwanda
🎉amashugwe yawe hejuru. Ntamunyu woduga
Imana irakwiye kugushigikira kurivyovyiyumviro vyawe bikaja mungiro
Mr RUFYIRI, iyo Consultance uyiturihishije ntitworonka ayo tuguha. Nugukunda igihugu gusa.
Abemezanya nanje ni bande?
Abashigamateka baba cnl nukuri nibo tubona bitaga mukuvugira benegihugu Imani bazigame ❤❤
Cane
Erega abandi iminwa yarazibiwe ninoti
Ndashimye pe! Invugakuri ziracahari mugihugu c'Uburundi
Ibi @chimmanada yama yabivuze akitwa umwansi w'igihugu😂😂😂
Izonyankaburundi zindandende nizitange imihoho kuko abarundi nibenshi kuruta akokagwi kimihimbiri ibisuma nabambuzi bakenesheje abarundi😢😢
Biracagoranye mwana wa Mama 😢😢
Iki ikiganiro kikwiyi kuca kuri buri radio kumusi 2fois kugira bose abovyega bavyumv kunguvu
Kuma Radio yose niho sawa
Uravuga nt'uvura 👏👏👏hoboneka batanu nkawe igihugu cobaye paradiso.Imana yakuduhaye ikutuzigamire mutama
Turabashimira cane kukuntu mwitararika ineza yigihugu mukomereze kutuvugira
Big up sana banyakubahwa. Asha kubintu muvuze hamwe bihagurukiwe bigakorwa igihugu cokogorora
Great Intervention...!
Wakoze cane mutama ntaco utavuze nukuri Imana yagukoreyemwo kandi ikutuzigamire
Aha iyo bivugwa nundi yari guca yitwa umwansi wigihugu!😢
Hama muzambarize ibeyi yurya muduga twabonye muka président agiramo.Big Up
🎉❤
Kkkk😂
Mumarundi nimirioni majayatanu ikiri mubusjina ayokuyipakiza atarimwo nicihugu cayiguze
Ejo nzoguha inyishu 😂
@@JamesNduwimana-ik1de😂😂😂😂😂
Abañtu nibareke guhenda uburundi ngo baserukira abarundi kandi bagiye gusambura igihugu ntoco bamariye abagihugu amba vyarBaniye nibagende hakiri kare
Duhindure intwaro naramaze kuba imyobo bose nibisuma gsa😢😢😢😢
Ninde yaguhaye uruhusha rwokuvuga ivyabandi batinya 😂😂😂😂
Ashaka kumeswa 😂
😂😂😂😂😂
@@EDGi-f1hnivyo umwiphuriza mwizina rya yesu
Imvugakuri zirih
Uvuz ukuri muvyeyi irambir mwiza wacu IMANA ikurinde 🥰🥰 urumugabo kwl ijana kwijana🎉🎉
Ntakintera agahinda ningene abarundi twirirwa ducokorwa 💔😭🇧🇮 imana nirabe amarira yabarundi turananiwe
Nimurabe abadukuriye mudivugire 😢😭
Izina intwari baryita abataribo... kuba abategetsi bafata abantu nk'aba ko aribo nyankaburundi, n'uko bamaze kwononekara na idéologies mbi muri vyose. Bwana Rufyiri, uri umugabo kandi umushingantahe atavugira muvumbi kumuvumba.
Vraiment rufyiri Imana imuhezagire kandi birababaje vraiment wogirango leta ntikibaho!!!! Nibatange imihoho nukuri
Uyumutama ndasavye azeyitoze mubakandida mubomuhamajwi nobuwamber❤❤❤❤❤❤❤🎉
Nanje nzotanga intwererano
Simbona ico Never ayoboye ngirango ni Joe Biden wa USA amugira inama kuko nawe yananiwe noguteza imbere abanyagihugu❤
Ndakwemeye cane mushingantahe💯💥
Vyukuri. Urumugabo
Wabagabo
Urimvugakuri
Mutama
Wokubaka
Igihugu
P
❤❤❤asha bisabwa ko muba nkabatanu igihugu cororoka 100
Mbe barundi uyu mutama ntimwomumpera igihugu nkimyaka nkitanu gusa ndabona hame ivyavuga yobishitsa ntampamvu tutomuha igihugu ntatinya ahagarara nkumugabo ❤❤❤❤👏👏👏👏✌️
Iyo Nyakubawa Pacifique Nininahazwe abivuga abahutu amajana yama yavugiye barikuza ngaho bamutuka ngo yatumwe nabakoloni ngo numwansi wigihugu , Gabriel urakoze bandanya inyishu y’Imana irushura kandi neza sagamba 🇧🇮 🙏🏽🙏🏽
Voilà un vrai homme qu'il fallait comme Président du Parlement.
Yewe uraduserukiye mutama ❤
Yavuga akamarmaza benigihugu bacabavuga karumwansi wigihugu rindira gato niwicecekere twaraguzwe
Hew Nuko abwirabatumva
Hew Nuko abwirabatumva
@@ChançardeNtancuti-o4l burya wovuga hoho bizohinduka yemwe sinzi
Nukuri nta rukundo gw igihugu nabanyagihugu bagira namba .
Wovuga ukananigwa kk uburundi niciro ryumugani mumakungu
Uwikiguhaa kabsaa birunvikanaa ko wobuwingirakimaziii
Kabisa
Imvugakuri 'nkizi nizomu burundi tunyotewe
❤good said
Himirije amatora abantu umengo ntanubwenge dufise buca begamba nimida yabo ngo dusubire kubatora uuuuuuu buca banyeguruka rindira🙅🙅
Umugabo witwa Chimamanda iyo avuze mwe abarundi muvugako adakunda igihugu! Igihugu cyiza cyanyu mukeneye kukizamura mwebwe ubwanyu mugahagurukira hamwe abajura buzuye muri leta mukabavuga ntagutinya
Yooooo wubwe cane mutama tuvugire twebwe abanyagihugu kubwacu ntacovamwo gusa tubirindiye mu matora ❤❤❤
❤❤❤❤❤
Mb sha tuzohashika ko tuzoba twarishw ninzara😢😢Imana irakwiy gutabara Uburundi nabarundi nukurii
Reta ya cndd ntikunda umunyagihugu haba namba baraturuhije ibidandazwa biduga kumusi 😢😢😢
Ntanama shinga mateka tugira wapi ntayo
Imana irakwiye kuraba imiborogo yabantu 😢
Barishe igihugu kabisa. raba aho badushikanye. 🙆😭
Sha nicyiganir cyakabir numvirij arik Bantu mumukund tugwiz amasengesh kuk uy vub bazohav bamugirir nab vrt
Urumugabo pe
Uravug ukuri p imana iguhangaz man
nibaleke uwushoboye kwi jiza ibitoro abizane na. invest baze bazane ibitoro none ko ama container ikabanga yirirwa yinjira bayagura iki? ka ndi ibitoro bizimbutse gusumba ivyobindi vyinjira nibagire ikigongwe cabana bacu
Yesu aguhezagire mutama Rufyiri
Uhezagirwe mutama uvuze nkumukozi wimana🎉🎉Yesu akurinde cane
Ukuri kwuzuye
Dutwagwa nibisuma gusa.
Imana idutabare itume izana coup d’état igihugu gihinduke
@@akimanaarlene851 tworonka nka İbrahim traore wa burkina faso twoba dutomboye nukuri
@@EDGi-f1h kabisa
Mafu mafu ikiba ki kaba vraiment 😢
Jewe nari narabivuze KO umushikiranganji w'ubudandaji yaratevye gukinjura mbere n'uwintwaro yo hagati mugihugu nawene yokinjura
Neva na reta yose vyukuri bakwiriye kuvako haze abantu bashasha kandi batava mumigabwe haze abantu nkaba Rufyiri baciye ubwenge ataho bahengamiye
Nta migambwe ikiriho baranyoye isosi y'igihuna bayikoza igifukamunwa
😂😂😂rufyiri ariko agaruye Umutima wiwe wa muntu?
Nibarekure kweli 😢😢😢😢
Nivyo kbx vyase
Bonne presentation
Ikibazo numushikiranganji wubudandaji na OBR babifisemwo uruhare vrm Kandi nibadutunge babikurikirane vrm turarushe
Let's Rupfiri be next president of Burundi i think he's able guys
African politics are different to others. Rufyiri can't be voted
Urakoz cane kwivyobitekerezo
Muncabwenge dufise urimwo papa❤
🤔🤔🤔🤔😭😭😭😭 imana itabare uburundi kbx vyrase gose
Nimuve mu myidogo kuko twatoye nabi tuzokomeza dutwarwa nabi. CENI nta mategeko ikurikiza. Nimuze twikureko CNDD mukuyima amajwi izimbunuza. Tugira ubwoba ko Rufyiri bazohava bamugirira nabi kubwo kuvuga ukuri. Courage bwana Rufyiri turakumva nturira busema uririra igihugu nabenegihugu. You're son of Burundi
Turongowe nabategetsi batazi ahisi igeze nkingingo yamakinga na moto bari bakwiye kwinjiza moto electric akabarizo zirekuriwe gushika aho zari zabujijwe hakinjizwa na bus electric zigafasha kugabanya ibitoro vyinjizwa
Tubuz electricité yugucana mumazu uwama bus nama moto 😂😂😂
@nyc5595 abuze iwawe ntibisigura ko yabuze ahandi amatara ariho
@@songamberetv2219 nikibazo
J ndibaza ba ndandende ntibazigera buzuza izo NDA zabo??
Urimvuga kuri iburundi dukeneye abantu nkawe
None kuvugurumwe
Gamwenedata
Nihagiruwuvyumva
Yikubitagashi
Président Bagaza atazutse ntakizoshoboka
Kiretse turonse premier ministre technocrate wo muri Diaspora
Tuvugire kweri ❤
Nt'abashingamateka tugira kiretse inkehwa zatowe muri CNL
Mon pays va mal😢
Wavuga nuko umengo ntibumva cnk ngo babone kk naje ndatembera igihugu nkacosi nukuri umuntu ahahombera numuntu mutomuto ndihweza icayi amahera umurimyi waco aronka ateye isoni 350fbu kukiro mbega umwenegihugu acakigura igikuvye canyuma 8000fb nn karte yambere igurwa angahe?mbega isukari igurwa angahe nukuri tuvugire turabe kotworonka agahengwe turagushigikie
Isiyose nivibdi bihugu byateyimbere bibabajwe nabaturage buburundi baguma barura ibaze ibintu ubukobiri umurundi wese ararira atawaririra hama ngo 2040😅na 2060😅ibintu biguma bibandanya byunyuka uzabamumvwira😅😅😅😅
Bravo
Bravo
Mwihuke kuja gushigikira uririmvyi wacu Evode Ndikumana Gospel Ingabo y'igihugu nawe ntakwo atagira ❤
Reta ntitugira namba dufise abasuma abambuzi gusa
Igihugu carabuze abavuga nkawe nukur kuko ahuburundi bwa Ntare Rugamba busigaye kwizina uravye ahigihugu cacu kigeze 😢😢
Mbegatwokora
Iki
Kandi
Ducadufatwa
Genda
Udandaze
Urabe
Genda
Muri
Ville
Ibihabera
Kugiporisi
Kibaka. Nutwobiranguriye
Uwu mwete 🙊💥
Jewe niyumviye uburundi bwanje bintera amarira.mbabazwa cane nabenewacu bejo.abigira nindongozi bose nibisuma harimwo na president.abemera ivyomvuze mumpe like 👍
😢😢😢😭🇧🇮
Uvuga neza musaza Nibarabe baregeze akagozi agahogo karadwegutse😥
Asante baba
C'est très très dommage mon pays va très très mal
Aba bagabo ntagihugu Baku da numva bavugango abavuze ukuri nibo bita abansi bigihugu kumbe nibo bansi bigihugu bambere abanyonyezi I bandi i
@@HakizimanaJeanDediu burya gabriel rupfiri yoba afise n'imetero 10 kwi 10 ziteye ibigori canke ibiharage usivye gucuruza umunwa? Ku munsi ku munsi arya ivyo yarimye canke yoroye? Azobunza umunwa gusa ngo abavyirondereye ngo nibavyerekane aho babikuye?
Wewe uvuga ngo rufyiri ntabigori n'ibiharage afise ni wewe umutunze? Ko ushigikiye abasuma murabisa ngira?
@@bwengejeanbosco2610 niwewe umutunze
Oe kare ko mwavug ko bunyoni ariw atum igihug kimera nab,ko vyose ariw avyonona,wumv muter induru yiki
Iman niy izodutabar
Gabriel Rufyiri, Faustin Ndikumana, Agathon Rwasa, Emmanuel Sinzohagera, Gervais Ndirakobuca, pascal Gikeke, nibobantu mazekubona bavuga amajambo yinkoramutima yotuma igihugu giterimbere
Nshingiye kuribi byuyu musaza avuze abarundi barangije kujya munjya bukene ubuzima bwabo buri mukaga , mukorere igihugu cyanyu mukizamure,mureke ku gisahura
Mr Rufyiri murakoze kuvugira abenegihugu batobato kk ibi n'umukuru w'igihugu ntabyo yari bwavuge ahubgo nibafate iki kiganiro gice kunsamirizi zose zigihugu ibyo bisuma n'abambuzi biyumve vrt ugire ahuba wubahwe
Barimonogoje nukuri uburundi barabwononye banyarucari turahagorewe p nimuvuge turabeko vyohinduka😢
Amahoro y'Imana Mushoboravyose abane namwe.
Rufyiri n'imvugakuri kandi yubahwe cane. Aravuze ukuri n'abandi benshi b'abategetsi batinya kuvuga.
Rero turamusaba Rufyiri azokwitoze mu Nama Nshingamateka mu matora 2025 tuzomutora.
Ukwiriye Agashimwe kumudari winzahabu yumwakaka ukwiriye ubuyobozi wewe ndakubona nka Mr Dr MAGUFURI.👌
Erega biragoye caneee kuko abashingamateka ntiborohewe,hariho abavuga ariko ikibabaje nuko umenga umukuru w'inama nshingamateka avugira reta canke ugasanga Asa nuwuriko avugira abo baba batumiye.kenshi muzobirabe neza hariho ibibazo azibagiza ahandi agasa nuwugomba kubaka ijambo bataraheza kubaza jbubazo vyabo.
Ica2,hariho abashingamateka basa naho atakibazo nakimwe kibaraba bitondera mungoro gusa,bakidugiriza ibiganza vyabo bemeza amategeko.ibindi ntitubabaze