i wish i was a billionaire and invest in these duo....them fellas got talent for real......wowwwww.iyo song ibaye ari nigeria or kenya...ghana...hafi ni muri grammy awards
Ivya show Biz biragoye ariko muzogire inguvu ntimusambure iyi groupe. Jew naraye ndabamenye ariko nguma nunviriza imiziki yanyu mwararyohey sana. Amajwi arajanye, style ni bon muzoshika kure. Cheers from Montreal Canada
Kano ga song vrema 🥰🥰abakaramvye mainte fois munkubite like twimanukire 💪WE love music
Abayumvirij 5fois nkanje mumpe like this booroondeee
Umufana wawe kuva kimisagara kigali Rwanda 🇷🇼 ♥️
MORE GOOD SOUNDS THIS SEASON! KEEP YOUR SPEAKERS TURNED ON! #ENJOy This Good Music🥳
@Prod joelhoughton hejuru cane🎖🎶 🇧🇮
@@kevinizere7577BLESS🔥
👏
Nc song basaza iyi song ndemeye konzoyisaba kumaradio 📻 keshi gashoboka🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Wi love musika hejur Can sinoharur ak ndayumviriz kumusiii🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤛🤛🤛🤛🤛
1Millio soon Guyz abakunzi ba we love Muzik Ingo tugire efforts 🔥🔥🔥 iyi nimpano ikomeye 🇧🇮
Jana nanje mukumpa likes zanje nukuri kugeza Ubu ndemeye 😓🤜🤛 courage Burundi🇧🇮on the map🎉🎉
Jana Nanje 🎵🚀💯🔥 mubisanzwe iciye iba nka Favorite Song ever 😫💯
Love from Rwanda,🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Iam umwari wase from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 ndabakunda cyane please Much respect ❤❤
Iyi song birangiye inyifatiye😊
Big up sanaaa we love music
Ababona koboduha clip-video mumpe like zanyu aha🙏🙏🙏
Mubuzima sinari bwasubizemwo indirimbo 5fois kikwirikiranya ariko aba bahungu barabikoze p.hejuru cyane WE love musika👊
Ntanarimw mwigera muduta hasi so endelea gusonga mbele WE love muzika
Can't stop playing thiz song 😢😢 Uwayikunze kundusha nagire like ngaha ndabe
i wish i was a billionaire and invest in these duo....them fellas got talent for real......wowwwww.iyo song ibaye ari nigeria or kenya...ghana...hafi ni muri grammy awards
Ntamajambo menshi ahubwo nsabe abagenzi bukuri Mumpe like mukwerekana ko iki Gikorwa kiremereye
Mwege rero muzotwica ❤❤❤❤ rurabakunda i Gitega iwanyu
je suis fière d'être burundais quand j'entend ça...keep goin' guys
We lova muzika 🇧🇮🇧🇮🔥🔥turishimira kubona muri abarundi mubikora neuza
Mukaze Muba Mukaze Mwishwanje ✊🏿
Coz We Love The Music 🎵❤
Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀🗺️ n #MuhozaTeam
Brooo never disappoint kl ingomaaa ni freshiiii sanaaaa
After watching you on buja hits 🇷🇼🇷🇼 we love you music naho mwatwanga abanyarwanda dukunda quality nziza apana ibi nibi ndaryohewe pe
Ntitwanka abanyarwanda guys mureke kuvanga politique na entertainment
We love U❤
@@erza6832 sukuvanga nonese iyo Djphilpeter agiranye ibibazo na double Jay kuki mubyitura abandi bahanzi babanyarwanda
@@erza6832 natwe rata
Noe vrm mwe haburiki kugir bapromotinge indirimbozanyu jubu ntandirimbo yindi nokwumviriza atarigwanyu kuko je muranyic san murabambet❤❤❤
Ama likes yanyu abemeranya ko iyi song ari masterpiece💥💥💥💥💥💥
Ibibijama nib Mechant wallahii babihebere❤
I can't be tired to listen this song ♥️♥️ from 🇷🇼
Jana nanje muguha ma views aba bana baratesa...
Imana ibaje imbere ndabemereye aka deal.
The French verse is something 🥺 Good Job guys 👌
🔥🔥🔥🔥
😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮g😮😮😮😮😮😮g😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮❤😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮
Nuwanka urukwavu aremera k gwiruka,Courage kabisa murashoboye
...Unezerez'ubuzima nkakubona nkwama... Utuma numv'utuntu... Ufise uwo mwihuriza akunezerez'ubuzima..love is bcp🎉
Hejuru bantu bacu. Iyi ndirimbo ndayunviriza 20 fois par jour. Dusavye muyikorere vidéo ya kafa. Tuyihe like ikwize 1 million de vue vuba❤
WE love muzika never disappoint 🔥💯
Nimwe mwatumye nkunda umuziki,none raba vyarabaye.❤❤Ndabakunda cane❤❤
Ndanezeregwa Kubona Muri Abarundi Mubikora Neza Mugihugu Nohanze proud Burundi music new generation.
This song is Cooler ❤
I love it 🤍
Shout out to You We Love Muzika and The Producer Joel Houghton 🎉 Can't Stop Listening 🎧
This song is very emotional ❤❤❤❤❤ . I wish to meet you guys 1day. I love you so much ⚘⚘⚘⚘⚘⚘💪
ABA benewacu nukuri baranduhura, we love Boys ,
Vraiment uburundi ntibizopfakara.
Merci beaucoup d'avance mes artistes impeccable ❤️🙏👊👍🇧🇮
Imana ibampezagirire kuko mwarantwaye umutima jewe nobabona nobaha icupa
Safi Sana kuer hit song kbsa gusa iyo negligence yamasanamu mwakoze muduhe umuco muyihe iyindi clip kuer
✅🔥🔥hejuru hejuru
Jew kwer sinzi uko nzobafata pe, indirimbo zanyu zose mukuzumviriza mbanza kubuza abantu gusakuza, just kunyemeza
Guys, Big up vrt murazi gukora indirimbo zikora kumitima y'abantu! this song will last forever 😊💪 love it
Asha iyi yoyo ije kwica abantu karasonutse sana
My super stars😪🙏
Bro murashoboye waraiii courage imbere niheza
Iyo ndirimbo ni drogue si mpaga kuyumviriza. Numva umwanya wose nokwi vyinira❤❤❤❤❤❤❤
Siwe wenyen 😍.
Chaque soir nama ngaruka aha kuyunviriza 🥰
Jana nanje❤❤
fav song from Mengeka🔥🔥🇧🇮
IAM Tracy from Rwanda I love your voice so much ❤❤❤❤❤
HII
I heard this music today its burning,me up kbx , clip irakenew wazee ❤❤❤
Shout out to you guys @We love Muzika🎉 Nice song.. 👏👏Nkunze ukuntu video iri simple, yet with enough quality and good lyrics 🪄😅
We love muzik kl bar underrated , barakwiriye support nyinshi 🔥🔥🔥🔥🔥
Duhe Vidéo yiyi hit song 💃🏻💃🏻💃🏻💃🏻🔥🔥🔥
aba basore bankuramwo IYO kwotsa.tjrs c'est le burundi qui Gagne 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Give me like this song is 🔥🔥🔥
My favorite song nta musi ntayumva nkincuro zitanu n'akarenga
Umuntu adakunda we love muzik, nabintu vyumuziki azi❤, bip up sana iyi song niyumwak
Iconzineza murabambere muburundi
Tricheur antoucat courage merci de puis au Comores 🇰🇲
Ndabakunda cane ❤lmana ibaje imbere mutere mujimbere 🇧🇮🙏🥳
Nukur hamwe❤novugako inondirimb atarinziza❤nobamenj nukur iyindirimbo niziza caneeeee ❤❤❤❤😊
Go ahead brother 🔥🔥🔥🔥🔥
Umwaka wokwemererwamo uwiteka yemeye kujana namwe congratulations dear bro🎉🎉🎉🎉🎉
Yes sir guyz we Love muzik kurundi rwego💪. So great job akira ama🌷⚘🌲🌺.
nkubu mwiyumva gute mufise talent nkiyi vraiment 🤗🤗🙏🙏
Bro kuvyukuri muririmba nexa cane🔥🔥
I like the way mwandik amajamb ❤❤❤❤
❤❤WE love muzika mwubahwe sana
the most underrated duo in Burundi. Yaba nabishoboye nobatamwo imitahe nuko ndumukene😂. Gusa courage ba guys !!
Manze kuyumviriza nka 50fois karakaze
Big up we love muzika😊
Iyii song vrt❤🔥🔥
Noe tubivuge kangah ko mushoboye jew nsincika intege zo kubivuga
Likes kubavyemera ❤❤
Murafise kazoza❤❤❤❤❤❤
Waooooh my fav boi❤
Coz we love Muzika🎶
Ngiy breakfast maze iminsi nihereza,iyi ndirimbo n'iyibihe bidashira wallahi 😋😋😍😍🔥🔥
Big artist
I really like plz ❣️
Burundian artist 🔥🔥🔥🔥🔥
This song is on repeat ❤
Video sindayitahur mwakoresheje camera cnk infinix 😂nice song
''Kuba nkukunda cane ntibizohinduke kurira"" hits different🥹🥹🥹
Ewana iyo song hejuru Can vt ❤❤🔥Akira🌷🌷murayakwiy vt
I love you guys I wish you to be strong ever single day ❤❤
Olalaaaa indirimb zany ziraroz ukunt😅nt kuntu n kumw woreka kuzikunda❤❤❤melanin boy big up snaaaa
Babahe amashurwe yanyu mukiri bazima❤❤
Nukur ntaconfite novuga kuri mwebwe kuku murarenze kabsa courage
Ivya show Biz biragoye ariko muzogire inguvu ntimusambure iyi groupe. Jew naraye ndabamenye ariko nguma nunviriza imiziki yanyu mwararyohey sana. Amajwi arajanye, style ni bon muzoshika kure. Cheers from Montreal Canada
Next level 👑🇧🇮🇧🇮
Uwumaz kuyirab 100 fois namp izo like
Courage vrt🤗🤗we love you ❤
Jew n'a écouteur aho niyicariye nguma ndiyumviririza nainjoy tu💫⭐
I love this Song❤ Respect for this Guys from Burundi🇧🇮 👌👌
💯💥💥🤌🏾aba bro banje ivyomurimwo murabe mubigeze buhoro kuko ibintu mwatanguye nibabiri reo mubigumemwo tubandanye duterimbere murihamwe vyose birashoboka
We love muzika hejuru kl murashoboye mwihe amashi Aho muri hose🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ubukene nibubiiii iyi clip vrm,arikoo ntakundi
We need your songs on Spotify 🙏🏾🙏🏾
Agree!
Mbega mbega inyimbo ❤✌
🇧🇮 love we love muzika