Love from Australia 🦘 as Burundian 🇧🇮 who understands every words in this song i agree with you bruh......let keep supporting our Burundians 🇧🇮 musicians
Iyo misore ndayikunda kandi ndazi ko ntari jenyene . Après un long moment de Silence barahaturiye kabisa. Un million de likes en une semaine s il vous plait ❤❤❤
I will fight for you like commando For your love ,i will be a soldier Niwe nyenyeri yanje yaka kurushusha izindi Abandi bari honey ,honey kubera ico nshonoye Abandi bari money ,money yahera bakagenda Niwe utankundira reason ,niwe utankundira Season Ibih vyiza vyatanguranye n'intwengo yawe. Nice song . Congratulation to you
Again #nuko baribatanze nimwe batananigwa. I like the way mutihuta kurekura ibintu ariko mukaduhashura buri time.u know u have a lot of respect from Abi Abel Keeepppp shining young brothers.
Nd umufana wanyu kubi❤👌
Ndagkunda uku b face na Alvin Smith mukunda abandi ba star🙌
thnx b face ukunt ubon impano nukunt ushigikir bagenza we
mtupatiye kitu sasa
Nawe turakwemera ukuntu ukunda batoyi bawe
U're the best bro
Thank you all kuri commentaires zigiye zitandukanye nvuge nti burya jew namwe notora mwebwe kuko mutadukundira season
Courage abagomvye ko mugwa ntaco bazogerako
Brother murarenze kbx gusa iman izobakomez ntimuze mwankan kuber igiterany abajam nabakobw muze mubirinde
❤❤🎉👍
😮😮😮😮😮 jew notora mwebwe ndabakunda kwel
Imana ibarind kumpand zose
Abakunze iyi song nkanje bampe like nyishiiiiiiiiiiii washa mwoto bujafleva❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mwibahw kbx
😮
Kbx gx sindabameny
sinabameny
❤❤❤
Uzoshimire Imana mugitondo uti MANA niwe utankundira lesson niw utankundira season rer urakoze amen
Good music never die ❤️💛💚🇧🇮
Abantu ntibagikunda umuziki mwiza🙏 Gato karakura 🇧🇮
Buja all the way up brothers, mbumbira ino 🇷🇼 mukomeze muduhe show zukuri
Je serai toujours là pour soutenir We love Muzika 🔥🔥belle chanson
Love from Australia 🦘 as Burundian 🇧🇮 who understands every words in this song i agree with you bruh......let keep supporting our Burundians 🇧🇮 musicians
Niba nawe wemer kwingom Irenz mp like Hano ubnd hash 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejur cane🔥🔥
🔥
It is a nice song👊
Ht song 🎵
Nukur dandaza.kabs irabuca!!
Fresh😊😊😅
Iyo misore ndayikunda kandi ndazi ko ntari jenyene . Après un long moment de Silence barahaturiye kabisa. Un million de likes en une semaine s il vous plait ❤❤❤
We all love muzika
Cette chanson mérite plus de 1M dans une semaine, où sont les promoteurs 🙆
Nous sommes la les promoteurs
Abemer kwiy song iryosh kurush fou de toi Shirako👍👍🇧🇮🇧🇮🔥
This song deserves more than 1M❤️🇧🇮🇨🇦
Ezeeeeeeeeeee
3eeeeeez,ezeeuzeeeeee e e, e, eeeezc e
@@vianneyniyonkuru5661 je
Jew nemejwe ndemera....ni umuriro🔥🔥 Dubaï akakaririmbo katuguye neza🇦🇪
Voice 100%
Quality 100%
Masterling100%
Mélodie 100%
Video 100%
We love muzika i'm your fan✌️✌️✌️🤜🤛 dukwize 1M
Kbx vuba 1M
Abemera kwibica mumpe like
Basha Muririmba ibinryohera umutima 🥰🥰🥰🥰ndabakunda cane Mugume muhezagirwa mudehe nibindi vyiza birushaho 🔥🔥🔥🔥love from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
These guys deserve much support 🔥🔥🔥❤️🇩🇪
Are talented so support them
Tooo much
Much love from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Jolie jolie ❤abayisubijemwo plus de 5fois👍👍twikomerez n’a jolie jolie 😂🥰we love muzik hejuru cane🎉🎉🎉🎉🎉🎉🥰🤗🤗
for sure you make me crazy nuko muri ibisuguru nkanje mba naramaze kuba dragua mwese 😍🤣
Yoooooo we love you from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Harukuntu iyi ndirimbo vyanse kondayihaga nguma numva arinshasha abumviriza iyo song akarenga 5 k'umusi munkome izo like
The most underrated duo in east Africa 🔥🔥🔥🔥
Kaba Gakaze Iyo Kaje Kavuye Kurizi Mbilee 🔥🔥🔥
Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀🗺️ n #TeamMuhoza
Jolie hit song
We love U never dispoint me
Abayikunze mumpe like puuliizee
Love from rwanda
Good
Hit song 🎉🎉🎉mwabikoz neuzaa
Nyimba naw ukunda gusubizamwo iyi ndirimbo nkanje mpa like
We love muzik kuko muguma munyoteza umuntu kandi mushoboye ni fire kweli.
Iyi song Irarenze ,Nice one Guyz 🔥🔥
I will fight for you like commando
For your love ,i will be a soldier
Niwe nyenyeri yanje yaka kurushusha izindi
Abandi bari honey ,honey kubera ico nshonoye
Abandi bari money ,money yahera bakagenda
Niwe utankundira reason ,niwe utankundira Season
Ibih vyiza vyatanguranye n'intwengo yawe.
Nice song . Congratulation to you
That's my song 🔥
Ndabafana Sibanga Ntimwigera Muntahasii Kbx #Mwubahweee😊
My ❤jewe naw nocagura wewe pe that's my favourite onr song 🎵
Abakunzi b'umuziki mwiza Barihee
Mbega indirimbo weee
Guys We love muzik hejuru cane
Défaut mufise ntimuzi kuzana indirimbo itaryoshe
Good 🎉🎉🎉ikibanza ciza100%
Umudiho mwiza,,amajwi..couleur...mubikor nez we love music
Hit song
turashak ikiganiro
Noe Landry abo bâ petit k ata promo mubahaa ubona batarushaa beshii hano?
DON BRIGHT nanyarukire hano yirabire ukuntu WE LOVE MUZIKA tubandanya dushiningaaaaaa✌✌✌✌❤❤❤❤❤❤❤❤👊👊👊🇱🇹
GOOD MELODIE💯🔥🚀
Nukur respect we love muzika murandyohera cane mwubahw
you never disappoint guys
Umufan wanyu ndihanoo♥️❤❤uyumwak mugiye kutwicaa hoho🇧🇮🇧🇮🙋🙏
This guys is international hit maker from zambia 🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
🤗🤗niwe nyenyer yanje yaka kurut’izindi ………..🤗🤗🤗🤗🤗
Ingom nziza cn mumpe like nyimba mwayikunze🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮💯
We love Muzik nah nzob ndumwe 🔥🔥watu wetu gtg💪
Wallah these guys are very talented and educated even #CNC won't have what to comment badly about this new hit song🎉
Nama ndindira nihanganye kuko ndazi aho indirimbo zanyu isohokoye ishobora kumara inzara mba mfitiye umuziki wanyu. Let's go beyond limit 🇧🇮💪
My team Nice Audio nice video it's a big banger congratulation 👌❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤jewe naw notora wewe
Never disappoint 💯
Good job.Gusto yayihaye ibirungo yubahwe
I watched this hit song more than 6times. I like you guys. Very talented for sure
Bro murarenze mbere pazuri💪💪💪💪
Definition of talent🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️
Mtoto shooo wa Kayanza D-One number One. Uyumwaka wipange kare uzoryohere abakunzi.
Much respect to these guys ! Zambia Lusaka.
Uwuza kunyumviriza 10 fois ace ampa Lumicash kuko irarenze❤
All your works are good, this song vrt🔥🔥🔥
Fernando murakwiye support ikwiye vraiment ❤❤
Jolie melodie pas de nudité pas de bavures ni de vulgarité. C'est votre habitude tous vos projets sont super
Murashoboye pee timu nziza caane izi ivyo irimwo
Wooooow, nice song🎉🎉❤❤❤
Top song bana Buburundi mwubahwe songa mbelee💯🤝✅🇧🇮
If u love music in general,u have to love we love muzika😍
Nyimbo nzul sana imana ibarind ba Nya Gitega biwacu
amazing telent⚡⚡🔥 abemera ko bakosoye ababasore like👇
murashoboye kabisa. Sinumv ukunt brarudi itabahaye akazi.mé ihangane bizokunda
Good song
Go ahead brothers
Again #nuko baribatanze nimwe batananigwa.
I like the way mutihuta kurekura ibintu ariko mukaduhashura buri time.u know u have a lot of respect from Abi Abel
Keeepppp shining young brothers.
Hit song👑💫✨ you never failed guys keep it up👊👊👊
Akaririmbo karyoshe, ndagatuye Jolie😂😂😂 my siter bamwibutse😂😂😂❤❤❤
Hit ot summer!c'est la belle chanson mes frères 🔥🔥🔥
I replay this songs many Times a day. Melody ninziza, Lyrics ninziza uburundi burahiriwe kuba bubafise
We love muzika 🔥🔥
Ndi umufana wanyou kubi💥💥💥🇧🇮
Nice song 👌
Jolie, Jolie c'est de la folie, folie Burya "jewe" "nawe" wallahiii "je" notora "wewe".❤😍😍
so deep
I love music bcz of dis guys(we love muzik)👌👌
Aba bahungu kabisa ntimuzovane mubikora neza courage vraiment nice song
🔥🔥🔥🙌Hit song
Never give up mukoze cn turinyuma yanyu
superstar 🔥💯🎧💥
Definitely a hit song who else agree 🔥🔥🔥
Nkumu 🇧🇮
Reka mvugenti
Courage vuba
Murafata akarere
#Dj_fernando
#Melanine_boy
💪🙏❤️❤️❤️🔥🔥🔥✔️🎙️🎶
Joli joli❤❤❤❤
Ayee &melanin ako karatwika hakurikiye akandi kitwa# Holly # yoba ari wanee bless up
U never disappoint guys👍👍much love from🇿🇦🇿🇦
Bog up bro nimependa hii song nipige like zangu
Nice song🔥
Bury Jew nae Wlh j notora wew Jolie jolie💥💥this song wlh😌nzoyirirmbir chr wanj niy namuronk😂
👌Ça c'est du talent 💯💯
Nukur ak karirimb kararuhur twar tubakumbuy caneee knd ntimwamaramaj mwakoz igikorw ciza kbx❤️❤️❤️❤️❤️❤️
This masterpiece is for our relationship with my babe
🔥🔥🔥
Nyemba wawuririmbiye njewe kwr urihe bdaguhe ni fanta❤❤❤❤❤❤
This song hits deep into my soul 🔥🔥🔥 beautiful song 💫🙌🙌u guys killed it
❤❤❤waaaw murabikoze kandi👌👌👌
great song🔥
We love muzika🇧🇮🙌naho nzoba ndumwee 1 hejuru my brothers
This one is touching my heart thank you guys 🙏🙏 keep it up 🔥🔥🔥
Ukomukora ndabafana inguvu mutanga nyishi ababosi batazibona Imana izobasubiriza rimwe mukore ntimugacike intege murashoboye cane🔥🔥🔥🔥🔥