ladies and gentlemen let me introduce to you my new song titled Elena by wishing you a happy new year full of blessings i hope you guys you will enjoy this good melody
Am in South Africa but mva muRwanda. iyi song Ni nziza cyane for really. I heard it more than 10 times but I still want to vibe it. keep it up🇿🇦🇿🇦🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uratomboye kandi congrats Na Elena Ntukubise Swata iyuza gutera swatta kaba kakubanye kk belissima barayikunze. Ariko Elena nayo ni Mega Hit Congrats mr Melani Boy. Ubikoze neza caane i bless this song Izobe hit more than........ let me support you on my social medias
Can't explain my love to you my lovely star Melanin am in love with your magical melody ❤️❤️❤️❤️🇧🇮💪❤️🇧🇮❤️💪. I prayed this hit song more than 30times it's make missing my Mutima 😭😭😭😭😭❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️ so emotional 😭😭🌹🌹🌹🌹🌹
Ur ex deleting and wherever unjana ndajana nae🔥🔥🔥🔥🥀🌹100% my mutima my queen😅😅Muragowe Uno mwaka muzoryoherwa with Melanin boy we love muzik 🔥🔥🔥❤🇧🇮🌹keep shinning gonga ap uwarohew nkaj nind ushk kujyana nanj
Ohh my God!! Sa voix est une dinguerie vraiment! Uyu musore sinarinzi ko ari talentueux uku😭 mélodie+ histoire biri touchantes yambujije nivyo nkora nguma nsubizamwo💌
This new generation is so hot. please ibintu vyama jalousie tubirekere ba Mugani naba yuda na basatura . Iyi generation ibemwo ugushigikirana Umuziki Ndundi. Izoshika Kure for sure ❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮💪💪💪
One love ❤️
One blood ❤
One heart ❤️ 💙 💜
Nice song 🎵 👌
Legend one love kbxa❤❤❤❤❤
another hit in town🔥 abemera. gusto mumpe like hagomba hash
Ndamukunda sna
Only one in the world much respect melanin 👦 gusto {we love muzik}
Ndi umunyarwanda nkunda umuziki w'uburundi kuki mwakemera Badutanya mbega akaziki kuyumwana weeeeee😘😘😘😘😘 Nabamenge kuri Buja FM niriwe mpiga songs zabo ubanza Narwaye sigusa ndumva ntazindi nakina uretse JANA NANJE 🤔🤔🤔🤔😭😭😭😭🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇷🇼
REPLY LIKES Kubashyigikiye umuziki Urundi na Rwanda 🇷🇼
Ubundi nsinzi umudayimoni waduduteye nayo u🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ni🇷🇼🇷🇼🇷🇼turibamwe cane
Natwe tuba turabireba bikaducyanga hagati yuburundi wajyirango hari satani
Komerezaho
Kabisa ivyadutanya tuba dukwiye kuvyima amatwi kabisa kuk tur bamwe never giver up 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Wap abo bajama banyu bafise hypocrisie yubumesha !ko twama tubaha amasoko abaririmvyi banyu bayora inoti iyo,, ninde muririmvyi w'umurundi bamaze gutumira?
Niwanyemerer sinzokubabaza . Ndabizi neza suko najew neraaa 😌🥰🙈..... Helena elenaaaa my mutima my queen 😁😁
j'aime trop this song 🙈
Muvyukur we love Muzika mwese murashoboye.. nta muto arimwo nice song gusto❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮
Harmon 2:11 ize
Proud of this Burundian talent❤️ Thank you baba God for this one blessing
Am in South Africa but mva muRwanda. iyi song Ni nziza cyane for really. I heard it more than 10 times but I still want to vibe it. keep it up🇿🇦🇿🇦🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndi Amsterdam arik iyi hit nguma ndayumviriza 🇧🇮 what thalent🔥🔥🔥
This guy is so talented abarundi mufate neza iyi mpano
Love from Rwanda
Iyi ni talented idasanzwe nukuri dukomeze kubashyigikira
I prefer you
Gusto hejuru cane 💪🥳nice song ✌️🇧🇮🇧🇮♥️
Congratulations for this masterpiece Gusto melanin.I'm really proud of you sir.
Turara dukwije 1M 💪👊
Ibi bintu binkomeje kuntera ubwoba kuki umwe wese muri We Love Muzika aguma ahimbaza umutima wanje 🥺🥺🥺 ELENA ❤️❤️❤️
Nice song gusto
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Another Hit Song in our country 🔥🔥🔥🌹
100%lyrics
100%voice
100%melody
Another Banger 🔥🔥🔥
Hashe hose Melanin Boy🎉🎉🔥🔥🔥
Craziest hit tuu,pick yr flowers🎉🎉
Uratomboye kandi congrats Na Elena Ntukubise Swata iyuza gutera swatta kaba kakubanye kk belissima barayikunze.
Ariko Elena nayo ni Mega Hit Congrats mr Melani Boy. Ubikoze neza caane i bless this song Izobe hit more than........ let me support you on my social medias
Ntatomboye akora ivyo azi.
His so talented music irimumaraso ❤❤❤ ntatombora ❤️❤️🇧🇮🇧🇮💪
Iyo comment sinzinza uko nugushaka guteranya
Nukuri iyi ndirimbo vyanse kondayihaga maze kuyisubiramwo incuro zirenga 20 abakunze iyingoma nkanje tumenyane mumpe izo like 🔥🔥🔥🔥
Saaaana Kino kigoma kirarenz ndk
jewe kumusi ndayumviriza nka 10 fois
❤
nubwo yombincurigihumbi ntanakimwe
Mélanine 😅😅 don't be separate with your freind Fernando mumetoka mbali sana
Burundi ifite urubyiruko rufite talent klx we love musika murashoboye respect 🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩💯💯💯❤️❤️❤️❤️
Abafana bumuziki ndundi muhumirize gatoya tumushikane mumuryango waba #Miligang nawe kundirimbo ziwe 2
Hits song2024🎉gusto amashurwe yawe brother ❤
❤❤
Mbega impano za #We_love_Mu$ikaa. Lyrics ya top, voice ntuvugee. Uyu mwaka ni rwanyu.❤❤❤❤
Love from 🇷🇼
This masterpiece hears my heart ... thank you @melanin boy🙏🏾
BURUNDI got talent🇧🇮🇧🇮🇧🇮 wherever you are ma bro I really appreciate you mo dan u never feel
I no go play like piano 😢
I no go play like radio😢
These burundians singers are so talented 😍😭
Woooow mbega indirimbo nziza 🙌🙌big up sana #melaninboy🔥🔥🔥🔥
Forgot to comment! This song is 🚀🚀🚀🚀🚀
This IS m'y love song kbx❤❤❤
Another hit song in our COUNTRY ❤❤🔥🔥🔥❤🇧🇮🥀🌹keep shinning until to 🌎🔥🔥❤🇧🇮🥀🌹
Another hit song kabisa indirimbo zanyu zirandigadiga kwigumya bikanka big up bro ndakurahiy n'iyi itabay hit uzobimbaze.
Congratulations 🎉 melanin gusto❤❤
Hashe hose Melanin Bwoy🎉🎉🔥🔥🔥
Nice song kbs ❤
Kure cne mwiza🎉🎉🎉🎉
Cchjjueopapeirjfhjdozidkdhhfjfkfkfl
ONLY HITS WE LOVE MUZIK🔥🔥🔥🔥🔥 THIS YEAR MUTATWISHE MUZODUHAMBA TUBONA🔥🔥🔥⚡❤❤
❤🎉
One way🔥
You made it my big brother ✌️🎈🔥🔥
@@ndasa257bi ❤🔥
@@mondepromo ❤🔥
WE love muzik tupo juuuu sana 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔐🚀🚀
Nc broo you are legend😎💪💪💥
Une belle chanson très agréable❤❤
We just Love Muzika 👊🏿
Wowowwww 100% goodmusic melanin boy , we love muzika hejuru cane
❤❤❤fire fire fire 🎉🎉🎉 Big brother
Can't explain my love to you my lovely star Melanin am in love with your magical melody ❤️❤️❤️❤️🇧🇮💪❤️🇧🇮❤️💪. I prayed this hit song more than 30times it's make missing my Mutima 😭😭😭😭😭❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️ so emotional 😭😭🌹🌹🌹🌹🌹
🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Ur ex deleting and wherever unjana ndajana nae🔥🔥🔥🔥🥀🌹100% my mutima my queen😅😅Muragowe Uno mwaka muzoryoherwa with Melanin boy we love muzik 🔥🔥🔥❤🇧🇮🌹keep shinning gonga ap uwarohew nkaj nind ushk kujyana nanj
I swear in two years Burundi itakuwa kama kitambo!tumekuja. Ku forget muziki was inje❤❤❤
This guy's from we love music will take this music in other level❤
❤ Pure Masterpiece brother!
🇧🇮🤝💪💥🔥
Big up m'y brother ndemey uranyemeje✌️✌️🔥🔥🇰🇪🇰🇪
Rutana We're behind your back💥
Ohh my God!! Sa voix est une dinguerie vraiment! Uyu musore sinarinzi ko ari talentueux uku😭 mélodie+ histoire biri touchantes yambujije nivyo nkora nguma nsubizamwo💌
Mélanine bow hejuru🙏🙏🙏🙏🙏 nimbumwemera gendukoze akantu🙏🙏🙏🙏
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuru cane
I used to think that u weren't a good singer but now I realize that you are the best
Uranyemeje ufise ijwi rirenze uruwambere nzoguha diri ninaba CEO❤
Aba bajama bashaka kutwicisha music iri cool gusa so Good song bro🔥🚀
This is The Melanin Boy himself! So amazing
This is what we call the Talent 🔥
Melanin boy Hit Music from Burundi🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥
Nice song melanin💥💥💥💥
New, good, interesting and hit song🔥🔥
Good vibe and always good voice, great work
Nice song!
My favourites song
Keep shine❤❤❤
Niwanyemerer sindota ndakubabaza so nice Gusto
😭😭😭 Tubabajwe nukuntu We love Musika yamaze gusambuka vyaheze
None nivyo baratandukanye?
Melanin boy courage muvyurimwo Imana ihezagire
Melanin boy wanje❤hatwike hashe 🔥🔥
This is a hit 🔥🔥🔥
You never desapoint us 🙏🔥 keep flying bradah
Another 1M intambwe kuyindi bro
Love from Kenya 🇰🇪
Nice song 🔥 and good voice Big UP melanin👌✨🎉
My Boy Gusto 🌝🤌🏾 Wallah This Song it's a banger 🔥🔥🔥
I know u know that I'm ur fan kuva kera 🎉❤
I like this song my brother 🎉🎉
Courage good work 💯👍
I love this song
This new generation is so hot. please ibintu vyama jalousie tubirekere ba Mugani naba yuda na basatura . Iyi generation ibemwo ugushigikirana Umuziki Ndundi. Izoshika Kure for sure ❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮💪💪💪
Aba basore bacu barazi ivyo barimwo kbs,, 🌠🌠Melanin boy,, 🔥🔥🔥
Sinahora nkunda indirimbo ariko uyu Mwana arazinkundishije guhera ubu nyene. Uraririmba neza vrt. Donc, nkunze message usanga iri muri song yawe. ❤
This song will killing us🙅♀️in few words we love music is talented
Pure original music🎉🎉
Wew ni kiboko yaooo unatumbua kituuu ❤❤❤❤
Good song❤
Amazing voice of gusto
Good job 🎶🔥🚀
Wherever unjana ndajana nawe🔥🔥 This year 🎉 wallah Imana intize amagara gusa.
So keep on doing well and hard.
NIWANYEMERERA SINZOKUBABAZA NDABIZI NEZA SUKO NAJEWE NERA 🎧🎧🤍 yioo this song wllhi Ndayamanits 🙌🙌✊
Courage gusto 🔥🔥🔥you are so talented
Courage❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎉🎉❤🌷🌷🌷🌷🌹🌷🌹🌷🌹🌷🌹🌷🌹🌹🌷🌹🌻💮🌼🌼🌼💮🌻🌻🌻💮🌼🌼🌹🌹🌹🌼💮🌼🌷🌷🌷🌹🌹🌹🌼💮💮🌼🌷🌷🌼💮💮😁🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Only good sound we need in this 2024🔥🔥🔥
Ikibazo mufise mukor indirimbo zihera🥺maze kuyivuz 10fois this Banger is something else 🤯 🔥 🔥🥵
Yoooooooo Hit 🎯💯 Washaaaaa
I Can never stop supporting you guy🎉🎉
Big Shout Out 2 U Broda💥,Dekomi #SHACKS👹🇧🇮
Kbsaaaa
Melani boy hejuru cannneeeee🤛🤜💥💥💥
Br wubahw mutam ubikor nez ibint ni 🔥🔥🔥🔥🔥🔥kw melanin boy
My favorite song❤
Nice song 🔥🔥👌
🎉
Nice donc Big up m'y favorite boy
Abana b'igihugu baguma badukom am hit🇧🇮🇧🇮🤞😍
Abo twemeranya ko aba bahungu bashoboye mumpe likes ngaha🔥🔥🔥
We lucky to have you guys Love Muzika as Burundians💯💯❤
❤❤❤❤ eehhh muratwisheee ebana nguma ndayivuza ntirambira respect brooo❤❤❤
Olalah!!!!!!iy song niy umwak vrt❣️❣️❣️